Ubutare bwa
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 10 ก.พ. 2025
- #Burundi: Harerekanwe ikinogo kirekire c'imetero 250 abazungu bahoze bimbamwo ubutare bugwiriyemwo ubwa #cassitérite na #coltan ku mutumba #Murehe uri muri komine #Busoni mu ntara ya #Kirundo abo bazungu bakaba basize bakizibije isima kugira ngo ntihagire abarundi bazobica n'ikanda banahashira ishamba rikingiwe rya Murehe.
Eden irabaye Eden uwuvyemera anyihere like 💪🥰👉🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Imana Ni Iyambere.
Ntanyungu zavyo kubusuma buri mubarundi😢😢😢😢
Nubundi abategetsi b,Iburundi bazoguma bariye bonyene ntagitangaza kirimwo umurundi muto azoguma akenye kurya nyene
Ariko muribyo bisuma urimwo@@lilianeerica3318
Hamwe bobikora neza bitaye kukwikura agasuzuguro kabanyamahanga ndabona ikiro c'ibiharage kigiye gusubira kugihumbi (1000fbu) kirundo nayo isubire kuri 500 fbu
Beautiful 😍 county lv from Rwanda ❤❤Africa nziza ,reka umuzungu abyumve haama azane umwiryane ,intambara zivuke😢 kbx mukanure kd mutere ikirenge mucya kadafi ,mukore saving kuri buri murundi ,ndetse numwuzukuru wanyu azabeho neza ❤❤❤❤❤ mwamagana ivangura moko iwanyu maze murebe Bwa Burundi Bea Eden Neva yavuze ❤❤❤❤
ntavangura ndufise uraza wirabire muburundi twese turangana kandi turibamwe
Well said. Uvuze neza uragahezagirwaa.
Leave Hutu tutsi. Iyo ni division yaba coloni duhagarare uko twahoze mbere yaba coloni
Mwenewacu Burundi ntamoko akihari twarabirenze
Uvuze Neza Nuko uburundi abategetsi umenga ntibagira ubwenge bikunda badakunda abenegihugu
Komera mu nya rwanda ufise ivyiyumviro vyiza
Allah Akbar❤ Nezelewe amajambo yinguvu umukuru wigihugu avuganye umunezero nurukundo, Allah ahezagire imipango yose abipfuzako vyosambuka Allah abahindure Imitima nabo babe Mumitima yu Rukundo ❤
Imana ishimwe ubundi nanje nari ndabiziko iwacu haribintu vyinshi bizoodukiza gusa bisaba kuvyitwaramwo neza kuko Imana iduha ninayo itwaka.gusa nivyiza Imaana ntanzigo❤❤❤❤
Imani shimwe kuba u Burundi bubonye coltan 🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩
Bravo my people of Burundi we are together Congo DRC and Burundi together thank u Papa evarist
Ndabahaye ibinoko à propos du coltan et de ce cassiterite dans ce gisement
Uwoniwimana yàduhaye yaduhojeje amarira. Yasogokuruwacu. Yagiyetutamwa se❤❤❤❤❤❤
Sweti
Nkurumbi
inzigo izobahitana
Eden
Ndi guhumurirwa nuburundi nkaryoherwa cyane Imana igumye ihe umugisha uburundi yagure intambwe bafungure nimipaka nubundi ntamurundi ntamunyarwanda twese turi bamwe rwose imico nimwe ururimi nirumwe yemwe namagorwa twahuye nayo ajya gusa mureke indyane tubane bene mama
Cane muvukanyi
=>Abakecuru muri ibihwiji ? ego data turi ibihwiji
=> abakecuru muhendwa mubona ? Ego data duhendwa tubona
IKI KIGABO KIJE KIVA MURI AFRIKA Y EPFO NTAVYO KIZI. ABARUNDI CNDD FDD YARABAKUYEMWO UBWENGE AHO NTAKIRIMWO
Ntibazosubire gutwara ni tone imwe idahinguwe love you my country
Ewe #Burundi Burundi uragasimba imanga❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Imana yaraduhaye igihugu ciza cama nubuki Uburundi ntaco imana itaduhaye ubu naho yatwihereye umukuru wigihugu adukunda sangamba Burundi Mutima wa africa Eden yacu❤❤❤
Ndanezerewe cane gose, God bless my country❤
Imana ibirimwo, ❤Mana niwewe tubihaye,
Imana ihezagire Uburundi nabarundi,I'm so proud of my country ❤❤❤This is our ten now,Thank you Lord.
