I looooove this "aimons-nous vivants, célébrons-nous vivants" mentality 😍. Ndaryohewe ko hariho Abantu twiyumvira kumwe. J'ai trop apprécié chaque minute de cette vidéo 😊❤❤ Thank you Hosy for sharing with us this beautiful moment
Jah Rastafari Rasko sindakuzi mugabo ndi sure 100/100 ko uri umuntu mwiza Co kimwe na my lovely Ednaky ndagukunda ntakuzi chouchou jsndi un jour tuzobonana ❤❤❤
Ababiteguye uhoraho abakomeze,Rasko imico yiwe ni icitekererezo kuri benshi, surtout aba scouts nka st Robert n'abandi!Tigre ndagushingira intahe, courage cane.
Not me crying 🥹🥹🥹you’re such a good brother kwa kweli Je nagira urishima mais when I reached to you oooh God you was so nice nkuko twar dusanzwe tuzinanye IYAKUDUHAYE IKUDUTUNGIRE UHEZAGIGWE UJE KÜRE CANE MORE THAN WHERE YOU ARE NOW🙏have a blast papa Kais we’re celebrating to you and blessing God for you
😭😭ndarize ariko kubera umunezero ,franchement biraryoshe kuba celebrated ukiriho 😔 Umutima wagutse nyen abantu bakabi reconnaissant .Mam Siren muzogir ikiganiro Sinzi mur fun and fact or girlfriend or je sais pas izina mais people need kumenya ibi bintu 🥰 la personne qui a eu l idée Imana imuhe umugisha .we love you rero kuba utatwibagiy ukabi dupartagea ❤️❤️❤️❤️❤️ from 🇧🇪
waouh waouh mwagize neza cane Imana ibahezagire cane, c est tres touchant nabandi babarabireko Rasko je sindamuzi cane ariko asa numuntu ari reel big up to u hosy et toute l equipe watching from canada
Un vrai rasta mumuhe amashurwe yiwe shn akiriho 🌸🌸 #koriciza
Ayo le Champion. Yamuvugiye ivyiza kandi biraje vuba.🙌🏿
Sha ntibamubesheye yamanye urukundo kera ndibukako twava mukamesa adutwaye kuryumushusho😂sha ndibuka nishati yangabiye ndumwana imana ikomeze kumutuzigamira arambe
Yayayayayaaaahh uribuka kabisa
@@raskobuja3150 🤣🤣🙏🙏mubokwibagira wwe nturimwo kabisa intwarii
Hosy uzomuzane Rasko agire icavuze kuriy fête mwamugiriye vrm💞💞💞
ISI yose irakeneye abantu nka Rasko. Imana Ibandanye kumugirira neza mugitondo no mwijoro.
Rasko ndi muri suisse ariko nanje nifatanije n'abo bantu bagutekereje ko nifatanyije nabo uri intore uzohore gutyo ndagukunda cloisons ❤❤
I looooove this "aimons-nous vivants, célébrons-nous vivants" mentality 😍. Ndaryohewe ko hariho Abantu twiyumvira kumwe. J'ai trop apprécié chaque minute de cette vidéo 😊❤❤ Thank you Hosy for sharing with us this beautiful moment
"aimons-nous vivants, célébrons-nous vivants" c'est vrai
Ndakunze ukuntu mwagize une excellente initiative yo kwibuka umuntu akiriho mugashima ivyiza yakoze na Hosy merci bcp kubona waduhaye aka vidéo. Rasko nkunda ukuntu avuga ikiri ku mutima adaciye iruhande kandi mu rupfasoni rwinshi, sindamuzi cane ariko je l'estime énormement!from Canada
Y a mm pas des mots pour commenter cet acte...tt simplement soyez abondamment bénis. C vraiment chouette ❤
Franck Sécurité.
N'umuntu Mwiza Cane.
Haheze imwaka 4ans ndamuzi,ariko narabanyeko arumuntu mwiza,kuko n'umuntu yihanganira umuntu,nomugihe yamukoreye amakosa,arivy'irengagiza.
