J'ai comparé les deux émissions de l'homme et de sa femme sur kumukubito bazosubirana kabisa kuko barubahana kuko ntibashaka kumaramazanya. Le motif émotionnel est la partie de la vie
Rasco jewe maze plus de 20 ans nubatse kandi neza ariko numvise ndagukunze gusumba kuko wishuye nk'umuntu w'umugabo kabisa et courage hanyuma Hosy nawe natahure yuko uko biba biri kwose ntiwovuga ngo washoboye mugihe bitakunze ko urugo rubandanya murukundo.Rasco big Up encore une fois
Mwiriwe na Mwaramutse ku bakunzi bacu cane cane abakunzi b’ikiganiro my journey Uyu musi turigira ku nkuru y’ubuzima bwa Clovis Blaise KORICIZA benshi bazi kwizina rya Rasko. Uyu numwe mu ba jeune bafatiye runini industry ya entertainment y’Uburundi akaba yarigeze no kuba umutware wa Gretha asanzwe akora ikiganiro “Girlfriend “ Ikiganiro utagihejeje uzoba uhomvye ibintu vyinshi cane biryoshe kandi vyigisha😍
Rasko ur umuntu w'umugabo nakwemeye kuva turi bato, oser kuvuga ko ivy urugo vyanse ni bake babishobora hari nabahitamwo kwisigura nka wa mu Apotre numva ngo Yesu ngo Paulo nabo ntibarongoye...none wewe yari yarongoye kubera iki kandi yagera ikirenge muca Yesu wiwe?? Gushira amanga uti " Je ivy urugo vyarananiye...ubugabo buraho nyene!"😍👌👊
Sha rasko ndagukunze pe ukuntu uguma wubaha uwo mwavyaranye magré les défits de la vie.burya kuba sage nikintu gikomeye cane bihe icirwa abirirwa baravuga nabi abo bigez kubana hama bakadivorça still loving u mwe na gretta.
Ikiganiro cuyu musi kirankozeho caane Merci Hosy. KORICIZA Clovis ni umu vrai Rasta wukuri n'Ubuntu.Emission irambereye number one kuzindi émission zooose. Murakoze
Sh i need to tag someone hapa hapa🤦thnk u rasko t'es un Homme shahu buriya la fierté nikintu gikomey cane iy uyitwayemw neza ntuyishir imbere bigenda neza Rasko&Gretta nah bitakunze i still loving you❤️vs m'inspirez trooop
Mwitwaye neza ku biganiro bibiri kimwe co ku umukubito ni ikindi co ngaha murazirikana ico ari co kuba umuvyeyi kuko mwokwaduka muterana amajambo urya mwana niwe yohasinzikarira émotionnellement! N'ubwo mutosubirana mukomeze kuba abavyeyi beza
Dans ma part,ko wabonye aho wokosora mbona wosubirana na Gretta na cane cane ko tubona mwubahana kuko ntawumaramaza uwundi kuri émission 2 tubony turabona ko ivyabatandukanij nivyitayemwo ariko hari urukundo
Merciii Rasko ikintu uvuz ca musaga c’est trop vrai 🤣🤣🤣🤣 abanyamusaga même no mumahanga tuguma dushigikirana peu importe k muba muzinanye upfa kumva gusa k ari umunyamusaga
Abany Musaga si vous êtes ici mumpe liké👍🔥🔥🔥🔥🔥🔥
abanya musaga twubahwe kandi twarakunda cane gose uribuka dukora imbombo zokungiti ❤️❤️🙏🏾
Ndanazikumbuye, indumbako injugu, ibajiya,...
J'ai comparé les deux émissions de l'homme et de sa femme sur kumukubito bazosubirana kabisa kuko barubahana kuko ntibashaka kumaramazanya. Le motif émotionnel est la partie de la vie
Imana ibikore kabisa
Bari diplomatiq kabisa. Umw abay Pr w'urwanda, uwundi wa RDC, EAC yoronka amahoro
Vyoba bihimbaye
@@ChristInMeHopeOfTheGlory 😂😂😂😂😂😂urwanda na rdc bijemwo gute???😂😂😂
@@Hi5392People are very confused
Rasko genda uri sage kurusha uwuraho aherutse guca ngaho, gusa nkimpanuro mariage ni rimwe mubuzima, iyo chance wipfuza kugerageza iryakabiri, urayigerageza nurya nyene Gretta kowabonye aho wokosora, narirya mufitaniye umwana, bonne chance à vous
Rasko manyina akansuraheba kibondo.
