UBUTUNZI BWU BURUNDI BUGIYE GUHINDUKA

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 28 ต.ค. 2024

ความคิดเห็น • 11

  • @nyamugishagoreth8556
    @nyamugishagoreth8556 2 หลายเดือนก่อน

    Ouawwwwwwwwwwww God bless Burundi

  • @theafricanhauler3396
    @theafricanhauler3396 2 หลายเดือนก่อน

    😊😊

  • @mamawinnie926
    @mamawinnie926 2 หลายเดือนก่อน

    Haleluyaaaa

  • @bigjohnnevergiveup
    @bigjohnnevergiveup 2 หลายเดือนก่อน

    AMEN BURUNDI DUBAI OF AFRICA

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja หลายเดือนก่อน

    ❤❤😂😂

  • @rahaytv26
    @rahaytv26 2 หลายเดือนก่อน

    Amen 🎉🎉🎉

  • @rahaytv26
    @rahaytv26 2 หลายเดือนก่อน

    Que DIEU vous bennissez🎉🎉

  • @niyomwungerebienvenue7675
    @niyomwungerebienvenue7675 หลายเดือนก่อน

    ivyo nuburofa,,nibarabe ivyo amadini yadukoreye bigarurira ubutunzi bwa Africa bitwaje ijambo ry'lmana bizanishije bibilia ,,,nabo nibisuma mubindi nta ciza kizova ku Mana tubwiwe nabo,,,garuka ku Mana ba Sokuru niho tuzoronka amahoro,,

  • @niyomwungerebienvenue7675
    @niyomwungerebienvenue7675 หลายเดือนก่อน

    Ibisuma ubu bica muma dini,,America niyo ikeneye lmana yoyo bashigikira ubutinganyi,,ubukoloni no gukorora inda ku bigeme,,abo bose rero nico kimwe niza maneko baje kuraba ubujuju bwanyu ukamengo ni urukundo naho ni ubugome bashaka kudukorera,,,,ivyo nibisuma nta Mana yabarungitse

  • @prosperniyukuri8562
    @prosperniyukuri8562 2 หลายเดือนก่อน

    Nimwabishira muri prophecy ntituzobishikako. Ariko nivyaja mubikorwa tuzobishikako. Igihugu gitezwa imbere nivyiyunviro birashe hamwe nokujahamwe biga imigambi not gusoma ibibilia. Itunga riraruhisha Kndi rirababaza. Ivyo ngo Imana iravuze kuburundi vyukuri ntibikora ndabarahiye. Uburundi ntayindi message special dukeneye atarukwicara hamwe tukishakamwo imbaraga tukacubaka. Nahubundi ivyo bitangaza batuzanira muburundi ko atarivyo biriko birakora kubaka America ? Nagira ndabibutseko Ubu amasengero muri meshi y abazungu yuzuyemwo bamwe bahuza ibitsina babisangiye. Igihe Papa aherutse kwemerera kumugaragaro abahuza ibitsina babisangiye munyibutse ngira jewe sinkurikira neza amakuru. Hoba hari isengero nimwe zabo zagiye mwibarabara kuvyiyamiriza? Amadeni nyafrica yonyene niyo yavyanse nahonyene amwe guko hariho abamaze kurya ibiturire kugira ntihagire ico babivugako

    • @nyamugishagoreth8556
      @nyamugishagoreth8556 2 หลายเดือนก่อน

      Ufise ingengabitekerezo ...mubazungu hariho ibihumbi n ibihumbi bizera Imana Kandi bakijijwe vy ukuri.don t be extremest !!!!!!