ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Tank u mutima ushize kuyindi ndazi muvyubuzima que tout puissant akuzigamane n'abawe be n'ivyae
Piga like Ngaha kubakunda mutima ❤️💛💚 Gato karakura 🇧🇮
Kuva wubatse haciye hiyongera nubwenge Big UP mutima
Ufise ivyiyumviro vyiza cn uzogera kure cn.Imana imbere
Uvuze ibintu biri sérieux vraiment shaa Mutima
Sha wavuze incabwenge zumvise kbsa icukoze urazi Ubwenge uvug ubwenge
thank you for this commedy. Vrt irimwo inyigisho ikomeye cane. Congratulation to team mutima
Respect to you @Mutima, Utuyagiye ibintu vy'ubwenge, Imana iguhezagire cane
Much respect MUTIMA 🎉 les conseils zawe zirubaka kbx😮
Uvuze amajambo meza cane impanuro nziza ay majambo yanyuma aratesa ndafashijwe bro courage kandi
Very Nice 🎉
Murakoze kuntwenza
Nukuri Mutima avuzukuri👌👌
Aya majambo yanyuma ni ✅✅
Mutima mugihugu hoba abahungu 10 nkaw ingozoteri mbere👍
Buretse sha aracar umugeni
Hamw igihugu coba kitagira cumi bamusumba ntagihugu twoba dufs😂shaa wew vyaragucanz
Ivyiyumviro vya Mutima ni bizima gose
Uvuzukuri vrt❤️❤️uyumusi imponjo zirembeje abantu🤣🤣akantu umuzezwanzu niko kwl👍
Mutima you are very nice men utanze ikiganiro ciza cane uvuze amajambo neza IMANA ikujimbere GOD bless you.
Ameen Mugenzi wanj nawe Uhoraho akworohereze 🏜
Vyiza cane uri umushingantahe mwiza.imana iguhe ivyo wipfuza vyose
Gael thanks for this conversation ❤❤❤ ndayikunz kuk ibintu birik biraza kuyind mpwemu idasanzwe
I reaaly appreciate u Mutima komera mutama u make my day
Sasa reo ndakunda mutima ukuntu yidefenda mumafuti😂😂😂😂😂
Ego mutama mutima amajambo Yukari 🧏♂️🧏♂️🧏♂️🧏♂️🧏♂️
Mutima hejuru
Nukuri ndakwemey kuvyiyumvira ufise umuntu akumvise ku ma comédie ntiyokwibaz k ufise ivyiyumviro nkivyo ndakwemey
🤣🤣😂😂icukoze co irazi kwikurayo kbsa mutima big up kbsa😂👊
Mutima ndagukunda wirambire
Kwl shaa mutima🥰urahanura pee!
Mutima amajambo yawe arubaka sana wallah
Mutima my favo comedian in my country 🇧🇮#WeGotThat👁
Niwubahwe kweli ivyo bigira bake❤
mutima ntahemuka kabsa,nomuri indundi TV yagumyeyo atandukanye nabandi benshi
Urumugabo big up sana mutima
Ati henekeni igahinduka amazi mukanwa😂😂😂😂😂uranyishe
You comedian I like your advices
Muti ndakwikundira🎉🎉 vyaremuvyagize✨✨👩❤️👨
Et moi aussi
❤❤❤❤❤p my brother
❤Jewe mutima urabezereje cane😂
Jew narinabivuze umusi bamutumira guteramisha abantu, agakina commedy avugako inda zubu ari poroje😅😅😅naciye mbwira aboturikumwe ti yi comedy mutima akinye tuzosanga yatwaye madam wiwe afise inda,azoce avugako yari poroje😅😅😂😂,yani ndavyumvise ngo yavyaye naciye nibutsa abagenzi banje 😂, congratulations mutima wacu, musubireyo muzane nuwundi ntimuvyirizemwo
Love from Joyful Image
Mutima ngiye kuza ndagukurikira inyigisho nyishi cane
Iyi interview irarenze mutima uranyeguye peeee❤❤❤❤❤
Nivyivyivyi amata 😀😀😀😀😀😀❤❤mwirabire mutama
Ikiganiro kirimwo intigisho mutima komera Gaga yumiwe 😅😅😅
Wawo mutima ❤
truth
Mutama barabure hejuru cyane ❤🇧🇮❤😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂💯✅🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥👊👊👊👊👊✌
Mutima atangishu niwewenyene walahi 🤣🤣🤣🤣🤣
Bien dit Mutima respect
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂Mutima arankuyeho 😂 😂 😂
Uvuzukuri
Manaweeee nubwambere numvirije ikiganiro hano kumukubito nkumvamwo amajambo akomezumutima ,ati baho nkuwuzopfejo ikindi naco uti utanze ibihumbi cumi ugirubwoba bwukuzobahejo ati wiyumvir ko haruwudafise nigihumbo kandi azobaho nahirya yejo mana komezimitima yabawe.
