ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Amahoro y'IMANA abane namwe Bakunzi bacu mwibuk partage gose gose ❤
Fany uzomugirire prank isara nawd
Gusa ndabonyeko umukunda birenz mwene wanyu pe😢😢😢
Courage sherie wachu❤❤❤😂😂😂😂
❤❤❤❤❤❤❤❤❤😅😅😅😅😅😅
@@fannynelly-iz5cr nihatali
Ngo kuberik utasizeko Fabrice 😂😂😂 elcie yoc yic Fanny 😂😅😅😅 abakunzi ba solution couple mump j'aime ❤️
Ndaravye
Jewe muzompurusha nzekwibera iwanyu
Amabwire nimabi mwarampenze ngo nze nihore none ndahatswe😢😂
😂😂😂😂 Uzomwonger akandi inbox ndakoshe😂😂
Mpore mazeu fafa wacu gusa wari wateguye sana
😂😂😂 mpore Fanny
Hhhh team yae hejuru can
Ababonye k norasque yajovye kurusha Fanny basutseko amazi nampe like dukomeze na prank ya Fanny😂😂😂🤣🤣🤣🤣
Sha nanje ndabona yajovye
Hing nongeze qualité
Team Fani hejuru caaane,nono ndagutahije ,Fani sibwabwana wangu arategura neeza,akabishiramwo nubwenge bwishi🎉
Ndimu Rwanda,ariko ndabakunda cyneee kbsa❤❤❤murakoze kunkorera umunsi😂
❤❤
❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂Norasque narinzi ngo ntiyigera ashavura🤣🤣😂😂none ndamubonye😂Team Fanny Hejuru cne🎉🎉🎉🎉munsigire utu like
Ngo nimba Imana yarampenz ikampa ikirofa😂😂😂😂😂😂😂😂
mbay wamber abaz munyum mump like zanj ham Fanny na nono ndabakund cn nimwirabir ❤❤❤❤❤❤
Bit nisaw uramez nez
Team yanje muze natwe tumutegurire akantu
Nora 😂😂urantwengenje nukumukorera akantu ningene akunda kurira😂😂
Uzoshire mur team yawe vuba
Tubikore vuba kbsa😂
Nora😂😂😂 uranyeguye ❤❤
Team Fanny hejuru caaane.Je confirme que NTARE akunda umugore wiwe knd caaane,abakekeranya baze barabe❤❤❤❤❤
Oyasha ntarukundo rurimo kabisa
Basi muduhe ep3😂😂😂😂😂😂😂😂😂nukuri muranyishe😂😂😂❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Abakunz ba solution couple ndababon ngah pe mump utunt ngah 😂😂❤❤❤ Gus Jew muranyish pe ndanabakund
❤❤❤❤
Nono uzusubir sha team fanny hejur cane mbeg nono wweee kukaz bigez hiyo hos urapfuh bigez hiy kur mwen wanyu ntiwizey umugor wawe ngo fyoooooo fyoooooo fyooooo fyooooo ngo ni debit ntuze wice mwen wanyu sha fanny urabonye norasqeu uwariw agupfuhir kubi😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😊😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅
Sha ntamugabo adafuha ndavyemeye fann unkiniy ibintu vyanje ❤❤❤❤
Ohoooo muburundi turarose abakora prank kwer mwubahwe aba nyarwanda bari baradusize kwer kuri prank abarundi 😂😂😂😂 oyeeeeeee
Sibwabwanaaa🥰🥰🥰 mamalao hejuruuu cane mwizaaa uranyemeje ariko shaa nyen urakunzwe mbega mbega umugabo aphuha niwooo walah🥰🥰🥰
😂😂😂😂😂😂Abo turikumwe kwa Fanny amaboko hejuruu🎉😂
Kumwanya wambeleee reka ntore agasonga bugari😂😂😂😂🎉
Hhhh ndabakunda solution couple mutuma ntwenga naho noba ata mood💓💓😂😂
😂😂😅 We Nora gabanya iryo pfuhe Kandi ukome nawe ejobundi waramurijije ,ngo fyofyo à la fyo
😂😂😂😂 Thank you we love you 💓 mukomeze mukore twaryohewe cane
Gusa ivyo bintu murakwiye kubiheba😂 kumbe nuko norasque arakara? Haaa😂😂😂
Yoooo Norasque wee baragukomye sha uzosubire 😂😂😂ndafuhaaaa😂😂❤🎉🎉Ariko koyari mwenewanyu ntiwarikubigenza uko.
