Les enemies du Burundi c est sont des Burundais😢 Nyakwubahwa,igisigaye ni ukubagondoza Igikenye ntawundi Muti🤷🏽♂️ uBurundi buterezwa guterimbere kunguvu✊🏾🇧🇮
Mushinganta, abarundi benshi bategereje icupa bé n'inrya gusa. Ntibiyumvira, biyumvira ibibaja Munda Uno musi ejo bazotamba urundi. NTA esprit d"investissement bafise. Abategetsi bomuri commune bacereza abafise vision de développement mukwikaza kugira ubanze gusohora amahera. N"ABA OPG communaux nibabi mukwuzuriza abanyagihugu mu ngora et bafitaniye. Barigaza, babonye abantu batumiye baje baca naja mu Bubare(cas zo mugashikanwa) mukazorindira mukansnirwa mugaheza mugasubira inyuma atagikozwe. Mutante ibiturire Baraza, bagatangura kubakina nk'umipira WA ping pong. Ikindi Hari amazones par exemple Kabamba bononera abandi en soutenance par le chef de colline..
Nibyo koko. Tell them the truth perezida ndayishimiye, bravo
\🇧🇮💪🤩Yego mutama% uvuga ukur gusha ny'akubahwa Everist " Imana igume ikurinda✍️⌚🌺🌛
Imana imube imbere mtama wacuu kwelii 🤔🤔🇧🇮🇧🇮✌️
Tres bien papa
Ese IMANA YOCUVYA Ivyiyumviro vy'injavyi Igashigikira imirambi myiza ya NEVA wacu💪💚
Thanks
Imana 🙏 itubabarire abarundi
Ubu vyaratorewe umuti ❤
Irebe Fm umunezero wacu
N'ukuri ubu agatoro karahari! Ishallah
Nyakubahwa wari indongozi nyayo mugabo abarundi baragoye itwagwa
saha gusa …mubihungu vyose biragoye gushira hamw abanyagihugu, SE P. NEVA azobigisha moaka bunvis nicogikogwa cumurongozi giramahoro.
Muzehe urakoze cane gusa ufisakazi kenshi
Ni vyiza yuko twumvise yuko igitoro kitabura mu Burundi kubera atamahera yo kukigura ahari ahubwo ari kubera uguhangana kwabantu hagati yabo sinarinzi hariho abantu baryoherwa babonye abantu uburuhe buruiko bubicira muri ville kumirongo nuruzuba kandi bavuye gukora kugira abo ba chef nyene bo hejuru baronke amakori bahembwamwo imishahara yabo nama V8 bagiramwo muga ntibumvire impuhwe uwi muntu atuma baronka ivyo vyose.Abarundi Imana itubabarire nkabagira ivyo nkubu usanga bavugango barwaniye Abarundi.
Les enemies du Burundi c est sont des Burundais😢
Nyakwubahwa,igisigaye ni ukubagondoza Igikenye ntawundi Muti🤷🏽♂️
uBurundi buterezwa guterimbere kunguvu✊🏾🇧🇮
❤❤❤❤❤
Raba ugerageze mutama Uba shire igitoro kibonek every day
Nyaku bahwa turangukunda twe abavandi mwe babanyarwanda
Mushinganta, abarundi benshi bategereje icupa bé n'inrya gusa. Ntibiyumvira, biyumvira ibibaja Munda Uno musi ejo bazotamba urundi. NTA esprit d"investissement bafise. Abategetsi bomuri commune bacereza abafise vision de développement mukwikaza kugira ubanze gusohora amahera. N"ABA OPG communaux nibabi mukwuzuriza abanyagihugu mu ngora et bafitaniye. Barigaza, babonye abantu batumiye baje baca naja mu Bubare(cas zo mugashikanwa) mukazorindira mukansnirwa mugaheza mugasubira inyuma atagikozwe. Mutante ibiturire Baraza, bagatangura kubakina nk'umipira WA ping pong. Ikindi Hari amazones par exemple Kabamba bononera abandi en soutenance par le chef de colline..
wavuga muvyeyi nuko abarundi tutumva
Noe bahane abo bantu ntabusho buhari
Umukama akutuzigamire
Abobantu warukwiye kuzuravunira mumavi
Uravuga nuko abasha koduterimbeere aribake bakagomba KO uwuzotezimbere uburundi koyoba umunyagihugu mutoya abobutejimbere nabo bakagombakubusubizinyuma ivyo nkabenegihugu bâti biratubabaza tumva barikobaranka kugushigikira mutama
Ariko ndibaz kobenshi badatahura kirya camwa icarizo
Abarundi naba MSD akazi kabo nugupinga gusa
AHUBWO NA CENI NIBATORE AMA DONNEES KU BANTU BOSE BISANSUMISHIJE KUKO BARABAFISE BOSE ABAGEZE GUTORA BOSE BARI MURI BCR. KUKO NAMAHERA YOKORA YOGABANUKA
Ariko ga nyakubahwa ko abarundi twaguhaye ububasha bwose bwo kuturongora abo bantu ntiwumva ko ari des rebels kubera iki igihugu kitobarwanya kurya umu rebel arwanywa abo batubuza bakatuvira munzira. Kuko igiturire no kunyonora ,kutubahiriza amategeko bitagarukiwe ntagashoboka. Kandi ukudahana imbwa vyorora imisega.
SE P.NEVA numuvyeyi yogwanya abansi bigihugu bos hosigar ik koko?ic akora arigisha bukebuke nkumuvyeyi k’umwana.
umuvyeyi ntakoresha inguvu ukuntu abarundi turi intumva hamwe akoresheje ishavu yotumara
@@bizomenyimanaelias5455 ntakoresha ishavu akoresha amategeko iyo umuntu yivye akarya igiturire aba akoze ico bita crime .Crime nayo naho patiri canke pastor yokubabarira igihugu kiraguhana.Mbe harya wewe umuntu womufatana imprne yawe ayitwaye womwigisha koko ?
@@DNAT_show burya abaroberi baje guhungubanya umutekano yobareka agaca abigisha? None umuntu akora ikiriberi k’ubutunzi atuma tuba abanyuma kw’isi we ahabwe intebe yigishwe? Mubisanze kugira ingeso mbi yo gusabura igihugu yatwgerezwa gutuzwa kurya batuza des rebels igihugu kurangwa na rule of the law.
Nobody is above the law.
@@bizomenyimanaelias5455 niba uru muri abo babyonora ukaba utinya ko uhanwa n’ubihebe utungwe n’utwo ibiriye icuya.
Ingorane yabarandi bazi gupinga ntibarwiza ibikorwa
Neza cane mujama wacu!bandanya mukebura intumva imberbe nineza nukuri Hindura abantu birashoboka udukorere ivyo gwagasore n'a ndadaye bagomba gukora basi baravyica!mutama nugukora ijoro numurango mpaka imbonakazoza tuyicakire vuba
Bravo