Uwundi muntu yumvise ko Rita/Mma Prince bamutinya ampe like Kuri 3min 15sec Norasque avuz atu Rita yodukuramwo iyo kwotsa reka ntamenagure ibintu urya yogenda adukubise😂😂
Ooooh 😭 vrt je kl Clarisse je l'aime ukuntu elle belle ses émotions je les admirés 😭🥰🥹mais aga prank kamufashe ndake 😂 mais ses émotions c'est belle 😍 jolie
Murashoboye vraiment funny sasa kuzana Abantu Kuri christo... très important narabikunze cane,Hama coco Mpore cane disi gusa Fico arashobora Kuba agukunda nubwo atarabikubwira😂
Uuuuuuu Aho reo tuvuge ko batayibonye caméra IRI imbere yanyu???? Nico nankira prank zabarundi ni film zibereye ngaho ko atanumwe yicay kuriyo ntebe IRI iruhande ya camera?????
Yoo ka coco birabonek basha ko kikundir fanny katitay kubant emotion yerekany nice uzuguman urukundo rwawe n fanny.maman prince ndamukunda caane naw avyumve k ❤❤❤❤
Abantu barize babonye Clarisse n'ijwi rigiye tumenyane😂😂 Gus munyuma ndatwenze 😂😂
Izinyigisho mwama mudukorera zirigisha nubwo zindijije mubakinyi beshi biraba ibintu nkivyo vyogucanamwo inyuma ya camera 😂😂😂 mpore mukobwa baraguhabuye mukanya gato ndabikundir abantu mwama mubona kwababantu ivyobakor arinkimanuro munsigire Like
Fanny vrt urashoboye cane❤🎉🎉 abamukunda nkanje tumenyana na like❤❤
Number one abakunda solution couple nkanje gonga like mbisabire munkandirekur foto yanje❤
❤❤😂😂😂
@@kladahmad3333😊àå
Amarira araje nukuri uyu mubyeyi muramubabajepee Imana ibababarire love from 🇷🇼🇷🇼
Le premier, munkwirize like nka 200❤❤❤🎉🎉
Mama shahu 🙄🙄
Wakoze iki ra🤷♂️🤮🤣🤣🤣
Uwundi muntu yumvise ko Rita/Mma Prince bamutinya ampe like
Kuri 3min 15sec Norasque avuz atu
Rita yodukuramwo iyo kwotsa reka ntamenagure ibintu urya yogenda adukubise😂😂
Umugabo wabandi nanje naramuhanuy aranka🥰🥰🥰shaaa jew sinofatwa🫣🫣
Icambere mbonye Coco numu chérie WA Fico apana muri film. Icakabiri Fico iyo Prank yarayizi
Clarisse muri film vyahora bimugora kurira none aravyize ntibizosubira kumugora😂😂😂
Nkaba ndahageze MWAKIRE AMASHURWE YANYU team nono💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐bakunzi ba film ndundi mumpe izo 👍
Yoooo coco mpore sha urarize naje ndarira nukuri Noravine murabaye abana babi FikoFiko ati nuwuzogenda muri toillette nukuraba kohari camera gusa narize kubwa coco
Ninde yabonye nkanj amaso ya Ritha Fanny avuze ngo hariho ikitagenze neza😂😂😂😂
Yoooo nje naba uwambere abaza nyuma nukuri munyereke KO muri murukundo n'a solution couple namwe bajama 🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
Ooooh 😭 vrt je kl Clarisse je l'aime ukuntu elle belle ses émotions je les admirés 😭🥰🥹mais aga prank kamufashe ndake 😂 mais ses émotions c'est belle 😍 jolie
Abunva kuyumu sister Clarisse avuga nez muzehano turabe
Turakeney prank ya fiko nawe pol sha clarisse baragukomye🎉❤❤❤
Prank zirab abazizi😂 utazitahura ntutora ivyo turimwo😂 courage bakunzi banje muzotegure iya fiko fiko nayo twitagatire😃🥳🥳🥳🥳 nobafasha kuyitegura😢
Coco ugende bukebuke sha gufyina bivamwo kurira uyumusi ni plank ejo bizob biri seriously raba uko witwara sha nubwo muri abagenziii eeeh
Coco iyo no nkina nkebura aho fanny yakugabishije pe,
Muradutwenza kdi turabakunda ariko amaso afunguke👍
Nukuri mwebwe muranyica. Gusa ndabikundira Kandi mukomere.❤❤❤❤❤. Kure Cane Kristo ahabashitse.
