Mutima pole sana ukomeze guhanga amaso Yesu kristo niwe nyishu ya vyose ayakurinze nibindi izobikora,hama ivyo bizunguzungu ngira ni tension iba yamanuse hasi
Pole sana Mutima.Imana izoguha iyindi modoka ndibuk ko wimereye neza ntanidwi yaribwahere umpay rift ndakubwira k ndumujama wa Mr possible.Imana yakire nabitavye
Félicitations @Juste Gäel kuronka ikibondo cawe ca mbere 🤪😅 👊🏾,Hama Pole sana kuri @Mutima le comédien,gusa kazima ari muzima ,Hama ibintu bizoza ni bukebuke ,nta muntu yavukanye navyo ariko gusa biraronderwa ,Love from Sweden 🇸🇪
Pole sana. Ikintu kimwe ntahuye gikomeye.yesu agitevye urupfu gokujana. Twame twiteguye kuko tutazi umunsi nisaha. Ababyemera mumpe like ngaho
Abatoyemwo inyigisho nkanje mumpe like ❤❤❤❤
Mutima hari inyigisho nyishi nkwigiyeko iyugenda ntozimenye vuba ❤❤❤❤❤imana ikubehafi❤
Amen korere Imana wanzejereje abantu ubu nigihe cokunezereza Imana umbwo nubuhamya bukomeye Imana yakuremeye
Pole sana Mutima Imana kubayarakurokoye igufiseko umugambi Kandi amajambo yawe yubwenge uvuze aramfashije pe kuriyisi bisaba gukora cane kuko iyukenye urikenana kweli Kandi nasanze ubukene burababaza kweli nahorandavyumvango iyumuntu akenye na nyina aramwanka ubu nanje narabibonye kwarivyo kweri
Pole sanaaa mutima imana yarakurokoye sha imana ibandanye ikuzigama vyose imana irabibona iracagufiseko umugambi
Pole san Mutima wacu Imana iragukunda kand murikumw nayo abantu niko bameze kuk twarabuz ihero ryimiti gusa ndagusabir kuronk ibindi biruta ivyo warufise nukugir iherezo ryiza turagukunda ❤❤❤
Amen Amen 🙏 🙌 👏 ❤ Mutama urishuri rikwiye no mubana turosiga
Mutima araciye ubweng kbx ikiganiro nikizima
Imana imuturindire🫶
Yihangane kbx
Pole mutima imana Kuba yarakurokoye abandi barapfuye imana yibutse ibikorwa wakora mwishengere vyiza wosubira kuyikorera
Eeeeh il faut ko twama twibutsanya ko iyisi turingenzi dukundane dufashanye hma twizere Imana yo yaturemye hma burya ingabire yukwihangana niyukwizera nikintu gikomeye cne hma nivyo bro nukwama twiteguye nukuri ndagukunda knd cne knd courage bro hma amajambo rekana nayo sha kuko ntawutavugwa kuriyisi kuko uwokwishinga amajambo yabantu ntacoyopfa yimariye si nicogtuma murubu buzima turimwo niyisi turiko dukwiye kwitonda cne
Nivyukuri kabisa iyuri mubihe bigoye abantu bariha ibibanza bikwiriye mumutima wawe uvuzukuri kabisa akakantu karanyubatse❤
Mutima icamber pol sana hama abavuga barek bavuge ww imana iragufiseko imigambi myishi cane kk wavuy munda yurupfu imana igufiseko vyishi uzunyaruk kumva uteb kwishura yesu abandany agukomeza
Imana ihabwe icubahiri kuba wararokotse ❤❤utange ishimwe kumana 🎉🎉❤❤
Mutima tu m'as inspire mon frere,,
Ndabona kutibagiye bwabuzima ataco warufise,,
Kora cane ubuzima bihindurwa nibikorwa
Sha mutima pole❤❤ vyarambabaje cn numvise ivyo bavuze kd ukirwaye kimwe wihangane can Imana izongera iguhezagire
Ndashima IMana ko yakurokoye Mutima 🤗 iracagufiseko umugambii kandi imigambi yayo niyamahoro siyivyago ibandanye igukomeza kndi Urakoze kunyigisho uduhaye ubandanye uterimbere
Merci Mutama, uri incabwenge nukuri. Ico kiganiro cane ndagikunze kabi. Ibisigaye pole sana kuvyagushiye .