Shimwa mana 🙏ndumufana wawe president wacu❤
NEVA,ndagukunda caaaane kuko iyo nibutseko Imana yavugiye mu kanwa k'abavugishwa bayo yuko ariwewe ku ntwaro yawe hazoboneka ubutare buzoteza Uburundi imbere,Yesu wenyene akwifashirize papa Burundi ushikane Uburundi aho Imana yavuze
Ndaguhezagiye mw'Izina ry'ubushobozi rya YESU CHRISTO umunyanazarete
Mutama nimba usoma komanter zacu Jew iyombony ukuntu ukuntu udushakira ivyiza numva nishimy can imana ikub hafi gusa abavyonzi imana izogufash ubanesh
Ahubwo abahoze babivuga ko Uburundi buzohinduka ntidutahure ivyarivyo.Ariko raba n ukuri nkubwo butare tutari tuzi kobuhari?
President ahubwo wiyongere umutekano kuko ubwo butare burarenze.
President ico kibazo c ubutare cishirire muntoke niho hovamwo ikintu cotunga cotunga abarundi.
😂
😮@@EricNdayambaje-bx8jt
Burundi bwacu Burundi buhire Imana yakuduhay ikomez ikudutungire
Evariste urakaramba ❤❤❤❤
Bro none yakoziki kubwerekana ntibihagij nagato ahubwo umwimbu wivyavuy mwubwo but are niwo dukeney naho ivyo yerekanye bitakozwe nivyishi yerekanye 54milliard yibwe na come manirakiza ayo ntiyigez ayagaruza , nubu ariraramiy munama nshigamateka😭😭😭 ewe Burundi ejo have bikiruku sindahabona neza kukabaraho ntiboroshe.
Ntakabuza ic'Imana yavuze kuburundi kizoshika❤
Imana ishimwe cane yishuye amasengesho yacu, nukuri H.E Neva imudutungire azoshikana u Burundi kure cane n'amahanga azoturondera
Muvyanka mwemera iwachu nimuri edeni❤❤❤❤
Uwavuze ngo "warapfunywe ntiwapfuye"ntiyabeshe.Mana hezagira Uburundi.Shima kutabesha kuko waratubwiye kohose huzuye ubutunzi,non birangiye ubitweretse Mana n'ushimwe Can.Mbere vyose uzobigenza neza cane,turagusavye uduhe kwihanganira ibitugerageza
Imana ishimwe cane kwiteka yateye uburundi rero ubwo butunzi imana yatweretse nibukore tubukoreshe mugihugu cacu igihugu gihindukemwo vyinshi igihugu giterimbere ivyabarundi bahora
Babura biboneke hamwe muburundi haba ahadasanzwe mubindi bihugu mwubake amabarabara meza noneho ibikenewe gukogwa nivyinshi cane ahubwo uburundi nibuke kukivi
Burundi became eden vya vrai ❤❤❤🇧🇮🇧🇮
Uburundi❤bugiye kubadubayi ahot2abutwengey bajyiye kuturengap presunant❤wuburundi burya nintukwqnwa yiman nubwo bamutwenga ngontashyoboye abarundi bamukunde rwonse
Nuwacun❤❤❤
Egoo ubutumwa utanze nibwiza cane abarundi twari dukwiye kumukunda.
Not sure
nugusenga imana ikadufashe kuko ibikorwa bizivugire apana amajambo
@mpongano. Ari muri Rwanda, Tanzania, Zambia, RD Congo, Afrique du sud, Mali, Ghana igihugu ntigica kiba Dubai ngo n'uko gifise une seule mine. Na zirya 50 milliards yavuze, kandi ngo zoca ziyongera incuro nyinshi mugihe hoshobora guhingurwa lingot NI KURABA KO IVYO YAVUZE ARIVYO.
Imana irinde Uburundi, basha ndabona tugiye kumera nka congo, intambara idahera kubera ubutare.
Oya reka kongo karinjavyi twebwe twobamesa😊
President wacu, Imana Igufashe, wubahwe cane
IMANA irakoze cn kbs ❤❤❤love you my country Burundi 🇧🇮 ❤
❤❤❤ ndishimye peeee nyenicubahiro urakaramba
Cawibaza vmt baribatwishe hubwo mwubahwe mwakoze igikorwa kidasanzwe 👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏
Nkunda président ukuntu adatinya kuvuga nabi❤🎉🎉🎉 abansi basubiza inyuma igihugu
Imana ituje Imbere kwuyo mugisha
Ndaunda Burundi bwanj❤❤❤❤❤
IMANA ishimwe cane hama chimamanda amaramare hamwe nabihakana Uburundi bageze hanze bamaramare
Hamatwubake.amaetaje.abimukira.bazekupanga❤❤❤🎉🎉
Imana ishimwe mutama wacu muvyeyi wabarundi.natwe nkabarundi dusenga Imana yumva kandi ikora Ayo masheteni ntabubasha afise kuburundi kuko iyo dusenga n Imana ikomeye Uhoraho yumvise gusenga kwabarundi Gusa uhabere maso abagomba kudutobera ntibabuze..Ariko Imana turikumwe vyose bizoba impfagusa abakugwanya bahangane n Imana ndabe ko harico bazogerako.
