Girlfriend🤩:Elsie na Fanny batwaranye umugabo|namuretse aruko amuteye inda|twaramuvuga urusaku Fanny

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 25 ส.ค. 2024

ความคิดเห็น • 102

  • @sirenvibestv
    @sirenvibestv  3 ปีที่แล้ว +8

    iyi Girlfriend yuyu musi itandukanye nizo mwari mumaze kubona, Aba bakobwa babiri Elsie Gretha na Fanny Lavinne babaye abagenzi kuva bakiri abana munyuma Fanny atwara umuhungu yakundana na Elsie amugira rwiwe ivyakurikiye nimuvyumvirize basha😅
    #girlfriend

    • @gerardmusabanganji7866
      @gerardmusabanganji7866 3 ปีที่แล้ว +1

      Nikundira Lavine shaa... Nikundir nivyo akora caneee...
      Mushak muzoduhuz twikorer ikiganir plz✋

    • @asmutabasli3590
      @asmutabasli3590 2 ปีที่แล้ว

      Fan nimwiza cane peee wihangan mma iman izogufash cane❤️💕💕

  • @gatekaellamonia1582
    @gatekaellamonia1582 หลายเดือนก่อน

    Sinkunda gu commenta
    Ariko iyi émission Hosy yabishizemwo inzigo
    Bravo Gretta👌👌👌

  • @lahiliuwiringie941
    @lahiliuwiringie941 2 ปีที่แล้ว +3

    Ohhh Abarundi ko muribeza disi ndabakunda cyane pe❤️❤️❤️❤️ee

  • @africanlegacytv2425
    @africanlegacytv2425 3 ปีที่แล้ว +3

    Hosy usigaye uzana exclusivité gusa 🙏🙏🙏 courage vraiment ico gikumi gishaka umugabo uti karibu🌹🌹🌹

  • @germainenahimana3465
    @germainenahimana3465 3 ปีที่แล้ว +7

    Je umuntu antwaye umu chéri, nomubabarira mais ntabugenzi twosubira kugira, ahubwo nukugira attention ntazohave amutwara nuwundi acavuga ngo nivyabana 😂😂😂

  • @jjkk7747
    @jjkk7747 3 ปีที่แล้ว +3

    courage di fanny wanje mbere ndakwikundira nzogutumira kuri mariage yanje naje azoba ariyakabiri ariko jewe narapfakaye

  • @bellamuhimpundu5735
    @bellamuhimpundu5735 3 ปีที่แล้ว +1

    😂😂,Elsie twarigany muri internat shn😍,ikiganiro kiryosh cane ,big up Hosy

  • @angeburundifggfgg8755
    @angeburundifggfgg8755 3 ปีที่แล้ว +3

    Ikiganiro.gitovye.mamawe.mukomere..ndabakunda.kandisana🥰🥰🥰👈

  • @bobobit0763
    @bobobit0763 2 ปีที่แล้ว +1

    ndagikunda ci Fany uko kiguma citwengera biratesa Imana izokironse um type agihoze ayo carize nikibaju vrema

  • @marinanzigamasabo5210
    @marinanzigamasabo5210 3 ปีที่แล้ว +1

    Elsie ni mood 🔥🔥😂😂😂

  • @lylyjaydia3714
    @lylyjaydia3714 3 ปีที่แล้ว +2

    Hosy courage kubiganiro vyiza uguma utuzanira

  • @emeryhabinganji9840
    @emeryhabinganji9840 3 ปีที่แล้ว +1

    Haaa ngobatwaranye abagabo bacabaguma arabagenzi jeutwaye umuntuwanje nikonzi ubwiza nikumutima uyomuhungu ntiwunvako yarimwiza ariko Raba ivyoyakoze fani

  • @jokkilajana162
    @jokkilajana162 3 ปีที่แล้ว

    Hosy ni sawa.Muraturyohereza kbs

  • @Ministre224
    @Ministre224 2 ปีที่แล้ว +1

    Love 💕 in kenya

  • @mairymairy1851
    @mairymairy1851 3 ปีที่แล้ว

    Hosy mrci ubu usigaye úžana a ant baturyohereza kbsa courage vrt

  • @bebelynekwizera895
    @bebelynekwizera895 3 ปีที่แล้ว

    Munyibukije fanny et Elsie dusimba umugozi 3e primaire courage Fanny uzoshik ahowipfuza gushika