Go ahead MUTIMA ❣️❣️❣️
Murakoze
Love form rwanda
Juste Gaël merci de l'inviter, iyaba yociye kuri RTNB iyi interview ikugurura amaso ya benshi shaaa
Mutima wubahwe uratanga impanur
Vyukuri mutima avuzukurip
Respect Mutima
Wewe ndamufana sana
😂😂😂😂😂😂 baheee sh mutim le comédien wacuuu
Mutima arigisha vrr
Je t'aime mon cœur 🇧🇮🇧🇮
Twahejej
Impanuro nziza kwl
Iki kiganiro kirasiguye kandi nicubwenge😅😅😅😅
Mutima Big UP sana w🙏
Mutima komera uvuzukuri
Mutima🔥♥️♥️👊
Ndakwemela msazaa
Mutima❤
courage
😂😂 Uratwenza cane, #Mutima
Mutimaaaaaa, uzotinye ko so akuvuma gushika
😂😂😂😂Urazi kwidebrouyant kweli 🤣🤣🤣🤣ng wararegey✍️😀💪
Hhh mukinyarwanda baravuga ngo rushinge ubone😅
Mutima nyawe niwe wuyu😂
Ukur kuzuy cha mutima nukur uvuzukur 😢😢
❤️❤️❤️
Wow abagabo na ba
Komera mutima nanje hariyo waking ituma ndondera parcel sinzo sabe indaro mvuye iyondi kweri ndakwikundira wangu
Mutima urabizi kuruwo musite iwacu kandi vyukuri uraziko ndakwubaha tureke rero kamenyere ariko kuva nakwunviriza mumyaka 7 iheze ego wakinye vyinshi kandi wahanuye vyinshi watwengeje vyinshi muma video akanfasha kuntera intege ndagukwirikirana cane niyo atavyizigiro canke ntanezerewe iyo mbonye video zawe nivyinshi nkuramwo bikanfasha ariko iyi video ((unyongeye intege yakazoza kubuzima ngiye kumara kwinosi nkirindiriye IMANA igihe izovuga ati Bertrand ingo sooo courage mutima kandi ndagusabira kuramba kandi ndakwemera mon frere
Asante Saana Mugenzi Wanje
Mutima yarasaz 😂😂😂😂Ng beb avug temps pour toi 😀😀😀😀😀😀
😂😂😂😂😂😂nukuri ntivyoroshe vyomurog 😀😀😀😀😀❤
🙏💪👌
We belyse zanubwobuyi😀😀😀😀
🙏❤️
Bgp Kk yangu
J’applaudis son idée d’aller au delà des frontières! 👌🏾Si jamais il a besoin de mon point de vue en marketing, je lui ferai une séance gratuite comme cadeau 🎁 pour lui soutenir 👎🏾
Merci bcp 🏜
🤣🤣🤣🤣Mutima arivugiye ukuri yarahoje cnee mu myaka8 Noe niyari kumutwara ata avance🤣🤣🤣
Burya Ibintu uvuze harimwo ukuri kwishi
ndize nukuri murakoze
😂😂😂😂😂 ww uranyica. Mu cœur 😂😂
Muntima ndagukeje numuryango wawe wakoze ikintu gikomeye kuba utahemutse murukundo mumyaka 8 uri murukundo Imana ibandanye ibajimber
