#BMBChomes

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 29 ม.ค. 2024
  • #BMBCHOMES .
    Wari bwumve ahantu hitwa #Diasporacity???
    Ihweze amazu y' ibitangaza amaze guhera . Iyandikishe Kuzogura inzu muri #Diasporacity Ku metero nkeya uvuye kuri Aéroport international #Melchior #NDADAYE.
    Wipfuza kumenya ico Building and Multi-Business Company(bmbc) irusha abandi, ubuhinga bushasha ifise, raba iyi vidéo.
    BMBC ikora ibijanye no kwubakira amazu abarundi baba mu Burundi canke bakorera mu mahanga #Burundidiaspora kuva mu mwaka wa 2012. Murashobora kuvugana nabo mu bijanye na Architecture na Construction kuri contacts zikurikira: -Email: Info@bmbc.bi -Whatsapp: +25779500227 -TH-cam:BMBCburundi -Siteweb:bmbc.bi Mukoranye na BMBC muba mushigikiye imiryango myinshi y’Abarundi basanzwe bakora muri iryo shirahamwe. Mwokwibuka kandi ko mushobora kandi kugura amazu kw’ideni muri BMBC muri projet #BMBCHOMES.

ความคิดเห็น • 7

  • @saras1134
    @saras1134 9 วันที่ผ่านมา +1

    BIRABEREYE IJISHO ❤❤❤❤❤❤❤❤ BMBC HEJURU CANE. KWIVYO BICAPO AYOMABARABARA NIKO MUZOYAKORA NYENE ? HABA NGAHO NO MUGAHAHE NO MWITENGA ??

  • @cedricrukundo7229
    @cedricrukundo7229 6 หลายเดือนก่อน +2

    ❤❤mutere muja imbere mumisi mutangure gratte ciel nazoo murondere n'ayandi ma spécialité ajanye ninyubako ndabona muramaze kwigirira icizere ico kirakomeye cane

  • @thepeacefulwarriorspodcast84
    @thepeacefulwarriorspodcast84 หลายเดือนก่อน

    Yesu nashimwe. Amen 😅

  • @JobseekingJohn
    @JobseekingJohn 6 หลายเดือนก่อน +2

    One of Great well-Estate company in Burundi, I was there one day ago sharing with his team about teamwork principles.

  • @MechackNiyokwizigira
    @MechackNiyokwizigira 4 หลายเดือนก่อน +1

    Mwubahwe kuko ibikorwa biribonekeza murugero rushimishije

  • @razarondiwayezu6314
    @razarondiwayezu6314 5 หลายเดือนก่อน +1

    iyo plan yiyonzu nayikunze nipfuza ko tuvugana nuwayikoze igicapo