ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Haaaaa ababanza kuraba commentaire avant yuko baraba prank yigisasu ya lavine wacu twihe amashurwe maze🌷💐💐
Abashigikiye bose duz ibiganza 🙌
🙌🙌je ndi hose nka Fiko Fiko😂😂
@@FicoFiko9606 umusi twahuriye mukabare wew uzoba unyoye icupa 2 zikanye ni mbrochette imwe ishushe
Abaz inyum yanj mur gwarukund nyen mundemer utu like abakunz ba solution couple ❤❤❤❤❤❤❤❤❤🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹
Icambere kinejereje nukuntu ufata neza umwana wumugabo wawe disi❤❤ karakwisanzurako cane biryoheye umutima wanje nukuri❤❤❤
Nanje biranezey
Imana ibaje imbere nukur satani ntazobacanir
Wao amashurwe ya team saudia🎉🎉🎉 ntitwigera ducerwa ama like yacu abari murukundo na solution couple
🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹gwayo
Waguaaan 🎉🎉🎉🎉🎉🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹
❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Fico Fico Bon Acteur 🎉🎉🎉 Ham Alacia Ntaz Asubire Kuza Arashir Machine K Bibero S Vyiza
Mugire weekend nziza bakunzi ba solution couple Aho muri hose ❤❤ muze duterame baradukorey umusi 💐❤️💐❤️👊👊
Nora maramara nabi team fanny tugushize hasiiiiiiiiiiiiiiiiìiiìi
Bamwita coco mama pray
@@user-so5zf8sc3v ego disiiiii
Ndabakunda cane hejuru can❤❤🎉🎉 rwa fiko muze murugirire narwo😂😂😂
Nono reka kwigumura iyo uyikoreye Fanny urigamba cane wabonye kwatari bwabwana,knd na Fiko abikora neza cane ,gusa ndabakunda cane nabana banyu knd muzoze muragashiramwo ka Nana karabiryosha sana nkubu yaduciriye umugani natwenze nduma hhhhhhhyeeeee ndabikundira
Ndaryohewe ukuntu Nana yisanzura kuri fanny Imana ibahezagire❤❤❤❤
Za muramenyerez Bash Nana micro nae kamenyere nkabnd Bana ❤❤❤
Ndabakunze Nukuri norasque n umugabo mwiza asaba imbabazi kubintu atazi vrt kugira azane amahoro nabandi mumwigireko 🙋
Waaaaaoooo ako kana ka nana ndagakunda caaaaan muzoze muragashiramwo kadutera inkuru karaboryosha
Na Jeannette yarabay umu star Nta prank aburamwo😂😂
Yooo ukuntu sh Fanny ukunda ki Nana biraryoshe kuraba 😭😭❤️❤️❤️❤️nukur urakunda abana disiii ndabakunda nukur❤️❤️❤️❤️
yoo Norasque yatsinzwe vrmtukuntu Fiko rero yaguma asobekayo akajambo😂
yiooo fanny mwe nzonabicapako nukuri wewe na nono ndabakunda saana Famille KEZIMANA ndabakunda nyene
Ivyo bintu muze mubihebe kuko birohera bibateranya kandi mwarimwikundaniye
😂🤣🤣😂😂😂 warigenge noneho Sha baragukomyepeee gusa pole sana ndabakunda cyanee from Rwanda🇷🇼🥰🥰😍
Nono tegura igisasu tumwereke kwatari bwabwana
Nana none iconigitito nana atubariye gusa ndagakunze ka nana muzoze muragashiramwo ❤❤❤❤❤
Ukuntu rer Fico na Fanny bahise bunika imitwe 😂😂😂
