Rasko bro,maisha malefu na Sister wa bien wa mu quartier Hosy courage kabisa komeza utsinde muri vyose kandi Imana ikomeze kuja imbere wewe na famille yawe.
Coucou, j'ai beaucoup aimé l'idée que vous avez eu pour Rasko. Ndabakunda ntabazi. Mille mercis Hosy. Bien à vous, les vôtres ainsi que toute la communauté ici❤ Sandra de la suisse
Nitwa Franck Barak, Hama Rasko Uri umu Rasta kandi Ur umu scout ubigendera so Imana iguhezagire cane personally ndagukunda gose kuko umutima waw Uri sincère ndavyigirako cane. Be blessed again.
Hosy Émissions mukorany na Rasko ndayisubiramw nk 3 kand ntindambire uretse ko ama Émissions yaw atanimw indambira ahubw mpfuma ndazumviriza ntarik ndazirab kuber akaz umwany wo kwicara ng ndabirabe arik ndazumv too ikibaz birangir ata commentaires ngize sh❤❤❤
Clo Nubareke jew je conseille même hosy ntazosubire guha valeur yamajambo babaza sur Mama kais , sivyiza Conseil coe une fille , une mama , Gretta numuntu kandi birakenew ko bamurekuraa Donc mukubarekura nuko nuwuvuga vya Gretta n'a Rasko mutomuha Valeur .. Clovis tu es Unik reka guha umwanya ama Shetani Ivyo bandika vyos ureke kubishura . Uwumva Yarumvise kuko ayama Vidéo yose muri 10 ans Kais azoyaraba Sivyiza rero pr Lui. Gretta ahuri wirambire wiryoherererwe Ababipfuriza gusubirana nibabisengere Dieu est capable de Restaurer muga umuntu utarinz kumumena umutwe Hosy conseil uwukubazz ivya couplé yabo ubabloke bose kuko bizoguteranyaa Love siren Hejuru Cane
Je numva umutima umbwira ngo barasubiranye sinzi impamvu 😊 ndabakunda setu
Ndkund rasko sh imana ibandany iguhezagir hm n maman kais ndamukund musubirany vyob ar fresh
Ndipfuz k rasko yo Subirana na Greta ❤️
Yeah, me too! Yesu narabe akore aka geste kamw kiwe nyene kari special twumve vyabaye mwibanga
Najewe ndabishaka cane caneeeeee
@@nivyimanacharlene9482 Amen 🙏
Nukuri ndabasabira cane vrt kuko Rasko Umutima wiwe Uragutse vrt Yezu Abikore vrt❤❤
Inzira z'Imana zirenga 1000 iyo iducishamwo nubwo iba idahuye nivyo twipfuza nkabemera Imana iyo nzira iguma ari nziza tuu. Uko biri nishaka ryayo kandi ndabishima nukuri mube amahoro
Ur'Umugisha Rasko❤❤❤..Merci de nous inspirer !
Rasko bro,maisha malefu na Sister wa bien wa mu quartier Hosy courage kabisa komeza utsinde muri vyose kandi Imana ikomeze kuja imbere wewe na famille yawe.
Turakeneye bantu benshi nka Rasko....hosy courage
Imana ibikore basubirane
Hari nuwundi aba mu Kanyosha yitwa KORICIZA
Raskooo mwemeraa bcp yishura ibint biciye ubwengee🎉❤
Rasko bien dit"hagutakaza umugenzi wotakaza amahera"🙏
Rasko umwana yarezwe. Uti yambu maman Rose mon fils❤
Je hosy nzomwicapako nukuri❣️icokunyereka
So touching...Thank you Siren TV, Thank you Rasko
Rasko big up imana iguhezagire caneee ❤
Urukundo rutandukanye no kubana neza👌nukuri pe
Rasko hejuru cane🥰🥰🥰🤗🤗
H Franck Bounser:
Ndamushimira Lasco cane,kuko niwe yatanguye kumpa ikiraka ca sécurité,muri 2020 kuri Jardin Public.
Umukama akomeze kumugirira neza.
Rasko nukuri sindakuuzi. Ariko kurya bagushimiiiye ibyo ukora philantropiquement parlant, nukuri chapeau et tout mon respect. Maman wawe mukunda kuuubi. J'ai 46 ans, mais Maman wawe ndamufaaana. Hosy, muri Old school event, ndasaaavye atambe " nyombiriz'inyambo" na " misambi miga yaray'irahiga", nostalgie yaaanje izaaaba ibaaaye comblée. In meantime, Rasko na Gretta bazasubirana.
