SOLUTION COUPLE 💝:PRANK🔥🔥Fico fiko ibimubayeko ararize turumirwa gusa Amosozo yumugabo atemba aja..🤣

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 5 ต.ค. 2024
  • Solution couple :
    Norasque Ntare VI:+257 72 096 080
    Fanny Lavine:+257 79 210 295
    WE ARE FEARLESS GENERATION

ความคิดเห็น • 677

  • @darcybrilliantdushime6513
    @darcybrilliantdushime6513 3 หลายเดือนก่อน +57

    Abakunzi ba Fico Fico mungirire like iyi Prank iratwenza umengo Ni Comédie Nora Mama Lao Nakubaliiiii

  • @IkiyagoTVshow
    @IkiyagoTVshow 3 หลายเดือนก่อน +46

    Abari bakumbuye prank nkanje mumpe like

  • @WillaLight
    @WillaLight 3 หลายเดือนก่อน +13

    Number one kw Fico Fico 😂rek ntor agatebe ndab UK avyifatamwo😂🎉🎉

  • @barakamfitiyecelestin8617
    @barakamfitiyecelestin8617 3 หลายเดือนก่อน +19

    Uwa 3 mumpe like😂😂😂

  • @christella5092
    @christella5092 3 หลายเดือนก่อน +2

    Iyi Prank irambabaje gusa Norasque prank wari kuyikora nuriya mu serveur abizi warikuba wamuhaye amafaranganga ya fico mbere mubago mukaba mwabivuganye numu serveur😢

  • @Mpaweseria
    @Mpaweseria 3 หลายเดือนก่อน +15

    😂😂😂😂😂😂Mmmmmm iyi prank iraryoshe kandi irigisha, ntushobora kugira Comande uziko atamahera ufite mumufuko, canke utabajije bamwe baguhamagaye ati murangurira ukumvako bakubwiye ati ego canke oya, kuko harigihe ushobora gusanga bafite amahera angana nivyo bariye, abahungu muja mukabare atanurucere mufite pole sana bazobafunga

  • @abdallahmateso7913
    @abdallahmateso7913 3 หลายเดือนก่อน +2

    Fico fiko abakunz biwe mumuhoze prank yafash fany Na ntare mwubahw

  • @euphemieningenza7637
    @euphemieningenza7637 3 หลายเดือนก่อน +5

    Pole sha Fiko Fico😢😢😢 nukuri murambabaje nanj! Ariko Fiko sha nikinyamahoro, arinkajewe niyica!!😂

  • @nadiansengiyumva7192
    @nadiansengiyumva7192 3 หลายเดือนก่อน +1

    Murakoze kuntwenza pe fiko fiko pole Sana ariko ikibwigwa nicumva icerekwa nikibona muratwigishije nukuri

  • @ElianeIRADUKUNDA
    @ElianeIRADUKUNDA 3 หลายเดือนก่อน +5

    Vrt iyi PRANK irambabaje pe,gusa Fico ntibiherere ngaho vrt we ndakwemera sana kandi wihangane😅😅😅

  • @AngellbellaIrakoze
    @AngellbellaIrakoze 3 หลายเดือนก่อน +28

    Ababonako Fanny lavine yahindutse mumaso mumpe 👍 mumisi turabona kanora gatoooooooooooooooohaàaaaaaaaa😂😂😂😂😂gusa ndabakunda

