ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
To us who like before even watching 😊❤tumenyane
I like this channel
Hosy ngwehirabakurikiye 😃🥰😃🥰 terefone yanje 😃😃😃 u make me smile 🤞😃😃
Sinarinz ko ibikoko bigira depression navyo 😢 thanks Hosy uratumara irungu ❤
🥹🥹🥹🥹
Yoooooooo imbavu zanj murazivunaguye.Ahwiiii Simboz
Mwararyohewe vraiment kandi mwakoze kudutembereza.
Wawuuuuu ❤❤❤❤❤❤❤ muraryohewe❤❤❤
Maman siren vibes❤❤❤
Wagikobwawe utumye menya ikirundi uramenesheje ibanga uri ikibwa😂😂😂💚 💛💚hata nimekupenda bure keep it up!!
😂😂😂sasa mbona unanitukana
hosy uri the best story teller😂😂😂
❤😊
❤
Hosy shaaa nukur ngukund kubi uzontwar gutember maze❤❤❤
Aho wa Hosy wangu urakoze kuntwenza ndatwenze nduma muriko muririka hhhh ndatembereye Tanzania Kigoma vyaratesa vyasa neza mwari muberewe sana bzuu
Nta na kimwe, nta na kimwe!!! Easy🗣️🏃🏾♂️😂😂
Ndamanyutse😂 hosy ngo fone yanje😂😂😂😂.so i love you gays❤❤❤
Uzo twereke MWARO.
Sawaaa vubaaaa
Yooooo mwarahatswe😂😂😂😂😂ndatwenze ndapfa
Osy vyaribiryoshe❤❤❤❤😂😂😂😂
Nice hosy turagukunda
congratulations hosy gusa jew murikumwe na simbinzi nzoheba urubug gwawe kuko uyo nta dero uranzik naww akuvugak amajambo
Reka kugir inzigo ereg abo barazi ivyo barimwo wibaz ngo naho amuvuga harinzigo biba birimwo bari mu vyunguka ncuti
❤🎉 komera turikumwe.
5:25 donc toi aussi tu préfères l'ours 😂😂😂
31:17 😂😂😂😂🤭none itandukanya gute umukobwa n'umuhungu?.. ikindi kuber'iki batayitwara aho inzindi ziri
Asha izo ninryankurye😂😂😂
36:46 nagira aba bajama bahuriye iwacu?😅🤭
Ahoniho natanye uruzogi
Iyo mparage imaze kumenyera abantu 😂😂😂
Ngo imisozi yabwo yama yivuna abansi😂😂 oyàa vrt indirimbo sagamba mwarayirimvye nabiii
😂😂😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂
😂😂😂😂😂
Uzira turangukunda cane
Ukaca wumva umuntu avuga ngo ubukene buri mu gihugu abandi bafata ama voyage ubukene ni ku muvuko w umuntu kbs
Hosy uranyishe nez zèbre ashaka umugore sasa aharer sasa haranyishe 😂😂😂😂😂
Ko mudatumira abantu?
Ibaze ko muyihunze kandi zitaryana
Unkumbuj inyanza
Iyi zebra Imana iyihezahire😂
N'ubwambere mbonye zebra 🦓 idatinya abantu, c'est bizarre 🤔 ubundi zebra n'igikoko gitinya abantu ...
Muzoze ndabajane aho muzobiraba mutishuye ubuntu biba biriko biriyerereza gusa muzofasha kurima 😂😂😂😂
😂😂😂😅😅😅😂😂😂
Nibutse twagiye gusenya zitubonye ingene zirura canke twagiye kurima be ningeregere yose biba birikwiyererza
Zebrastian🤣🤣💀niyanyum😂😂
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Mwararyohew basha ko mutabwiye tujane murabana babi

Uzo twereke
MWARO.