ABAVYEYI BAMURONGOJE KU NGUVU ARANKA PEEE/URUKUNDO RWONYENE NTIRUKWIYE NGO TWUBAKE NEZA/

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 30 ก.ย. 2024
  • #sirenvibestv #sirenshow #realtalk

ความคิดเห็น • 38

  • @Twese.01
    @Twese.01 8 หลายเดือนก่อน +2

    Mwoturabira sujets zindi comme :
    ** Gushinga urugo n'iki? Nizihe mvo zo kwubaka?
    **Kurongora canke kurongorwa ni ngombwa?
    **Ivyo umusore n'inkumi bahisemwo kuzobana bakwiye kwitegurira
    ** Urugo rwiza/ rubi n'iki?
    **N'iki gituma amakimbirane aba mububakanye
    ** Mbega gutandukana ku bubakanye biterwa n'iki? Ni ryari ari bibi? Ni ryari ari vyiza?
    ** Ingaruka ku bana no kubabana inyuma yo gutandukana.

  • @lydinoirakoze3184
    @lydinoirakoze3184 8 หลายเดือนก่อน +2

    None ko Imana ariyo yarondereye umufasha Adam 'twe turushwa niki duhiga abagore ' nukurarama abadukwiye Imana irabazi 😂😂

  • @willyndabaniwe2533
    @willyndabaniwe2533 8 หลายเดือนก่อน +2

    Basha jewe iki kiganiro kirabdoheye cane kandi kiranteramishije ijoro ryose. Mwakoze cane kuma idées meza, vos experiences na expériences zabandi mwadusangije. Imana ibahezagire.

  • @kiburentenicolas3040
    @kiburentenicolas3040 8 หลายเดือนก่อน +2

    Nivyiza cane, ahubwo ivyo nivyo biganiro bikenewe gose.

  • @LilianeMucomwiza
    @LilianeMucomwiza 7 หลายเดือนก่อน

    Ndipfuzako paci yogaruka akatubwira iyo fenomene yurugo gwiw gwambere ingn bakundana

  • @habonayobonaventure7817
    @habonayobonaventure7817 8 หลายเดือนก่อน +2

    Gerageze basha mubwire abarundi
    Vuge ikirundi gusa. Basha, ntaco muvanga indimi.
    "Nko kuvuga ngo, emission interessante ". Canke ngo sujet twahisemwo, ngo pourquoi pas! Ngo woau! Si ikirundi pe! Murakoze cane

    • @IVOMO_TV
      @IVOMO_TV 8 หลายเดือนก่อน +2

      Genda wunvirize RTNB umurongo wambere bavuga ikirundi gusa

    • @AhishakiyeJoselyne-ir4sx
      @AhishakiyeJoselyne-ir4sx 8 หลายเดือนก่อน

      😂😂😂😂😂😂

  • @christabellainakaneza7783
    @christabellainakaneza7783 8 หลายเดือนก่อน +1

    Hosy Vmt turasavy part2😊ab jeun turakeney inyigisho zihagij

  • @TuyisabeChelissa
    @TuyisabeChelissa 8 หลายเดือนก่อน +1

    Waaaao ikiganiri nkoramutima hossy turasavy ibiganir bivug kungo nimiryang kuko turiga caaane ndagushimiy kubatumire nukur kiratesa ikigniro nukur numv ubbz ar bcp subiza itot ing nyish ziriki zisanbuk mukuzan abnt badu partagea ubuzima bwing baduh am courage yuguhinduka kuko urug nishure ridahera hossy asante sana

  • @epitaceniyubahwe5226
    @epitaceniyubahwe5226 8 หลายเดือนก่อน +1

    Osée nukuraba neza ko udatinya mariage😃

  • @akimanarachelalice3009
    @akimanarachelalice3009 8 หลายเดือนก่อน +1

    Mercie muhezagigwe kutwubaka

  • @jean-claudeminani6156
    @jean-claudeminani6156 8 หลายเดือนก่อน

    Ijambo GUTERINDA mugerageze murikosore. Ni gutwaza inda.

  • @natachanihorimbere4259
    @natachanihorimbere4259 8 หลายเดือนก่อน

    Mwondonsa link yuy mugabo akanshira mur gpe ya WhatsApp

  • @christellamuhoza02
    @christellamuhoza02 8 หลายเดือนก่อน

    Hosy🤌🏾🥺❤️❤️may God bless you🙏🏾

  • @sandrakaneza539
    @sandrakaneza539 8 หลายเดือนก่อน

    Waouh hosy courage kabisa.hama ndakeneye kwinjira muriy groupe kuk ndumvako ifasha

  • @gacutimariefreddyne6419
    @gacutimariefreddyne6419 8 หลายเดือนก่อน

    Merci Bcp Hosy kuntah nziza zingo zubatse neza nivy dukwiy gukora cas même 💞💞💞

  • @jewewewe1957
    @jewewewe1957 8 หลายเดือนก่อน

    Gukundana n'umuntu mukavyarana hanyuma ntimwubakane, ugasubira ukagukandana n'uwundi mukavyarana ntimwubakane, none uzokubaka ryari. Kuri jewe, utaraba sûr ko muzokubakana, woba urareka kuvyara. Gira amahoro n'amahonda.