Jah Rastafari Rasko sindakuzi mugabo ndi sure 100/100 ko uri umuntu mwiza
Co kimwe na my lovely Ednaky ndagukunda ntakuzi chouchou jsndi un jour tuzobonana ❤❤❤
Clovis kuva ukirumwana vyaraboneka ko uzoba umwana adasanzwe. Ndagukwirikira kenshi. Ndi tantine mu kinindo kera❤
Siren vibes mur aba grave knd ico kintu niciza cane nicagaciro ciza IMANA ibahezagire milele na milele
Waouh muratesa vrt iyi émission ni leçon peee twig gukunda umuntu,no kuvuga umuntu akiri muzima..Rasko ndamukunda arabizi peeee,Paci et hosy merci beaucoup ❤❤❤❤❤❤❤
Courage, nikintuciza caeee❤
Ndasavy Girlfriend ya rasko na Hosy🥰
Nukuri mubigaragara vyukur nuko Rasko arimfura kuk kubona umunt ashingigwa intahe agihar nivyiz cyane murakoze kumushimir akiriho ❤❤❤
Ico ntatahura nukubona baravanye n'a Gree k'di nawe mbona arumuntu mwiza wintangarugero😢
tugume mumurongo wivyabaye ntihagire abo mutesha umurongo
@@evelynenkurunziza287 nn ga ncut yanjye WE womeny ivyurug gwumunt ivyo gah kwatanicy babivugak weho ubizany gut imyeng yinzu imenwa n'a nyenye
@@raskobuja3150nuko kwri ivya Gretta ntibirimwo Umukma akmeze kugufasha kuba umuntu wintwari uronke nizindi ntahe ukihari
@@raskobuja3150❤❤❤
Vrmaaa biraryoshee.ukwo muryohewe natwe tubiravye nabatamuzi turaryohewe.ibiganiro vyiwe biratwigisha.knd n Imana iraryohewe,nabamarayika yayo
Madame hossy ndashk igihe nkiki nanj numunt yanezereje akiriho kuko ndabur ah nobimushimirira nibazabk tugiza partage vyofsh aband merc kuri iki kintu mukoze
Harahiriwe abagufise nkabagenzi. Umukama akugirire neza.
Célébrons nous vivant 😍😍
Horana ubwo bugwaneza Rasko. Uhezagigwe ww n’umuvyeyi yakureze. Tutibagiye uwatambutse. Bravo SV as usual👏🏿
Wouuui Mr Rasko papa kaïs ukomeze kubera umugisha beshi .Siren vibes akazi keza cane hozy much love
I Imana ibandanye kumuhezagira namwe mwagizeneza mugire umugisha
Belle initiative.ese akogatwengo😂😂😂
😭😭😭😭ib bintu birarenz gushimir umunt akiriho mwagiz neza
Iki kintu mukoze kiraryoshe cane nukuri Imana Ibibahezagirire!N'umuco mwiza cane muhejeje kwigisha abumva ikirundi bose!Chapeau a vous tous!
Na jewe ndamwera Uwo mushingantahe ❤❤ und ❤
Hosy kumbe uri meyer ami wa rasko na greta biraryosh,uraraba ugire icukora ube ombousman
sha umuhaye akazi kagoye kabisa uraraba umutezurire ntavyo yoshobora
Naje vyonezera vrt Shetani n'umwasi wingo 😢
Ab bantu Imana ibahezagire bakunezereje Rasko kuk nanj tutar abajama mb mbona umeng tur abagenzi kand tutazinanye urumuntu wo kwizerwa caaane vrm uko uboneka physiquement nik ur spirituellement Imana iguhezagire caaane iguhezagirire n'umuryango wawe kand ntugacike intege ah ubona bitagenze neza mubuzima nik vyategerezwa kugenda nik Imana yar yarabigenye rer wumve ko ugihagaze vrm ukiri umugabo abushitse soo Imbere caaaaane💞💞💞💞
Yooo!biraryoshe Kuvuga Umuntu neza akihari,Ariko ico nize urugo nikindi kintu!nigute Umuntu mwiza gutyo yuzuye urukundo urugo rukanka!Shetani ni mubi pe!Gretta na Rasko icompa nkazumva mwasubiranye
Nibaza ko kirimwo muri vyinshi biba mubuzima ntitubitahure ubuzima ni mystère hama sans vouloir vous offencez nukuri Abantu mutumvise muri vidéo mubareke bibereho aho bari sivyo tububahe gatoyi
La beauté de la vie🤩
Siren Vibes TV ndayemera nukuri
Waouh mwagize neza Pasi na Hosi muhezagirwe cokimwe na Rasco nivyiza gushimira abatugiriye neza bagihema kugira twenjoyinge ubuzima hamwe turyohewe.
