Rwasa ngo yanse gutanga imihoho muri CNL|inama n'umushikiranganji Niteretse
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 10 ก.พ. 2025
- Umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu c'Uburundi, iterambere rusangi n'umutekano Martin Niteretse yaragiranye inama n'abarongoye imigambwe kw'igenekerezo rya 27 Nzero 2025. Muri iyo nama, n'uwurongoye umugwi ujejwe amatora Prosper Ntahorwamiye ni ho yari ari.
Wewe vuga ivyabandi Ivya Gwasa nuvyihoze kuk imitwe murimw turamaze kubimenya nkabarundi muta turazinanye Gus umwana yankwa niwakur ww bandanya utumwa gose bizoguhindukana tu one day 😢😢
Niwivugire aho ntawuguhanga ariko umusi waw urahari
gezah turabaz
Ntawuhora kungoma
Rwasa mufis icomumutinyira
Ariko nzokomantaza umutima wa Farawo, mpeze ngwize ibimenyetso vyanje n'ibitangaza vyanje mu gihugu ca Egiputa. Yamara Farawo ntazobumvira; maze nzobangurira ukuboko kwanje kuri Egiputa, nkurey' ingabo zanje, ni bo bantu banje b'Abisirayeli, mbakuze mur' ico gihugu ca Egiputa ibihano bikomeye. Igihe nzobangurira ukuboko kwanje kuri Egiputa, ngakura Abisirayeli muri bo, Abanyegiputa bazomenya ko nd' Uhoraho.
Kuvayo 7:3-5
We bihanga vuga ariko vuba turabavugutira umuti urya numukuru wigihugu naho mwamukubise kudeta ariko abarundi isinzi tumuri inyum mwicare mubizi
Ko rwasa vyase ubu nukuja kwa reverien Ndikuriyo
Ni ivya "ntahorwamiye" birumvikana
Oya mwanka mwemera mwitege imyiyerekano isumba iya ya 2015 niyo mwihenda mukamwankira Rwasa kwitoza ibi ndabibabwiye bitaraba kugira mwikosore bigishoboka
Ngo imigumuko? Mukaba muriko murayitegura urwebe ni rwarundi. Ico imigumuko yari igamije muri 2015 carabonetse
Uyomugabo w'ibihanga ntamugabo arimwo ni igisahiranda
Amaherezo yo gutwenga ni kurira,ntimwibaze ngo uburundi ni itongo rya baso nabanyoko,nivyo mwivye muzobisubiza
Ivyuvuga wamugabo unganuko ukavuga ibinyoma imbere yabarundi isinzi twumviriza ibiganiro vya daniel ntabwoba ubivugana kwel??
Nubu mutama gwasa natubwire ijambo mwumigw😮😮
Ivyuvuga nivyawe!
Turimaso😮😮😮😮😮😮😮😮
Nyakubahwa murongoye cn kuvyukuri amatora muriko murategura muyategure neza ntihabe ka mwana wa mama
Uyumugabo ko avugana amanyama yitwajiki ?
Burya araziko aho ari harabandi ???
Rwasa ntimungana
Ntaciza nigeze nitega kuri Proser ntahorwamiye,uyo ntaciza kimuvamwo
Rwasa mwaramugambaniye
Ariko mukaguma mumukina kumuvyimba
Ariko amatora atagira Rwasa muburundi azoba asa gute🤦
Uri umukozi wa banyonyezi
Mbe ama liste y'amakomine 18 mwari mwemeye KO akwije ibisabwa vyose ni kuki mwaciye muyafuta nayo?
Ukwo nukuripe
Urwanda rumaze imyaka ingahe bavuy munambara raba ahobageze
Ntahogwamiwe uri imbwa y'umugabo.uwokubona ugenda yogira ngo urafise ubwenge.
Ayo moko se mwoyaheba
Kigugu.nahorwamiye
Mbe.ganahorwanuye murisendede mwimariyiki
Arakini.mwebgeabadede.mwuchimikijiki.koko
Kichinyari.nanisoni ugira.murataye.igihumumanga
Ja ureka kubesha , amatora muzayiba
Rwasa wacu ko mwa mwanse mugomba dutore kunguvu KORA(Reverien Ndikuriyo)😂😂😂
N'ubu rero Rwasa naje kurubuga Hama bamushire kurutonde apime amahirwe y'itoze.
Rwasa muramutinya ninacogituma mwamwatse umugambwe kubera ariwe mubona azobahanga mumatora ntamvura idahita ico muzokwame mukizi
Nuko non' ehe raba, Uhoraho ashize impwemu y'ibinyoma mu kanwa k'aba ba kamenyi bawe bose; kand' akugeneye ivyago.