    • @estachou6896
      @estachou6896 3 หลายเดือนก่อน +1

      Yahinduts kbx nanj nabibony nono yakoz umuti🤣🤣🤣😃

    • @EmelyneNshimirimana-p7m
      @EmelyneNshimirimana-p7m 3 หลายเดือนก่อน

      Jewe ndabibona yashitse urugo Kibi nakanwa ndabakunda😃😃💅💓💓💓💓🎻

    • @jojouwizeyimana6506
      @jojouwizeyimana6506 3 หลายเดือนก่อน +1

      Aka bébé kariyo kbx nabibonye nanje

    • @PeniellaTuyishemeze
      @PeniellaTuyishemeze 3 หลายเดือนก่อน

      Nanj ndabibon😂

    • @EmmanuellaBahati-f5m
      @EmmanuellaBahati-f5m 3 หลายเดือนก่อน

      Ego kbx

  • @AntaAlbertine
    @AntaAlbertine 3 หลายเดือนก่อน +10

    Wapi muramusarishij ntivyari bikenew KO tumenya kwagenda agaragara

    • @shizomaniga9627
      @shizomaniga9627 3 หลายเดือนก่อน

      😂😂😂😂😂😂😢

  • @BlessingIgiraneza-jw4qv
    @BlessingIgiraneza-jw4qv 3 หลายเดือนก่อน +2

    Yoooo Fiko,Fiko,amajambo yahez ntana da,Di,du,do,de.asigarany

  • @DianeIrakoze-x6e
    @DianeIrakoze-x6e 2 หลายเดือนก่อน

    Yoooooo fico fico ntakund wihangan sh iy plank siy 🎉🎉ark norasque respect Vrt n'a Fanny mur gukor umutim walah 😂😂

  • @EtyddguhdEtufsfgxg
    @EtyddguhdEtufsfgxg 2 หลายเดือนก่อน

    Fico fiko nukuri urahuye ningorane amanyama yaraheze gusa mwaba muburundi mère bossi wanje Fanny azama arumwe muri fillim ndundi❤❤

  • @ClailleICIDUHAYE-xh3ll
    @ClailleICIDUHAYE-xh3ll 3 หลายเดือนก่อน

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉nora ndakunda plaque zanyuuu knd mbere nkugitangur kuban sintakunda ibiganir vyanyuu arik ubu nasanze nabakunze canee kubr plaque zirampimbraaa❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @NinezaDiane-vw2qg
    @NinezaDiane-vw2qg 3 หลายเดือนก่อน +1

    Mpore fico😀gusa nyene baragufukuruye wallah,umugabo w'ubwanwa bwinshii nka wew agenda muka bar ataniporo yitwaje🤔🤔

  • @anemarry8755
    @anemarry8755 3 หลายเดือนก่อน +5

    Yoooh fico Sha harageze yaho anterakagogwe😢😢 basha

  • @GrettaIteriteka-rj1ji
    @GrettaIteriteka-rj1ji 3 หลายเดือนก่อน +1

    Yiooo Fiko fiko😂😂😂bsi Loviyuu😅

  • @ManirambonaNoella
    @ManirambonaNoella หลายเดือนก่อน

    Yoooo Basha ndababaye kweli disi Fico iyo prank mwamukoreye irasarisha pe

  • @louisjuniorniyizigama
    @louisjuniorniyizigama หลายเดือนก่อน

    Fanny Imana zobahana urazi ibyo mukoreye fico kwl ndatwenze 😂😂😂😂😂

  • @GèneclaverTina
    @GèneclaverTina 3 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂ndapfuye nugutwenga mais birangiye mbabae😢ivyo bintu siivyiza muramumaramaje nukuri

  • @Mwaminiomar
    @Mwaminiomar 3 หลายเดือนก่อน

    Fiko fico baraguhabuye😂😂😂😂😂😂😂😂😂, Norasque rero n'umukawushi ngo ngirira facture 2 gusa 😂😂😂😂uyo nawe aririhira😂😂😂😂😂😂,muramvunaguye pe😂😂😂 courage ❤❤❤

  • @teramanacomedies797
    @teramanacomedies797 17 วันที่ผ่านมา

    Yoooh fico fico nukuri urantwengaje peee😂😂😂😅

  • @esperancentirampeba4283
    @esperancentirampeba4283 3 หลายเดือนก่อน +2

    Fiko wahora ubikora wibazako bitazokugarukako???😂😂😂😂😂?
    Kafasheeeeeeee.