Murabantu babi basha😢😢😢Clarisse wacuuu vyukuri Fanny ukuntu mumurijij😂😂😂gusa ndabakunda sibanga❤❤❤komez mutwiher imins yokubaho👏👏
Ewe fiko sha urankuyeho,sha aba boss banyu ni bo ariko barabakunda pe❤❤❤
Yoooo clarisse wanje diiii mpole mpole ndibaza Fiko niwe ashikiriwe Mama Lao murabe mukore umuti kwa fiko
Nuko MUBA mwabanje kuvyiga nyene ubundihoho ubikoreye uwutavuganye nawe ndaziko bitokoroha. UMUGABO kumwandikira sibibi kuko ataco biyagiriza msg nibisanzwe 💙💙💙💗💗💗
Team Fanny ntabwo twamanika amaboko ahubwo Tuzatwika
Abakunda iyikuple nkanjye nankandire kwifoto ubund tuhatwike😂😂❤❤❤
Fanny aciy ubwenge cn coc ah aguhay Impanuro bury nyamb wahor wiyegereza kur Nono ashats akugabish kugir ntumutware umugabo
Iyo ni prank ntibisigura ko arivyo
Egooo coco wirind cane ni plank mugabaho wewe icoyashats kukubwir yakikubwiyeee
Murashoboye vraiment funny sasa kuzana Abantu Kuri christo... très important narabikunze cane,Hama coco Mpore cane disi gusa Fico arashobora Kuba agukunda nubwo atarabikubwira😂
Fanny nanje ndarize kubwa coco nukuri muri abana nabi murandijije kabisa,coco araduze nanje ndarira sivyiza ivyo nukuri,fiko nawe yumiwe
Team yanyu muraryoshe ❤️
Coco ihorere sha
Uri très sympathique ❤️
Solution couple hejuru cane ❤️❤️
Fanny amantuze yabandi aryoha ihotora ww uraziko uhakw gupfa Mugabo urabona kubandiko biryoshe ntac
Basha abakunzi ba prank muradukoreye umusi 💐💐mugire Aho muba mwubahwe 3Fa bangu je vous aime bcp ❤❤❤
Jewe rero bwaramaze gutuma naho yobari prank ahonyene direct noba mpejeje kugutamwo amakofe nimigere 😂😂😂😂nfise ishavu riri hafi
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 wew reo ntagufyina kweli 🤣🤣🤣
Uuuuuuu Aho reo tuvuge ko batayibonye caméra IRI imbere yanyu???? Nico nankira prank zabarundi ni film zibereye ngaho ko atanumwe yicay kuriyo ntebe IRI iruhande ya camera?????
😂😂😂😂😂
Yoooo base baramurijijeeee yooooooo❤❤ iyiprank nukri pôle dududuyeeeee
Courage nyishi muratwengeje nukuntu nari nishavuriye sha mwubahwe kwl 💕💕💕💕
Abanj Sha 🤜🤛 solution couple❤❤❤❤
Mwese ndabakunda ❤❤❤ maman prince wubahwe ndagukunda
Niya Fiko ndayirindiriye😂😂😂😂❤❤
😂😂😂😂 oyarek manzenkor kanyamwem ndabon mwahatwits Kur prank ark ndi forever na solution couple ❤❤❤❤
Izi prank zizonatwic😂😂clarisse polesan baragukomy😂😂
Yooooh murarijij coco basha nukur ningend tumwikundir🤣🤣🤣 fiko naw yaratanguy ngo non wew umwandikir gt🙆😂😂
Gusa imana yabaremye kwr😂😂😂 niyubahwe na Bose kko ndabakunda cane❤❤
Gusa crara amez bn jw sinarikucantwenga inyuma yivyo yooooh rwifitiye umutima mwiza❤None nkubu fiko ntimwokundana n crarisse kwer namwe urugo rwanyu rworyoha❤ ndabadavye muraberanye
Fico fico big up sna
🎉🎉🎉Yooooooh Mana coco wanj mpore kwl😂😂😂
Ahwiiiiiiiiiiii,ndazigije kubera prank, ndabbaye clarisse wnje
Yoooooooo basha🤣 clari mpore disiiii...wihangane bagukoreyeko
Ndabakunda cane nimuze. Muduhivyonye bidutwenza kukwiyisi iranatirush
Solution couple izonatwicaa nukur 😂😂😂😂💫
Guys abakunzi ba solution couple liké zenu jamani today ni🔥🔥🔥
Yooooooooh ndarize vrt kubera Clarisse
Courage ndabakunda cane gose kbsa❤❤❤❤❤
Yooo Basha nukir mwakoz ikib vrt urabon ukunt mwamubabaj vrt❤❤
Bjr tym 3Fa courage sana muraturyohra gose.
