Chris Ndikumana numukozi w'IMANA ntamwuka mibi akoresha ndabihamwa.twaratanguranye gusenga ivyo IMANA yakoreye birandenga nazungurutse muma Église atagira uko agana aba Pasteur Basile compte yanje iri vide .none Chris IMANA yomwijuru izoguhe iherezo ryiza na familles yawe .amen amen hallelujah ❤❤❤
Chris ningabire yavuye k'UMANA.nkubu hariho abantu batopfuye bahonyoje ikirenge muri côte d'ivoire bahagejejwe na Kanguka.ubu igihugu kirinjije bcp de dollars kubera ingenzi.Thank you JESUS kuba wararemye chris.tumwipfurije kuramba.ikindi nuko ikirundi catanguye kuba langue international kubera kanguka🙏.Laurette❤ komera mugakiza niho harubuzima nyabwo.
Chris Ndikumana lmana ikomeze ikwagure iguhe imigisha uwakumenye agera kuri YEZU bimworoheye upfa Kuba twizeye lmana imuhezagize numuryango we nabafatanya umurimo wi lmana❤❤❤
Imana ishimwe cyane niba ushidikanya senga ubaze Imana ubone ihishulirwa Mana werekana ibintu byihishe cyane Yeremia 33 vs 3. Luka 12 vs 1 and 2. Kanisa la Mungu tuombe sana Dunia yote watu wote waokolewe Jesus is coming soon.Amen
Chris Ndikumana numukozi w'IMANA ntamwuka mibi akoresha ndabihamwa.twaratanguranye gusenga ivyo IMANA yakoreye birandenga nazungurutse muma Église atagira uko agana aba Pasteur Basile compte yanje iri vide .none Chris IMANA yomwijuru izoguhe iherezo ryiza na familles yawe .amen amen hallelujah ❤❤❤
.Chris afite umwuka wimana nanjye muri kanguka naboneyemo ibisubizobyibibazo narinfite nubu ndacyasubizwa.❤❤❤❤❤❤
Umeze Ute c! Kanguka iba live saa ngahe
@@uwamureraclementine8457 ushaka uraja kuri TH-cam ukandika kanguka naho iba yarenganya ntaco
ntabwo habaho live ya Kanguka, inyigisho zose uzironka zitari live.
@@chrisk4726Bazaze tubabwire ivyo imana yadukorey biciye muri kanguka. Jewe ubuhamya nzobutanga bikomey christ skoreshwa namwikawer ijan kwijan❤❤❤
Chris ndikumana Imana imukomeze caaaaaaane❤❤❤🎉🎉 🎉🎉🎉 abavuga nabi bazicuza umusi batazi
Chris ningabire yavuye k'UMANA.nkubu hariho abantu batopfuye bahonyoje ikirenge muri côte d'ivoire bahagejejwe na Kanguka.ubu igihugu kirinjije bcp de dollars kubera ingenzi.Thank you JESUS kuba wararemye chris.tumwipfurije kuramba.ikindi nuko ikirundi catanguye kuba langue international kubera kanguka🙏.Laurette❤ komera mugakiza niho harubuzima nyabwo.
Umuntu avuga kanguka neza ewe Chanel yawe iba indonse ❤Plaisir Ndiho aguhe umugisha
Ooooooh biraryoshe cneeee Tetero wahisemwooo neuzaa❤❤❤❤
Ariko Tetero uri keza iyo utakira Yesu Christo warikubuhomvye satani yarikuba ariye neza ariko yarahomvye pe
Ndishimye kubwa Laurette Imana imuhe umugisha gukorera Imana uri mwiza biraryoha Imana imuhe umugisha❤❤❤
Chris Ndikumana imana imwagurire 🎉🎉dufs vyinsh twoovuga kur kanguka
Ntibamucire urubanza imana niyomucamanza imana uyizeye akayikorera ntagushidikanya imukorera ibitangaza mokwizera kumukitu ubundi umukozi wimana ntabyirata buzima urakoze kumukoresha eteriviyu aradusobanuriye kanguka uko ikora atakoze cyane imana igukomeze kumurimo wayo amen
Ndi Umurundikazi ndahamya ntashidikanya ko Chris arumukozi w'Imana. Nukuri Chris numukozi w'Imana
Ndikumana arimwo kbs Iman imurinde❤❤❤❤❤
Inkengegwa izovamwo igihumbi.knd nyarucari azovamwo ihanga rikomeye cane.igihugu cacu c'uburundi ndabona lmana yamaze kuduha ingabire izotuma igihugu kimenyena neza.nivyo ntikimenyekanye mubutunzi nkibindi bihugu ariko igihugu kimenyekane kubw'icubahiro c'lmana.chris uhezagigwe imihezagiro yose yo mw'ijuru❤🎉
Imana ishimwe cane icoyavize kubirundi kiriko kirasohoka kabisa nibindi birinyuma 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️💞💞💞
chris Numukoz w'lmana njyew ndumuhamy Nukuri Nabonye lmana nabonye Imana muri kanguka mubyukuri Muri kanguka hari Imana
Waouh!félicitations à Tetero Lauraine!yesu aracari kungoma!akomeza kugira neza!❤
Chris Ndikumana lmana ikomeze ikwagure iguhe imigisha uwakumenye agera kuri YEZU bimworoheye upfa Kuba twizeye lmana imuhezagize numuryango we nabafatanya umurimo wi lmana❤❤❤
Ahubwo abantu badasengera muri KANGUKA barahimbye pe
Oh Imana ishimwe cane pour toi tetero 🙏🏾ingene rero usa na tes petites sœurs 😀😀