Sawaaaaaa
Mutima vrm wewe uranezeraa
Wew Mutima warasaz nukuri ati ntabwurumusega nzak
Kkkk uravuze ukuri
Ewemutimasha ngontiwariye nubukunzibwinda bwawe reka kuntwenza mutima wakeke mwubahwe mukubito punguzitabi komera Sha musazawacu😂😂😂
Tank u mutima ushize kuyindi ndazi muvyubuzima que tout puissant akuzigamane n'abawe be n'ivyae
Piga like Ngaha kubakunda mutima ❤️💛💚 Gato karakura 🇧🇮
Kuva wubatse haciye hiyongera nubwenge Big UP mutima
Ufise ivyiyumviro vyiza cn uzogera kure cn.Imana imbere
Uvuze ibintu biri sérieux vraiment shaa Mutima
Sha wavuze incabwenge zumvise kbsa icukoze urazi Ubwenge uvug ubwenge
thank you for this commedy. Vrt irimwo inyigisho ikomeye cane. Congratulation to team mutima
Respect to you @Mutima, Utuyagiye ibintu vy'ubwenge, Imana iguhezagire cane
Much respect MUTIMA 🎉 les conseils zawe zirubaka kbx😮
Uvuze amajambo meza cane impanuro nziza ay majambo yanyuma aratesa ndafashijwe bro courage kandi
Very Nice 🎉
Murakoze kuntwenza
Nukuri Mutima avuzukuri👌👌
Aya majambo yanyuma ni ✅✅
Mutima mugihugu hoba abahungu 10 nkaw ingozoteri mbere👍
Buretse sha aracar umugeni
Hamw igihugu coba kitagira cumi bamusumba ntagihugu twoba dufs😂shaa wew vyaragucanz
Ivyiyumviro vya Mutima ni bizima gose
Uvuzukuri vrt❤️❤️uyumusi imponjo zirembeje abantu🤣🤣akantu umuzezwanzu niko kwl👍
Mutima you are very nice men utanze ikiganiro ciza cane uvuze amajambo neza IMANA ikujimbere GOD bless you.
Ameen Mugenzi wanj nawe Uhoraho akworohereze 🏜
Vyiza cane uri umushingantahe mwiza.imana iguhe ivyo wipfuza vyose
Gael thanks for this conversation ❤❤❤ ndayikunz kuk ibintu birik biraza kuyind mpwemu idasanzwe
I reaaly appreciate u Mutima komera mutama u make my day
Sasa reo ndakunda mutima ukuntu yidefenda mumafuti😂😂😂😂😂
Ego mutama mutima amajambo Yukari 🧏♂️🧏♂️🧏♂️🧏♂️🧏♂️
Mutima hejuru
Nukuri ndakwemey kuvyiyumvira ufise umuntu akumvise ku ma comédie ntiyokwibaz k ufise ivyiyumviro nkivyo ndakwemey
🤣🤣😂😂icukoze co irazi kwikurayo kbsa mutima big up kbsa😂👊
Mutima ndagukunda wirambire
Kwl shaa mutima🥰urahanura pee!
