Raba ingene uwabaye uwa mbere muri Primusic2019 yahawe agashimwe ka millioni 25 z'amarundi

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 2 ต.ค. 2024
  • เพลง

ความคิดเห็น • 10

  • @laurettetetero8097
    @laurettetetero8097 5 ปีที่แล้ว +3

    🙏Stay blessed

  • @cedricnimpagaritse2349
    @cedricnimpagaritse2349 5 ปีที่แล้ว +4

    Kumuntu wambere nuwakabiri mwihenze kubwanje kohari hasigaye abantu 2 mwari kuvuga uwambere kukovyari kuryoha kurusha murantunga niciyumviro canje ham merci Primusic mwaraye amajoro nayandi kugira muturyohere

    • @ndabagezesecond6296
      @ndabagezesecond6296 5 ปีที่แล้ว

      Hasigaye 2 aho uhera hose, nta ngorane, kuko iyitavyanye inyana ivyara ishuri

  • @jeandedieuhakuziyaremye8623
    @jeandedieuhakuziyaremye8623 5 ปีที่แล้ว +2

    Uwomwigeme arashoboye kwigana kabisa primusic yarayikwiye👌

  • @nestorniragira6146
    @nestorniragira6146 5 ปีที่แล้ว

    Wapi uwo mukobwa Laurette ntavyo yarakwiye!! Ego araririmba muga kuri stage ubona yoronka aba fans bangana iki!?? Umenga ni jazz in slavery period in America!!

  • @mutabazijustin2487
    @mutabazijustin2487 5 ปีที่แล้ว

    Sha ntabwo yarushije uwomuhungu pe nuko aragakobwa keza gusa niyompamvu

  • @ankahassn44
    @ankahassn44 5 ปีที่แล้ว +2

    Mukobwa mwiza wibuke diamond arinjanye nabaja ntagute mukaga uyo nisesa nkuyoze ngo aguhunbishee

  • @unityrooi6823
    @unityrooi6823 5 ปีที่แล้ว

    Uw munt agra edit ya video asubre kuvyig nez

  • @nduwimanasimeon984
    @nduwimanasimeon984 5 ปีที่แล้ว +1

    Adorable

  • @joslyjojo221
    @joslyjojo221 5 ปีที่แล้ว +4

    Abo bantu nategura ivyo bintu barakwiy kwisubirako vrt baho amahera uwambere gute kandi yaririmvye English muri final ivyo birabaho ? Muri final yategerezw kuririmba ikirundi gusa ! Ico ntaco baziii baze baraba abandi aho bageze