Ndagkunda mwana w'umukobwa uranezera gose.encore uri mu Mana Ndi mu Mana.Imana Ikomeze Guhabwicubahiro❤
Uzubwenge cyane Tetero ndagukunze cyane nawe uvuze Imana neza
Natwetwarikure turahamya Imana irikumwenawe sinkabamwe bishitahejuru bashirimbere amahera
Tetero komera kibondo wahisemwo neza
Jewe ndurundi kazi .Chris n,umukozi w,IMANA
Wahisemwo neza Tetero
Undi abantu badafise Yesu mubayeho gute kwari
Mwarahonvye pe
Nanje ndamukunda pe Imana imuhezagire cyane twubakwa ninyigisho ziwe ❤ababivuga ntamakuru bafise
Imana ishimwe cyane niba ushidikanya senga ubaze Imana ubone ihishulirwa Mana werekana ibintu byihishe cyane Yeremia 33 vs 3. Luka 12 vs 1 and 2. Kanisa la Mungu tuombe sana Dunia yote watu wote waokolewe Jesus is coming soon.Amen
Tetero sha courrage urekane nabakubeirango warazimye ngo kubera wahevye imiziki ntibazi inyungilu zisumba izindi ziri muri Christo Yesu
Ndafashijwe IMANA ishimwe cane ihezagire Chris
Chris umukozi w'Imana w'ukiriiii peeee🎉🎉🎉 Mana warakoze kumuduhaaa
Chris Ndikumana numukozi w'Imana niyo ndiko ndamwumva mpamanya numutima wanj ko afise umwuka w'Imana!!! Ivyo sindabishidikanya
Chris ni umukozi w’imana / umuvugabutumwa wuzuye Mpemu Wera. Nanjye napinganga Kanguka, ariko yamfashije byinshi cyane guhera 2020🙏🙏🙏🙏🙏
Que Dieu soit louéeeeee🙌🏻🙌🏻
Amen.murakoz cn ikiganiro cari kiryoshe❤❤
Nari narahevye kwumviriza kanguka ariko Imana inshoboze nongere kuyikunda satani ni mubi atwereka inzitwazo
Murakoze cane Yesu abahe umugisha wahisemwo neza sha Teteto courage
Iyo ndirimbo abana banje barayirimba tous les jours
Ni ukuri Kanguka nayironkeyemo byinshi, lmana yarambohoye🎉
Abantu muhumuke rya kanguro ryahereye i burundi warakoze MANA kutwibukira igihugu cacu
Imana ikomeze guhezagira Chris kugira dukomeze dufashwa
Amen cane Imana ibahezagire
Chris yarasengeye cyane mbonumwana
Amen uw Mwana akwiye kwitwa akazina keza vraiment
Tetero wacu❤️❤️❤️❤️🥰🥰🥰
Wow Imana Ikuhe umugisha
Imana ikomeze imukoreshe!
Courage mwana wahisemwo nez
Numukozii wlmana❤❤❤
Chris nahezagigwe caaaane ariko umwuka wera amavuta menshi mana warakoze kuduhezagira muburundi cane cane nisi yose ikavyungukiramwo.
Imana umhezagir p
Vyukuri Chris numukozi w lmana ababivug nabatumw nasatani kandi ntibarik barwanya Chris uhubw barwanya Yesu
Ameeen❤ Imana igukomeze my sister
Murakoze cane Benedata
Wahisemwo meza 🙏🏽
Ndafashijwe niyontahe numva nongewe izindi mbaraga
Chris twaraguhaw nkumugisha
Imana ishimwe cane🙏🙏
Urimwiza, uraberewe
Thank you Plaisir ❤❤❤
Abantu nibakanguke barebe ubuntu bw’lmana bumuriho Chris ahubwo mugire umwete wogushaka lmana
Plaisir ntaganzwa ndagukunda ukuntu with kugikogwa cImana.ndashaka kuzokubona amaso kuyandi
Nanje ndemera ko chris arimwo umwuka wera kanguka yokuwagatanu muyumve.
Tetero gumamwo mu Mana nisawa
She's beautiful
Ibiganiro nkibi biryoshe uzoze ugira amasaha abiri 🤗
Njyewe ndi umuhamya maze imyaka 5nsengera muri kanguka rwose ariko mwabantu mwe ubu ndashima lmana mubyo lmana yakoreye kanguka irakiza rwose
❤❤❤ vyiz can
Mbega mukobwa mwiza 👌
chrisss numukozi wimana nico gituma muguma mwugurura vyose titre chriss yuguruye kanguka hagezee ikindi ntanumwe akorako mugahanga ngo ariko aramusengera mwebwe honyene mwashizeko titre chrisss😢😢
Laurette nagende muri América Got Talent atange Ubutumwa barabukeneye
Imana iguhe umugisha
Tetero disi uri nakeza
Mbekiganiri kiryoshe mwarahezagiwe
Amen amen❤❤❤
Christ nukuri numuntu w'I 1:29 mana
mugira titre iriko chris kugira tuvyugurure😂😂😂 ubuhamya bubaho ja mureka gushikuzaaaamwumve intahe gusa namwe muhezagirwe ngo primuzike nijambo ryimama😢😢😢😢l
Amen
Muhezagirwe
Abo basebya Chris ni ba Sanbalati Na Tobia
❤❤
nubwenge gusa ko mutaamutweretse ari cote d.ivoire mumuzanye ubu😅😅😅😅
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦❤❤❤❤ndagukund plasir
❤🙌🙌🙌🇧🇮
Tetero komeza🙏🙏🙏🙏❤
Ico gihugu arimwo nihehe
Ivory Coast(Côte d'Ivoire)
Chypre niho yiga
Badashaka kuja muri grpe kanguka mwomfasha
Ja mur play store wandik kanguka uca ubona application uzohore uyumva buri munsi