Jewe ndahimbawe kuko wavanze. LETA na Olucome. Rufyiri yavuze ati besoins kuri twese ni zimwe, Turasonza, tukanyoterwa, tukambara. hama muri make jewe, ntabeshe najewe dusangira ivyabonetse n'abakozi kuko je nja kwiruka muri ville hama ngasiga inzu iri équipé nkanasiga na Mon Fils Ainé niwe tunga rikuru mfise. .
Keep it up hama ubandanye la Balance
Qui vole un Oeuf, vole un Boeuf! GAEL, nibaza wahuy na benshi, ubu urakarishe, bandanya, nturyam ku ruhande!
Kandi, ndakwemera en Gnral
Rufyiriri burya nawenyene araterera nuko batamwumva
Je suis d'accord avec l'analyse de la situation et l'approche proposée pour les réformes à opérer pour le développement harmonieux de notre pays.
Komera Rufyiri uri juste
Hatari sana bwenge ndaguhenze kibuye ndaguhuye
Rufyiri niwe akwiye kuyobora uburundi
Imana iguhezagire Mandela Rufyili
Murakoze muriki kiganiro. Mbega umuntu yoronka ivyegeranyo vya Olucome gute? Canke mwoshobora kumpa contacts za M. Rufyiri? Mbaye ndakenguruka
Jewe ndahimbawe kuko wavanze. LETA na Olucome.
Rufyiri yavuze ati besoins kuri twese ni zimwe, Turasonza, tukanyoterwa, tukambara.
hama muri make jewe, ntabeshe najewe dusangira ivyabonetse n'abakozi kuko je nja kwiruka muri ville hama ngasiga inzu iri équipé nkanasiga na Mon Fils Ainé niwe tunga rikuru mfise. .
Hariho abataziko abandi baso za! Bamwe mubategetsi basigayebinjiye mundandazwa kuburyo urumumuntu muto mukarere arimwo ataco usubira kumukorana
❤❤❤
Imana idutabare kweri
Abakozi bareta nibobata nibo batumigihugu giterimbere bikimezuko ntakizovamwo ugatondamubiro arinkicurondera ugahagarra sasita ngobagiye gufungura muhira kugaruka ntumenyangonisangap ugasanga rirarenze atacukoze Kandi ntibikunde nivyowarondera ugatahuko mubindibihugu biteyimbere sikobakora upfumutonda Kane mundwi canke gatatu ukagirumusi wa off wokurukuka mugutonze ugakora nkukobikwiye dukunzigihugu vyose bizokunda apana kwikunda rufyiri yabivuze neza mwubahwe batama ❤
Ibaze ibinyugunyugu vrmt🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
😂😂😂
Mutama Rufyiri usigaye utanga intererano nziza cane kandi zakamaro ni barabe baze baravyumva babikurikize babikorereko ivyo uvuga bizotanga ivyiza vyinshi.
l'ETA yibisuma gusa ubuho ngo numwaka w,umwete mukwiba bamanyanga gusa gushika no muri présidence hakabonekayo amanyanga mukurekura inkozi zikibi kubera KO bimenyekanye bakaca bafunga ababikoze butebe bitebuke intahe uzokora ntanakimwe kitazomenyekana
Uyu mutama avuga ivyazi kabisa kanfi biri💯%
Nuko abwira amatwi yimpene ,
Amatwi yimpene nayo yumva Aruko yokeje 😂😂
Ibaze nawe gucapa ibinyugunyugu😢😢
Ikiganiri cina, ndasaba abarundi bashireko system ikomeye, cane barondere icirahamwe rimwe rizoba rijejwe nubitare. Hame icanyuma reta nishireko electronic taxation system kugira amahera yose yareta abe collected.
Mbonye ikiganiro yagize rufyiri ntegerezw ku cumviriza nkagiheza uyu mu papa aravuga ukuri nuko abwira intumva
Uyumugabo ndumuntu ashiraho umukuru wigihugu noca ndamushiraho agatwara igihugu aciy ubweng
Ubujijwe Niki?''
Rufyiri Arimukuri
Isiha yambere mufise ni Ndayishimiye ashomba amasuka udufuni ariko ntazobijana
Wewe nukuri uvigisha ukuri ariko ivyo bisuma nibinywa maraso nayawe bizoyanwa ariko ngo umena ayabandi akakumiramwo
Kosora
Umwina 😂😂
Ahubwo vuga Ari bagomba guhamba igihigu , gufa Koko igihigu cafuye kera 😂😂 hasigaye funeral
Ngo gucapa ibinyugunyugu😂😂
Nivyo uwo bafatanye gushora ivyigihugu agaca agumizayo nukuri ab yishe beshi bagenda rero aciriw uwo guherayo vyofasha abandi bashefu
Uno mutama yarakwiye interview na president kandi ariwe amabuza
Abanyonozi
😂😂😂😂
Twogir umwete atagitor dufis nihatari
Rufyiri aragarutse ntamenyerwa ndake komera mutama rufyiri uvugisha ukuri kandi ntumeze nkababandi bahunga uravuga ukuri ukaguma mugihugu ntutinya kubavutura yaba leta yaba abatavuga rumwe na leta bose ubakubita ubuhiri mugahanga😂😂😂 ntumenyerwa
Ntitworohewe inda imbere imengo ntibahembwa n'igihugu n'ivyisi ntibazobijana
@baramparurutsej.dedieu5361 ningorane nasanze abarundi turemwe mukajagari ntanumwe atajagara nicogituma dukwiye kubumbatira amahoro numutekano ibindi tukavugana ukuri ntihagire uwuta umurarwe kuyundi yaba leta yaba oposition
Uyomugabo barakwiye kumuha igihugu niwe yogishobora kwel
Biravugwa ariko ntibikorwa biguma mu majambo gusa
Ibiciro biguma biduga erega inzahabu zishorwa hanze ntizigaruka cank ngo hagaruke amahera ahubwo iyoniyo flode yambere
Rufyiri icyazi nuguhangana gusa Ikibazo afite ngontawukorako ibitekerezobye birashajyep ibyo arimo kuvuga nyenicubahiro yirirwa abivuga rero ntagishasha afite
Rufyri niko kazo kiwe rega ! Non ko atofata umuntu amupfunge
Uno munsi yavuganye ubwoba n'ukutiyemera(Confiance en soi )