  • @irampayeoliveliesse4378
    @irampayeoliveliesse4378 3 ปีที่แล้ว +2

    Nunva nshaka kuvugana na fanny

  • @jeanclaudeofficial9653
    @jeanclaudeofficial9653 2 ปีที่แล้ว

    Fanny félicitations Imana irikumwe nawe

  • @nduwimanadorine9533
    @nduwimanadorine9533 2 ปีที่แล้ว +1

    mer6 kuduteramisha mwubahwe turabakunda cane

  • @fefeuniquenifertv2576
    @fefeuniquenifertv2576 3 ปีที่แล้ว

    Hewe! Iyi Girlfriend yamara! En fait ndakunda cane Fanny Lavine vraiment none na ca Elsie numva nagikunze ukuntu kweli! Kimw gusa Elsie ntiyavuz ico akora! Sinon émission za Hosy n'ukuri zama ziryosh cane jew ziranyuzuza

  • @emelynemanirambona3192
    @emelynemanirambona3192 3 ปีที่แล้ว +1

    Hosy urandangij ngo nkah avuz ik?🤣🤣🤣

  • @PierresPerfect
    @PierresPerfect 3 ปีที่แล้ว

    Thanks Siren Vibes...

  • @kimana8818
    @kimana8818 2 ปีที่แล้ว

    Fanny umwan wum boss, Elsie umwan wum intellectuelle 😂 mwar kurek Gus neza gute😂😂 mubukeye narahiz kandi mwese iwanyu narahinjiye. Umuvyeyii w Elsie Imana imuhezagire shaa aban Big muri internat Bose bar nkagwiwe😍

  • @user-uq9mt7yu6l
    @user-uq9mt7yu6l 11 หลายเดือนก่อน

    Sha hosy nukur ndashak natw nu mungenz wanjye pfapf tuzobigaragaz kuk sintahur ubwanjye ukunt namwisanzuyek naw akankundir

  • @kikikiki579
    @kikikiki579 3 ปีที่แล้ว

    Mumajambo make umuntu wese afise love language yiwe donc fo ko twiga kumenya love language yuwo murikumwe

  • @kellykezimana5290
    @kellykezimana5290 3 ปีที่แล้ว +1

    Fanny😍😍

  • @zfjxgxgwx7446
    @zfjxgxgwx7446 3 ปีที่แล้ว

    Nukuri ndakunda fanny .hosy uzonsabire numero za fanny lavine ndamuhe idée ya film kuko ndumva turasangiye ibibazo vyurugo vyo mukahise vrma twigishe aba maman ,nabimirije kurushinga vrma

  • @uwinezajohara8362
    @uwinezajohara8362 3 ปีที่แล้ว +1

    Nanje mutoya wanjye yakwinje le 15ans mu 7 avyara imfura yiwe mu 10 birabaho kuvyara ukiri muto

  • @sophieuwase1017
    @sophieuwase1017 3 ปีที่แล้ว

    Murakoze ba dii

  • @cassienndayishimiye8647
    @cassienndayishimiye8647 2 ปีที่แล้ว

    Wapiii kuko arije Boca bamuntwaraaa

  • @emelynemanirambona3192
    @emelynemanirambona3192 3 ปีที่แล้ว

    Umunt abivuz nez ivy Fany bamumper ndarih barakundan can can nanj ndake ey nzovug ivy usingag Geg 😍😍

  • @niyonzimaesperance8449
    @niyonzimaesperance8449 3 ปีที่แล้ว

    Fanny nagukunze caane warahagurutse Wiga kwikorera warigwanyeko mwiza.nanje experience ndayifise ariko ubu ndageze kurundi rwego narize ubuzima rero tsinda ubwoba kdi mundonse numero ya fanny.mrci

  • @irankundajimmy5512
    @irankundajimmy5512 3 ปีที่แล้ว

    Ubwo bugenzi bwari film walahi

  • @evelynekaneza
    @evelynekaneza ปีที่แล้ว

    Mugabo muramwijirira cane none nagira mwomuha umwanya wokumwumviriza

  • @daniellaingabire3892
    @daniellaingabire3892 ปีที่แล้ว

    ikiganiro kiryosh💓

  • @ancillacicy8981
    @ancillacicy8981 3 ปีที่แล้ว +2

    Ndabase umus nashitse muburundi ndasabe fite incuti yanje magara turashaka ko urukundo rwacu

    • @ancillacicy8981
      @ancillacicy8981 3 ปีที่แล้ว

      Thank your so much my sister 👏👏👏🇺🇸✈🇧🇮

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  3 ปีที่แล้ว

      Welcome tuzobakira

  • @labelle9215
    @labelle9215 3 ปีที่แล้ว

    Urugo niteka fanny Imana igufashe uzoronka urundi rugo ruhuye nindoto zawe. Kuko ntampamvu yokorek kurongorwa kandi kuber wabigiyemwo ukri muto utazi ivyo ugiyemwo