Touched and grateful for your sweet words! Izina niryo muntu KORICIZA 👏❤
Rasko shaaaa yesu akwiteho
Vyararyosheeee pe !!!! N'akantu Top n'ukuri !! N'ukurwiza ibintu nkivyo. Respect à Rasko !!
Sorry ça m'a touché, uwo muntu Imana imugirire neza naw ibirabe
Très touchant... biber icirwa benshi
Ababiteguye uhoraho abakomeze,Rasko imico yiwe ni icitekererezo kuri benshi, surtout aba scouts nka st Robert n'abandi!Tigre ndagushingira intahe, courage cane.
Prêt à servir
Hosi Imana iguhezagire Mwaraye mundijije😢😢😢😢❤❤❤❤❤Gusa ndabakinda Urukundo nicocambere🥰🥰🥰Imana Ihezagire abantu Nkaba mwese🥰🥰🥰🙏
Wow!
Quelle magnifique idée. C'est une première pour moi.
Muraryoshe sana kuvyo mwakoze.
Imana ibanye ibahezagira.
Sandra
Igikorwa ciza cane n'abandi bitubere icirwa gushimira umuntu agihari. SV namwe hejuru cane
Imana ibahezagire cane Rasko twavukiye mu buyenzi hamwe twice hamwe st kizito twarabanye kinanira maman wiwe numu jama was maman wanje mwarakoze kuricogikogwa yarabikwiye ❤
Yooo mwavyiyumviriye neza cane, imama ibahezagire k'urukundo mufita❤❤❤
Not me crying 🥹🥹🥹you’re such a good brother kwa kweli Je nagira urishima mais when I reached to you oooh God you was so nice nkuko twar dusanzwe tuzinanye IYAKUDUHAYE IKUDUTUNGIRE UHEZAGIGWE UJE KÜRE CANE MORE THAN WHERE YOU ARE NOW🙏have a blast papa Kais we’re celebrating to you and blessing God for you
Vyiza caane nukuri mwakoze ikuntu ciza cane birahimbaye gushimira umuntu akiriho
Mwubahwe nukuri mwagize ikintu ciza caane nabandi bavyigireko bahebe uburyarya bwoguhaya uwapfuye.rasko imana iguhe kuramba kandi ikomeze kukugirira neza
Rasko sindakuzi ariko IMANA iguhimigisha
Courage Rosy Saint Esprit agum aguh ubweng pr de nouvelles découvertes
Imana ibandany ihezagir rasko diiiiiisiiii
Pacy bravo!Imana ibagezagire nabo mwiyumviriye hamwe iy initiative n nziza gose.Ico nkuyemwo nuko twokwama twige gushima tukiri bazima.Muhezagirwe.