  • @gynka5374
    @gynka5374 8 หลายเดือนก่อน

    Ndakunze canke les échanges, zirimwo beaucoup de sagesses. Merci à toi Hosy et à tes invités. Ndatumiye kuyi Partagea caneee

  • @emmanuelniyonkuru8993
    @emmanuelniyonkuru8993 8 หลายเดือนก่อน

    Gukundana numuntu ntibisigura kubana???😂😂 None muba mukundanye kugira biherere hehe? Aha hantu @hosy ngira azogita emmision yindi ahasigure gato!

  • @minaniempphilbert5454
    @minaniempphilbert5454 8 หลายเดือนก่อน

    Ico mbona ubu isi iriruka rero nibintu birahinduka aha biracanga jewe

  • @ttuyisengefatuttuyisengefatu
    @ttuyisengefatuttuyisengefatu 8 หลายเดือนก่อน

    Hosy uyomu papa umuntu atarihafi Aho muburundi umuntu yovugana nawe gute ndamwise umu papa sinziko ariwe harivyo nashaka kumubaza

  • @Twese.01
    @Twese.01 8 หลายเดือนก่อน

    Erega ivyica urugo ntibiba binini kenshi mbere usanga bapfa ikintu atanumwe yigeze amenya imbere yo kwubaka. Ndavuga nko gupfuha kenshi biza iyo hamaze kujamwo abana, umugore akabona ko atakiri intéressante ko umugabo aja mu bandi. Ya ndirimbo ya mukobwa ndagowe ya Matata, canke imwe y'abashazangendo bati Wa muhungu wipfuza kurongora, uraba umenya imyaka yawe igeze,etc.Mu rugo ni kumenyereza, n'urugendo il y a beaucoup des adaptations à faire.

  • @ttuyisengefatuttuyisengefatu
    @ttuyisengefatuttuyisengefatu 8 หลายเดือนก่อน

    Ukonukuri uyomumaman avuze harumukobwa canker umuhungu yanka kugira choix kuberako abona mwenewabo ubuzima abayeho murugo gwabo

  • @Twese.01
    @Twese.01 8 หลายเดือนก่อน

    Muzokore ikindi kiganiro , plz abakunzi ba Siren Vibes turabasavye muzotegure Zoom mutumire abantu batange intererano ku kibazo c'umuryango.

  • @nanananette031
    @nanananette031 8 หลายเดือนก่อน

    Ndakwemera Hosy,iyi sujet ni nziza cane,ahubwo uzogire partie 2 yiyi sujet nyene

  • @user-28Gerardineakimana
    @user-28Gerardineakimana 8 หลายเดือนก่อน

    Waouh ikiganiro ciza cne muduhe swite

  • @uwimanaestere9347
    @uwimanaestere9347 8 หลายเดือนก่อน

    Muzobazan kand nn abiwabo numuhung bagum bashsh umuhung ngo agir mariage umukobw naw akab atabibon nez mwodufashik

  • @Twese.01
    @Twese.01 8 หลายเดือนก่อน

    Iyo abantu bamaze gukundana bisaba ko babanza gufata akanya ko kumenyana, bakabwizanya ukuri bakaganira kugira bumve ko babona co kimwe ibintu bikuru bikuru ku ntererano y'umwe wese mukwubaka urugo. Birafasha cane gose iyo bamenye kare uko umwe wese yakuze na kahise kiwe: aho yakuriye, inkundo zindi yabayemwo,ivyo yagoye arahura navyo mukubaho kwiwe.

  • @VyizigiroRachel
    @VyizigiroRachel 8 หลายเดือนก่อน

    iyi Émission iri très instructive

  • @josephinendayishimiye1757
    @josephinendayishimiye1757 8 หลายเดือนก่อน

    Jewe nasanze urukundo ari akamodoka k'ama pneus manini manini agutwara akwengenga gushika ku munsi wa mariage; ushitse mu rugo ugaca utangura ubuzima busanzwe ,raisonnable

  • @bechouingabire4818
    @bechouingabire4818 8 หลายเดือนก่อน

    Waouuu mr6 de l'emission hosy

  • @user-28Gerardineakimana
    @user-28Gerardineakimana 8 หลายเดือนก่อน

    Uyo mu maman Asa na Nikitta

  • @Emily-k98
    @Emily-k98 8 หลายเดือนก่อน

    Mercii beaucoup 🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤

  • @agamidocile1797
    @agamidocile1797 8 หลายเดือนก่อน

    Uwo ni Pasteur ?

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp 8 หลายเดือนก่อน

    Wooooa ❤❤❤❤❤❤

  • @bellardnijimbere1423
    @bellardnijimbere1423 8 หลายเดือนก่อน

    Émission très intéressant

    • @sosomh5430
      @sosomh5430 8 หลายเดือนก่อน

      Trooop