Ndabakuunda caane kuk muramp inyigisho nyishi❤❤❤
Nono arasubiye guter'ivi wallah😂😂😂
Uzumu praning kobaje gutora abobana urabe ingene avyifatamwo😅
Koyishavuza nono aribuka iyo mwateye coco ashonje arushe kafashe😂😂😂 Fanny courage
Fiko Fiko sasa bukebuke nyene atuje abaza nyene utubazo two kurunga😂😂😂gusa ni ntaho mpagaze nico ndzlukundira umwe wese aramwikorako knd akabikora neza😂
Ficofico ni potepema wo muri horo😂😂😂😂❤p❤❤
Nanje ndi hose😂😂😂😂😂
Nukuri vrmt team fanny turakazeeee caneee fanny big up sanaa❤❤
Arikose ubu ntimuzaterana umutima koko gewe ndabitinya cyane ukuntu mubitangira
NJEWE KUBERA ATAHO MPAGAZE MWESE MURABANJE NDIKURIMWESE NORASQUE FAXINE💙💙💙💗💗💗🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹 MWAKIRE AMASHUGWE YANYU BAKUNZI BANJE
😂😂😂😂😂fire🔥🔥🔥🔥🔥🔥mamalaooo sawaaaa uramuhamij nono❤❤yahra yigrang niw ategur sibwabwan naw wamuziy crg🎉🎉🎉🎉
Hahaha nanguye kwishima naranayiraba pe team Fanny 🎉🎉👍 solution couple ❤❤❤❤❤
Yooooooo Nono sha pol😂😂😂😂
Narinzingo ndazindutse noe nsanz harabantanze😂😂
Fico nukri uractinga neza vrt uratesaaa😅😅 Fanny hejuruu cneee
Ewe nono niwemere twatsinzwe kuko kafashe😂😂😂
Narinabuz iyonteramir mwubahw dabakund xanaa nor uze uragabany ayomachav 🎉🎉❤❤
Nora yemera vrt siyuburofa Team fanny wabikoz nez cn
Fan lmana iguh uyundi mwana urumuvyeyi urabon ingen umwiyegereza❤
We love you and we care for you ❤️ Cedric from South Africa
Fiko fiko nukur urumwana mubi nanj nono sibwabwana nzogufash mukumutera prank fico fani courage kurira urabishoboy nono kugigimiza ahubw rer ww manik amaboko kbx pe baraguhaye nanj ngum mbakurikiran pe zamuduh prank gud film muzihoz ❤❤❤❤❤
Oy rek na film nisaw
Emera norasque watsinzwe,Nawe waramugiriye iyuwo wateyindaa😅😅😅😅😅😅😅
Holla di Fanny,Nono yanse no kuturamutsa...
Eeeeeeh Nono nukonyene muta witwaye neza warize umubano nukuri iyumugore yasaze mugasara mwese inzuyosha😂😂😂
Nono araryohey kuk abuze ahahungir anja kwa fico akabur uwumwumva yanja ku mugor ngo rek kunkorako manayanjye fico ukokubok kwaw nono yogufat hob mujosho🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 nukur ndatwenze ukunt nono arigucya buguf arahir iman kur prank kuburyo apfukam jyew wosang natwenz🤣🤣🤣🤣🤣🤣noraque urabuze amahungir sha na lwenewanyu arimumupango🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Hhhhh njyembanirebera fica fica ibyabarimo hhhhhhh nigisazi kwl gux ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Fanny ukuntu ugakunda ka Nana ndabikunze zurakiyegereza diii❤❤❤
Mugabo murakundana disi ukuntu umugabo akubise ivi hasi asaba imbabazi😢😢
Nukur jew ndabakunda nzonabicapako💋💋💋💋
Wewe ntiyakubwiye Fanny ngo yateye inda ukabarwana uramwishuye ndagukund caaane Fanny end norasque❤❤❤❤❤