Binyibukijeko nanje ngomba gushimira cane bakiriho
😭😭ndarize ariko kubera umunezero ,franchement biraryoshe kuba celebrated ukiriho 😔 Umutima wagutse nyen abantu bakabi reconnaissant .Mam Siren muzogir ikiganiro Sinzi mur fun and fact or girlfriend or je sais pas izina mais people need kumenya ibi bintu 🥰 la personne qui a eu l idée Imana imuhe umugisha .we love you rero kuba utatwibagiy ukabi dupartagea ❤️❤️❤️❤️❤️ from 🇧🇪
Woouuw😢 birahimbaye😍😍
Icombonye nuko kais azobumugabo aramusomyaaa😂rasko urambeee nnje ndagukunda ntakuz bien sûr
Mwarakoze,nikintu ciza caaane
C'est très touchant ❤
nice work Jah bless
Waaaooo ndabakunz vrt c est la première fois mbony ibibint
Murabagaciro.❤
Oooooh😊😊😊😊 birates sha nivyiz gushimira umuntu akiriho
Nukuri icokintu nico ndushimire abantu bakiriho apana kuzana amashurwe kumuntu atakwuva
❤❤❤❤❤ Amazing Amazing ...bashaa no words Can express how ndabakunzeeee😢
Wooooooow yezuuu weeeeeeeee biraryoshe
C'est très touchant 😍😍😍
😢😢😢😢 uwukora neza nuwogushimigwa
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉joyeux anniversaire Rasco urumugisha❤❤❤
waouh waouh mwagize neza cane Imana ibahezagire cane, c est tres touchant nabandi babarabireko Rasko je sindamuzi cane ariko asa numuntu ari reel big up to u hosy et toute l equipe watching from canada
Une excellente idée. Bibe icirwa kuri twese❤❤❤
Clovis ari humble kabsa ntiyikawusha abanyamusaga ntituri nabagenzi mugb nanj ndamufana
Genda rasko uri umuntu w'umugabo kabisaaa
Vyiza caane,
Mwakoz can gushimira umuntu akihari vrt🎉nivyagaciro can ikintu abantu kitwica nukuvuga neza umuntu atakibibona ariko Rasko muramunezerej umuntu wumugabo urinz ubona akorora amasozi mwamukoz kumutima❤Mrçiii Siren Vibes❤❤
Munkoze kumutima "gushimira umuntu akiriho" ako ni keza
Rasko nanje sindamubona muga mubiganiro vyishi ndamubonamwo araciy bugufi
Une très bonne initiative, bn courage.et clovis ukomeze ivyo bagushimiye
Vrt c genial 😍
Vyiza cane❤❤❤❤❤❤❤Imana Imukomereze uwomutima
Biratangaje kubona umuntu ashimirwa nabantu bose, abandi bose bakamutera amashurwe muga murugo bikaba vyaranse. Donc Greta ntaciza nakimwe akuziko ck vyaberey inbox?😅 anyway, ntibindaba narengana!ukomeze ugire umutima mwiza sha Rasko
Yuyuuuu Rasco yarize 😂hosy biratesa kurengerwa numunezero ukarira 😘🙌mrcii no kubantu bateguy aka kantu shn na sirenvibes yabitwerets
Rasko ndabonye ko ntihenze uri umuntu muzima nakunze ukuntu uvugisha ukuri nakunze ikiganiro.wakoze uvuze uko wakuze ndagusavye uzoze ukora émission uhanure ufashe abana bakura barezwe numu maman gusa
Umukama abandanye amuhezagira yarankorey ineza
Hari ibintu mbonye umengo nisombe😭😭😭😋😋😋😋
Rasco ndagukunda ntakuzi kuko ubwitonzi bwaw gusa butumye ntahura vyoroshe intahe ziriko zikuvugwako.lmana iguhe kuramba
N'Imana tuuu
Musaga forever.Clovis ni intungane kbsa.
Imana imihezagire
Wooooa ❤❤❤❤❤❤❤
🎉🎉🎉🎉❤❤bravo Rasko
❤❤❤
👌👌👌
Directeur wacu tukiri bzto
Yooo une bonne idée et une leçon à tous mr6 hosy
Jw ukunt nikundir rasko nkab nikundir na Gretta nibarab basubirane vrt vyotesa ukunt ❤
izimpanuro zigomba guhagarara plz twahisemwo ikibereye kuri twebwe hariho vyinshi bindi twomariranira kiretse kubana ndabinginze kubana ni babiri bavyiga wew uje uba uwagatatu bica bibiha kurusha murirwarukundo twipfurizanye kubandanya urugendo rw'ubuzima nirwo ruhambaye ivyaheze tubishime canke tubigaye ariko tweze amaso kuri kazoza nako karahambaye. murakoze
tugume mumurongo wivyabaye ntihagire abo mutesha umurongo
Aimons nous vivants ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Waouw 😍😍😍
Nshaka kukubona amaso kuyandi 😂😂😂🙈
Oooh❤
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