Mikaya aramwishura, at' Uzoba urabimenya ku musi uzokwitera haruguru mu mpete winyegeza. Maz' Umwami w'Abisirayeli aravuga, ati Ni mufate Mikaya, mumushire Amoni umukuru w'umurwa, na Yowasi umwana wanje, mut' Umwami agize ng' Uru rugabo murushire mw ibohero, murugaburire ivyo kurya n'amazi vy'intica ntikize, uti Kugeza ah' azotabarukira amahoro. Mikaya aravuga, ati Ni waramuka utabarutse amahoro, Uhoraho azoba atamvugishije. Arongera ati Mwa bantu mwese, muraba muvyumvise!
1 Abami 22:23, 25-28
aba bompi babiro yaba ministre yaba prosper abo ntaciza cabo
Nturusha akanyaro ndikuriyo ubu ahemeramuvyuma
Urwo runani simbona impanvu rutamenyeshako ruvuye mumatora non babankiye kwitoza muma conseil communaux bizeye iki muriyo???
Jewe uyumugabo yibaza ko afise ubwenge gusumba twese,numwana muto ataho ahengamiye arabona ivyo urimwo vyo gusambura igihugu,ntabushingantahe bukurimwo
Nyagitoro!!??
Birakabona atamenye izonzirazukoyokwitoje kuko ni umunyakajagari
Dans la vérité des choses honorable Agathon Rwasa yararenganijwe ahubwo KO Yari yitoje kwikarata yuwundi umugambwe,umugambwe yitojemwo kuri mandat iheze niwo waca uza kwitwara muri sentare yubahiriza ibwirizwa shingiro kugira bamwake ubwo bushingamateka bwa quatre mois!
Nibazako rero mwakwirikije iciyunviro ca politique not juridique!
Mumahanga hariyo abarundi bavukiyeyo bitwa abanyamahanga d'origine burundaise ariko ibwirizwa nshingiro ry'abanyamahanga ntirica rihinduka kubera bo
Sha jewe Rwasa kuba atazitoza vyombabaza vyukuri kuko niwe mbona yoshobora kinogihugu akagiteza imbere nayahandi cdd kuvayaho bashikiy kubutegeshi ntakirahinduk
Ivyo ntibijanye na matora
Uvuze ko rero wewe umusumvya politique rwasa reka guhenda aburundi ivyabaye nuwize yaga mukama yokwemeza kuvuga uburofa
Ngo ubwoko bw'aba indépendant atari rwasa ?! utevye isoni. Donc kubwawe boshinga amategeko ashingiye ku muntu bipfuza kwigizayo.
Azirikis
Guhagarara ahariho hose ushobora kuvuga iryakurayemwo cank iryo wazindukanye ntawe bitobera kandi akitwa umuhinga. Ariko biragoye iyo ariwe uriko ubibwirwa nuwibaza kwakuri hejuru yibindi yifadikije.nanje novuga neruye umusi nzoba ndi kububasha bwabategerezwa kugendera kuvyo ntegekanya.kandi nzoba nduwuhambaye cane kuruta abanyitura ariko sinipfuza kuzobagira nkabasokuru usivye kuzobagira nkahipfujwe ibihe vyinshi cane.ntawupfa adashitse kuco yagezwe.
Noe nko kubona ino Mburu iriko irahangara Honorable Rwasa ntanisoni agira
Ibaze nawe imbwa yibihanga kwibahuka umukuru wigihugu agathon rwasa akamuvuga nkaho arumuntu asanzwe
@NdihaudNdihaud uwo musega urubahuka.
@@NdihaudNdihaudigihugu ikihe 😂😂
Sivyiza guciramwo uwo uriko urumviriza kandi ahaye akwigisha,,,,,
Iyo udafise ivyuvuga nuko bakugira
None rwasa yitoje mumatora ya 2020 canke ya 2025! Uyumugabo umenga ivyavuga ntavyo atahura,canke cnl ikiringo co muntwaro uzoguma mubutegetsi niyompamv rwasa atashobora kwitoza mumatora azoba 2025!
every sad
Mbona bashak kotuba nka M23 ntibibazi kotutababona na reverien bagira bamwice rindir
Nimuze Bavukanyi M23 force🇪🇹🇮🇱🦅
No comment sorry
Siku yako ipo
Finalement niyo haba abarundi bashika 2 million mwipfuza kwigizayo muzoshinga code électoral irimwo article 2 million
Ariko mureke kwikuramwo ubwenge, uyu ivyavuga nivyo,Rwasa ntiyarakwiye kwitoza muri runani,mugihe akiri umunywanyi ahandi !!
Uri nka Rwasa kuvyo bamukoze wari gukoriki?
gezah turabaz