  • @JeanetteNiyibigira
    @JeanetteNiyibigira 3 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂fiko koma wumva karyoshe😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂uzusubire Bury rr kubandi biraryosh

  • @RwaniraUbwizigirwa
    @RwaniraUbwizigirwa หลายเดือนก่อน

    Ico mutazi n'ukwo mundaza ijoro😢😢😢😂😂😂 basha ndabakunda🎉🎉🎉

  • @GeorgetteNzeyimana-fi6ln
    @GeorgetteNzeyimana-fi6ln 2 หลายเดือนก่อน

    Ngo mwamubwiye ngw'aze kurya😂😂 yaraje kubaraba rero mwebwe uko murya😅😅😅

  • @BlessingIgiraneza-jw4qv
    @BlessingIgiraneza-jw4qv 3 หลายเดือนก่อน

    Norasque uragakoz.uraka!Ark Sivyiza

  • @manirakizaspeciose1091
    @manirakizaspeciose1091 3 หลายเดือนก่อน +2

    Ivyo ntibigasubire kumaramaza umuvukanyi nkuko😅😅😅😅😅😅😅

  • @DianeIradukunda-zr2wm
    @DianeIradukunda-zr2wm 3 หลายเดือนก่อน +7

    Iyo prank ntiryoshe muramumaramaje fico kandi sivyiza

    • @NduwayezuChantal
      @NduwayezuChantal 3 หลายเดือนก่อน

      Baramusarishije nukuri.motif ngo nashaka Ama vues.aho Fiko ntibizomuheramwo nukuri mwaramwishe!!!

  • @AntoinetteBaraka
    @AntoinetteBaraka 3 หลายเดือนก่อน +2

    Maman lao felicitation ndabona nono yarakoze umuti,Imana izibahe amahasa❤❤

    • @estachou6896
      @estachou6896 3 หลายเดือนก่อน

      🤣🤣🤣nanj nabibony

  • @AdélaïdeManirambona
    @AdélaïdeManirambona 3 หลายเดือนก่อน +1

    Yoooh,Fiko Fiko wanj mpol

  • @letyhavjoyeuse5950
    @letyhavjoyeuse5950 3 หลายเดือนก่อน +2

    C'est pa bon muramumaramaje😌

  • @AlawiMohammed-i8j
    @AlawiMohammed-i8j 3 หลายเดือนก่อน

    Ndatwenze kuburyo ni sobako ngo kirya gihungu cariko kirafata😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @madeleineniyoyankijije5332
    @madeleineniyoyankijije5332 2 หลายเดือนก่อน

    Basha sinahor mvug ibintu mwagiriy fico birambabaje nubw bitwengeje.kikikiiiiiii yoooooo

  • @OrnellaIzere-w7r
    @OrnellaIzere-w7r 3 หลายเดือนก่อน

    Yoooo ngo belle sœur nimumfashe nukuri 😂😂😂

  • @britneyarakaza3960
    @britneyarakaza3960 หลายเดือนก่อน

    Solution couple muranyuzuza vya hatari

  • @MomoMUGISHA
    @MomoMUGISHA 3 หลายเดือนก่อน

    Ukuntu rero yabi commanda nimigaro😂😂😂

  • @sfkl8257
    @sfkl8257 3 หลายเดือนก่อน

    Muramukoze warahi😂😂😂😂😂naringwaye prank ya Fiko none ndakize💃💃🕺🕺🕺

  • @OrnellaIzere-w7r
    @OrnellaIzere-w7r 3 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂😂😂Fiko mpore shaaan,basha jewe twogwana sinkubesha nimwe mumuhamagaye none ngo ABC

  • @guyarseneiteriteka886
    @guyarseneiteriteka886 3 หลายเดือนก่อน +2

    Ewe nono shn ngo fata urwo rushakoshi rwiwe 😂😂😂😂🔥

  • @MariusNibayubahe
    @MariusNibayubahe 3 หลายเดือนก่อน

    Ahwiii!!😂😂
    Solution couple murakoz gushikana igisabo canj ca prank ya Fiko!!!😂😂😂

  • @chnae-k5o
    @chnae-k5o 3 หลายเดือนก่อน

    Fico fiko kafacha 😂😂 bakimufat narinababay arik mumaz kumunbwir kwar prank dase 😂😂 na mpak.

