SAT-B na LINO-G Turabahuje Mukiganiro KIMWE ubwambere Ashize Ahabona UBUTUNZI bwiwe|Bakubiswe Ibibaz
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 29 ก.ย. 2024
- @hittoptv #hittoptv1 #rwanda #burundi #congo #landrypromoter @LandryPromoter #kigali #sat_b @SatBOfficial #linog @LinoG_Umvukuri #linog #moniafleur @monia_fleur
th-cam.com/video/bNbrUJqJmAg/w-d-xo.htmlsi=TnZOcjAyCqNjkQtI Tuza by Lino G ft Sat-B😊
Good interview 🔥🔥🔥
Sat B hejuru Lino G ❤❤❤💪💪
Tangijambo kubasani introduction ugize vyinshi bararambirwa abantu 👋
Ikiganiro kiyoboye ibindi biganiro sat b x lino g❤
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
🔥🔥🔥✊
Interview ikomeye cane 🙏
Abaririmvyi babarundi barakwiye kugira ama travail y'amajwi kabisa. Kuko baririmvye accapella tuba dushaka kwumva bwaburyohe nyen bwamajwi.
Sat na Lino g song ni nziza sana mais ayo majwi ntari professionnel
Fanyeni tize ya voice majo
Just Gaël niwakunda ikiyeri😮😢
Noe iyo ni interview ga Landry cnk ni fanatisme hhhhhh
Ngo imodoka izimvye😅😅😅😅
Vibe color 💀😭😂
Set b urabeshe urarimba utandika bikaramba Camilion Uganda ntiyandika ariko vyararanvye
Avuze kutandika. Yavuz ko yandika amajambo atakirimwo
❤️❤️❤️❤️
Just Gaël niwakunda ikiyeri😮😢
Kk ndi saudia ndakunda indirimbo ya SaTB na lino G🇧🇮😍💓💓💓
👑❤️🌹
Wakane sinacerewee😂😂 SATB &LinoG Umvukuri na Landry promoter hejuru cane
Uwirata yirate ko yamenye Yesu
Satura number one 🔥🔥
Courage san
Se ububwenge sat b abukurahe? Burya kuva kera yarinabwo canke nije atabwo narimfise ? Ntabwo nasaze canke nacomye ndetse sindiko mvuga ivyontazi ariko namwe mumbwire
Sat b respect muta turakwemer aaan wagizenez nez gufash lino g
Exclusive Interview...✌🌍🎤
Tuza nama période🔥🔥🔥🔥🔥🔥 king Sate
Wooooa legend rispect hejuru cyane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎤🎺🎼📢🥁🎷🎶🎸🎧🥳💃🇧🇮🇧🇮❤💯✅🔥🔥🔥🔥💪💪💪
Watching this from STEN TV WORLDWIDE ❤❤
#umutananigw wananiw nikurab ukongerez ibikorech uracafis ikibazo ca micro🎤🎤 bibonekanab ugumuzuramuh avuga ucawonger umwak niso# sorry nireanganir Mr #DBM
Sat b hejuru
lingend 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
❤❤❤❤
We landry wew urumujanja umubaza ibintu mupangan mur muri management imwe
Nta interview izoba nziza uyumwaka kurusha iyi.hejuru cane sat b& lino g❤
Wawawawaea
Shaa nizere kwatakiri Barry kuri Camera coz,,ayo ma Image siyo kabisa!!
Anyways ikiganiro ni ciza!!🫡🫡
Fire🔥🔥🔥
Good job bro..... 🎉🎉🎉
King satura yubahwe
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥
🔥🔥🔥
Umvukuri Yagaaaa
Ndabakunda can
❤❤🎉we love you king🇧🇮🇧🇮🙏🙏♥️♥️
Ama période kabisa 🔥🔥🔥
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Landry ubikora neza ariko mukubaza ikibazo urateba zurabaza ikibazo utavuze meshi!!!
Indirimbo yabo izonsigamwo imvune 💪💪💪🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️
Umutananigwa arkumwe nicamamare🎉❤
Ayamazina vrema, sal G, black G, LG, lino G, dog G, mama G, daddy G, sisterG, sat B, big G,,,,,😢😅😂
HIT TOP TV hejuru cane hama promoter uzohuze Satubi na bidondo😂😂😂😂 plz
Nibihuhusi😅😅😅
SAT-B naho wosohora sonnerie ya Telephone tuguma kuyumviriz
Yaaagaaaa!!!!
Coup de chapeau bantu bigihugu muterimbere turinyuma yanyu🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Sat b our king❤❤❤❤ atarapfa ntawundi musani nzokunda nkuko ndamukundaa😂🎉🎉
I real like This man Sat B but let me tell u something ,,,.............,,
I real like This man Sat B but let me tell u something ,,,.............,,
Big up sat b🎉🎉🎉🎉❤
Man amasanamu komuyafata nabi disposition yarabagoye kl
Nibihuhusi😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Just Gaël niwakunda ikiyeri😮😢
Just Gaël niwakunda ikiyeri😮😢
Just Gaël niwakunda ikiyeri😮😢
Congratulations brother you nice
Iyo interview iranryoheye saana
King 👑 Sat b 🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇧🇮🔥🔥🔥
Namaperiyode ,nibihuhusi😂😂
Atakayeri ntiyokora yobura inguvu😂
Quality muzoyongereze y video
King 👑🤍
Abandi barabesh arko niwe dufis
Tuza yabaye dawa🎉 irareunze
Kabisa👌👌👌
Good bandanya uko Mutama
💗💗💓💗💓mwabikoze neza
Interview ikomeye cane 🙏
Big Interview in🇧🇮
💯💯💯
Rk dutuze twumv ukuri
Kwataguze inzu😅
🇧🇮🇧🇮
🔥🔥🔥
Ndamwera cane 😊
Mwari ikiriri
Satura aracoraa wallai
Sat b❤❤
Talented & hard workers❤
Reka nterame ❤
Stb 💥
Sat B wubahwe
Big up Kuba legend turihano🔥🔥🔥👆💪💯sat b my favorite inzira murimwo irashika courage 💕❤️🙏
Lino g aritonda😊cane Imana imujimbere❤
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Sat b
Tuza ndabumva
❤❤❤❤❤