Ne vend pas ton histoire sur les réseaux sociaux fait ta vie avec ta femme,abantu bazokwama bavuga bareke,rongora ugwize umuryango,nturuwambere bibayeko
Uyu mugabo si umugabo, si vyiza parler de son foyer sur les réseaux sociaux. Parce que sa belle famille ikunda la discrétion. Hagarika mugabo. If u want to live a happy family avoid the network, Just live your happy family not as a star
Ariko muzi ko umuntu avuka Imana izi ico iimmuuremeye!!!. Imana irema Moodeste yarizi ico azomara kw'isi.
Lero ibisigaye muvyihoze Imana ni yo igena
Nifasha fabrice akanwa gatukana si akuwamenye imana , urakwiye kwizera yesu
Gaël ndagukunda unjanye kwa Fabrice ibindi nkibi mpita nirenganira😎😎😎😎
Juste Gael ndakunda ukuntu uvuga ama sujet atandukanye, komereza ahonyene
Biratwereka ko u created a family to be known .please keep quite and buildypur family
My question is that :"Didn't you eaten your choux any day before the mariage ?"
Modest hari umukobwa mwiza gusumba uwa siyoni yirengagije naw kugira mariage kuber aca gira mariage nuwo barikumwe kubera yumvise karumwan wa siyoni yakurikiye amahere
Umunt yatahuye la spirtualite kuk kensh twihenda kwishenger , la vrai spirtualite
Nivyo yashikirije kuntamba zacu ntagire twaravyibagiye😂
Wakurikiyinoti turabizi
Nkaha mpita ndenganaa
Gaël ndagukunda; ariko vyiza kugira utere imbere gusumba woza kwiga communication.
Ntibavuga ibisunitwe n' impwemu. Ni gutosora amajambo usohora😮
Avoid ppl like him. Talk of business my dear GAEL. Nivyo turondera. Ibi vyaba Pasteur ni escroquerie.
Abana bimana turakomeye nka Data womwijuru kuko amaraso yayesu aratuvugira arabikora ntabwoba kumwana wimana
Uti prophet? 😂😂😂
Ne vend pas ton histoire sur les réseaux sociaux fait ta vie avec ta femme,abantu bazokwama bavuga bareke,rongora ugwize umuryango,nturuwambere bibayeko
Uyu mugabo si umugabo, si vyiza parler de son foyer sur les réseaux sociaux. Parce que sa belle famille ikunda la discrétion. Hagarika mugabo.
If u want to live a happy family avoid the network, Just live your happy family not as a star
Abamenyesha makuru ba fake
Izombwa ng naba proffet nibaj hiyo
Uravuga make ntiwikwegere umuvumo guhangara umukoz wimana
@@AmaniNduwayo-o2b umuntu avima ninumuvyeyi ntawundi mwaaaa
@@AmaniNduwayo-o2bwho told that he is umukozi w'imana. Uyo ni escroc gentil
Imana ikubabarire
Imana ikubabarire