  • @edissa9958
    @edissa9958 3 ปีที่แล้ว +2

    🤣🤣🤣🤣Ikiganiro kwel kirarenz

  • @nduwimanagerardine1733
    @nduwimanagerardine1733 ปีที่แล้ว

    Naje urandonder ndaguh film uzokwandik vrt

  • @dianaasd9097
    @dianaasd9097 3 ปีที่แล้ว +1

    Ikiganiro kimaze isaha imwe ninus ariko kirimwo impanuro❤

  • @dorianebellairadukunda6068
    @dorianebellairadukunda6068 3 ปีที่แล้ว

    😂😂😂😂😂faxine,Elsie ndasavye mureke kuntwenza nivyo pe

    • @IrambonaJoyeuse
      @IrambonaJoyeuse หลายเดือนก่อน

      Yeeeee Elsie yarakuze namuheruka kera peeee

  • @alicefaraja7712
    @alicefaraja7712 3 ปีที่แล้ว

    Waoooh nice

  • @hakizaimmoisee9644
    @hakizaimmoisee9644 2 ปีที่แล้ว

    Dabakunda

  • @niwemugeniannefrida82
    @niwemugeniannefrida82 3 ปีที่แล้ว +1

    👌🏼

  • @Reine257
    @Reine257 3 ปีที่แล้ว

    Noe wewe ushaka mube abagenzi kubera yabaye umu star?😂😳

  • @irakozemireille5942
    @irakozemireille5942 3 ปีที่แล้ว +1

    Non yakoriki fanny kuri strms

  • @rodriguerwaka987
    @rodriguerwaka987 2 ปีที่แล้ว

    Elsie afite ibitekerezo biteye imbere kwe🇷🇼

  • @elsie4658
    @elsie4658 3 ปีที่แล้ว +4

    Ntamuhungu yiymera abona fanny?😃😃😃😃

    • @gerardmusabanganji7866
      @gerardmusabanganji7866 3 ปีที่แล้ว

      Ntutum mfut comment nasizeko😎 nandits commentair nkararab ikiganiro

  • @ndegezndechez1734
    @ndegezndechez1734 3 ปีที่แล้ว

    Ikiganiro 🔥🔥🔥❤️❤️

  • @shushishushia3329
    @shushishushia3329 3 ปีที่แล้ว

    Aba single mathers nanje muzantumire ndafise experiance kuriyo sujet

  • @fique9386
    @fique9386 2 ปีที่แล้ว

    Nukuri musubirane vyoba vyiza cane

  • @fidesinimahye7445
    @fidesinimahye7445 3 ปีที่แล้ว

    Ikiganiro ciza cane gose bakobwa

  • @ahimunatube7497
    @ahimunatube7497 3 ปีที่แล้ว

    Abana biwacu❤️❤️

  • @claudinengabirano7311
    @claudinengabirano7311 3 ปีที่แล้ว +2

    Fanny uzokwitonde mukuja murundi rugo

  • @niyinezerezaloyih4860
    @niyinezerezaloyih4860 3 ปีที่แล้ว +1

    Fanny yaraganguye gwamaso yakayabu sha murasekejy

  • @arlenedushime2083
    @arlenedushime2083 3 ปีที่แล้ว

    Ndabakunz😍

  • @claudinenkurunziza2137
    @claudinenkurunziza2137 3 ปีที่แล้ว

    Jamani tuwe na akili ya kujiongeza jamani sasa anasema alizaa iko na miaka 15 na anasema alienda college sasa alianza college iko na miaka mingapi 😩😳uongo mtupu wadanganye wengine sio mimi

    • @kkkkftbbhgft9118
      @kkkkftbbhgft9118 3 ปีที่แล้ว

      Apan ni hv labda haja double toka darasa la kwanza juu alifika mu6eme iko namyak kumi na 12 alisema kama aliaca masomo iko mu darasa 10 apo ss inawezekan akawa alikua na 15 au na 16 tena usisahau kama wanamke wamyak iyi wanajipunguza san myaka😂😂

  • @user-jg1io3fb6d
    @user-jg1io3fb6d ปีที่แล้ว

    Fani.uranyishe

  • @user-yr9bj3po6h
    @user-yr9bj3po6h 2 ปีที่แล้ว

    Mwamfashije

  • @ciatt9587
    @ciatt9587 3 ปีที่แล้ว

    Fanny pole sana

  • @swsw3394
    @swsw3394 3 ปีที่แล้ว

    Iwanyu nubwo hoba muri wese ntasoni hateranye Ku vuga

  • @nadinnmugisha5168
    @nadinnmugisha5168 3 ปีที่แล้ว

    Fanny yavyaye nkukonanje navy aye
    Arikorero ingene watanguye umukobwa ubunyene aragushajije azokorivyo wakoze uzumusengera

  • @ancillecilla
    @ancillecilla 3 ปีที่แล้ว +1

    Hosy urazotuzanira Fanny n'ihasa ryiwe ari babiri vrmt🙏

    • @sosomh5430
      @sosomh5430 3 ปีที่แล้ว +1

      Burya Fanny arafise ihasa?

