💡 Hangout na Igor : "Idée ya Baza yaje tubuze uwutulivra ivyo dukeneye"

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 5 ต.ค. 2024
  • 🤵🏾 Aba jeunes kenshi ntibitaho look yabo igihe bagiye muri entretien d'embauches
    😍 Madame wa Igor yatumye aronka ikindi kintu kimukwega mu Burundi atari akazi
    💬 Kaze muri iki kiganiro na Aurel Igor Ntwari, CEO wa Baza, aduteramishe atubwira uko yatanguye umugambi wiwe, eka n'utundu tu anectodes turyoshe
    #burundi #HangOut #Jimbere

ความคิดเห็น • 7

  • @goldienpierre5375
    @goldienpierre5375 3 หลายเดือนก่อน

    Bravo Igor !!

  • @TchandrouNitanga
    @TchandrouNitanga 3 หลายเดือนก่อน

    Inspiring show

  • @Emma-zi9mw
    @Emma-zi9mw 3 หลายเดือนก่อน +2

    Maze apa tumepirwa nakitu kizito😂😂 kumunota wa 6 nama second 22( 6:22) avuze ko yahejej ishure 2019 aca Aja mur Suisse , Sawa. Wigiy imber gato kumunota wa 7 nama second 47 (7:47) avuze ko yamazey 10 ans mur Suisse, sasa ibiharur jew birangora mufash😂😂 ....
    Interview irananiy guheza uwayihejej naze ambwir 😂😂😂 ngir babikosoy

    • @2040igor
      @2040igor 3 หลายเดือนก่อน +1

      ni 2009,karanciyemwo

  • @JusteIradukunda
    @JusteIradukunda 4 หลายเดือนก่อน

    First‼️🙌🏼

  • @kevinnsabimana3788
    @kevinnsabimana3788 4 หลายเดือนก่อน

    Uyo nyene murikumwe niwe yambara ivyo yishakiye 😅

  • @BorisHazumukama
    @BorisHazumukama 4 หลายเดือนก่อน

    Abarundi bazohinduka buhoro buho nubwo bakirwaye