Umukuru w'igisagara ca Bujumbura asaba abakibamwo bose kwitwararika isuku.

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 1 มี.ค. 2024
  • #Burundi: Umukuru w'igisagara ca #Bujumbura Jimmy Hatungimana aratanga intumbero shansha igisagara ca Bujumbura kigiye kwisunga mu bijanye n'isuku. Yabishikirije inyuma y'ibikorwa rusangi vyakozwe vyakorewe mu gisagara hagati kuri uyu wa gatandatu 02 Ntwarante 2024.

ความคิดเห็น • 36

  • @rwandajc92
    @rwandajc92 4 หลายเดือนก่อน +5

    byiza cyane Barundi Bavandimwe bacu b’u Rwanda. dukomeze dukorere ibihugu byacu, namwe mukomereze aho rwose mutese imbere igihugu mugikunde. your brother from Rwanda 🇷🇼

    • @user-dm8ks1ez4o
      @user-dm8ks1ez4o 4 หลายเดือนก่อน

      We love you

    • @Bigdeal123
      @Bigdeal123 4 หลายเดือนก่อน

      Urumugabo kabisa

  • @haragirimanasadock1674
    @haragirimanasadock1674 4 หลายเดือนก่อน +5

    Ego ni vyiza, ariko mureke kurindira sebarundi avuge.

  • @WiliamKimRgzm
    @WiliamKimRgzm 4 หลายเดือนก่อน +1

    Noe warindiye kobatera akamo utinye kogahera azovyikorera nyakubahwa❤❤❤❤ umutama wamateka

  • @ndikumanajeanpaul3045
    @ndikumanajeanpaul3045 4 หลายเดือนก่อน +3

    Urateye isoni kuki uhaguruka aruko papa wacu Burundi arinze kuvuga

    • @user-nk3ue2cs4k
      @user-nk3ue2cs4k 4 หลายเดือนก่อน

      Même arimo kwinginga, urumvirizako nta autorité afise. Pauvre Burundi...

    • @Bigdeal123
      @Bigdeal123 4 หลายเดือนก่อน

      ​@user-nk3ue2cs4k ni wewe nabiwanyu

  • @gakeboranda3223
    @gakeboranda3223 4 หลายเดือนก่อน +1

    Tegura ibihano bikwiye

  • @graceirakoze2868
    @graceirakoze2868 4 หลายเดือนก่อน +1

    Kuberiki abantu bigisha civism mutoshiramwo kwigisha abana kuva primaire le respect des bien public? Hama nivyo bihano bijeho

  • @dianahabonimana2112
    @dianahabonimana2112 4 หลายเดือนก่อน

    Very nice. Isuku niya minsi yose

  • @user-yo4un2gx9k
    @user-yo4un2gx9k 4 หลายเดือนก่อน

    Mubisanzwe Isuku Ntiryaririgoye Gukora Nuko haribamwe bamwe, Batavyitaho. Nkubu jewe Ndiko Ndarya Ivyema Birya bishishwa Nkabitwara Ahovyagenewe gushirwa.(Pouber) Maze nuwundi Yariko Anywa nkamazi Cank Igisuguti .......... Twes. tukitwararika kubishiraho vyagenewe. Tukabikor,Ukwo Igisagara wosanga gisaneza. Muze tuvyitwararike nivyizacane🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @nshimirimanaramsey7844
    @nshimirimanaramsey7844 4 หลายเดือนก่อน +1

    Kwikebuka washeshe uyumwubahwa amanota wapi

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 4 หลายเดือนก่อน

    🎩👍🏽
    Mwibuke musabe abo bamaduka baze barasiga Irangi 1rimwe mu myaka 2 canke 1rimwe mu Mwaka ababishoboye.
    ✊🏾🇧🇮

  • @dieudonnezagabe7360
    @dieudonnezagabe7360 4 หลายเดือนก่อน

    Demandez à la Regideso de paver devant sa parcelle se trouvant devant Brarudi comme les autres l'ont fait a partir du Rond point Chanic 😊

  • @EmmmaTembo
    @EmmmaTembo 4 หลายเดือนก่อน

    Kandi uyo mwanda bawubonye kubera president yavugije induru ashavuye

  • @emmanuelnibaruta5834
    @emmanuelnibaruta5834 4 หลายเดือนก่อน

    Nta kariro ushiramwo hakenewe inyigisho nyinshi ni bihano

  • @nkuruurban7887
    @nkuruurban7887 4 หลายเดือนก่อน

    Fatingingo muhe na kazi abantu bacunga abantu Bacafuza ahantu samedi mpaka 11:00 utaja mwisuku acibwe Amande at aruko I nyuma yogi he gito bizoba birangiye

  • @JeanClaudeMuhima-xh2kk
    @JeanClaudeMuhima-xh2kk 4 หลายเดือนก่อน

    Navyabiduga bishaje vya Gasenyi mutangitegeko bagure imiduga myiza kuko zirasevya ivyiza vyigihugu nabazitwara bambara nabi ntanisuku bazikorera.