Gufuha vyereka urukundo ❤❤ Nono comment Uzi uko warijije Fanny wacu😅😅😅
Sha sinarinz konora akazi nkuko nguriko urafyuramaso 😂😂asha kamere ivyuts numugore ndabon womukubita
Team fanny turi mukazi 😂😂😂 kamere ya nono ubu turayibony hhhh
Komera
Iyatari kuba yakubashe yari kukumena urwo rutwe😂😂😂😂😂😂😂😂,Norasque hari hahiye😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤❤
Mubihebe nukur ndabona umeng bizohava bikora ibara😃😃😃iyo fone iyo ayimena🤦🤦
Ego hewe
😂😂😂😂😂ndatwenze namanyutse nono gumahamwe tugukorereko😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂"hagati yanje nawe ubona arinde baroze??"😂😂😂😂😂well uko biri kwose i am Team Nono ntaco.. nice one wapenzi❤❤❤
Nkab ndahagez kur solution couple ndab❤❤❤❤❤❤
Waaaoooh merci Di fanny wanj kumusuburiza munkok 💃💃💃
Reka rekaaa nayesu yaravuzeeee Ngo ntukizere Umwana wumuntu aravumwee😂😂😂Umugenzi araguca inyuma mukirundiiii. NAJEW NTAGO NDABIKUNDA.hama mwarahezagiwe
🙄🙄🙄🙄🙄ntaco mvuze😂
Uramukoreye mbega ayo mazi nkiyo kija kuba icyayi gishushe akumenyeho byari kugenda gute 😂😂😂😂😂 Norasque guma hamwe nawe waramurijije ubushize 😢😢😢😢
Yooo nono ufis ishavu rikaz 😂fanny urakoz umuti😂😂😂😂
Yooooooo Ndatwenz Ndakumbagaye Wallahi 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 Nono Kumbe Afuha Ukwo 🤗🤗 Solution Couple Hejur Can ❤❤❤❤❤❤❤❤🇸🇦🇧🇮💐💐💐💐💐💐💐
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️😂😂😂😂😂😂🙌🙌 ndabakunda cane
Sawa rero kibaye kimwe kukindi😃🤣😂 Norasque rero burya ishavu ryiwe niryo,n'umutwe yowumena kamere iramutse ivyutse!none rero Yesu acunge!!
Team fanny murakoze umutiii solution couple mwubahwee
Nukur ntimuze mubisubire sivyiza mwikundanire ❤
Nivyo abagenzi nibobasambura ingo shaaa ndakemey uzozugendana amagenga nivyobirwiriy p uzubweng niconkukundira
Nkab ndahashits💃💃💃💃sinceregw kirazira🤣🤣🤣nora wnj gum hamw twena fanny turakuziy
😂😂😂😂 team fanny mumpe utu like yooo turishuye kbx😂😂😂
Turabatananirwa😂
Norasque arajakaye,😂😂😂😂😂,team Fanny hejuru cane uramukoreyeko to nimwe mfise vraiment mubeho mutababaye bantu bangu❤️❤️❤️
Waooooo Fanny plank irafash noraske yari yakaze cane namazi uhisuyamumenako ndemeye uramukunda nawe Imana ibakomeze courage plank nisawa ziratumumenya umuntu
Ooooooo sibyiza kugirira chr wawe ibyo
Kafashe kweli nono kumbe urarakara😂😂
Fany urakoz umuti❤❤❤nono naw arakwerets kwatari bwbwana❤mug fany aragupfuhir sana yonakwica ahubw😂😂😂😂
Ryoooo sha mbegaga akantu sha nakubwenge kbsa
Nari guca ndakumena ugwo rutweeee😂😂😂😂 Nono shaaa kumbe uranatukanaaa shaaaa😮😂😂
Fany urahatswe arikohejuru yavyose ❤❤❤❤❤
kirazira kugerageza umugabo😂
Fanny urashoboye kweli iheze numye nugutwenga❤️❤️❤️
😂😂😂 Norasque subira sha Fanny urakoze umuti pe❤❤❤❤
Waouh!!!!kimw kukindi😃😃😃😃😃.gusa norasque arapfuha caaaane vrmt aramuhakije!solution couple muzonanyica😂😂😂😂
Aho sh fanny wanj ingen nono yaturijij turihoye bien❤😂😂
God bless your family Fanny ❤🇺🇸🇺🇸🇺🇸Yvette
Iramugemy tuuuu 😂😂ndabakund muvyumv
Yayayaaaaah ngo Imana yaraguhenze iguha ikirofa😂😂😂😂😂😂oya nawe nora nukuri
Ntare Azokwica Fanny wanje😂😂😂😂
Amwica gute kand baba babipanze 😏
Nukuri ndumiwe 😂😂😂 kwl kumbe norasque nuko?? 😂😂kandi kari agasanzwe abagabo mushavura ningoga kwl iphoto??