Fico jewe ankurahooo 😂😂😂
😂😂😂alacia urafise fb 😂Rek kubesha Ndabizi gusa ukoresha izina ritariryawe non Fanny ntiwomurek agakoresh fb yisanzuye nana❤😂mwese ndabakunda tm mwese noraspue😂😂😂😂pole
We fiko😂😂 urazi kurunga pee😂😂.Nono pole sana.Fanny hejuru caaane.Ndabakunda mwese.Hama fiko fiko nawe mukujinyika yongera adutaramisha😅😅😅
Uwundi asanzwe yakunze FICO FIKO anyihere aka like❤
Nono nawe ugira amahane!!!😂😂😂
We FICOFICO😂😂😂😂😂😂😂😂 hew bazogukubita wew😂😂😂😂😂nkah nola iyaba yarakazerwose yaguha ikofe
From saudia
Nora baragusatuye ayubonye siyo💪💪💪💪unomusi ndi team Fanny
Nono bwabund urashavur kweri gusa kafash unomusi peeeee Fanny felicitation
Shaa Nora ndabny utsindw nabii wemey kwl urafukama
Yoooo bamukiyegereza ako kana nigato apana kugashira kumpera. Ndabakunda ❤️
Himbaza joshua Nici we love you so much and you know that
Jochua Ndagukunda 😂
Utazi jewe😅😅
😂😂😂😂fiko ga mana kavyonzi
Yooooo Nora aranteye ikigongwe nukuri Nora pole
Harabantu mutaryama kweri je narinziko indi mubambere😂😂😂😂
We fiko ww wumiw😂😂😂 ubund Fafa jw ndakw❤️ turamuhay bikwiy ubund tumuh twikwirikiran😂😂fiko ng nintah mpagaz😂😂😂
😂😂😂Nono guma hamw Fanny hejuru cn
Hejuru Fany
😂😂😂😂ukuntu fiko ariko akubita amabok rer😅😅😅aranakawuka nono baragukoreyeko
Nora oya reka kubabara Kuko na funny uhora umukorera uko knd ntubabare en donnant donner
Ingene Fiko fiko yivugira ijambo rimwe rimwe mu mutuzo❤❤❤❤❤❤
Noé nkamwebwe ukuntu kundyohereza ibihe nzonabicapako vrt nda❤
😂😂😂😂 norasque atsinzwe acavuga ngo ni prank zuburofa
😂😂😅Muri vyose ntakintu kiryoheye nkukuntu Uwo mwana wa Norasque yaguma akinana na Fanny biryoheye cane 😊
Jew nisanze narize nukur biraryoshe arabonekako afashwe neza
Jew Ibindi ntimumbaze Inkuru yumukazana wanje niyinkuyeho😂😂😂😂Acarayibaga😂😂😂😂Jew igitangura narinzi numusore yamureheje agacamwo umuhungu wanje😂😂😂😂❤❤❤❤❤we love u❤
Uranyeguye hew
Aaaaahuuuuuuiiiiiii nar nacereweeeeeee mumbonera bimeze gut?rrka nzane agatebe😂
Munkuraho kl🤣🤣ariko ndabakunda cane❤
Yoooo Nora pol sana uzukuntu team Fany uhorukoma ukihaya uyumusi natwe turaguhaye
Fiko na fanny bubahwenukuri❤❤
mama we ahorr nono urishavuj wibagiy ivyuhorukor fany waw akarir natw tukarr kwerish fany wakozumut knd wawuvugus nez mwubahw ndabakund❤ ayany ngay🌹🌹⚘🌷🙏
Vrt Nora yatsinzwe 2dy 😂😂😂😂 gus Ndbkund mwes ❤
Fico kitombi unaniua mbavu😂😂😂😂😂utera iturufu gusa 😂😂😂😂😂
Nacerewe ndakunda iyo baprankinze Norasque ❤❤❤
Norasque to day Abo kwa lavine twagutsinz yagufash
Waoooooo ndabakunda cane nono na fafa mwubahwe fico fico nawe yahageze😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤❤❤
