FANNY LAVINE na NORASQUE bavuye mugacerere |Ivyo batuvuzeko ntibabeshe gusa|Ubu nzobatuka basubiriye

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 28 มี.ค. 2024
  • #Mariage #SolutionCouple #FannyLavine #Norasque #rwanda #burundi #LibertNsoro
    Ufise icubaza canke icuterera woduhamagara kuri +257 76 806 014
    Turabasavye mukore Subscribe, Like na Share kugira mudushigikire mwongere muze muraba abambere mukubona ibiganiro vyacu. Murakoze

ความคิดเห็น • 309

  • @Joachim-Smith
    @Joachim-Smith 3 หลายเดือนก่อน +54

    Jewe aba Nibo Banje kbsa🎉🎉

    • @Hazfir.Official
      @Hazfir.Official 3 หลายเดือนก่อน

      Kabisaaa , Nawe uruwacu joo😊

    • @mariamsakora2818
      @mariamsakora2818 3 หลายเดือนก่อน

      Irambir bwana joachi

    • @user-bx6tb1rt4f
      @user-bx6tb1rt4f 3 หลายเดือนก่อน

      Nanje brother ndabikundira saaaanaaaa

    • @sarasara-ur6nz
      @sarasara-ur6nz 3 หลายเดือนก่อน

      Nanje ndabikundira❤❤🎉🎉

  • @user-rh2ok1jk5z
    @user-rh2ok1jk5z 3 หลายเดือนก่อน +75

    Uwabonyeko norasce yavyibushe abinyereke

    • @user-yi2rv8sc9y
      @user-yi2rv8sc9y 3 หลายเดือนก่อน +2

      Azovyibuha nokurushaho none ntibamusumira gwakundukuntateka😂 yibagiye nogushiramwo ati nkundukuntu unyambika nukuntu unsumira mbisa😂

    • @esperencekaneza2656
      @esperencekaneza2656 3 หลายเดือนก่อน +6

      😂😂 ngarasumigwa 🥺🥺murabizi kwr abisi mushingwa nubusa nimubaveko 😅😅

    • @user-yi2rv8sc9y
      @user-yi2rv8sc9y 3 หลายเดือนก่อน

      @@esperencekaneza2656 jahiyo ngo ntasumigwa yagiye kwinjirira shuga Mami atabona ivyahara jahiyo shaa

    • @sandrinemurekerinka
      @sandrinemurekerinka 3 หลายเดือนก่อน

      ​@@user-yi2rv8sc9ynone yosumirwa ho harimwo icaha uretseko utanaziko arivyo.

    • @AlthrayhQw4-kq4ru
      @AlthrayhQw4-kq4ru 3 หลายเดือนก่อน

      Yavyibushe cane

  • @anemarry8755
    @anemarry8755 3 หลายเดือนก่อน +23

    Iyi couple ninde atoyiha amashugwe amashugwe nayanyu uwubanka abandureko💐💐💐💐💐💐💓💓💗💖💖💖💖💖💖💝

    • @sarasara-ur6nz
      @sarasara-ur6nz 3 หลายเดือนก่อน

      Umunyeshari gusa niwe atoyabaha nukuri 🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤

  • @dianenkurunziza3799
    @dianenkurunziza3799 3 หลายเดือนก่อน +18

    Reka manze mpeze akazi kamwarabu kwanza hama ndagaruka kuko uyumusi ndaryohegwa cane Ndakunda ino Couple Fanny wewe twihurije intahe iciza Nuko Imana yacu idakozisoni 🥳🥳🥳 nimwakire amasugwe yanyu🌹🌹🌹

    • @aneelaa3486
      @aneelaa3486 3 หลายเดือนก่อน +2

      Nanje ndabikundira kwel❤❤❤❤kwel ntabubeshi kabisa🎉🎉🎉🎉 babahe amashurwe yabo kwel

    • @mediamed1196
      @mediamed1196 3 หลายเดือนก่อน +1

      🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤ abantu bakunda kaniniiiiii sinzimpamvu kbxa🎉🎉🎉🎉