Nejo basubiranye notamba mana weeeee ndasavye basubirane tudeswite
Murakoze cane indirimbo ni "Hamiriza inyambo , Misambi misa"
@MariamKhaila-vz1lk iki kiganiro mubisanzwe nico nariko ndasaba ngo mugabanye vrma muzoba mukoze
Rasko turagusavy usubiran na Gretta vyoryoher abantu beshii.trabakundaa caan❤
Ikiganiro ciza na Rasko, nkunda ukuntu uvuga wisanzuye uri à l'aise. Asante sana Hosy gutumira abantu b'akamaro gusa from🇨🇦 🇨🇦
Imana n'ukuri ibikore musubirane🎉Ntavyo narinz k'ils étaient ensemble
Karibu sha Hosy uzoze Canada ukore ibiganiro turakwikundira. Ukora ibiganiro bitesa.
Sha Nda kunda couples yanyu ❤❤ nukuri Imana imfashe muzodubirane ndababaye gushika
Mbega umu papa mwiza Imana iguhezagire
Mama kais yubaw
@rasko je iyo jeûne et prière turikumwe ntaco ntokora nshoboye kugira mbone Imana Isubiye kububakira na Gretta.
Oooh rasko vraimnt aratesa
Rasko ndakunda how wishurana sagesse,uzobigumana kweli ubiheko na Kaïs wawe 😍
Murakoze caneee
Courage mon frère!jw twariganye en parallèle kuri LMM,nukuri nabona ubugwaneza bwawe nkamenga nivy'aba adolescents,me nasanze vyaragutse muri ww,wubahwe,uter'imbere
Coucou, j'ai beaucoup aimé l'idée que vous avez eu pour Rasko. Ndabakunda ntabazi.
Mille mercis Hosy.
Bien à vous, les vôtres ainsi que toute la communauté ici❤
Sandra de la suisse
🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽❤️🔥❤️🔥❤️🔥
Rasko ❤️🇧🇮
Urigumira ku Mana yawe mon fils . Maman Rose ntiyasenze bayali
Très bien lasko 🥰🥰🥰🥰🥰🎉😂😂❤❤❤❤❤❤❤❤
Nitwa Franck Barak, Hama Rasko Uri umu Rasta kandi Ur umu scout ubigendera so Imana iguhezagire cane personally ndagukunda gose kuko umutima waw Uri sincère ndavyigirako cane. Be blessed again.
Merci mon frère
mwubahwe bantu banje🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇬🇧🇬🇧
Rasco is the best ex hubby ever❤ Uru wa grav p ufise Imana nzima muri wew ,mama kais numunyamugisha azob happy in next marriage if God wishes😊
😂😂😂what a comment!
Rasko nawe wubahwe ku rukundo na respect uha maman na mtoto. Imana iraraba ibakorere akantu. Uca ukabona ako mvuze 😍
Hahahah wapi ntako mbona ariko Imana kuri jew yaragakoze ni karya nyene Mungu hana makosa
Please you two get married. I see the chemistry ❤
Norvege, ndakunda raskt na hosy mufisindero
You can do what 😆..... Terimber di Rasko 🎉
Hosy ❤❤❤
Koriciza wanje wirambire
Wooooa ❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅
abantu bo mwi Canada 😂😂😂
Hosy wangu,aca Jalousie ba mu Canada bamefanya aye??
Grand Rasko we guma winery Simba gusa!Ibisigaye JAH BLESS!!!
Love from 🇺🇸 😂
watu wa mu zeta zini tunawapa Hiii
Kiliyaliyaaa yuyu yuuu😁😁😁
H Franck Bounser:
Lasco turamukunda cane,numu Rasta w'ukuri.
Arahiriwe umwana ubereye papa Rasko
Imana ikomeze guhabwa icubahiro tuu
Vyoba vyiza. Musubiranye na gretta nivyo nifuza kubwanje yamara Imana ibona ibiberey nivyo izokora
Rasko yubahwe nu muntu avuga amajambo mazima
We sha, wako nyonyo birekere nyenevyo na wamaraya wenzakeee
Oya harimwo impanuro nyinshi nziza cane.
Hosy kora umuti basubirane ndabakunda cane na Kaïs umunezero wongerekane.
Imana ibaje imbere❤
NDAGUSHIGIKIYE
Imana yabishimye ukundi nanje nshigikira inzira y'Imana
❤❤
Muze musubirane na gretta nukuri basha
Nanje de 🇨🇦 @hosy
nanje ndabishaka ko basubirana nguma ndabisengera😭😭🤲🤲🤲
🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦rasco wangu❤❤❤
Rasco n gretta mwakuz neza mwarezwe neza.
ayo masengesho turayemeye nukuri muzotubwire meme a distance tuzoyakora
Uri Intwari Rasko 🇧🇮🇨🇦🙏🏿😘
Vuba nugukoroka muri Siren vibes Boutique uburyo ngu❤ mbaye kure gusa arik vuba cane
Karibuuuuu💃💃💃❤️🔥❤️🔥❤️🔥
@@hosyirakoze mrc Maman
Ibiganiro vya Hosy biguma biryoha.courage courage.
❤
ndakwubaha
Rasko ni umushingantahe yuzuye.
