We LOVE MUZIKA mubutungane😭😭GUSTO atakambiye PRESIDENT EVARIST bashaka Kutubuza Kuja BELGIQUE🇧🇪
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 14 เม.ย. 2024
- @melaninboy1 #bellisima #hittoptv1 @hittoptv #congo #bujumbura #sat_b #noforceinlove @Mista_aye #welovemuzika @welovemuzika565
- บันเทิง
Don bright Ivya kora vyose Turakora Concert Mububirigi we just Love muzika❤
And the no force in love intro killed me 🔥🙌 we just love muzika
Don Bright gabanyinzigo wibaza ivyo uriko ugirira abobana wibaza ko abakunzi bumuziki wi Burundi bitunezera ariko wibaze ko ivyupanga kurabobana bigihugu Imana ifise Inzira nyinshi muguh umuntu ariko iconokubwira gabanyinzigo, Don bright wallah We love Muzika izokurwazumutima kuko tuyikunda kubi.
Sh nukur uwomujama nukumuroga agatuma agenda acirurukonda cnk akaryama mwishamba nkukweai atazi iyari gufukama munda ugwaruka ruriko gwidugira neza bafite impano nukur ndababazwa nivyobintu ntiyibazeko ayomahera yiyemerako atomufako ubusa akabura nah ayatanga.We love muzika ntimugire ubwoba turinyuma yanyu kd muzoshika Aho Imana yabageneye
We love musika ni muhumure twebwe abantu turapanga ivyacu Imana nayo igaca iguhindurura amateka. Ntimutunye pe kanda ❤
Turabakunda cane we love muzika ❤❤❤from 🇨🇦
🥀🥀🥀🥀🎉
Go and make History...! @Melanin boy @WLM🔥🔥
we just love muzik
Don bright gafise inzigo kubera nivyo karirimba bidatera imbere.. we just love muzika ❤✊✊✊✊🌹
My favourite artist melanin boy
Ndabakunda ❤❤❤
Vrt ntimuze mutandukane kk mufita amajwi asona bien xan ❤❤❤
Don Bright nukuli rr HubW yar afis hit kubr iyo WE love muzik Ubu nibuk KO abaho aruko agize izo convocation 😢
Bright niwe warukwiy gufata munda nogucira inzira abana bigihugu not kubapfukama munda
Turi inyuma yawe bro no mumasengesho Ico imana ishka gitegerzwa kuba 👊👊👊
We love muzika ❤❤❤❤❤❤
We love muzika mbakunda cane
Yuguruye ntawugara Imana imbere...
Wakwanza nipeni liké hata 10🤪🤪🤪
😂😂😂
Imana ihezagire We love muzika...itange impano kubanyamuzika bacu
🎉😂😂keepsharing umutananirwa
Kukuntu ndagukunda songs yawe ndayitabirako no force in love ❤❤❤❤❤
We love muzike 🎉🎉hejuru🎉❤
Uyumuhungu ari humble sana ndamwemera
Never giv UP ✊🏿
Frenando yavugiriz mur Estis bar muta knd Inyabisindu turagukumbuye musaza ❤
Melanin boy ubund'urumuntu wanje❤
Keep up the good work brothers from we LOVE MUZIKA❤❤
Abo bajama ivyobibazo vyabe Don bright birakwiy kuva munzir abo bajama bagasubira gukorer hamwe vrt
We just love muzik ❤️❤️🇧🇮💪
✊🙌
Nakubali!uyo mutipe yabacatirije abo batipe numwansi wigihugu!
Melanin don't say you were listening NEVER with your friends only noo that one was my favorite song since June 2019 I remember I was sending to the friends and they were asking me whose WE LOVE MUSIK 😢😢I also remember the satB's live he even mentioned mediba tha classic name
Ndakunda Ukuntu Melanin boy ar humble sana❤
Mutananirwa ntuzananirwe no kumpuza na Sat B muhe i song namwandikiye,Ni BoyKind(ijwi Lino G)Nyakabiga
My star 🔥
Good jb
We love muzika ✌️
Courage Iman ibaje imber
Free we love muzik
Pole sana abantu mwahuye ni vyago vyinkundo
Bro big up san💐💐💐
Bro hundred 💯🔥🔥
Mwubahw
Nc
We love thenks
Fire 🔥🔥🔥
Umutananirwa Landry promota rispict ❤❤❤❤❤❤
Urwo rugabo Don Bright ahubwo abe arirwo bapfunga kuko burya umunyenzigo angana n'umurozi
Courage sana Melanin Boy
Aha Dön Bright ntazi ko ino si ari mahindagu ejo wosanga ariko atakambira abo ariko arahemukira
1hr06min n umwanya mwinshi cane... mugira 40min basi
Narek kuburabuza Abo ba jeune vrt bikorer bater imber
Gusto jew ndakwemera peee kd wubahwe
❤
aba batipe nibabareke bikorere nn don bright ashaka iki vlm nabaveko abahe ivyabo ikibabaje nukunt abataburiza nawe ntiyitabe ic nico kintu cerekana ubukozi bwikibi ninzigoo
Hari Estis House ndahakwibutse
Gusto na Fernando hejuru cane
Yesu abahumugishaaa
Ivyo ba vyose Imana irabibonaa soit fort 💪💪tout ira bien 😍😍
Nciye mbona igituma igituma mudakorera hamwe barabasambuye. 😭
Much respect mélanine boy🎉🎉🎉
❤❤❤❤❤
Business is a Business, nimba yarashizemwo inoti why not atoraba ivyo contact ivuga akagarukana Inoti yiwe!
Urampezagira cane obed hamwe n'ukuntu wimereye
Land turakwemera San umiririvy dushak uratumuzanir. Ham uzotuzanir d one turamukumbuye
Urinijwi ryiza wa Gitega wiwacu terimbere nkumuzing muhungu wiwacu
🎉 amashurwe yanyu
😍😍😍😍😍😍😍👏👏👏👏👏🇧🇮🇰🇪🇷🇼🇹🇿🇺🇸
umugani wa Nelly nat ,ka Don bright gafise inzigo,naje kuma shift arondere inoti nubuzima bwiwe abareke abo ba pti
Mwihangane muta imana imbere gusa brother
Ndabemera cane
Abo bajama bubahwe ndabakunda sana
WLM hejuru 💣💥
😢😢
None Don bright ashaka ikiiii
Gusa ikosa ryabaye mur contrat barahabukiye ibintu za murabanza mwitonda mwe naho mwoburan gute ntizopfa mutsinze Don brithy kbr mwasiny contrat nabi igisabwa gusa nimumusab ikigongwe
Mélanie 😍😍😍😍
WE love musika🇧🇮✅🇧🇪
Ex Manager wabo afisinzigo yakadacika.ub rer arabony ah bagez aravyuy agatw?ubutungane nibuj muvy bwize burenganur abana bigihugu
Gusto ntacyo nta sano afitanye na Christopher Matata