La prostitution est le métier le plus vieux du monde. Ntakubironderera aka explication! Aba shuga babies mureke kubita utwotuzina turyoshe twokw' allega ivyo bintu!! Abantu bose bafise aba shuga daddy naba shuga mami naba prostituées et des gigolos!!
Ariko namwe murigirisha gisha nicabo bahungu kuko bagiye muc isilam. Ariko kuva kera murazi ko abagobo bamye bisazura. Hariho numugabo ngaho ibubanza afise abagore c uminindwi Radio bbc yavugishije nunva uwambere n umukecuri uwanyuma ni nkumwuzukuru. Kandi kuwutari umukritso ntagitanga abami aho bageze basiga ibagore binkumi. Ibi nabo bacoroni baza vya barangana. Ariko siko biri. More over Daudi bamuzaniye agakumi atakakinagashoye. Ngo kamususurutse. Ibara naryo. Muhamed yangoye uwa 45ans afise 25ans aca amuharikisha umwa wa 6ans ibara kuba Isilam suger momy hamwe n afaire gatobora kumuntu umwe.
Murashobora gukurikirana inidirimbo nshasha GOTOMERA by KELLYNA
th-cam.com/video/ItVR-2Vl5YM/w-d-xo.html
th-cam.com/video/ItVR-2Vl5YM/w-d-xo.html
Erega abakobwa b'ubu nta kubaha abahungu bagifise. Abahungu nabo baba biteze icubahiro ku mukobwa bakunze. Usanga umukobwa ahuye n'umugabo atunze, agendera mu modoka igezweho ashika abicurira umukunzi wiwe. Rero umuhungu aca aja ku wabuze urukundo.
Gaël uyu mudemu uzoze uramwitondera! Kuk arakaze gusumba abandi Bose🧏
Umokobwa aciye ubwenge cn Imana iguhe umugish
La prostitution est le métier le plus vieux du monde. Ntakubironderera aka explication!
Aba shuga babies mureke kubita utwotuzina turyoshe twokw' allega ivyo bintu!!
Abantu bose bafise aba shuga daddy naba shuga mami naba prostituées et des gigolos!!
Kellyna nuva aho wavugirij induru warabuze umu type yogutwara urambwira ndaguhe umu type wa bien
Akakana nikeza ❤.
Gaël Mon fils wewe uzokwiteza imbere muruwomwuga abandi bagusuzugura ngo ntaco urimwo urakora
Gallery wew ibiganiro vyawe biba bifuse inyigisho zikomeye cane.
Kandi bifise poid.
Ariko namwe murigirisha gisha nicabo bahungu kuko bagiye muc isilam.
Ariko kuva kera murazi ko abagobo bamye bisazura.
Hariho numugabo ngaho ibubanza afise abagore c uminindwi Radio bbc yavugishije nunva uwambere n umukecuri uwanyuma ni nkumwuzukuru.
Kandi kuwutari umukritso ntagitanga abami aho bageze basiga ibagore binkumi.
Ibi nabo bacoroni baza vya barangana.
Ariko siko biri.
More over Daudi bamuzaniye agakumi atakakinagashoye.
Ngo kamususurutse.
Ibara naryo.
Muhamed yangoye uwa 45ans afise 25ans aca amuharikisha umwa wa 6ans ibara kuba Isilam suger momy hamwe n afaire gatobora kumuntu umwe.
Hahahaha, ewe nzira ya howo! Gael aranyeguye uno munsi.
Ntamahera borongora gte?umuntu ava kwishure ashika aguma mugira ntakazi none umugore numugabo nsinoti kweli??atanoti ntabuzima ntarugo ntanakimwe gikoreka
Gael mbaye nka Kellyna ndashaka kubona l'homme behind the camera. Il faut nous présenter ton équipe, Hosy yarabikoze kandi vyaraturyoheye🙏
1. Kellynna akundana nikigabo cigi faux citwa Mister Champagne☺🙄😏. 2. None? Abakobwa bose bi Bujumbura inkundo zagoye, abari mu busambanyi, biruka mu basore no mu bagabo bubatse, basigaye ari abahinga muri "relationships", nivyerekeye ingo/couples!!! Oya kweri. Bavuga ibintu bitagira base scientifique. Bavuga ibintu baravye ivyabashikiye hama👉généralisation/globalisation.
