#Burundi

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 25 มี.ค. 2021
  • #Burundi_Football : Isaha icenda z'umuhingamo ku kibuga citiriwe Intwari mu gisagara ca #Bujumbura, urukino ruhuza Intamba mu rugamba na #Centrafrique ruzoba rutanguye. Abakunzi b'Intamba mu rugamba baganiriye na #MasharikTV bavuga ko bizeye intsinzi ishikana Uburundi kwitaba inkino za #CAN. Raba uko imyiteguro y'abakunzi b'intamba mu rugamba yari yifashe i Bujumbura.

ความคิดเห็น • 12

  • @gakeboranda3223
    @gakeboranda3223 4 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤🇧🇮🇧🇮

  • @yesunimwema4497
    @yesunimwema4497 3 ปีที่แล้ว

    Yani mme nifulahisha🤣😂😂😂😂💝💝ndishima kuba ndumurundi 🥰🥰😍😍

  • @ghhhhy1812
    @ghhhhy1812 3 ปีที่แล้ว

    From 🇧🇮 Saudia burundi imekuwa 🔥🔥🔥🤣🤣

  • @claudendikumana9315
    @claudendikumana9315 3 ปีที่แล้ว

    Mbe mu Burundi, coronavirus nayihari!! C'est grave.

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 3 ปีที่แล้ว

    🤣🤣🤣
    Ba Burundais Makasi
    ✊🏾🇧🇮

  • @noahgodfreyphiri3717
    @noahgodfreyphiri3717 3 ปีที่แล้ว

    Muwitwereke live

  • @yesunimwema4497
    @yesunimwema4497 3 ปีที่แล้ว

    Ego kabisa,ababosi,baguma bahoze umengo bafise amazi mukanwa baze barabareka muja kwaca 🔥 🔥🔥🔥🔥hahahaha

  • @siimon559
    @siimon559 3 ปีที่แล้ว

    Ibi koko ndake

  • @hjaymwaminifu3781
    @hjaymwaminifu3781 3 ปีที่แล้ว

    EGO NIBITATU UBURUNDI BATSINDA3 BURUNDI 3 KWA1

  • @alesnema9596
    @alesnema9596 3 ปีที่แล้ว

    Erega ntaho mworonka muja na kastade kuburofa nigato cane ntanibihumbi 5000 kakira