Just Gael ibiganiro vyawe birubaka
Pol sana mutima Imana yarakoze kuba wararokotse abigiriy nabo babandanye baruhuka neza
Mutima komera mwana ndiho agukomerezaho kweri nkatwe turi mubuhungiro ubuzima bwaraduhindukanye turumirwa hatabaye kwemera ico wanditsweko mugitabo cawe cubuzima ntakabuza wopfa kweri
Imana ishmwe yo yakurokye irakgufiseko imigmbi mutima nivyo gushma
Pole sana
Mwenewacu
Wihangane kweri
Mungu nimwema
Abundance akurinda❤🎉
😔❤️❤️ merci kuko utanze ubutumwa muvyo wavuze vyose. Mon frère Mutima ugumane uwomutima wogutahura kandi Imana ibandanye igukomeza 🙏💪
Très fort, amajambo y'ubwenge courage cane Mutima !
Pole sana kandi Imana ikomeze kukuja imbere kandi uvuze ibintu bikomeye kandi vyubwenge frère ...courage courage kandi uzogera kure ubifashijwe ni Imana ....ndakwifurishe kugera aho wifuza 🥰
Pole sana mutima Imana irikumwe nawe knd iyo umuntu agize ikibazo amajambo ntabura komeza urugendo uzoshika kundoto
Ndakwigiyekooo Vyinshiii Kbx Siivyizaa Kwirukaa Nimbwaa Zivugaa Ibitaroranyeee❤❤❤
Ikiganiro ndagihjj atagusimbisha
Muratwubats👏👏👏👏👏
Imana ishimwe cane Mutima yakize twari twababay basha ariko nyen ndanezerewe
wararokotse ,shn shimira allah
Mutima pole sana kandi amajambo uvuze urubaka kbx
Pôle sana mutima Imana yarakuzigamye Abo mwari kumwe nabo Imana ibandanye Ibahe iruhuko ridashira
Iman izabana Nawe imyaka yose❤❤❤
Pol San di Mutima utwigishij vyinsh murububuzim dukwiy kugenderak IMANA igukomez ugum utuber icitegererezo🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Pole sana Mutima!!umukama ahabwe icubahiro we yakwongeye imisi yokubaho❤
Aya magambo ye nayubaka. I know this is a blessing to have you Mutima👏🏻
Ukomere cane Imana irahari kandi iracakora ☝️
Amen ingabire yokwikomeza murububuzima ariyambere.
Pole Mutima u really inspire me. Imana ihe uburuhukiro bwiza abagenzi bawe hama Igukomeze n'imiryango yabo
Mutima bro ❤ pole sana. Abisi Niko twabaye
Pole sana imana ishimwe KO wakize
Très intelligent Mutima!be blessed
Pole saana Fleury !!
Pôle Sana muzeee.
Narababajwe n'abaciye bitaba imana.
Herve vrmt 😭😭😭😭😭😭😭
Mutima imana yarakoze kukurinda jama yangu uzigamwe urandemesha cane ndagukunda Sana hariho icimana yakuvuzeko niwirambire ncuti yanje
Ndize kweri mutima imana iguhezagire Kandi pole sana
Pol sana mutima imana niyo gushimirwa .habwa icubahiro mana
Mutima araciye ubwenge sana vraiment 👍 ikiganiro arimwo ndacumviriza mpaka cose giheze
Imana ibazigame mwese....
Pole sana mutima lmana iragukund kand murikumwe nayo igufiseko umugambi abantu nabo bavuga ivyobishakiy ww guma kumasezerano yimana izogukorera vyishi bariko bareba komeza gusenga ubihoze lmana irakuzi ncuti yanj vyose nuguseng
Ihangane sha mutima abantu bose sibabi hama imana niyo nkuru yakurokoye
Mungu akubaliki
May God keep protecting you ❤
Is amazing how strong you are
Mutima warahatswe ukwiye gushimira Imana
Mutima pole sana nukuri kand turagukunda.abantu nabo nukubareka niko tumeze.ariko ntakibera ubusa imana igufise kumugambi
Amajambo yubwenge akomeye cane ingabire yo kwihangana niyo nkuru ntubeshe mutima pole sana mugenzi
Imana Ikworohereze bwana
Ikiganiro ciza cane kandi c'inkoramutima❤
Mpore sana wanj mutima kazima uhumeka mwiza ❤
Imana yarakoze cane
Mutima courage musaza.Ngo"aharubwenge bwinshi uhacana bukeyi "
Pol sana frère.Imana iracagufiseho umugambi vrt
Imanishimwe ubwuramahoro
Mutima pole sana ukomeze guhanga amaso Yesu kristo niwe nyishu ya vyose ayakurinze nibindi izobikora,hama ivyo bizunguzungu ngira ni tension iba yamanuse hasi
Mutima iyo nyigish yaw ni nziz Can gos Iman ikurind kand iragukund vyzaa can
Mutima kidumu nibo bantu baza imbere mugukora ko kuvuga amajambo yubaka kandi yubwenge
😊
Mpore mutima❤ ugihumeka vyose birashoboka abantu baragoye ark so twese q
✍️✍️✍️✍️😭😭😭😭
Uzame ushimir'Imana Yakurokoye, kandi Imana Ishimwe ko yakurokoye
courage mutima le comedian pole sanaa kbx mwihangane .