    • @user-vk7xb9jo6h
      @user-vk7xb9jo6h 3 หลายเดือนก่อน

      Uwiman yahezagiy imuhezagira Bose baremba

    • @user-bo7ts8xo9y
      @user-bo7ts8xo9y 3 หลายเดือนก่อน

      Burundi bwacu Burundi buhire !!! Ndakunda igihugu cane! Fanny lavine nab bakinana film IC mbemerera nuk mwamiza agatima ku igihugu cabavyaye ne nanje ndabikundira cane muz muhezagirw basha!!! Tuzobasengera;;;

  • @OkiaIrakoze
    @OkiaIrakoze 3 หลายเดือนก่อน +8

    Couple ibereye ijisho vrm IMANA ibubakir maxeu❤❤🎉🎉🎉🎉🎉

  • @kwizerakwizera2618
    @kwizerakwizera2618 3 หลายเดือนก่อน +7

    Nibabandekere ncuti zanje urazi ingene mbakunda ❤ ahubw umusi natashe nzoz kubaramutsa Fanny and Norasque

  • @carmellanishimwe558
    @carmellanishimwe558 3 หลายเดือนก่อน +7

    Mbaye uwa2 bn weekend bakunzi ba solution couple mwese❤️❤️, nabakunzi ba benichou 🥰🥰.

  • @ViolaMiburo-ir2xy
    @ViolaMiburo-ir2xy 3 หลายเดือนก่อน +3

    Uwakurikiranye iki kiganiro cosee abinyerek ❤😂❤❤❤❤ love uuuu so much

  • @justinendayisenga7180
    @justinendayisenga7180 3 หลายเดือนก่อน +2

    Nukuriii vrmt couple yanyuuu nukuriii ndayikundaaa trop ,fanny nubwo nzosigara ndumweee ndagukunda ntaco bintwayeee ntiwibereho Nono agume akwifatira nezaaa ❤❤❤❤ benichou big up sana ❤❤❤❤

  • @dianenkurunziza3799
    @dianenkurunziza3799 3 หลายเดือนก่อน +4

    Fanny ndagushimiye uritwara neza imbere yumugabo wawe yavuga ukamwumviriza ntiwamuvugiramwo ndakigushimiye uratuje kbs urahoruko❤

  • @flowermoniqueniyonyishu2875
    @flowermoniqueniyonyishu2875 3 หลายเดือนก่อน +6

    Yes yes benichuuuuu Urakoze kutuzanira umugeni

  • @user-hk2qn4bo1l
    @user-hk2qn4bo1l 3 หลายเดือนก่อน +4

    Ubundi ndakunda ab bantu courage sha benichou wew turakwemers utuzanir ibintu vyizewe wubahwe

  • @aliceali9178
    @aliceali9178 3 หลายเดือนก่อน +5

    Jw sindamenya neza urukundo nkunda ababantu rutama ndara nicaye ndaba ikiganiro cabo 😅gusa nukuri mueatesa kand nivyo muyaze nivyoza can mwubahwe beza kandi murakunzwe nukuri.🎉🎉🎉

  • @emilyKay8
    @emilyKay8 3 หลายเดือนก่อน +2

    Barawumenagura uwo mutima wumwna wawe bawuha ivyudakeneye 😂😂😂muranryoheye vrt 🎉🎉🎉kabisa NONO wubahwe waje hageze 🎉🎉🎉❤❤❤mukoze kubana n'IMANA❤❤❤

  • @theresiakarwera2279
    @theresiakarwera2279 3 หลายเดือนก่อน +3

    Mukomeze muhezagirwe muzabyare abahungu nabakobwa nkunda ibiganiro byanyu cyane turabakunda cyane

  • @mvmezerosamira3960
    @mvmezerosamira3960 3 หลายเดือนก่อน +1

    Ikiganiro kiryoshe. Ndabakunda kandi muraberanye. Umwe wese yaronse inyishu imukwiye. Mukomeze mugendera mu nzira y'Imana❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @OrnellaIrakoze-uy2lu
    @OrnellaIrakoze-uy2lu 3 หลายเดือนก่อน

