Ola ola promoter twemera caane ... man iyo muvuze ingoma mu kiganiro muze muradukubita ama links ya TH-cam wallai abajama tubahe ama views yihuse. Tuba dukeneye guca tuja kuyiraba mutama. U🔥🔥🔥
Rega Landry ico kiri muri bimwe bituma na industry y'umuziki mu Burundi idatera imbere. Mu Burundi vrt turacari inyuma knd xn kuko niho honyen usng hariho abaririmvy baguma bari mu kuririmb ibitutsi batukana au lieu yo gukora international songs kugir tuje on trend. Je sometimes niyo mpanvu prefer kubn @Sat-b cnk @Mistachampagne gusumb n'aband kukungen bagerageza kwishir international vrt 🙏
Ikibazo ca Viole bakugejej kuba OPG bo Muburundi ntaho baba bakubeshera gute kugira bazokurekure usohoka utangishijwe amahera atagira uko angana kand baguhanana kugira bakurye aribenshi.
Hittoptv1 Tubaha amakuru yukuri✊🏾✊🏾✊🏾
Maître Muvayo Jean kabisa aracafise akazi keshi nukuri Pee! Sha gusa umuntu akwagirije kubaka ntaho atandukaniye numurizi hamwe numwicanyi kabisa! Azovayo Imana niyonkuru!🙏🙏🙏
Ola ola promoter twemera caane ... man iyo muvuze ingoma mu kiganiro muze muradukubita ama links ya TH-cam wallai abajama tubahe ama views yihuse. Tuba dukeneye guca tuja kuyiraba mutama. U🔥🔥🔥
🇨🇦Turakumbuye sat b 👑 🇨🇦🇧🇮🇧🇮🇨🇦
Simbizi na Landry ni mumufashe azovey kuk birazw barmubeshey
Belchriss First Rap, Millionnaire wacu vrt😥😥
Wambariyangahesha😭😭😭yooooo arambabajepe yaratwika ak aturisha show nukuri imana imugwanirirepe😭😭😭
Simbizi 🙌🏽🙌🏽🙌🏽
Nimumufashe niyataha muzicara mumuhanure
Simbizi urumwana mwiza mufashe aveyo uruvakobamureganya
.yooo nimumushashe mumuvugire
Rega Landry ico kiri muri bimwe bituma na industry y'umuziki mu Burundi idatera imbere. Mu Burundi vrt turacari inyuma knd xn kuko niho honyen usng hariho abaririmvy baguma bari mu kuririmb ibitutsi batukana au lieu yo gukora international songs kugir tuje on trend. Je sometimes niyo mpanvu prefer kubn @Sat-b cnk @Mistachampagne gusumb n'aband kukungen bagerageza kwishir international vrt 🙏
Numufashe wawa simbizi nukuri bagahoyubusa
Nimumufash sha
Ikibazo ca Viole bakugejej kuba OPG bo Muburundi ntaho baba bakubeshera gute kugira bazokurekure usohoka utangishijwe amahera atagira uko angana kand baguhanana kugira bakurye aribenshi.
AHORWA UBUSA BELCHRIS NIHAGIRE IGIKOZWE AREKURWE✊🦅
BelChris arivukana kandi nyina yarahevye kuko yarahanuye biranka
❤❤❤❤❤❤💪
Olegue 😂😂😭😭
Namusavye 2milion kubera nibaza ko afise amahera menshi knd arivyo Yama yibeshera,ba muvugisha ukuri kuvyo mutunze kuko murabonye ko kwihaya uburinzi mutagira atarivyiza.gerageza mumufashe rero murabe ko yorekurwa hama bimubere icirwa
😳😳😳😳😳😳😳😳
Ewe simbizi uribara ati imbere y'akabare kwande?😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Giswo rro haba ba katamanikirwa 😀😀 kwa sori nama nahaciy mwishwanj harya abana ba 15 nibo bitega ibigabo nke 🤣🤣 Landry promoter respect bro simbizi arantwengej ngo Giswo ikoziki?
Boshobora no Ku mubeshera,abana babakobwa bikigihe baryamana na bahungu bakiri bato,none wo mbwira KO Ariwe ya mukuye ubusugi?
❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
Sasa Landry warakize ?? Kotwakuramukije kuri vya bitaro uratwibuka ahantu twari dupoje
Yihangane kabsa
Nimufashe nukuri
Yooo basha yihangane 😢😢😢
Reka bamukubite kuntoki uzukuntu uryamuhungu ntamukunda kubera ukwirata afise nivyobishisha jewe ntanindero afise wallah
Uyo mu Petit afise ama Millioni menshi, azorihe umu avocat cke agure umuryango bazomurekura.... Narekure ayoma Millioni menshii afise.
Hhhhh ziry ni parara ntayo afise
Ati mugisyio😂😂😂 niryozina niryo ribi
Urazi amategeko kabisa
💔😪
Simbizi ntiyimosha
Nibamurekure gusa krise arikazirubusa nyinawuyomukobwa nareke gusarira kurikrise
nimufashe nukuri kuko birababje
Nimugabanye kurya abana babandi Landry Nawe rongora christan woy kuza uramurya uko mushire munzu😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂
Zamurasundura abana bakuze man bazobakwegera jewe ninasundura nzoraba uwusumvya imyaka 😂😂😂
😂NONE ga Landry utwo turimumutwe ni spaketti cn 🤣
Ahwiiii 😂😂😂😂
Nihatari
🤣🤣🤣🤣😂😂😂😂akarenganyo vrmnt belchris nibamurekure
Iyi émission izokwegera belchris kurusha uko izomufasha. Ayo ma views murondera ku ma sujets ari mu butungane sivyo.
kingorongoro ar southafrica mutiyibagizaa tuuuuuu
Hakubahanura ngo baze baririnda ivyaha bitemewe namategeko kuja kuguma uvugira umuntu afise amakosa vyonyene bituma na wewe ubwizigirwa warufise bugabanuka umuntu agatangura kubona umengo ujejwe kuvugira abari mumakosa.
Uyo muhungu ni umunyamakosa cane ariko igito gitabwa iwabo. Abaririmvyi ni mumufashe mumuvugire hama ubutungane bukore akazi kabwo ntihabemwo uguhengama .
😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Kobitoroshe yihangane
ntabufasha nabumwe akeneye, izo 200 mille kuriwe ni gusa, none ntafise ama miriyoni..?? izo yambarira akana ryoherwamo. rero habavye nabantu baca bamu rihira..? rero ayo ma miliioni ziwe nayo kuryoherwa gusa..?? kuki se atazimagama ngo abike ayozamufasha..???? rero ivyo vyiwe biramuraba.
Ewesimbiz ntimusorora mwebwe muguma mumugora muvayo mwemwenyen muritirinoma