Harahiye kwa maman lao hinge ntore agatebe nicare nirire show 🔥🔥🔥
Eweeee nono uranyishe ng'urutwe norumena😂😂😂😂😂
😁😁😁😁😁😁😁😁😁NUKUR UMUTI urawukoze fleshi couple mfana🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳
Norasque weeeee urakara cane vraiment !!Ariko umwanya umwe birumvikana
Ubu rr ndagufana cane ndanakwubaha kk ubu uri Madame Ntare kabisa ❤
Fanny wubahwe pee egoo urahaturiye pee🎉🎉🎉
Next time azagukunita kuko afite umujinya mwishi Sanaa!Nubwo ari prank Nizereko ubonye uko umugabo wawe ameze. Imana ikomeze kububakira🙏🏾❤️
Prank ya bien kimwe kundi Aka karakoze umuti❤️❤️
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 nono ufuha nkuko kweri hhhhhhh fanny iyomba hafi mbanguhaye akantu pe
Yooo nono komaa😅😅😅arakwishuye peee😂😂funy mbere yubahwe nukuri ndab❤❤❤
Team fanny Aho muri mundemere twa tuntu!nono turamukomesheje
Fanny buryama umwana akurira mwitiro chr so ndabakunda nabanyu bose❤
Nora turakwishuye😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂urazi ukuntu nanje narize
l can’t wait to enjoy l love you guys is Yvette from 🇺🇸🇺🇸🇺🇸
Erega fiko bakwirukanye kwa Fanny uracakora iki?😂😂😂😂😂 Fanny ntimuheb prank ziratesa assia nizo nsigaye ndamukundira bobo bararenza numwan baramukinisha knd atavuga😂😂abavugako vyobakurikira sivyo na film murazikina muga ntivyigera bibakurikira mwacting dukore umuti ham ndik ndiyumvira iyindi prank nono azogira tuzorira duhakwe guturika😂kuk nihamwe abagabo batarira norasque arahatswe😂 numv nogum mvuga muga rek nje gutembera ndagaruk kuyirab neza soir 😂😂😂nahejej akazi😂
Assia yob yarahinduye channel?sinkironk ibi news vyiye vyama prank
@@NIMFASHAEzra nirya nyene ntarahindura kwel
Ngo narongoy ikidebire 😂😂😂, wigiz bwenge la fois passé non Madame waw naw araguhinyanyuy, uzosubir Norask Fanny ni bwenge. 😂😂❤
Fany na norasque vugishukuri ivyo bintu muba mwabibwiranye KO muhava mubikora!erega biraboneka!none ikintu nkico kibaye mu rugo mwobikemura gutyo?reka basha kuduhenda muba muzi ivyo muriko murakina!ico kibaye shahu ntugire ngo nono yo reagissa nkuko.