Mutima amajambo yawe arubaka sana wallah
Mutima my favo comedian in my country 🇧🇮
#WeGotThat👁
Niwubahwe kweli ivyo bigira bake❤
mutima ntahemuka kabsa,nomuri indundi TV yagumyeyo atandukanye nabandi benshi
Urumugabo big up sana mutima
Ati henekeni igahinduka amazi mukanwa😂😂😂😂😂uranyishe
You comedian I like your advices
Muti ndakwikundira🎉🎉 vyaremuvyagize✨✨👩❤️👨
Et moi aussi
❤❤❤❤❤p my brother
❤Jewe mutima urabezereje cane😂
Jew narinabivuze umusi bamutumira guteramisha abantu, agakina commedy avugako inda zubu ari poroje😅😅😅naciye mbwira aboturikumwe ti yi comedy mutima akinye tuzosanga yatwaye madam wiwe afise inda,azoce avugako yari poroje😅😅😂😂,yani ndavyumvise ngo yavyaye naciye nibutsa abagenzi banje 😂, congratulations mutima wacu, musubireyo muzane nuwundi ntimuvyirizemwo
Love from Joyful Image
Mutima ngiye kuza ndagukurikira inyigisho nyishi cane
Iyi interview irarenze mutima uranyeguye peeee❤❤❤❤❤
Nivyivyivyi amata 😀😀😀😀😀😀❤❤mwirabire mutama
Ikiganiro kirimwo intigisho mutima komera Gaga yumiwe 😅😅😅
Wawo mutima ❤
truth
Mutama barabure hejuru cyane ❤🇧🇮❤😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂💯✅🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥👊👊👊👊👊✌
Mutima atangishu niwewenyene walahi 🤣🤣🤣🤣🤣
Bien dit Mutima respect
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂Mutima arankuyeho 😂 😂 😂
Uvuzukuri
Manaweeee nubwambere numvirije ikiganiro hano kumukubito nkumvamwo amajambo akomezumutima ,ati baho nkuwuzopfejo ikindi naco uti utanze ibihumbi cumi ugirubwoba bwukuzobahejo ati wiyumvir ko haruwudafise nigihumbo kandi azobaho nahirya yejo mana komezimitima yabawe.
Go ahead MUTIMA ❣️❣️❣️
Murakoze
Love form rwanda
Juste Gaël merci de l'inviter, iyaba yociye kuri RTNB iyi interview ikugurura amaso ya benshi shaaa
Mutima wubahwe uratanga impanur
Vyukuri mutima avuzukurip
Respect Mutima
Wewe ndamufana sana
😂😂😂😂😂😂 baheee sh mutim le comédien wacuuu
Mutima arigisha vrr
Je t'aime mon cœur 🇧🇮🇧🇮
Twahejej
Impanuro nziza kwl
Iki kiganiro kirasiguye kandi nicubwenge😅😅😅😅
Mutima Big UP sana w🙏
Mutima komera uvuzukuri
Mutima🔥♥️♥️👊
Ndakwemela msazaa
Mutima❤
courage
😂😂 Uratwenza cane, #Mutima
Mutimaaaaaa, uzotinye ko so akuvuma gushika
😂😂😂😂Urazi kwidebrouyant kweli 🤣🤣🤣🤣ng wararegey✍️😀💪
Hhh mukinyarwanda baravuga ngo rushinge ubone😅
Mutima nyawe niwe wuyu😂
Ukur kuzuy cha mutima nukur uvuzukur 😢😢
❤️❤️❤️
Wow abagabo na ba
Komera mutima nanje hariyo waking ituma ndondera parcel sinzo sabe indaro mvuye iyondi kweri ndakwikundira wangu
Mutima urabizi kuruwo musite iwacu kandi vyukuri uraziko ndakwubaha tureke rero kamenyere ariko kuva nakwunviriza mumyaka 7 iheze ego wakinye vyinshi kandi wahanuye vyinshi watwengeje vyinshi muma video akanfasha kuntera intege ndagukwirikirana cane niyo atavyizigiro canke ntanezerewe iyo mbonye video zawe nivyinshi nkuramwo bikanfasha ariko iyi video ((unyongeye intege yakazoza kubuzima ngiye kumara kwinosi nkirindiriye IMANA igihe izovuga ati Bertrand ingo sooo courage mutima kandi ndagusabira kuramba kandi ndakwemera mon frere
Asante Saana Mugenzi Wanje
Mutima yarasaz 😂😂😂😂Ng beb avug temps pour toi 😀😀😀😀😀😀
😂😂😂😂😂😂nukuri ntivyoroshe vyomurog 😀😀😀😀😀❤
🙏💪👌
We belyse zanubwobuyi😀😀😀😀
🙏❤️
Bgp Kk yangu
J’applaudis son idée d’aller au delà des frontières! 👌🏾
Si jamais il a besoin de mon point de vue en marketing, je lui ferai une séance gratuite comme cadeau 🎁 pour lui soutenir 👎🏾