Ego sha vyoba biruoshe caanee arihamwe yonigerageza kuri grtta
Uvuze neza cane
Wapi uyumenye aho wakosheje ndumva arivyiza gusubirana nuwo mwavyaranye.
Rasco jewe maze plus de 20 ans nubatse kandi neza ariko numvise ndagukunze gusumba kuko wishuye nk'umuntu w'umugabo kabisa et courage hanyuma Hosy nawe natahure yuko uko biba biri kwose ntiwovuga ngo washoboye mugihe bitakunze ko urugo rubandanya murukundo.Rasco big Up encore une fois
merci bcp 🙏🙏🙏
Aba rastaman ico ndabakundira ntabintu vyo kugigira baba bipanze neza😂
Gretta reglement z rastafalisme zaramunaniye gukwirikiza😂❤
Kandi rastaman ntuzosubire kurongora Abagore bubu bafise abazimu natwe baratunaniye Maze Kubana n batatu vyaranse ndakeseri ni Bibazo muri rusangi😂
@@didiergatabazi4382Erega Gretta ningurutsi araguruka kuva twigana yamye Ari umuntu akunda gusohoka cane rero yibaza ko no murugo aruko bizobandanya ibihe biha ibindi, courage Rasco
Mwiriwe na Mwaramutse ku bakunzi bacu cane cane abakunzi b’ikiganiro my journey
Uyu musi turigira ku nkuru y’ubuzima bwa Clovis Blaise KORICIZA benshi bazi kwizina rya Rasko.
Uyu numwe mu ba jeune bafatiye runini industry ya entertainment y’Uburundi akaba yarigeze no kuba umutware wa Gretha asanzwe akora ikiganiro “Girlfriend “
Ikiganiro utagihejeje uzoba uhomvye ibintu vyinshi cane biryoshe kandi vyigisha😍
Umufashaa numugore umugabo bamwita umutware serugo umutwe wurugo Hama birababaje ingo zuyumunsi nugusenga cane
Reka ntore agatebe mbatege amatwi
Hosy ndagukunda ukuntu ugira équilibre mubiganiro vyawe, vrema ukora ibiganiro vyiza cane.ukomeze gutera imbere❤❤❤❤
😁😁😁Rosy ikirundi kiragucanze😀😀😀
Hosy ikibonek co Rasko aracakunda Gretta😎raba uko ubigenza abo Bana b'Imana basubirane sha Hosy Imana izabiguhembera
Good job guys . Hosy urakoze kubiganironvyiza ariko udufashe hariho amajambo uvuga unyaraguritsaaa Bimwe bigacika bitumvikanye neza .
Rasko ari humble sana ndamufana,nivyo abanyamusaga bahuye ntibikawushana najee ndiwe
Il est vraiment sage, courageux et intelligent .....
Greetings from Sweden! Uranyibukije Ubuzima bwabayemwo! Ugire umugishaaaa❤
Lasco aratekereje sana, ndamukunze numuhanga mubyo avuga Kandi numunyakuri, big up brother ❤from Rwanda
Thanks
Musaga hejuru cane!!Turi intwari batureke😂,Twaciye murivyinshi very true!! Thanks Clovis kuri interview nziza.
arakoze cane aratanze impanuro zikomeye ,il est tres sage et intelligent ,Imana imugirire neza cane
Raskooo ari sage ndamwemeraa avugaa nkuwuciy ubwengeee rastaa wa vrai🌹🌹🌹🎯🥰
Ikiganiro kiryoshe cane merci Hosy👏
Inzara iraryana fo Sana kbsa uwobitarabako Imana imurinde Inzara nukuri
Rasco,j'ai été touché par la manière dont tu as compris expliqué votre divorce.
c la vie qui m'a apris merci🙏
Rasko ur umuntu w'umugabo nakwemeye kuva turi bato, oser kuvuga ko ivy urugo vyanse ni bake babishobora hari nabahitamwo kwisigura nka wa mu Apotre numva ngo Yesu ngo Paulo nabo ntibarongoye...none wewe yari yarongoye kubera iki kandi yagera ikirenge muca Yesu wiwe??