Yooooooo mana yanj mpole imana myenamahoro ibiheregwe icubahiro koyakurokoye nabapfuye ntiyabanka ahubwo nisaha yaboyageze
Pole sana Mutima.Imana izoguha iyindi modoka ndibuk ko wimereye neza ntanidwi yaribwahere umpay rift ndakubwira k ndumujama wa Mr possible.Imana yakire nabitavye
Imana yomwijuru nikomeze kukuzigama ndungutse muvyukuri
Félicitations @Juste Gäel kuronka ikibondo cawe ca mbere 🤪😅 👊🏾,Hama Pole sana kuri @Mutima le comédien,gusa kazima ari muzima ,Hama ibintu bizoza ni bukebuke ,nta muntu yavukanye navyo ariko gusa biraronderwa ,Love from Sweden 🇸🇪
pôle sana.courge numvise ufise kazoza Kenza cane.ninavyo son excellence yama ariko arasemerera.at mumbono kazoza uburundi bwifashe 240.buteyimbere 260.nivyonyene knd uraziko muzinanye yaraguhanuye nurumva.ok terimbere nkumuzinga turikumwe twese birashoboka.imana ikomeze ikuje imbere❤❤
Waou interview nziza cane vraiment ❤
Mutima uravuga ukuri uvuga amajambo akomeye cane yesu yarakinze akaboko yarahabaye ❤❤❤❤
Ndahimbawe can kubona mutima akomey arantwenza can
Umuntu anziko akunda mutima ndamusavye
Mutima uravuz amajambo arankozeko uvuze amajambo yubwenge cane uramfashij Imana iguhezagire Imana ibandany yivanga muvyaw🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Reka IMANA yitwe IMANA .yoyakongeye kongera kubaho niyukubahwa
Pole sana mutima Imana ikuzigame
Pole sana Mutima
Ariko rero sinzi ko mwabony Gael yari yikawushij gutwenga ariko vyanse nawe aratwenze😂😂😂😂😂
Sha uzahambirwa ibuyr kl kukuntu abomwarikumwe babay ariko wewe ugakomereka kukuboko gusa .vyabereye muhira kundava sinkuru yimbarirano kl nar live nyajoro kl.iconabonye abantu baragukunda sana baza mubitaro baje kuraba uwomutima uwariwo nibaza kuraba ikibazo wagize😂😂😊.ahubwo uzategur show uze bakubone.From ndava village Buganda cibitoke.❤❤
Mwiga n'ubuhinga bwoguhingura umwavu kama( organic fertiliser). Apana harimwo ivyica umubiri wacu.
Ndakwemer mutim
Mutima pole sana abisi Niko bameze
Imana yarakoz🎉🎉🎉🎉
Imana niyo nkuru bwana Mutima
Real talk!🧠
Mutima ndagukunda
Pole narinziko nibimwe vyokubesha abantu 'jewe sinaribwavyemere
Mutima uti pol sana kabisa kandi courage
Cool ❤
Mutima Imana ikuzigame kandi iguhe gushika kuvyo wipfuza.
Pole sana big
Ur Talking right things
Mutima ❤, très sage et intelligent 🎉🎉
Mutima ndagushimiye uvuze ijambo rinkoze kumutima ingabire yokwihangana abantu bazi kuvuga utihanganye rero urumva kobitaba vyoroshe
Mutima❤❤❤❤❤❤
nukuri mutim ukomere cne Imna kobyakuzigamye