  • @UwizeraEmmanuel-mu5eg
    @UwizeraEmmanuel-mu5eg 3 หลายเดือนก่อน +14

    😂😂😂 Fico fico yooooooo

  • @britneyarakaza3960
    @britneyarakaza3960 หลายเดือนก่อน

    Gusa guys muramumaramaje vraiment fiko twese tucetubona k umubogare nkuyo atana5000 agendana vrm wapi iyo prank irambabaje. m ndaba❤❤ trop

  • @NiyiragiraEsperance
    @NiyiragiraEsperance 3 หลายเดือนก่อน +1

    Yoooo arik bash muramubabaj fico mpore disii

  • @DidaBatungwa
    @DidaBatungwa 3 หลายเดือนก่อน

    Fico fico baragusebejej nukr ingo nkurihiree😂😂😂😂😂❤❤❤

  • @FgfRt-t6j
    @FgfRt-t6j 3 หลายเดือนก่อน

    Nikosa kugenda utagira amahera 😂😂😂😂😂 gus nababikora bigirireho 😅😅😅😅😅 kuryaà atayufise😅😅😅😅😅 fico jendabizi kutari wamwana😅😅😅😅😅😅😅😅 uzukorumutiii😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅

  • @EmelyneNshimirimana-p7m
    @EmelyneNshimirimana-p7m 3 หลายเดือนก่อน +1

    Ndabavwire ikintu abahungu barazi kwihagararako none koyavuga rwanyarutse aramusororera yamusororera mwayahe kombona agaragara😃😃🤦🔥🔥🔥🔥🔥

  • @elias4Keshi
    @elias4Keshi 3 หลายเดือนก่อน +1

    Iyi Prank vrai irambabaje,
    Birashoboka Fico mwari mumuzi katariha,murikumwe. si ataruko birababaje kumuntu wo mukarere kacu kazoza kiwe kugutegura kageze, kera, adafise ahantu or ukuntu yokwiyumvira yokura 5600 fb yokuriha mugihe abafashwe nabi atavyiteguriye!!!!!!

  • @DorineIgiraneza-yd8oc
    @DorineIgiraneza-yd8oc 3 หลายเดือนก่อน

    Muratwenz nukur😂😂😂fico yararize nuku😂😂😂😂

  • @oliveniyongere7927
    @oliveniyongere7927 3 หลายเดือนก่อน +1

    Murakorikibi nukuri Mana weee mbegibimaramareeee!😢😅

  • @alinenininahazwe3223
    @alinenininahazwe3223 3 หลายเดือนก่อน +1

    Ewe Fico shaaa😂😂😂😂😂

  • @JuscaëlleIradukunda
    @JuscaëlleIradukunda 3 หลายเดือนก่อน

    Murinzigo nukur yooooo pol sha fiko😂😂😂😂

  • @stitore2388
    @stitore2388 3 หลายเดือนก่อน

    Courage mwubahwe ariko baramukoreyeko fico fico 🤣🤣🤣😥😥😥😥

  • @Uvyx-s6k
    @Uvyx-s6k 3 หลายเดือนก่อน +8

    Wapi,ayo ma prank atuma amuvukanyi afatwa nabi mu kabare siyo ,numu serveur biraboneka ko atavyo yarazi

    • @NduwayezuChantal
      @NduwayezuChantal 3 หลายเดือนก่อน +2

      Oya naje iyo irambabaje nukuri

    • @SignolineNIYOGUSHIMA
      @SignolineNIYOGUSHIMA 3 หลายเดือนก่อน

      Oy ivyobi'tu sivyo vrt

    • @jeanineniyokwizera6965
      @jeanineniyokwizera6965 3 หลายเดือนก่อน

      Najewe yashishe kuko ikura urupfasoni kumuntu😢😢vrm vyitwako arakazi ariko haribintu mukina bigamaramaza muntu prank mukina rimwe rimwe sinziza vrm ipuuuuu