😅😂😂 ngo ntamuntu numwe ndigera nterinda 😂😅 Koma Koma sana uzosubire baraguhaye
Famille nono n'a fanny muzanatwica
Kumbe nacerewe ntimuryama kwer jeho ngrango mbaye uwamber mperey inyuma😂😂😂🎉🎉 fanny gusa imana yomwijur ikumpezagrir guk uguma uduteramisha turagukunda sana❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
We Nolaaaaaaaaaa emeraaaaaaaa watsinzweeeee😂😂😂😂😂😂😂😂😂ntag yapfuye
Uwomwan ni kacameni daris ghhhh
Ndabakunda cyane mwubahwe cyane ❤
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂I'm a big fan wa nana nukuriiii.. iyo nkuru irantwengeje naho atanakimwe ntahuye
Norasque urafashwe uyumusi tuuuu. Fiko ndamwikundira mazeu arazi gukina prank
Joshua gamana🤣🤣🤣🤣 turakuzi mwana💪🥰🥰 Fanny na Nana bararyoheye disi ukuntu gatwenga😅😅 iyo nkuru yiwe iranyishe 🤣🤣🤣🤣🤣
Solution Couple ♥️♥️♥️🌹 Ndabakund Can Imana ikomez kub zigama
Nkunda ingene munteramishaaaa❤cane
Noé ka nana ❤❤❤😂😂😂😂😂 kara dérangeant 😂😂😂😂 gusa ndakunze Abo bafana ba Real
Yooooo uramukomy shaaaa 😂
baramukomye nono😂😂😂😂😂😂😂😂
Haaaaa ababanza kuraba commentaire avant yuko baraba prank yigisasu ya lavine wacu twihe amashurwe maze🌷💐💐
Abashigikiye bose duz ibiganza 🙌
🙌🙌je ndi hose nka Fiko Fiko😂😂
@@FicoFiko9606 umusi twahuriye mukabare wew uzoba unyoye icupa 2 zikanye ni mbrochette imwe ishushe
Abaz inyum yanj mur gwarukund nyen mundemer utu like abakunz ba solution couple ❤❤❤❤❤❤❤❤❤🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹
Icambere kinejereje nukuntu ufata neza umwana wumugabo wawe disi❤❤ karakwisanzurako cane biryoheye umutima wanje nukuri❤❤❤
Nanje biranezey
Imana ibaje imbere nukur satani ntazobacanir
Wao amashurwe ya team saudia🎉🎉🎉 ntitwigera ducerwa ama like yacu abari murukundo na solution couple
🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹gwayo
Waguaaan 🎉🎉🎉🎉🎉🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹
❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Fico Fico Bon Acteur 🎉🎉🎉 Ham Alacia Ntaz Asubire Kuza Arashir Machine K Bibero S Vyiza
Mugire weekend nziza bakunzi ba solution couple Aho muri hose ❤❤ muze duterame baradukorey umusi 💐❤️💐❤️👊👊
Nora maramara nabi team fanny tugushize hasiiiiiiiiiiiiiiiiìiiìi
Bamwita coco mama pray
@@user-so5zf8sc3v ego disiiiii
Ndabakunda cane hejuru can❤❤🎉🎉 rwa fiko muze murugirire narwo😂😂😂
Nono reka kwigumura iyo uyikoreye Fanny urigamba cane wabonye kwatari bwabwana,knd na Fiko abikora neza cane ,gusa ndabakunda cane nabana banyu knd muzoze muragashiramwo ka Nana karabiryosha sana nkubu yaduciriye umugani natwenze nduma hhhhhhhyeeeee ndabikundira
Ndaryohewe ukuntu Nana yisanzura kuri fanny Imana ibahezagire❤❤❤❤
Za muramenyerez Bash Nana micro nae kamenyere nkabnd Bana ❤❤❤