Nivyo baba bateguye sha baratubesha! 😂
Nanj ndavyibaza😂
Nn nkub jewe narihe😂😂knd arije nkunda prank gusumba abandi Fanny nzokwicapako ub ntavyo gufyinata😂😂rek nicare ndabe rero nza ndavuga kur scène imwimwe😂team Fanny rero twahagurutse Fanny prank tous les jours 😂niho noca mvyubuha😂 ndagukunze ukuntu utweretse uko munyegeza camera abandi bagum bavuga ngo mub mwabiteguye ub rero ndabemeye 😂😂😂😂mbisa ndabe😂😂😂😂😂
Waouuuuùùuuh Naho nacerewe muraryoheye caaane Norasque ngo tuvukana tuvukana ibiki😂😂😂😂
Fany mugore mwiza ntunzi kndi nanje sindakuzi uretseko nkubona kuri resoeux social rero ndagusamvye ibibintu n'umugabo wawe mugira ntimuzosubire kubikora kuberako bishobora kuzobagarukirako mumyaka irimbere nimuvyihoze mukore ibindi mwibukeko Wema Sepetu yama akina aringumba atavyara mwarabonye ko ivyakwirikiye vyarangiye abaye ingumba koko.rero ivyomuriko murigeragerezako bizorangira bibakozeko uyumunsi mugomba ama vius mugabo ejo murashobora kuzo kwicuza mwempi kko Imana urumva 😢 ivyo wiyaturirako imbere yabantu nivyo bikubako fait de fait .zari impanuro zanje🥺 ndirenganiye uraziko mwabanye urwamo arurwamo ivyo mukankamirana ,murizanya musukanako amazi nukuri birashobora kuzobagirira ingarukambi mukabishira mungiro mumyaka irimbere nimubireke ntibibabereye mu r'umugore n'umugabo izo park kubantu bubatse sivyo kko birashobo kuzobakwirikira Imbere ciao ciao.🤷
Nibabihebe vrt kuko bira babazanyz
Oyaha namwe bamurek guhatarisha ibintu baba barimukazi sha nokunezerez abakunzi babo mwizina ryayes bize biraherer aha kur youtub ntibiz bibabek mubuzima busanzwe nibikino nkibindi reka tuze turinezerererwa aha haribesh bapunguza sitress
Oya Ivyo MWe muca mwiyumvira sivyo menyako harimwo nimpanuro Hama kwicokintu uvuze ngwivyumuntu akina ngonivyo bimubako Wapi suko Imana itegura Ibintu nimbubona urya atavyaye suko vyavuye mubikino none twoca tuvugako uwutavyaye atakinye wewe vyagenze gute? Ahubwo nibakomeze Imana ibafashe tuzame tubona izo plank ahubwo atarivyanyavyo niyo bogwana mugabo atarivyo ntakibazo
Norasque yariko aractinga nukriiiiiii😢ntatubesheeee
Wapi
Ndakwemeye Fafa ndashoboye gutwenga Norasque guma hamwe .ubusya uwundi buroroha hahahahah
Mwe muzorwazany imitima nukur😅😅😅😅j gus muranyubak pe😍🥰🥰
Bayina shanora umugabo adafuha siwemwe newanyu yogutwaru muzigowangu
🤣🤣🤣🤣🤣ababony ko fanny ategur nez muzigong nora nub ntaritahura
Nuwambere nukuri 🌹🌹🌹🌹🌹🌹
Rek kuja muraduhend ng ntavy mub mwategurany haaaaa😂 rek rek gusa nyen respect muraz kwactinga😂😂murabakiny ba film nyen
😂😂😂😂 jeho nabuze nico mvuga😅😅😅😅
Team Fanny Lavine Hejur Canee
Fanny yabikoze neza uzukuntu urya musi yamurijije nanje nkarira kweli aho nisaw kimwe kukindi❤❤❤
Courage Sha Fanny nubona none apo sawa TM Fanny oyeeeeeee apo sawa
Ntare arerekany ihavur kwer.Yesu abakomez kk munyubaka kanini❤❤❤😂😂
Mubisanzwe Fanny niwe wanje 😂😂😂😂Urakoze cane
Abakunzi ba solution couple mubampere amashurwe🎉
🎉🎉🎉
Ndakwemeye fany!! Uramugiriye akantu kumutse!! Kandi naho mwoba mwarabiteguye womenga ntivyateguwe!!
Norasque arakaze 😀 prank yarimeze neza namanyutse nogutwenga🤣🤣 Fanny hejuru🥳🥳
❤❤❤😂😂😂😂😂😅😅😅😅
Fanny oyeeeeeee !! Uramukomye kweli !!! Azongere . We love u more. ❤
Norasque ufuhira na mwene wabooo !!