  • @AngeNellyKubwimana
    @AngeNellyKubwimana 3 หลายเดือนก่อน

    Nukuriii ibintuu mugize sivyizaa prank Nkiziii wap zokumarazanyaa

  • @LailaAlbreke-ec2sf
    @LailaAlbreke-ec2sf 3 หลายเดือนก่อน +1

    Ewe fiko sha ngo zana nagapiripiri ata nurwash wifitiye mumufuko 🤣🤣🤣🤣🤣

  • @happinessmunezero8262
    @happinessmunezero8262 3 หลายเดือนก่อน

    Une bonne leçon guys😃😃😃😃muzoze murarya muziko mufise ayokuriha

  • @Illuminee-p2f
    @Illuminee-p2f 3 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂😂baragukoreyeko

  • @reveriennizerimana2364
    @reveriennizerimana2364 7 วันที่ผ่านมา

    Yoooo pole gusa muramumaramaje kl umusor atagendan amaher kl

  • @NduwimanaSandra-cc6bh
    @NduwimanaSandra-cc6bh 3 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂😂fico fico urarubonye kwr Pole😂😂😂❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @MugishaLiesse-be9kz
    @MugishaLiesse-be9kz 3 หลายเดือนก่อน +1

    we Fico fico😂😂 uraziko naw uhor ubafasha kur prank noe baragukoreyeko😂😂😂😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉🎉

  • @willyntahomvukiye2622
    @willyntahomvukiye2622 3 หลายเดือนก่อน

    Fico fico uyu musi barakurashe kwl kandi rero yafashe pe. Muga pole sana. Mwubahwe sana mwese

  • @IldephonseZiruka
    @IldephonseZiruka 3 หลายเดือนก่อน

    Oy sivy muramufash nabi mwerekany kwatamaher afis

  • @claudinenimpagaritse
    @claudinenimpagaritse 3 หลายเดือนก่อน

    Fico fico 😂😂😂😂mpole wama ushigikira abandi niwumve ukobimeze

  • @ChristabenichouNiyongabire
    @ChristabenichouNiyongabire 3 หลายเดือนก่อน +5

    Ubwo nububono kwr ntama prank ngaho muramusuzuguye ,kandi iyo prank iryoheye mwebwe gusa🤷🤷

    • @DELICIAIRAKOZE-gi2cq
      @DELICIAIRAKOZE-gi2cq 3 หลายเดือนก่อน

      Ntibamusuzuguje kubura Amafranga n'ibisanzwe hari uwuyamana?

    • @ConcilieNiyogakiza
      @ConcilieNiyogakiza 3 หลายเดือนก่อน +1

      Naje yambihiye 😢

    • @موزاالموازاني
      @موزاالموازاني 3 หลายเดือนก่อน

      Kuberik ibihiye abakobwa gusaaa😂😂muramwikundish

    • @ChristabenichouNiyongabire
      @ChristabenichouNiyongabire 3 หลายเดือนก่อน

      @@موزاالموازاني tuvuze ukuri ntitumwikundisha kandi ntiturinababi kuburyo yotwanka🤷🤷

  • @laOdePamofficial720
    @laOdePamofficial720 3 หลายเดือนก่อน

    Yooo Fikoo Fiko je urambabaje nubwo nkunda prankss Anyways uko meze wibere umuntu mwiza

  • @RachelleIngabire
    @RachelleIngabire 3 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂ndum fan wanyu wa 1 uk biri kose ❤knd can solution couple nukurii mwubahw mur abantu banj sana ham fico wihangan kuel😂😂😂 baragukoreyekoo