Gushira amanga uti " Je ivy urugo vyarananiye...ubugabo buraho nyene!"😍👌👊
Très serieux uvuze ukurii Ni umuntuu wumugabo
Nivyo sha Clovi iyo histoire ya minerval maman twarabiyaze sha. Mumunyeko Clovis arumwana yarezwe malgre k maman wwe yugurutse mumutwe. NIYUVAHWE Mme Rose Vraiment ❤
Amen amen
NGO tumugiriki Clovis!,😜🤫😂😂😂
@@bigiramikestallone3686😂😂😂😂😂😂 ako kabazo ubajije niko kabi😅😅😅. Nsubiyemwo 3 fois kugira mbone neza ico ubajije 😅😅😅😅😅😅😅😅
Abanyamusaga hejuru cane🥰🥰🥰
Rasko ndabona ufise courage komereza ho turagushimiye kudasebanya kuwo mwavyaranye
❤ you
I really loved Rasco,you are a Man
Thank youuu🙏🙏🙏
Indeed! Umushingantahe
Sha rasko ndagukunze pe ukuntu uguma wubaha uwo mwavyaranye magré les défits de la vie.burya kuba sage nikintu gikomeye cane bihe icirwa abirirwa baravuga nabi abo bigez kubana hama bakadivorça still loving u mwe na gretta.
ntaco bimaze kumuvuga nabi ntibica bingira umwere
Rasco a une sagesse divine merci pour cet émission
merci bcp 🙏
Ikiganiro ciza...merci Hosy et rasko❤❤❤❤❤
Imana ibumvikanishe musubirane murere umwana murikumwe shimye ko udasebeje umugore wawe nkuko abandi bibikora wubahwe
Big up Saana LASCO, Go ahead, you're mature and you make my life so sweet. So, May Your former wife feels and finds your heart welcoming her back...
Ndafashijwe kuri fin.merci bcp❤
Ubundi Rasko ukoze inyigisho nomurusengero kinogiganiro cokora ubundi abakozi b Imana bakwiye ku developpa coûte zose spirituel Na coûte yubuzima busanzwe merci
Mubantu bose baronse cadeau Nickytha niwe yerekanye umunezero 😍😍
Ikiganiro kigitangura nagumye mbona ko ndakuzi! Muvuze maman wawe nciye mbona ko twabanye mu Kinanira ca Musaga Kabisa! Ico uvuze nico abanyamusaga baravukanaaa❤! Komera❤
Uziko wumvirij abitwa abakozi b'Imana iyo sagesse ntayo bafise nukuri muri akarorero keza ivyo kwagirizanya ntibiba bikenew nukuri umuntu arananirwa nukuriii ugashira amaboko hejuru muri abavyeyi beza ninaco gikuruu🙌🏽🙌🏽
kabisa
Trabipfurij kuzosubir kumva intah yanyu mwasubirany❤❤
Hosy ,merci pour l'invité... Mutama Rasko umenye ko tukwizeko vyinshi nk'umuvyeyi,nk'umukozi,nk'umuntu w'umugabo donc merci beaucoup...
Bon ikiganiro niciza gusa ukuntu hosy agomba avuga uwundi ariko aravuga birarambira uramureka akavuga wew akabaza ibibazo yari point de vue yanje merci🙌☺️
Donc kirazira ko avuga? Igikuru s’uko umutumire ashikiriza iciyumviro ciwe akagiheza? Canke ushaka azoze arareka umutumire yivugane? Pardon twe dukora ibiganiro kandi par “ibiganiro” harimwo “kuganira”
Par contre uno musi ntiyamuciriyemwo.
N'utubazo yamubaza gusa
Le type est très sage et intelligent.
Wowoooo narinarondeye ahonkuzi ndahabura Clovis wakundana na Nadine umuhungu wa Rose much respect bro 🙏.