Mbega umugabo ufuha 😂😂😂😂
@@nyiranshutidjamila2410Umugabo afuha abagukunda biraryoshe 😂😂😂
Asha iyo rero bayita agakoryo😂😂😂😂😂😂😂😂NTARE weee Norasque pole sana bro 😂😂😂😂😂😂😂
Hhhhhhh muranyica nukur mwirambire
❤❤❤❤❤ fanny Fanny fanny wanjye nkunda cyane ❤❤❤ wibahwe wubahwe uramukoze
Nihatar birakomey 😂😂😂😂❤❤❤
Amahoro y'IMANA abane namwe Bakunzi bacu mwibuk partage gose gose ❤
Fany uzomugirire prank isara nawd
Gusa ndabonyeko umukunda birenz mwene wanyu pe😢😢😢
Courage sherie wachu❤❤❤😂😂😂😂
❤❤❤❤❤❤❤❤❤😅😅😅😅😅😅
@@fannynelly-iz5cr nihatali
Ngo kuberik utasizeko Fabrice 😂😂😂 elcie yoc yic Fanny 😂😅😅😅 abakunzi ba solution couple mump j'aime ❤️
Ndaravye
Jewe muzompurusha nzekwibera iwanyu
Amabwire nimabi mwarampenze ngo nze nihore none ndahatswe😢😂
😂😂😂😂 Uzomwonger akandi inbox ndakoshe😂😂
Mpore mazeu fafa wacu gusa wari wateguye sana
😂😂😂 mpore Fanny
Hhhh team yae hejuru can
Ababonye k norasque yajovye kurusha Fanny basutseko amazi nampe like dukomeze na prank ya Fanny😂😂😂🤣🤣🤣🤣
Sha nanje ndabona yajovye
Hing nongeze qualité
Team Fani hejuru caaane,nono ndagutahije ,Fani sibwabwana wangu arategura neeza,akabishiramwo nubwenge bwishi🎉
Ndimu Rwanda,ariko ndabakunda cyneee kbsa❤❤❤murakoze kunkorera umunsi😂
❤❤
❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂Norasque narinzi ngo ntiyigera ashavura🤣🤣😂😂none ndamubonye😂Team Fanny Hejuru cne🎉🎉🎉🎉munsigire utu like
Ngo nimba Imana yarampenz ikampa ikirofa😂😂😂😂😂😂😂😂
mbay wamber abaz munyum mump like zanj ham Fanny na nono ndabakund cn nimwirabir ❤❤❤❤❤❤
Bit nisaw uramez nez
Team yanje muze natwe tumutegurire akantu
Nora 😂😂urantwengenje nukumukorera akantu ningene akunda kurira😂😂
Uzoshire mur team yawe vuba
Tubikore vuba kbsa😂
Nora😂😂😂 uranyeguye ❤❤
Team Fanny hejuru caaane.
Je confirme que NTARE akunda umugore wiwe knd caaane,abakekeranya baze barabe❤❤❤❤❤
Oyasha ntarukundo rurimo kabisa
Basi muduhe ep3😂😂😂😂😂😂😂😂😂nukuri muranyishe😂😂😂❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Abakunz ba solution couple ndababon ngah pe mump utunt ngah 😂😂❤❤❤ Gus Jew muranyish pe ndanabakund
❤❤❤❤
Nono uzusubir sha team fanny hejur cane mbeg nono wweee kukaz bigez hiyo hos urapfuh bigez hiy kur mwen wanyu ntiwizey umugor wawe ngo fyoooooo fyoooooo fyooooo fyooooo ngo ni debit ntuze wice mwen wanyu sha fanny urabonye norasqeu uwariw agupfuhir kubi😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😊😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅
Sha ntamugabo adafuha ndavyemeye fann unkiniy ibintu vyanje ❤❤❤❤
Ohoooo muburundi turarose abakora prank kwer mwubahwe aba nyarwanda bari baradusize kwer kuri prank abarundi 😂😂😂😂 oyeeeeeee
Sibwabwanaaa🥰🥰🥰 mamalao hejuruuu cane mwizaaa uranyemeje ariko shaa nyen urakunzwe mbega mbega umugabo aphuha niwooo walah🥰🥰🥰
😂😂😂😂😂😂Abo turikumwe kwa Fanny amaboko hejuruu🎉😂
Kumwanya wambeleee reka ntore agasonga bugari😂😂😂😂🎉
Hhhh ndabakunda solution couple mutuma ntwenga naho noba ata mood💓💓😂😂
😂😂😅 We Nora gabanya iryo pfuhe Kandi ukome nawe ejobundi waramurijije ,ngo fyofyo à la fyo
😂😂😂😂 Thank you we love you 💓 mukomeze mukore twaryohewe cane
Gusa ivyo bintu murakwiye kubiheba😂 kumbe nuko norasque arakara? Haaa😂😂😂
Yoooo Norasque wee baragukomye sha uzosubire 😂😂😂ndafuhaaaa😂😂❤🎉🎉
Ariko koyari mwenewanyu ntiwarikubigenza uko.