Ndabakunze Nukuri norasque n umugabo mwiza asaba imbabazi kubintu atazi vrt kugira azane amahoro nabandi mumwigireko 🙋
Waaaaaoooo ako kana ka nana ndagakunda caaaaan muzoze muragashiramwo kadutera inkuru karaboryosha
Na Jeannette yarabay umu star
Nta prank aburamwo😂😂
Yooo ukuntu sh Fanny ukunda ki Nana biraryoshe kuraba 😭😭❤️❤️❤️❤️nukur urakunda abana disiii ndabakunda nukur❤️❤️❤️❤️
yoo Norasque yatsinzwe vrmt
ukuntu Fiko rero yaguma asobekayo akajambo😂
yiooo fanny mwe nzonabicapako nukuri wewe na nono ndabakunda saana Famille KEZIMANA ndabakunda nyene
Ivyo bintu muze mubihebe kuko birohera bibateranya kandi mwarimwikundaniye
😂🤣🤣😂😂😂 warigenge noneho Sha baragukomyepeee gusa pole sana ndabakunda cyanee from Rwanda🇷🇼🥰🥰😍
Nono tegura igisasu tumwereke kwatari bwabwana
Nana none iconigitito nana atubariye gusa ndagakunze ka nana muzoze muragashiramwo ❤❤❤❤❤
Ukuntu rer Fico na Fanny bahise bunika imitwe 😂😂😂
Ndabakuunda caane kuk muramp inyigisho nyishi❤❤❤
Nono arasubiye guter'ivi wallah😂😂😂
Uzumu praning kobaje gutora abobana urabe ingene avyifatamwo😅
Koyishavuza nono aribuka iyo mwateye coco ashonje arushe kafashe😂😂😂 Fanny courage
Fiko Fiko sasa bukebuke nyene atuje abaza nyene utubazo two kurunga😂😂😂gusa ni ntaho mpagaze nico ndzlukundira umwe wese aramwikorako knd akabikora neza😂
Ficofico ni potepema wo muri horo😂😂😂😂❤p❤❤
Nanje ndi hose😂😂😂😂😂
Nukuri vrmt team fanny turakazeeee caneee fanny big up sanaa❤❤
Arikose ubu ntimuzaterana umutima koko gewe ndabitinya cyane ukuntu mubitangira
NJEWE KUBERA ATAHO MPAGAZE MWESE MURABANJE NDIKURIMWESE NORASQUE FAXINE💙💙💙💗💗💗🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹 MWAKIRE AMASHUGWE YANYU BAKUNZI BANJE
😂😂😂😂😂fire🔥🔥🔥🔥🔥🔥mamalaooo sawaaaa uramuhamij nono❤❤yahra yigrang niw ategur sibwabwan naw wamuziy crg🎉🎉🎉🎉
Hahaha nanguye kwishima naranayiraba pe team Fanny 🎉🎉👍 solution couple ❤❤❤❤❤
Yooooooo Nono sha pol😂😂😂😂
Narinzingo ndazindutse noe nsanz harabantanze😂😂
Fico nukri uractinga neza vrt uratesaaa😅😅 Fanny hejuruu cneee
Ewe nono niwemere twatsinzwe kuko kafashe😂😂😂
Narinabuz iyonteramir mwubahw dabakund xanaa nor uze uragabany ayomachav 🎉🎉❤❤
Nora yemera vrt siyuburofa Team fanny wabikoz nez cn
Fan lmana iguh uyundi mwana urumuvyeyi urabon ingen umwiyegereza❤
We love you and we care for you ❤️ Cedric from South Africa
Fiko fiko nukur urumwana mubi nanj nono sibwabwana nzogufash mukumutera prank fico fani courage kurira urabishoboy nono kugigimiza ahubw rer ww manik amaboko kbx pe baraguhaye nanj ngum mbakurikiran pe zamuduh prank gud film muzihoz ❤❤❤❤❤
Oy rek na film nisaw
Emera norasque watsinzwe,
Nawe waramugiriye iyuwo wateyindaa😅😅😅😅😅😅😅