IRADUKUNDA disi my mazinaaaa. Je ibi bintu vya prank sindabikunda pe,ndumva ko naho mwombwira kwariyo mwanteguriye kabisa sinzi ko vyomvamwo😂😂😂
Nukuri ndarize,Coco mpore sha,ariko ndatwenze munyuma ico ceyi kikuvuyeko,Norasque Na Fanny Prank zanyu ziramara,courage!
Nukuri ndabakunda can mwubahwe can ❤❤❤
Yoooo mpor maz coco😂Fanny mwarijij iyind nana nukur mais ndabakund❤
Ahubwo fiko ngira yari agize umucece azi kwariwe aca abanza kuja kunwa amazi. 😂😂😂😂😂😂😂
😂😂😂Fiko yarabizi peee😂😂.mpore none coco.
Ewe mukama nihatari gusa nyn ndabakunda uko❤️❤️❤️❤️❤️
😂😂😂😂asigaye Fiko nawe mumugirire prank sha Clarisse baragukomye kbs pole sna
Prank zigiy kutwica ndabarahiy,gusa GEZAHO mwarayihevy knd nayo yaratwigisha cane
Mweg muz ingene narinkumbuy ibint vyanyuu mwahotahe mukomere❤❤❤
Muzogirire prank fiko fiko nawe tuze turabe😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳
Nukuri nanje nayishaka
Naratanzweeeee! Murarenz kbx
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Hahaha basha murabantu Babai kweri mais ndabaku❤pe Fanny na bwanako
Clarisse pol sana😂😂😂😂 baragukoreyeko😅😅 ariko Kari karyoshe💐💐💐👍 je vous aime bcp ❤️❤️❤️
Sha nuwanka urukwavu aremera ko gwiruka pe 👍👍muracari abambere kumubumbe kbx ndanaba lovinga xn ❤❤❤❤❤❤
Ndarize kabisa😂😂😂 arantereye ikigongwe
Shaaa muzonatwica nukuri ndarize kubera Clarisse
😂😂😂😂😂 Mwari mumukuyemwo umutima kweri😂😂😂❤❤❤
Murantwengeje murandijije bas nyen mwebwe ndabaku♥️
Muramukoreyeko shaa gusa ararize cyane
Nukur muratesa😂😂😂😂😂😂❤️❤️❤️❤️❤️❤️abakiny film Urugo je v aime😂😂😂❤️❤️❤️Mariiii😂😂😂
Ndabakunda sibanga
Iyi prank niyambere vrt Clarisse weeeee ndagukunda
😂😂ngo amarira yingona😂😂gusa ndarize nanj yooooo clarisse mpore shahu baragukoreyeko
Ndabikundira cane 🎉🎉🎉
Mana Mana mwebwe mbakunda trop vrt🎉🎉🎉
Yoooooo🤣Mpore cocoo chérie ❤❤
Yooo murarijij 😢coco 😊asha azobihore vremaaaaa😂nzomufasha
Barakurijije
How I love this couple please❤
Norasque helooooo
Funny Helooo
Ndegutse nagatwengo😂😂😂❤❤❤❤ bibi kumuriza
Olala,pole sana coco
Nukuriii fanny urakundaaa umutwareee waweee kandiii nivyo ndagushigikiy peee❤❤❤🎉🎉🎉 ayo nayaweeee
Clarise disi nuru puchu puchu❤❤❤❤❤
Mbega mbega weee!ko bikomeye wee.Clarisse arahogoye disi😂😂
❤❤❤❤😂😂😂😂😂 munkuraho mukumarirungu mwaba banyamwema
Courage biraryoshe
😂😂😂😂😂 nukuri mwubahw courage murashoboye
Yoo murahatswe fiko yarabafumye
Ndabakunda cane beza banje
Mbega fanny kera ko wavuze ngo Norasque ntazi gukina,vyagenze gt ngo umwemerer akine mur film 😂😂😂,gusab ndabakunda cane muvyumve❤❤❤
Yoo ka coco birabonek basha ko kikundir fanny katitay kubant emotion yerekany nice uzuguman urukundo rwawe n fanny.maman prince ndamukunda caane naw avyumve k ❤❤❤❤
😂😂😂coco mpore baragukorey umuti😂😂
Ahubwo ndumiwe!none norasque umugore amubwiye ngo Clarisse aguma akwandikira ngo nazifuse yaca yemera KO arivyo?ahubwo Clarisse ngira ntiyaribwarabe narimwe prank ziyi couple.norasque yagumye yemera gusa KO Clarisse ahora amutereta mais ntiyigeze avuga inyishu yaha Clarisse .Clarisse mpore urahatswe kuhagwarira hypertension
Ngwititoro kbuze na Faxine ngo bubububu❤ nukur murantwenze❤