Turasavy hosy mutuzanir basi abovyakundiy nabo sinon harabntu bazohav batiny kw engagéa.Merc
Mvuye kuraba Gretha ( Maman Kaïs) kur Umukubito Tv ubu reo nje kwumviriza Rasko Blaise ( Papa Kaïs) ah naho
Uyu munyamusaga wacu yubahwe. Merci Rasko & Hosy
# Musaga ❤
❤️❤️❤️
Exactly umenga babipanze, saison 1 na 2 kuma TV atandukany😂😂
Reka nnje nkubitire kumukubito ndabe Gretta kbsa
Ikiganiro cuyu musi kirankozeho caane Merci Hosy. KORICIZA Clovis ni umu vrai Rasta wukuri n'Ubuntu.Emission irambereye number one kuzindi émission zooose. Murakoze
VrE rasta kabisa..
murakoze
Am late but ... let me sit down and watch 😊😊😊 Clovis u gat ma back ❤
Quelle sagesse.Merci
Rasko on t'aime fort mais il faut Yuko musubirna kuk urugo rwanyu rwari icitegerezo c'abantu benshi❤❤❤
L'homme de principes vrt kandi wubah'Imana ❤
Rasko t'es très sensible pour tout ce qui à avoir avec la vie,la famille la réputation safiii sana kabisa Big Up Sana
merci🙏
OMG ico ukora uri umugabo ari sage et intelligent, Imana izogushumbusha
Hosy uzotuzanire Chris ndikumana muri my journey
Kand nyen shaa twohezagigwa muvyumubiri nivyumwuk tukunguk
Abakunzi bawe tuba twahishikiye ❤️
Ndakwemeye kabxaa!!abandi baraza Hano bakatubwira ibintu bitagira amatwi n'amaso bakigira abeza ,beranda ,ngo umugore wanje ntakintu nakimwe yarabuze😅😅😅😅😅.urimushingantahe peeee
Harabaziko ibintu yabiguhaye ntakindi uba umukeneyeko ivyobeshi baravyitwaza.
Aka incident niko nanje kanjanye muri st Kizito and thats how i met Rasko 😂😂😂😂😂 abavyeyi bacu kera ntibafyina walai😅😂
Koriciza urumugabo kandi uciyubwenge (kurusambura ntavyo ndagushigikiye ariko nakanya ko kuraba ico mutahurizako hama mugasengeranira lmana igakora ivyayo kandi mwese (mwese turabakunda musubiranye vyoturyohera )ariko bitabaye naho Imana izobakorera mwese ivyiza bibereye
Sécurité.Rasco l'homme sage, MUSAGA wa Kwetu.
Merci Hosy pour cette belle émission 👌👌👌
Rasko ntagitangaje kirimwo kuko divorce zamaho, iyo vyanse urabiheba umwe wese akaja ukwiwe🤝
Mpore mpore kazima wemera ikosa Imana izogutwenza
Mustuni ni quartier mvukamwo twubahwe.Havuka Intwari. Nimvugo yumunyamusga irisa.
Sh i need to tag someone hapa hapa🤦thnk u rasko t'es un Homme shahu buriya la fierté nikintu gikomey cane iy uyitwayemw neza ntuyishir imbere bigenda neza Rasko&Gretta nah bitakunze i still loving you❤️vs m'inspirez trooop
I hope ko bizoguha kuramba nabawe
Thank u for u're advices❤
Kobabishiz kur media bagiy gusubirana kuko barakundwa bos knd baraberany ✌️🤞kur jew numv bagiy kuba 🤞🤞🤞🤞🤞knd banezerew
Bravo bro, wishuye bien sana klukibazo ca divorce. Uri intarissable gose. Ntawugenda aravugaguzwa ivy'urugo rwiwe
Aho sha! Umwana nuwa mwese uri intwari cane kandi uri akarorero❤
urakoze cane
Vraiment merci hosy kuyumu invité❤❤
Rasco u are so gifted kbsa intahe yaw irakomeye
asante sanaaa
Clovis urumushingantahe cane kandi ivyo mwaciyemwo na Gretha vyoshikira bose kandi ntimur'abambere kandi ntimur'abanyuma🌹
Qui d'autres ont regardé les deux émissions pour mieux comprendre😂😂😂saison1 syrene tv saison 2 umukubito
Moi 😅
Moi 😂😂😂😂
Same here 😂
moi
Mumpe izo like dii ni irya 1 mbay uwa 1
Mpore sha Clovis nturi wenyene.
