Umukuru w'Igihugu yarashikirije umugende w'amazi abenegihugu bo muri komine Rugazi.
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 10 ก.ค. 2024
- #Burundi: Umukuru w'Igihugu yibukije abenegihugu bo muri komine Rugazi intara ya #Bubanza n'abarundi muri rusangi ko imbonakazoza ihera mu rugo, aho yabateye akamo ko kwama na ntaryo basanura amabarabara no kwubaka inyubako rusangi zituma bahurumbira kuhagendera. #Inkebuzo
Wakkozekuzamuhira❤❤❤muvyeyi
Ahaaa, umugende???😢
Ngoturatunze nahoshwi inyuma yiwe hakiri uyumuturigwa😀😀😀tuzeturemerakodukenye nihotuzokira
Yego ariko iterambere rigenda riza .
Mbega nibyiza pe yifatanya nijyero zose
Umugende w'amazi ukoranya des millions de personnes, nos pays du 1/3 monde sont malade
bigutwaiki? uruguruza naar umugende wubatse wakingungu
Amazi ni ngirakamaro muntu naho vyoba ibihumbi n'ibihumbi bakoraniye Ku mugende w'amazi nta bujiji burimwo
Abarundi barakeneye umupresida abakangura kuko barasinziriye. Usanga benshi batamarijwe n'ababemerera ivya gusa nkuko vyagenze aho hakurya, abanyagihugu bizejwe n' inkotanyi gusomera, bakisanga atan'ubwo kurumanga basigaranye.
Sha ntavyo mbona ivomo gusa!
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂
ndebera abarinda President barasa n'inyeshyamba kwel. ubundi ni gute u burundi bwisanze aha hantu?
Erega abarundi nabirabure sabazungu