  • @JanvierManirambona-m8t
    @JanvierManirambona-m8t 3 หลายเดือนก่อน

    Fiko pole sanaaaaa Hama nono urumuntuu wumugabo kabisaaaa gusa iyo fiko atashavura twarikwibazako iyo prank mwayimubwiyee pole fiko fiko muraturuhuraaaaa

  • @jofredabayo1918
    @jofredabayo1918 3 หลายเดือนก่อน

    Eeeh koma wahora wam uziter abandi😂😂😂

  • @TuyisengeAlice-t3z
    @TuyisengeAlice-t3z 3 หลายเดือนก่อน

    𝑴𝒖𝒓𝒂𝒃𝒂𝒏𝒂 𝒃𝒂𝒃𝒊 𝒏𝒖𝒌𝒖𝒓𝒊 𝒇𝒊𝒄𝒐 𝒖𝒃𝒘𝒐𝒃𝒂 𝒃𝒘𝒂𝒓𝒊 𝒃𝒘𝒐𝒔𝒆!!!😂😂😂❤❤❤

  • @DarleneIhezagire-mk9yy
    @DarleneIhezagire-mk9yy 3 หลายเดือนก่อน

    Fiko weee ukuntu aga commande kaw kananyarutse😂mpore mpore.

  • @ndayisababelyse5977
    @ndayisababelyse5977 3 หลายเดือนก่อน

    Birababaje,biratwengej,kdi birigisha Fiko pole sana gusa bakoze😂😂😂

  • @faustinMugisha-j4l
    @faustinMugisha-j4l 2 หลายเดือนก่อน

    Murakoze kumashura planke gwi fiko kbx

  • @AngeMerveilleIrankunda-dh7uj
    @AngeMerveilleIrankunda-dh7uj 3 หลายเดือนก่อน +1

    Fico arambabaj vrmt ukuntu reo yicish bugufiii

  • @EbeeFrea
    @EbeeFrea 3 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂😂 fico aramaramay

  • @Okia257
    @Okia257 3 หลายเดือนก่อน

    FIKO FIKO NAKAJEMBEGETE 😂😂😂😂😂😂😂

  • @IreneNIHORIMBERE
    @IreneNIHORIMBERE 3 หลายเดือนก่อน

    Murabaye nkabazungu umwe wese nukwimenya😂😂

  • @GlorioseNsavyimana
    @GlorioseNsavyimana 3 หลายเดือนก่อน

    None birashika numuntu nka fiko akagenda afise isuku mumufuko😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @ElvisNDUWAYEZU-eq5fc
    @ElvisNDUWAYEZU-eq5fc 3 หลายเดือนก่อน +3

    Fico fiko muramuhohoteye bdiwe ntivyoherera aho 😂😂

  • @euphemieningenza7637
    @euphemieningenza7637 3 หลายเดือนก่อน +1

    Iyi Prank nayanseeeeee!! Nukuri Ivyo bintu mwakoreye Fiko muzomusabe imbabazi kuko mwamuhemukiye!! Nukuri birabambaje,Ivyokwakira yuko ari ibikono vyansee!!! Solution couple ndayikunda ariko vrt ivyo bakoze ndavyanse n'uwanje mutima wose !! Basi Fanny nawe aravuga nabi😂😂sindamwanka ariko uyumunsi ibintu abariye Fiko numva vyose arukuvuga nabi! Norasque nawe hemwe😢😢 nukuri mbere mwebwe 😢😢

  • @DebrienNiyera
    @DebrienNiyera 3 หลายเดือนก่อน +1

    Ewe basha, Fico wihangane kweri gusa kafashe vrmt!!! ariko nawe uzobishure kndi bose bose kwaribabiri uhatswe kurira nka clarisse.arik ntuzugaherane naweeee😂😂so ntare v wubahwe kweri uruwambere.