Urugo nikindi kintu😭gretta twarabany murupangu rumw ingen bakundana na Rasco ntiwokwibaza ko vyohinduts! yezu abikore musubirane
Reka reka wamaze gusohora akaguru munzu biragora kugasubiza munzu
@@jartininget773inkoko iraye hanze icika inkware 😅
For really Rasko merci urumuntu wumushingantahe👌👌👌👌
merci bcp
Urakoze rasko
Esukuntu Rasko yarafise umugore mwiza yitonda koko bwabundi urugo subwiza ni Bahati kbsa Ariko mwasubiranye na maman wabana Bawe Rasko 😭😭😭
@@ueush643muramaze kubukorana nya buraya c???
@@ueush643est ce que wewe urafise indiro??
@ueush643 mumubabarire nico afise nikibazo basha
Nkunze ukuntu mwita kumwana mugashira kuruhunde icomupfa na mama wiwe waouh j'aime sa bcp umwana ntazobe victime
Avuga neza amajambo arimwo ubwenge nukuri and he’s very honest 👏
Thank you
Mwitwaye neza ku biganiro bibiri kimwe co ku umukubito ni ikindi co ngaha murazirikana ico ari co kuba umuvyeyi kuko mwokwaduka muterana amajambo urya mwana niwe yohasinzikarira émotionnellement! N'ubwo mutosubirana mukomeze kuba abavyeyi beza
Rasko sha yubahwe niwe kumusaga yahora adutegurira spectacle dukarya sho
Rasko you're so Wise
Dans ma part,ko wabonye aho wokosora mbona wosubirana na Gretta na cane cane ko tubona mwubahana kuko ntawumaramaza uwundi kuri émission 2 tubony turabona ko ivyabatandukanij nivyitayemwo ariko hari urukundo
Mbega umu papa nkunze 🤣
Atii vyarananiye nkuko Hari nibindi vyarananiye 🤦
Ntampamvu zo gukomeza ibintu mubona ko guhuza bigoye 🙏
J'aime Rasco turamaze kuganira ni umuntu yiyumvira kndi yitonda
Mvuye kumukubito kurab gretta naw ivyatuyagiy reka ntore agatebe numvirize umucance wiwe
😂😂😂
@Hosy uraberew 🥰
Bon…Clovis umunya musaga wiwacu…ngo havukaa intwari @like it…Jew Ndakunda ukuntu ukunda umwana wawe…umwitwararika…uribuka ivyo wambwiye mûri église wake kuri mariage yanje???Urugo ntigwakunaniye muzosubirane kandi ni ww uzozana Gretta…courage…
Version short igiyr irakorwa vyoba sawa
Merciii Rasko ikintu uvuz ca musaga c’est trop vrai 🤣🤣🤣🤣 abanyamusaga même no mumahanga tuguma dushigikirana peu importe k muba muzinanye upfa kumva gusa k ari umunyamusaga
big up sana Galilé mukomeze
Ikiganiro ciza nzogaruka kandi kwumviriza👌🏽
Uwu muntu arakwiye kuba pasteur
Quelle sagesse, Rasko ❤
merci
Bien sûr dunkwiy kwemera vyose kuko , Ntakibera ubusa courage bro
Nukuri utari umugabo kweri Kandi uravugisha la vérité
Big up sana fratello Rasko✌️💖
Vrm lwishura nkabantu biyubaha mwese na madame wawe muranyubatse
Umugabo azama ari umugabo maman yangu.❤❤❤
God bless you @Rasko n @sirenvibes🙏
bless u too
Usemerere nijwi rirenga ati je vyarananiye hari abantu baronk inkweto bigoranye bigasaba commande 😮😮
Freddy Mbonimpa niwe yatanguye kuba Directeur wa Lycée Minicipal Musaga kandi yayitwaye igihe kirekire.
Ukuri nikwiza gose 👍 Urumunt wumugabo rasko
mercii
Musagaaaaaaa ❤❤❤❤❤❤
Umukozi wa leta umwe afise Dread knd n umunya musaga 😂😂😂🔥❣️on impose nous les musagitses
hahahah reka ntibanyirukanye hahahaha
Pole sana
Rasko &Gretta ndabashimiye k mutikunze mugashira imbere ineza y,umwana wanyu kuko nimana yamubahaye abavyeyi beshi bokwigira kuri mwebwe utavuze abavanye gusa nababana mungo barakwiye gushira imbere ineza yumwana tukiga kumenya kazoz kabana bacu kuburyo ataritwebw tuzobatera ibikomere vyubuzima bwabo.