Menya neza ibijanye n'inyubako i Bujumbura kumwe no ku nkengera za Tanganyika

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 28 ก.ย. 2024
  • #indundinews : Uwu niwo muco utangwa n'umushikirangaji w'inyubako #Dieudonne_Dukundane mu bijanye n'inyubako hisunzwe umugambi wa Reta
  • บันเทิง

ความคิดเห็น • 15

  • @Fistonvfbwoy
    @Fistonvfbwoy 7 หลายเดือนก่อน

    Thanks

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 2 หลายเดือนก่อน

    Dukundane, ntimuzi gutwara.
    Uburundi bwose buramera.
    Kandi abantu barashobora kubaho barimye.
    Dukikijwe n' igihugu binini, borima bagashorera iwacu.
    Bomora inzu zose ziri I Bujumbura, mwubake gushasha inzu za appartements,abantu bose babe mu gisagara, mugwize amahinguriro, abantu baronke amahera, abagwizatunga barangure ibifungurwa hanze

  • @gregoirekennedy8573
    @gregoirekennedy8573 7 หลายเดือนก่อน

    Muradusabira number za tel zuyo Mutegetsi kugira tuze turamuha ivyiyumviro vyacu . Nabonye abategetsi beshi barazitanze uhereye kuri kizigenza

  • @PacifiqueIrambona-gh1dd
    @PacifiqueIrambona-gh1dd 7 หลายเดือนก่อน

    Uruzi gwa kanyosha atagikozwe vuba ruzokwiha inkumbi

  • @Bihomebuja
    @Bihomebuja หลายเดือนก่อน

    Muduhe numero zuyu munyakubahwa. Uyu maze imyaka nkurikirana ivyo ayaga ni incambwenge ariko sinzi aho bicumbagirira.
    Mutama ikintu kijanye n'umutekano w'abantu ntuvuga ngo turasavye. Ndazi wama wagiye hanze urabizi. Aho kizira kubakwa hubakwa gute kandi kizira? Aho hoho uwatanze iryo tegeko vyasaba ko aca atanga Imihoho. Ni gute abantu baja mukaga Abatwara babona?
    Iryo jambo rya turasavye rivugwa nabategetsi ringeze ahantu. Kuki mutavuga muti " ndategetse" . None muri abasavyi?

  • @mponganochristian2196
    @mponganochristian2196 3 หลายเดือนก่อน

    Ntabujumbura izaba dubai muribeshya mukirya ruswa wap muzaxe mwihire kurwanda twarabasize keiterambere

    • @joelnzeyimana7791
      @joelnzeyimana7791 3 หลายเดือนก่อน

      urwanda mwishirahejuru atacomufise mumyaka irimbere tuzobahakuntoki,icegeranyo casohotse ceremonie kurwanda ruri mubihugu vyambere bikenye.😢

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 2 หลายเดือนก่อน

    Jewe imvugo zanyu( abatwara Uburundi) ni zimwe, umengo mwiza hamwe

  • @fidelehabineza8097
    @fidelehabineza8097 7 หลายเดือนก่อน +1

    Indarayi ni iki ?

    • @Ndayaki
      @Ndayaki 7 หลายเดือนก่อน

      🚅🚄🚆🚋

    • @alidisudi4997
      @alidisudi4997 7 หลายเดือนก่อน

      Rail pour les trains

    • @Bihomebuja
      @Bihomebuja หลายเดือนก่อน

      Chemin de fer

  • @EtienneNdiyo
    @EtienneNdiyo 7 หลายเดือนก่อน

    Okay

  • @Fistonvfbwoy
    @Fistonvfbwoy 7 หลายเดือนก่อน

    Thanks