    Ndabakunda cane sha,fanny urumugisha wa Ntare nawe numugisha wawe

  • @user-iv6rx7xd2o
    @user-iv6rx7xd2o 3 หลายเดือนก่อน

    Nukuri mwubahwe muri abantu banshira muri mood yugutwengaa ..nice couple Imana ibahe kurambana mwibereye uko nyenee natwe tuzobicapako ndabona nivyagahimbare❤❤

  • @user-ky8hm3jf8n
    @user-ky8hm3jf8n 3 หลายเดือนก่อน +1

    ♥️♥️♥️♥️♥️ndabakunda imana ibah imigisha abobavuga mubareke maza🇧🇮♥️♥️

  • @Mwaminiomar
    @Mwaminiomar 3 หลายเดือนก่อน +2

    Norasque aratwenza kweri nagir'amahoro😂😂😂😂😂😂,mukomeze mwikundanire ❤❤❤❤❤

  • @belyseniyonkenguruka4585
    @belyseniyonkenguruka4585 3 หลายเดือนก่อน +4

    beni warakoze kugaruk nukuri abobantu ndimurukundo nabooo

  • @fannynshimirimana7972
    @fannynshimirimana7972 3 หลายเดือนก่อน

    Waaao Benichuuu na Solution Couple!big up sana

  • @meryorndi630
    @meryorndi630 3 หลายเดือนก่อน

    Murakoze.cane.ikikiganir.cari.kiryoshe.ndakiravye.cose.naho.ndakiramvye.naratevye❤❤❤

  • @lydiankurunziza3289
    @lydiankurunziza3289 3 หลายเดือนก่อน +3

    Norasque yavyibushe kweli😊

  • @lisaalllisa5326
    @lisaalllisa5326 3 หลายเดือนก่อน +3

    Ndagarutse mpezikiganiro kiratesa vrt❤🎉

  • @Hazfir.Official
    @Hazfir.Official 3 หลายเดือนก่อน +2

    Benny urakoze kutuzanira vipenzi vyetu❤😊

  • @mucoburundi3504
    @mucoburundi3504 3 หลายเดือนก่อน +1

    Que Dieu vs bénisse bantu banj❤

  • @user-bu2uc5so5m
    @user-bu2uc5so5m 3 หลายเดือนก่อน

    J benichu sintahur ukunt mukunda vrt❤ introductio yie ni bien saan acanzanira bababandi banje rucie rudugaa❤❤ courage di beni❤

  • @user-gc9rj4ii7b
    @user-gc9rj4ii7b 3 หลายเดือนก่อน

    Muhezagirwe imana ikomeze kubaha umugisha utagabanije❤❤❤❤

  • @francineinanziza8363
    @francineinanziza8363 3 หลายเดือนก่อน +7

    Fanny ndamukunda Akina film neza,kdi abifitiye impano sibintu vyo gufyonderako bimurimwo,ikirenze ico ari sympathique,ikindi et nuko nta muntu Imana icirako iteka,ninyembabazi,kdi na fanny naw numwana Waimanalo izoshishikara kumugirira neza,soo muri make Imana ishimw kubwurugo rwanyu,muzorambane ruze rurame,arik rero mbasabe nkabantu bakuze kdi babakristu en plus,social media ntitume muta umuco,murabavyeyi mwibuke k nabana ibi biganiro babiraba,muze muvuga kdi munakora ibintu vyiyubashe,ubusutwa mubureke,ivyama central kuri camera sivyiza mu mico yabarundi