Président wacu dukunda Imana nikuje imbere natwe utaje imbere gushika harya wipfuza kudushikana,iyi vidéo nguma ndayiraba sindayihimba,ndasaba amahera azovamwo azokwubake ikintu hamwe nabanyamahanga bagitangarira bakibonye
hhhhh imaniguhezagire
Ndakwunze umukon iburundi ni mur edeni
Mana ukunda uburundi cane mbega agasuzuguro turimwo bukabije Imana yishurira kugihe peeee Mana urahahora kungoma uburundi burafise nigitoro nuko mitarabikurikirana neza umusi Imana yabikunze ico gitoro izakigaragaza pee ndavyizeye❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Wow go ahead
Yesu tubanje kugushimira kuciza ukoreye uburundi bwacu0 nibisigaye UZobikora Mwami wacu uduhe kugukunda❤❤❤
Murakoze cane Mukuru wigihugu cacu ciza c'uburundi turasavye mupime ubutaka bwose bwuburundi no mumihana muze kuhapima ;kuko mwosanga twiryamira hejuru yubutare
Ndakunze iki kiganiro❤,IMANA ije imbere mwibi bikorwa,natwe uburundi bwacu busayangane
Imana ituje imbere maze shetani atsindwee ivyacu bitere imbere komera muvyeyi w uburundi ramba twubake uburundi
Imana itabaye Igihugu cacu ikirinde abanyeshari ahubwo nabadukuriye bagikunde kurushirizaho birinde kubinyonyeza ahubwo twubake amabarabara meza namazu meza nigihugu gisukuye
Burundi 🇧🇮 bwacu shing icumu mumashinga ca mudufasha rero kiry kibuga nyakubahwa S.E Evariste Ndayishimiye shinga itegeko cuzure ningoga kand gihinyanyugwe🙏🙏
Nibisigayuzobikora uduhe kugukunda Mwamiwacu YESU❤❤❤
Nyakubahwa umukuru wigihugu cacu iconkusabira Imana ikuragize Abamalayika bayo muvyukoravyose.
Abarundi tube maso cane cane abantu muvugana naba colonies nababandi ntavuze. Bagiye kudutera intambara namacakubiri ndavuga dusige hutu-Tutsi. Tubeho muri bwa burundi bw'imbere yaba colonies ndasavye kubw'Imbabazi z'Imana yumvise amasengesho namarira yab'abarundi.
Imbere yaba colonies ntakintu citwa Israel canke yesu cariho ntamisraba ntabitari hariho imana imwerudende
Ndikumana
Manariyo
Hatungimana
Mpawenimana
Nduwimana
Hatangimana
Ayo mazina nikimenyetso gikwiye cuko abarundi bar bazi imana kuva uburundi bubaho ariko igitangaje uno munsi nitwebwe turimbere muvuhimbaza imana zabakoroni
Mbe ww wiyita Israel bless mugihe ugifise ivyiyumviro nkivyo vya yesu na Israel wibazako vyoroshe kugira ico tugerako mugihe mumitwe tukineze uko?
Imana irera shetani arirabura
Yerusalem =mwijururu
Israel = ubwoko bwimana
Abarundi turi ubwoko bwande?
Mukeneye gutera imbere icambere nukuvavanura nivyiyumviro biganze nayo ubutare imana ntirenganya burihose Congo ufise ubunganagute??? Habuze iki???
Nihshimwe imana yabasogokuruza imana yuburundi bwanyaburunga
Tube abarundi duhambe amoko
Duhambe amadini
dutunge ubwenge
@@sammarley1413 urakoze cane kuko uvuze nk'umuntu w'umugabo. Imana nimwe rudende ndetse ubutumwa nyezina bwavuye muri Africa 🌍 bukwira isi yose ariko kuko aba colonies ico bama bakoze biyitirira ivya Africa bikaba rwabo.
