Indangamirwa by Laurette Tetero (Video challenge compilation)

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 7 พ.ค. 2020
  • Mukenyezi,
    Ino ndirimbo ikubere icibutso c’ukuntu uhambaye mw’iterambere rya Buri kiremwa muntu.
    Muri vyose uri Indangamirwa, witandukanya nabandi ukabasiga kure cane.
    Niwumva ucinyijwe ino ndirimbo ize ikwibutse agaciro kawe.
    Niyo wacika intege ino ndirimbo izokwibutse ko Uri umunyenkomezi.
    Muri vyose ize yame ikwibutsa ko Uri ikirumara, I N D A N G A M I R W A.
    Ndashimiye cane bimwe vy’imvamutima abakoze ino challenge uhereye kumuryango wanje n’incuti zanje zose.
    Umukama abahe gukikuzwa n’urukundo n’ugufatana mumugongo munyereka muri runo rugendo rutororoshe rw’ubuzima.
    NDABAKUNDA VY’UMWIHARIKO❤️
    Bano Barundikazi babibutse ko mushoboye kandi ubwiza bwabo bubahimbare ku mutima .
    Mboneyeho n’akaryo ko kwipfuriza abakenyezi bose umunsi mwiza w’abavyeyi ✨
    Turabashimira k’ukwitanga n’indero muduha.
    Imana ibahe kuraba no kubona ivyiza vyinshi.
    Uwubafise Ku mutima
    Laurette Tetero
  • เพลง

ความคิดเห็น •