  • @chanelleButoyi
    @chanelleButoyi 3 หลายเดือนก่อน +2

    Mbanahashitse ndabakunda ariko Umusaza wacuuuuuu ndashavuye mumukoreyeko ndamukunda Fiko tuzomusubiza wihorere

    • @LeoncieNiyibitanga-qs1ph
      @LeoncieNiyibitanga-qs1ph 3 หลายเดือนก่อน

      Fic fic baragukoreye umuti genda ubesh mwubahw kbs kbs twar tubakumbuy

  • @NibFab
    @NibFab 3 หลายเดือนก่อน

    Ndi nka Fiko ah Norasque twac dufatana nk'inyamaswa kl

  • @AliceNiyibizi
    @AliceNiyibizi 3 หลายเดือนก่อน +1

    Impanuro ya gusa😂😂.Kizire kikaziririzwa kuja mu cabaret utitwaje amahera yo kuriha facture motif ngo barampamagaye bansororere.
    Fico pole sana mais iyo uvyihweza neza wabona ko ari prank abo nta mutima mubi ugeze hiyo bokugirira😂

  • @ClairiaIRADUKUNDA-zl7pn
    @ClairiaIRADUKUNDA-zl7pn 3 หลายเดือนก่อน

    Iranteye ikigongwe nukuri 😢😢😢😢😢😢 Imana ibabaririre

  • @SandrineIgiraneza-v7q
    @SandrineIgiraneza-v7q 3 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂fiko whangan urumu solait ubon tegura naw umbarre ndagufash

  • @IteritekaAncile
    @IteritekaAncile 3 หลายเดือนก่อน +1

    Wap jew iy prank sindayikunz KK fico bamufash nab cn knd yiviriy ruguru knd mwar mwamuherey kera mumubazagiz ngoyazanyik fico nkabakunzi baw pore sana ❤

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066
    @AssiaClaudineMukaremera-3066 3 หลายเดือนก่อน +8

    Uyumusi mbaye mubambere muri 1min nkaba ndahashitse😆 solution couple hejuru cane 🎉🎉🎉🎉🎉

    • @kubwimanayvette6203
      @kubwimanayvette6203 3 หลายเดือนก่อน +1

      Kutambwiye nn😂 😂urumwana mubi😂

    • @AssiaClaudineMukaremera-3066
      @AssiaClaudineMukaremera-3066 3 หลายเดือนก่อน

      @@kubwimanayvette6203 niwe wabitanguye 🏃🏼‍♀️🏃🏼‍♀️🤣🤣🤣🤣🤣

  • @KwizeraCredia
    @KwizeraCredia 3 หลายเดือนก่อน +1

    Fico Fico yoooo duduweeee pol

  • @ElieNtungwanayo
    @ElieNtungwanayo 3 หลายเดือนก่อน +7

    Fico arariye rwungere 😂😂😂NawE Sha fiko uzomutere prank norasque arakumaramaje muvukana😢😢

  • @YvetteMfuranzima
    @YvetteMfuranzima 3 หลายเดือนก่อน

    Couple ni kundira🙏

  • @irankundabelyse-ej5vi
    @irankundabelyse-ej5vi 3 หลายเดือนก่อน +3

    Fico polesan wnj uyumuns bakuzindukiy😂

  • @kevinniyongabo
    @kevinniyongabo หลายเดือนก่อน

    irambabaje nukurii fiko wanje baragukoreyumutii kbsaaa

  • @juliemunezero4353
    @juliemunezero4353 3 หลายเดือนก่อน

    Nono nawe ngoharay yanemey ngokugir amunyarukiriz😂😂😂😂 yoooooooo

  • @donavineukwibishaka3158
    @donavineukwibishaka3158 3 หลายเดือนก่อน

    Ficofico 😂😂😂pôle sana musolait 😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @HabicigombaEmelyne-vl2pj
    @HabicigombaEmelyne-vl2pj 3 หลายเดือนก่อน

    Mugabo basha murakora ikibi nkri😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @GraciellaMuhoza
    @GraciellaMuhoza 3 หลายเดือนก่อน

    Basha norasque urumuntu mubii vrt😅😅prank zaw vrt ziricaa😢fiko itegure umurize basi naw😂😂