@@sammarley1413 Imana ishimwe kuko ugaragaramwo impwemu y'Imana Nzima ivyo uzi uze ubisangize abawe ndetse nabo bishoboka uko bangana kwose ic'Imana aho kibibwe kigira ikimazi mu gihe tutazi. Uhezagirwe
Felicitation Président wacu ndaye neerewe cne
Komera mutama Never reka dusenge Imana ikomeze iryojambo rizoshigwe mungiro kugira ivyahanuwe bisohore.
Mutama uyumugambi mukawudukurikiranira bikagenda neza natwe tuzokwizera ibihe vyose Imana ikuzigame cane nababutoye bakomere turabikunze cane❤❤❤
Natwe Muburundi Imana Iratwibutse 🙏🙏🙏🙏Dusengere bampema zuzuye Ntibabucishe kuruhande
Oh Africa ❤
Birikuza ejo hafurika niheza cyane courage courage
IMANA ibibafashemo
Jewe ndavye harya hantu atakintu kirahubakwa, ata mashini zihari uretse irya excavator, ndavye ingene muri irya galerie souteraine ata matara ahari jewe sinemera ko bafise ivyemezo ko bafise ivyemezo ko hari ubutare bungana na 50 milliards de dollar. Hanyuma ngo mumezi nk'atandatu ngo boshobora kubaka mine souterraine n'ukubaka rafinerie yotanga lingot d'etain mugihe mugihugu hatariho umuyagankuba arenga 100 megawatts.
b@@stansiyomana1239ivyo wew ubivuze ukoresheje amaso ntusumva abahinga bari kuri terrain jakurubuga utwereke ubwobuhinga bwawe apana amajambo
@@bizomenyimanaelias5455 These yanje muri Universite Patrice Lumumba i Moscou (1977) yari sur l'exploration souterraine dans la mine de zinc et de plomb de Khost en Ossetie du Nord dans les montagnes de Caucase.
Mu 1978/1979 Geological Survey of Tanzania (Idara ya Madini, Dodoma) yarandungitse gukora kuri Kyerwa Tin Project iKaragwe, kandi naho nyene hahora hacukurwa n'abakoloni.
Muri 1981/1982 nararongoye Bulangamilwa Gold Exploration project hafi ya Nzega, mugabo naciye ndahava ko nashaka kubandanya amashuri hanze ya Tanzania. Umengo ubu hariho une mine moderne.
i
Waaaaaawoooooooo iburundi hejuru cane❤❤
Asha muce mugura indege mwongere mwubake amabarabara❤❤mwubake igihugu ibitoro biboneke ivyokurya bikorok ibiciro niho tuzobonako uburundi bwahindutse buriko bugera kurundi rwego
😂😂😂😂mnafiki tuu!!gabanya hypocrisie ku gihugu ca kwibarutse😢😢noe aho wewe upinze nde
Burundi bwacu burundi buhire Imana yakuduhaye Ikudutungire🙏🙏🙏
Komera muvyeyi wacu abansi ntibashobora kubuza umugambi w'Imana ifise kuburundi turagukunda
Ndayishimiye ndamukunda yicisha bugufi kabs
Imana ikora nki Mana hanyuma yamarira numunezero muhumure barundi barundikazi muhumure Imana ntibabaza abantu iteka❤
Imana idushoboze Ishoboze indongozi dufashanye kuvyaza imisaruro imitungo karemano yaduhaye
Iman inishimwe kubarundi nabarundi uburundi bugiye guterimber😅😅😅❤
Waouh !!!❤ My Burundi 💪💪💪💪💪💪💪
Turabumviriza100%
Warapfunywe ntiwapfuye Burundi,shinga icumu mu mashinga
Yoooo nibyiza kbs❤❤
Akon,Akabanga.Imana yababikiye.Mubemaso Ntituvyumve gusa Turakeney Ibikorwa.Imana Ntabwo Yibagiy Ababo
Imana ihabw icubahiro cose👏
Nibindi biriho nimuze muraja aho bari hose .tubanze dutagatate mwizo miriyoni naje ndumva nzoshikirwa🎉🎉🎉
Iyi comedy iratangaje kweli . Iyo béton ko batayereka abanyagihugu ngo bayirebe 😂😂😂 ibisamaza abarundi ntibibura
Ufise chetani utabizi wewe reka ishari Ingo ubake igihugu cawe
Mukomere cane gose murundi
Yaba Ari mu Rwanda berekanye ubwo butare muba mwasakuje ngo nubwo twibye muri Congo!😂😂😂
Aho hantu mu rwanda hitwa gite none ..kkkk uratwenza nani
Tuzogumaa turii aba1 😓 kubukene bwacu 😭😭
I love this because no White or chinois inside 😅🎉❤ ni vyiza birajyoshe cane kuko nta muzungu ahari canke umushinwa/ chine aringaho !