  • @lostboy2608
    @lostboy2608 4 หลายเดือนก่อน

    Uyu nawe abikora aruko NEVA arinze kumutera ubwoba. Basha turacari kure ntabategetsi bakunda igihugu dufise

  • @Maxshadowtv
    @Maxshadowtv 4 หลายเดือนก่อน

    #mucoshobujashop nabonyafise ibintu binini vyogutamwo imyanda bafise nudupine bakoresha nomwibibihugu biteyimbere nivyo bikenewe kumazu nivyubatswe en beteau muri public hamwe nabajejwe kwegeranya chaque jour ivyovyomuri public area bahinduga bags nayahandiho kwibwiriza biragoye

  • @Hello-gr8fg
    @Hello-gr8fg 4 หลายเดือนก่อน

    Ni ujinga kweri nikuki bato kwuguruza Company ya Gardening, and mowing and cleaner kugira nugwaruka ruronke nakazi Hama umufuko uronke;; bazokwirigwa bakoresha abana bigihugu acaco utanze hama ngo abarundi barakenye come on Government

  • @juvenalmct71
    @juvenalmct71 4 หลายเดือนก่อน

    None warihe mpaka umukuru Wigihugu akumaramqze mubantuu

  • @nsengiyumvaanicet929
    @nsengiyumvaanicet929 4 หลายเดือนก่อน

    SETEMU nimuyihe ibikoresho mutang akazi kubakozi bakwiye bazokwame bakora imisi yose. No mumahanga niko bimeze

  • @user-ui9bh7oq7s
    @user-ui9bh7oq7s 4 หลายเดือนก่อน

    Isuku mwinginga ntaco muzoshikako bigire itegeko namande ajeko ivyo vyogusaba nibihere iyaba arije nobakomesha buruntu afis inzu mugisangara sanzwe imbere yinzu akoreka harumwanda bikaba amande

  • @hoppyjerry
    @hoppyjerry 4 หลายเดือนก่อน

    Erega na kirya kiraro nta suku ririmwo, jewe naragiciyemwo mbnayo amazirantoke, sinasubiye kuhatumbera.

  • @patrickndayishimiye9830
    @patrickndayishimiye9830 4 หลายเดือนก่อน

    Nivyiza arko kuyatera ikimwe nokuyakingira nikindi g's ukorezeko kuko isuku nisoko yubuzima

  • @amolam97
    @amolam97 4 หลายเดือนก่อน

    Kand muriko.mukora ibintu vyiza cane

  • @etiennegentil3537
    @etiennegentil3537 4 หลายเดือนก่อน

    Ndabona yikebutse Sebarundi amaze kuvumera. Ingonzi muze murikebuka ntimuze murananiza Mutama kabisa. Za muratanga ibihano badakora isuku mugisagara.

  • @dj_clover257
    @dj_clover257 4 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂Ubu Rero Muzoza Murarindirako Avuga🤷Sukwo Bikwiye Kuba.

  • @hoppyjerry
    @hoppyjerry 4 หลายเดือนก่อน

    Ni mubigire itegeko apana kwinginga.
    Ahandi utaye umucafu mw'ibarabara baguca amande aremereye. Mwebwe igituma baguma babita aho babonye hose nuko bazi ko ata nkurikizi.

  • @hezingingodesire5076
    @hezingingodesire5076 4 หลายเดือนก่อน

    Mwaracerewe

    • @Bigdeal123
      @Bigdeal123 4 หลายเดือนก่อน

      Gute?
      Harigihe isiku ricererwa kubaho?

  • @amolam97
    @amolam97 4 หลายเดือนก่อน

    Barongozi mukwiye kuza murahana ibintu vyamajambo.bigahagarara harabantu mubuzima bwabo batumva ikindi.naco harabant bafise amatongo akora kumabarabara vraiment baradusarisha bensh usanga inyuma yibipangu huzuye ivyatsi abandi amarengarenga ibigori biba bisa nabi pe mukwiye kureka kuza murasaba ahubw mutegeke harabant batumva

  • @nizigiyimanayves9485
    @nizigiyimanayves9485 4 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂, yaragukosoye nyakubahwa! Ntube wateba akabanza akavyikorera nyene icubahiro😅😅. Ariko ntibibe ivyuyumusi gusa. Utangure udasubiza umugongo inyuma

  • @eslonblack8096
    @eslonblack8096 4 หลายเดือนก่อน

    Ikibazo mwebwe abategetse batabakoze mumatwi ntimukanguka