  • @japhetniyonzima4907
    @japhetniyonzima4907 3 หลายเดือนก่อน +1

    Jewee mberee abatakwirikiran sinz uk babayehooo❤❤❤

  • @NadegeMerveilleITERITEKA
    @NadegeMerveilleITERITEKA 3 หลายเดือนก่อน +1

    My favorite couple 🎉🎉

  • @franckirakoze-ld1os
    @franckirakoze-ld1os หลายเดือนก่อน

    murabanj nanj ndabemera 🐾🌺🌺🌺🌺🌺🌺🌺🌺🌺🌺

  • @ndayizeyebella5780
    @ndayizeyebella5780 3 หลายเดือนก่อน

    Bzuuuuu ❤❤ mwiterr imber bakunzi bacuuuuu ❤

  • @user-oe5dk9mn2v
    @user-oe5dk9mn2v 3 หลายเดือนก่อน

    Nukur muraryohera bench warukumbuwep kaz nanje ndaryohew kk ndakwikundira ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @ElyseeNiyibogora-uo2kx
    @ElyseeNiyibogora-uo2kx 3 หลายเดือนก่อน

    Solution couple, fearless generation ❤❤❤❤.
    Mbakunda kubi jew mbere nzonabicapako.
    Yezu agume acunga bantu banje

  • @HoHnot-py1nj
    @HoHnot-py1nj 3 หลายเดือนก่อน

    Abageni bacu .ntimuzemushinga abamenyeshamakuru.kuk mwohava musanga mwinjiyrnivyomurugo Kandi bitaribikenewe.ndabakund❤

  • @user-xi4ej1tm8k
    @user-xi4ej1tm8k 3 หลายเดือนก่อน

    Urakoze kutuzanir solution couple

  • @nzeyimanaemelyne-pj3ik
    @nzeyimanaemelyne-pj3ik 3 หลายเดือนก่อน +1

    Mbayuwamber ❤❤❤

  • @user-uq8nc7qo2f
    @user-uq8nc7qo2f 3 หลายเดือนก่อน

    Benny urakoze muranezereje kbs🎉🎉🎉❤❤❤

  • @christella5092
    @christella5092 3 หลายเดือนก่อน

    Ohhhh Imana ibaje imbere

  • @user-kv8ws5wj2p
    @user-kv8ws5wj2p 3 หลายเดือนก่อน +3

    Mwubahwe caaan mubandanye gusenga kk haribeshi batishimir urugo rwany

  • @AliceCuki
    @AliceCuki หลายเดือนก่อน

    Nukur ndabakunda Imana ishishikar kubabahaf❤❤❤❤❤❤

  • @kwizerajeandedieu3431
    @kwizerajeandedieu3431 3 หลายเดือนก่อน

    Nimwokundanire imyaka nimibare shaaa !! ahubwo ejo muduhe Ntare7 Imana abajimbere

  • @user-fk3pl1jj4p
    @user-fk3pl1jj4p 3 หลายเดือนก่อน

    Murakundanye nibabareke pe ❤❤

  • @user-cu6gq4xw1q
    @user-cu6gq4xw1q 3 หลายเดือนก่อน

    Hezagirwa béni ❤❤

  • @sandrinebukeyeneza2150
    @sandrinebukeyeneza2150 3 หลายเดือนก่อน

    Norasque yavyibushe kwl gus love you❤❤❤❤

  • @chantaliuwamahoro7891
    @chantaliuwamahoro7891 3 หลายเดือนก่อน

    Fanny ndagukunda cyane ❤

  • @uwingabireesperance8402
    @uwingabireesperance8402 3 หลายเดือนก่อน

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤Nukuri mwirambire cane Gose kabisa muraryoshe kuraba fanny Nukuri uzumwunahe yagukuyeko urubwa yubahwe ❤🎉🎉🎉❤❤❤

  • @MamadembeleLadouce
    @MamadembeleLadouce 3 หลายเดือนก่อน +1

    ❤ ndabakunda can gose

  • @user-pr7ge5bz8t
    @user-pr7ge5bz8t 3 หลายเดือนก่อน

    Nanj mwaranyigishij nacan mubihe narimwo subiy gukunda uwonahoze nkunda ndi jamar ndakunda amagambo yanyu❤