Ariko aravuga ngo "abantu barakeneye ugutwi kumbiriza ,umutima ubika"mpatswe kuvuga ngo amen 😂😂ukuntu yariko avuga nkumu pasteur 😂
hahahahahaah urantwengeje vrma Imana ikugirire neza
hahahahahaah urantwengeje vrma Imana ikugirire neza
Hosy❤️
Aho 🤦♀🤦♀
Hosy ndabona gretta atevye kwitaba akamo uzohamubera
Je salut tous les banya rwanda
Nanj nzoza kugura ikirato nzokurondera uhanyerek
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Huyo jama nimempenda nimtu wawatu kilalahali hosy
Asante sana kaka ublikiwe mnooo
❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Haribeshi bashimirabandi bakihari nuko batabitangaza.
Muzobitangazw namwe rer namba mwumv Ari vyiza mutabikunze naho mubireker ababikunze
Hosy Émissions mukorany na Rasko ndayisubiramw nk 3 kand ntindambire uretse ko ama Émissions yaw atanimw indambira ahubw mpfuma ndazumviriza ntarik ndazirab kuber akaz umwany wo kwicara ng ndabirabe arik ndazumv too ikibaz birangir ata commentaires ngize sh❤❤❤
Sinotangara mbonye umusore nka Rasko umusore w ubwitonzi nubuntu kuko yarezw numuvyeyi twubaha caneee wubuntu maman Rose( mafoza )wubahwe
Ndabasavy mwonger musaban prd na gretta vrmt nyimb har ivy mwapfuy musaban pardon pcq vous etiez un couple parfait
Parfait c trop dire tu trouve pas?🫢 Seul DIEU est parfait nayo twebwe ni sooo sana
Satani ni mubi pe j nabimeny ejo ko Rasko ariwe mugabo wa Gretta ariko ko bompi basobanutse vyagenz gute nukuri😢😢😢 mubirabe muvyigeko mwempi muzasubirane murerere umwana hamwe
Ako kantu ngo avyiyunvemwo biciye mu bantu
Twasenze cane turi mukwisgurwa ivyo bapfuye bihere mwizina rya yesu amen
Amen
😂😂😂✌️🇧🇮🇨🇦
Murintore vrma
Rasko vrmt uratesa knd turasab uzokor interview avec kaïs avec sa maman
Hahahahahah weho ntuje bwo warahi 😂😂😂😂😂😂😂😂😅😅😅😅😅😅😅
Mu ventre😂😂😂😂😂😂😂😂
Ndakurikirany ikiganir cose harikintu nciy nkener kowomfash kucerekey kwivy vyogushim ash mfis uwurah nokuramukany ndind kuvuz indur kl nah nomukorer ik ntiyiger avug ng mrc 🤦🏽♂️naravuz vyarans naheberany knd araciy ubweng sukuvug ng nubwan
Gretha niwe mugore wiwe ?
Ex Femme
Raba musubirane please
Ibi nivyo banse ariko!!
Umuntu azobivuga mukihe kirimi?
Clo Nubareke jew je conseille même hosy ntazosubire guha valeur yamajambo babaza sur Mama kais , sivyiza
Conseil coe une fille , une mama , Gretta numuntu kandi birakenew ko bamurekuraa
Donc mukubarekura nuko nuwuvuga vya Gretta n'a Rasko mutomuha Valeur ..
Clovis tu es Unik reka guha umwanya ama Shetani
Ivyo bandika vyos ureke kubishura .
Uwumva Yarumvise kuko ayama Vidéo yose muri 10 ans Kais azoyaraba
Sivyiza rero pr Lui.
Gretta ahuri wirambire wiryoherererwe
Ababipfuriza gusubirana nibabisengere Dieu est capable de Restaurer muga umuntu utarinz kumumena umutwe
Hosy conseil uwukubazz ivya couplé yabo ubabloke bose kuko bizoguteranyaa
Love siren Hejuru Cane
@@user-vf1gb6gg8r je suis tout à fait d'accord 👌🏾
🤣🤣🤣🤣mugihindi nih tuzovyumva 🤣🤣🤣 mais turagukunda p 💐💐💐💐🇧🇮@@raskobuja3150
Hosy none agirapfe rasko??
uuuhh habayiki?
Yooo yavutse meme date na mois yumwana wanje dii
il faut ko ndamumenya umwana wawe😊😊😊
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
None ko muguma mumutera amashurwe, Gretha bapfuye iki ?
sha hano ni kurubuga naho wontera amabuye nawe uravyemerewe Imana ikumpere umugisha
Harabant mubaz ibibaz vyubujuj ereg ivy murugo nivyababir Ivy mubon nivy baba bashats komubon vyinsh rer nivyab nabavyeyi babo batababwir nkesw mwebw b kur réseau social 🤦🏽♀️🤦🏽♀️🤦🏽♀️
Koriciza wanje wirambire