Mubantu nkunda kwisi. Bambere nkunda imana. Hagakurikirako Nyakwubahwa. General Neva. Sebarundi
Turongeye turakize kabisa Imana ishimwe
Mwirambir barundi
Mungu mbele sisi nyuma burundi oye❤❤❤❤❤
Ewe bazungu mwarabayeho mubesherwee😂 uwuranvye azobona. Dusinzirize😂😂😂😂😂
Hhhhh kwer Iman niyonkur kwer ub igihugu kigiye kuba nkibindi bihugi urazi ukunyu watugaya hhhhhh muraz nuwatwihakanye azicuza Iman imihe amahoro nimigisha everist ndayishimiye Iman ibandanye imuba hafi kk abasi bagiye kugwir 💖💖💖💖💖💯💯💥💪💪💪💪💪💪👍👍👍
Burundi❤❤❤❤ umuzungu ahari😢😢
Burundi oyeee.hama muzokore amatohoza murushubi hariho urunogo ruteye amakenga abazungu bimvy.
Ooh nibyiza cyene 🎉 ark neva Akunda kurya🤣🤣
aravyifatiye muntoke basubire batwibe
Abarundi yaba vyakunda kimigambi ya nyakubahwa President tuyumva twese tukaja hamwe, ibitangaz1 vyokoreka! Mais amacakubiri ninzara abazungu baduteye biracatuzingamitse😢
Uwo Mutama ntituzomuhweza ewe Evaristo wacu urakaramba abarundi twese tukurinyuma!!!!!!!!!!!❤❤❤❤.
Imana ikorere mubazimba bagire umutima runtu ntibatangure kwiba😢😢😢Burundi bwacu bwiza❤❤❤❤❤❤❤❤
Bazobwiba nubundi bazoguma barya bonyene abarundi barayobeye
@@yvettekaneza4385 Nihatari Imana iturengere ntabwo bakora kunyungu zigihugu nabenegihugu ahubwo nikunyungu zabo gusa😔😔😔
Mbega vyiza weee 🇧🇮💪
Mungu awabaliki sana
Uburundi hejuruu canee
😭😭😭😭 Ndize amarira yivyishimo reka tugume dusenga Imana abansi batatwivangamwo.president wacu Imana imukomeze ndetse nabo barikumwe umwansi ntahave abaryanisha.love u my country 🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤,love you my president ❤️❤️
Indote zanje kwari ukubona uburundi butey, imbere bone imana irabikoze🙏uzunku ababanye bahora badusuzugura ndazi mumyaka itatu irimbere bazoba batanguye kumaramara
Nimutubwire dutere naho coba igihumbi vyokunda tukubaka ihinguriro rikomeye
Namazimeza.imanayaraduhaye
Bro kabx Jew nkahantu NDI nywamazi asosa nkumunyu kwerii😢😢😢y
Mungu wa Eliya na musa yumbo ndani ya ichi yetu ya burundi akika ❤❤❤❤❤❤❤❤
Burundi bwacu warapfunywe ntiwapfuye Imana ikutuzigamire papa Burundi nae wibereho utababaye
Mutama batakugira nkuwambere winumire bizoja mumurongo ico twipfuza nkabarundi mwubake amabaraba igihugu cose meza ayo bit highway hanyum mutwubakir igisirikare gikomeye kidakinishwa mukarere❤❤ love you my country
Kandi mubikore kurya abarabu bakora kuko bobo ntabucuti bakeneye bwo gufashwa naba colonie. Shore numunyagihugu afungure abarundi namwe fatane munda mwubakwe nurukundo murabe uko igihugu bizogenda neza kurusha
Muta shetani ntahutere ubwoba muri bible biremw ko umwami urasa intovyi gura inkoho shetani muyirase mumutwe 😂😂
Ni wazo zuri, Mungu aendelee kuibariki nchi yetu Burundi, tuwe pamoja na kuijenga nchi yetu 🇧🇮
8:51 nzogaruka kuraaba iyi videwo haciye amezi atandatu mu kwezi kwa 1, 2025.
garuka nibura muri juillet 2030. shetani azaba yarahateye inyanya
Yoooo Imana iratwibutse
😂😂😂😂
Yamye ibibuka mwabuze uyobora Nubumwe
😂😂😂
Hapo saw mzee