  • @user-ww1uu9mq8v
    @user-ww1uu9mq8v 3 หลายเดือนก่อน

    Mwibereho mutababaye❤❤

  • @user-we1lv6wq1o
    @user-we1lv6wq1o 3 หลายเดือนก่อน

    Nd❤ Imana ishshkare ibja imbere

  • @user-mg5px6wr6r
    @user-mg5px6wr6r 3 หลายเดือนก่อน

    Ndabakunda vrt❤🎉🎉

  • @belyseishimwe-yd5vk
    @belyseishimwe-yd5vk 3 หลายเดือนก่อน +1

    Basha abantu baramuriye umutima vrt😢 pole shn abansi ntibazigera babura mais kumwe n Imana ntaho utazoshika

    • @sumsum9493
      @sumsum9493 3 หลายเดือนก่อน

      Ndabakunda cane

  • @NestorNyabenda
    @NestorNyabenda 3 หลายเดือนก่อน

    Imana ibahezagire

  • @user-fi4bn5ur1w
    @user-fi4bn5ur1w 3 หลายเดือนก่อน

    Iki kiganiro cari kigyoshe peee nimwirambir ❤❤caneeeee

  • @GorethGoreth-lp6kl
    @GorethGoreth-lp6kl 3 หลายเดือนก่อน +1

    BiG up sana❤❤❤

  • @Iriho
    @Iriho 3 หลายเดือนก่อน

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉 solution couple hejuru caaaane❤❤❤❤❤❤

  • @anitha641
    @anitha641 3 หลายเดือนก่อน

    Béni mrc bcp nari ndakirindiriy iki kiganiro

  • @EricEmerimana-pe4sl
    @EricEmerimana-pe4sl 3 หลายเดือนก่อน +3

    Ndabakunda ngumandabakurikirana murakunzwe pee

  • @StellaShemezimana-qx8et
    @StellaShemezimana-qx8et 3 หลายเดือนก่อน

    Abantu banje disi ndabakunda😍😍😍😍💞💞💞💞💞

  • @Xhcfj-ye3hx
    @Xhcfj-ye3hx 3 หลายเดือนก่อน

    Imana mber ❤❤❤❤

  • @CalvineNdayishimiye
    @CalvineNdayishimiye 3 หลายเดือนก่อน

    Ndabarwaye jew😢muraryoshe bash kunviriz ❤❤

  • @ClaudetteNkengurutse-ht6ue
    @ClaudetteNkengurutse-ht6ue 3 หลายเดือนก่อน

    Benny warukumbuweeeee karibu sana kurubuga

  • @user-pm4vd1qv8c
    @user-pm4vd1qv8c 3 หลายเดือนก่อน +1

    Solution couple mwubahwe ❤

  • @user-du7sv9yx4x
    @user-du7sv9yx4x 3 หลายเดือนก่อน

    Ndi irwanda ariko couple yanyu ndayikunda cyane nzaza kubasura muburundi ❤

  • @SolutionCouple
    @SolutionCouple 3 หลายเดือนก่อน +7

    🎉

  • @user-eq1wz2te1d
    @user-eq1wz2te1d 3 หลายเดือนก่อน

    Nukur j nzobicapako muranyuzuz tuu😍😍😍

  • @user-xp8ez6ce4u
    @user-xp8ez6ce4u 3 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤❤❤nice

  • @user-vg1vg9hl6w
    @user-vg1vg9hl6w 3 หลายเดือนก่อน

    Ndabakunda imana izobahe kurambana muryohewe❤

  • @user-rh8ue9um6l
    @user-rh8ue9um6l 3 หลายเดือนก่อน

    Ndabakunda cane

  • @user-mw6kz5zo4x
    @user-mw6kz5zo4x 3 หลายเดือนก่อน

    Uwubaha abandireko bakunzibanje❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉

  • @violetteniyongabire3859
    @violetteniyongabire3859 3 หลายเดือนก่อน

    Ndabakunda❤❤❤

  • @aniellairankunda
    @aniellairankunda 3 หลายเดือนก่อน

    Couple yanyu ndayikunda can mubandanye mugubwa neza❤❤

  • @AimewaldadigneNiyonsaba
    @AimewaldadigneNiyonsaba 3 หลายเดือนก่อน

    Yavyibush kwer nono❤

  • @kwizeraamina-nn8gu
    @kwizeraamina-nn8gu 3 หลายเดือนก่อน +1

    Ndabakunda vrt

  • @AlidaNyishuyimana
    @AlidaNyishuyimana 3 หลายเดือนก่อน +1

    Couple yanj ah rr 🎉🎉🎉amashurwe yanyu🌹🌹🌹🌹

  • @user-mn2rk8ex3h
    @user-mn2rk8ex3h 3 หลายเดือนก่อน

    Fanny naw ubahwa mwiza 💖💖

  • @NtakirutimanaAgness-oo3qx
    @NtakirutimanaAgness-oo3qx 3 หลายเดือนก่อน

    Ndanezerewe.canekubasubiyekubabona imanibamperumugisha

  • @user-ty8qs8ch7e
    @user-ty8qs8ch7e 3 หลายเดือนก่อน

    Aaawaaa❤❤❤

  • @user-sw7lj6mn1j
    @user-sw7lj6mn1j 3 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂Muranyishe gus Imana ibariyo ibubakira murabantu banje❤

  • @user-pm5bm2xr5e
    @user-pm5bm2xr5e 3 หลายเดือนก่อน

    Imana ibahe kurambana

  • @user-to3jz3eu2t
    @user-to3jz3eu2t 3 หลายเดือนก่อน

    Jenimureke kundendura nukuri ariko ndabafana kuko haribintu muyaga nkisanga binyibutsa vyinshi naciyemwo❤

  • @AmandineNIWENKUNDA
    @AmandineNIWENKUNDA 3 หลายเดือนก่อน

    Good🥰🥰

  • @NkurunzizaJamilla-
    @NkurunzizaJamilla- 3 หลายเดือนก่อน

    muratweza nukuri...urakoze benny

  • @user-rh2ok1jk5z
    @user-rh2ok1jk5z 3 หลายเดือนก่อน

    Imvura numugisha

  • @user-bx6tb1rt4f
    @user-bx6tb1rt4f 3 หลายเดือนก่อน +1

    Watu wetu haooo tunawapenda saaana

  • @furahandayishimiye2000
    @furahandayishimiye2000 3 หลายเดือนก่อน

    Gusiba no notum ncererw nukur bash beni urakoz kudutangurira weekend nababant ash ndagihez kbs rek ntoragateb kbs ntegugutw nd❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @NiyeraEmelyne
    @NiyeraEmelyne 3 หลายเดือนก่อน

    Ndabakunda mwubahwe

  • @user-mw6kz5zo4x
    @user-mw6kz5zo4x 3 หลายเดือนก่อน

    Narinatazwe bakunzibanje❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @hervengenzebuhoro6538
    @hervengenzebuhoro6538 3 หลายเดือนก่อน

    Film ndundi hejuru

  • @user-hs9kt7fw6s
    @user-hs9kt7fw6s 3 หลายเดือนก่อน

    Kl shnn ❤

  • @raiyuuali9078
    @raiyuuali9078 3 หลายเดือนก่อน

    Rekana namajambo yabantu bararwara igitumba kumutima imana ibubakira bantu banj bibaho courage

  • @user-fk3pl1jj4p
    @user-fk3pl1jj4p 3 หลายเดือนก่อน

    Eira❤

  • @MELCHISA229
    @MELCHISA229 3 หลายเดือนก่อน

    Sha mwebwe murandyohera pe

  • @HusEhe
    @HusEhe 3 หลายเดือนก่อน +1

    Ngo abandi bazana ivyapati😂😂😂😂😂ndamanyutse😂😂😂😂😂gusa ndabakunda❤❤❤❤

  • @user-yu7jq3qe8j
    @user-yu7jq3qe8j 3 หลายเดือนก่อน

    Ewe runyuzi sha uraterinkuru❤❤❤

  • @AnneNiyonyishu-cq8nm
    @AnneNiyonyishu-cq8nm 3 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤❤

  • @ClaudetteHarerimana-ku7ug
    @ClaudetteHarerimana-ku7ug 3 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