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  3 ปีที่แล้ว

      @@sosomh5430 natwee ntitwari tubizi

    • @ndegezndechez1734
      @ndegezndechez1734 3 ปีที่แล้ว

      Nta hasa afise

    • @ancillecilla
      @ancillecilla 3 ปีที่แล้ว

      @@ndegezndechez1734 urya mpoa mbona mr film

    • @ndegezndechez1734
      @ndegezndechez1734 3 ปีที่แล้ว

      @@ancillecilla ni montage ya film bagira agakina scène 2

  • @Nono-tm4zv
    @Nono-tm4zv 3 ปีที่แล้ว

    Shak kubaza Fanny ufise ihasa unyishure plz

  • @claudinenkurunziza2137
    @claudinenkurunziza2137 3 ปีที่แล้ว

    Shaa naho biruko nta myaka 28 afise iranga acha uongo

    • @fique9386
      @fique9386 2 ปีที่แล้ว

      Kuhakanye ni wewe wamuvyaye?

  • @jeanclaudeofficial9653
    @jeanclaudeofficial9653 2 ปีที่แล้ว

    😍😍😍

  • @nduwimanachristian6638
    @nduwimanachristian6638 2 ปีที่แล้ว

    Ababantu uzosubire ubahuze

  • @hakizimanageorges8753
    @hakizimanageorges8753 3 ปีที่แล้ว

    Mukobw wa sembemba esi wa bukeye vip wa kwetu gretta

  • @vyimanaevelyne7728
    @vyimanaevelyne7728 3 ปีที่แล้ว +1

    Caurage Fanny ❤️❤️

  • @Reine257
    @Reine257 3 ปีที่แล้ว +1

    Ummm 😏😏😏ngo asa neza ari keza 😏who told you abana baruguru kwari babi 😳nubu naho wisize harabana baruguru beza bafise ama taille kukurusha benshi beza kura ubwirasi iyo havuga na Hosy 🤭😂😂😂ndumiwe uwuriko arabivuga 🤣🤣

    • @kkkkftbbhgft9118
      @kkkkftbbhgft9118 3 ปีที่แล้ว

      😂😂😂😂😂oyaha nawe nyene kera usanga zariko cane ataravyibuha nkuko

  • @dielladushime8956
    @dielladushime8956 3 ปีที่แล้ว

    Fanny ndonder icotuvugan kur fs

  • @ndereyimanadesire5606
    @ndereyimanadesire5606 2 ปีที่แล้ว

    Fanny nyitaba jewe

  • @stellahbint9470
    @stellahbint9470 3 ปีที่แล้ว

    Muraryoshinkur

  • @IVOMO_TV
    @IVOMO_TV 3 ปีที่แล้ว

    Muradufuse

  • @Papillon41
    @Papillon41 3 ปีที่แล้ว +1

    Loved it

  • @emelynemutana3148
    @emelynemutana3148 3 ปีที่แล้ว

    😂😂😂

  • @IrumvaCadeauduCiel
    @IrumvaCadeauduCiel 2 ปีที่แล้ว

    😂😂😂😂😂😂

  • @bahatidiamond2301
    @bahatidiamond2301 3 ปีที่แล้ว

    🤣🤣🤣🤣

  • @jts32
    @jts32 3 ปีที่แล้ว

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @kkkkftbbhgft9118
    @kkkkftbbhgft9118 3 ปีที่แล้ว +2

    Turasavye ama tv muze mwigore mutuzanire umugabo wa fany nawe twumve ivyiwe nitwumva ari mumakosa nkayo fany avuga tuzomukubitire imbere ya kamera kuko fany umugabo akubuza gukora ariko aguha burikimwe cose ushaka ntakibazo hubwo nawe usanga utamwumvira none warenga kuma tegeko kuberiki??nabagore harigihe tubeshera abagabo ngobadufata nabi aritwebwe twabitwayeko nabi

    • @clairegirukwishaka4241
      @clairegirukwishaka4241 3 ปีที่แล้ว +1

      Bose bubatse bakiri abana ntarugo bari gushobora kwubaka

    • @beatricemanariyo574
      @beatricemanariyo574 2 ปีที่แล้ว +1

      Umugabo wese akubwira ngo icara akugaburire akumenyere kimwe cose uwo ntaba agukunda,mbega Ko atawuzi iyo bwira ageze,bishitse akitaba Imana yarakugize ikinebwe nkuko ntiwumvako ucutangura kugira ingeso mbi(gusabiriza,gusambana,kwiba,...)kugira utunge abana yagusigaranye.Fany courage wahisemwo neza