Abahungu twarigorewe! Noe aba bakobwa ko bashaka 50% nibakore barondere amahera nabo hama batangure gukwa??? Mwibaza ko twovyanka???
Baramaze kumugutwara nimbutaz gutanga kea uramubura nyen ibihe turimwo nibichacha ntamakur ufise😂😂😂😂 wew ukizana vyakera haaa abashugamam nabachugadadi ubunibobagezweho😮😂😂😂
Gaël uri mutama
❤❤
Gael Uri umuhinga Kandi wavutse igihugu kigukeneye Kandi incut zawe zirabe ukuntu ukora umwuga ukuntu ubaza umuntu wishunze imico yacu
Barabatwara nyne noe nimba ukenye urukundo erga namahera noe ukenye ushka agiriki🤣🤣🤣😂😂😂ntamuhung ub yokwinjiza murugo ukenye atanico ukora cnk winjiza murugo kugira muhirize hagati mwese muvyo mwoba muzanye mwese😂😂😂
UWUMIGEME ARACIY'UBWENGE,IMANA IZOMUHE N'UGUKIZWA NEZA AZOJE MW'IJURU.
I really like this girl the way she's always comfortable Damn
Kellyna wanj ubivuz nez can ❤ic nokunganir nuk har abahug bashak kubak nabakobw barih bashak kubak rr sabahung boos bamez uk knd sabakobw boos bamez uk
Mbo, impa numero yiwe Gaël, ndabe ko nomugira umugore.
Kubwanje novuga nti ibintu uko ndabibona vyarabaye hatari haatari vyararenze hatari
Abo batwara ni abatazi icyo bashaka. bareke bagende neza.
Isanganya abakobwa bagwamwo bibagiye ico tubashakamwo
@Kellyna ni keza vraiment ☺️🥰,love from Sweden 🇸🇪
We love Kellyna.Vibes & mindset
Emmanuel macron 🇫🇷 yoba yakwirikiye
Umu sugar mamy change nurukundo?
Age just a number
Vyose nimu mutwe
Uwokibaza umuvugizi wiwe?
Shiftcode ni igiki Gaël ?
Ni Buja we share...😂 Bujumbura is for Business not for love
None umugwa mukuru w'urukundo ni hehe?
Muncamake 😂😂kellyna naturek twikundire kuko ibiti vyose birurirwa ahuhw jw nunva aturwanya cane😂
Ibiti vyose ntivyurirwa. Nk'ubu ntuzi ko kizira kwurira baobab😂 Sequoia coco ntiwoshobora kucurira😂
Kellyna muntu wanje nkunda cyane
Komera
❤❤❤
👀
Gaël namp Aka numéro
GAEL aguha ? Icazi nukuvuga gusa. SRAVUGA mugabo nta service ashobora kuguha. JE le comnais depuis
@@pierreclavernduwimana1974🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Babakwo benshi bariko bararongorwa nabahungu benshi bariko bararongorwa kiretse mubisagara gusa Kandi birumvikana cane kubera mubisagara abahugu nabakwobwa Ingo zirabajena kuko zibatuma batisanzura ngo ucumega bisa Niko bari mugasho Ariko hoko bokwubaka bongera basambura bopfuma bavyirekera kugira bareke gucafuza société.
Abahungu bararongorwa??
@@christella5092Yihenze,mukwandila.N,ukumwumva
Société yubakwa n'ama mariages.
Kaaze buja villeee…. 🎶
Huzuy aba bileee
Impa numeros ndak uy mundemu niw
😂😂😂😂 basha abanyagwanda bigishije abarundi bamaze kuguruka umutwe😂😂😂
Barabura ivyobize
Kubera iki uvuze abanyarwanda? Wewe uri umupwayu ihakiri zarakwinyegeje