- 900
- 3 070 391
Magazine Jimbere
France
เข้าร่วมเมื่อ 15 ก.พ. 2016
Les rencontres de votre magazine "Jeunes & Femmes" du Burundi.
[P] 🌱 Ishwagara ikoreshejwe neza iragwiza umwimbu
✅ Kugira umwimbu wongerekane, isi itegerezwa kugabanya umuruzazi wayo. Ishwagara rero irafasha mu kuvura isi
🧑🏾🌾 Abarimyi bo mu ntara ya #Ngozi na #Kayanza barashimira ikigo @IFDC_Global kibigisha kuyikoresha ku rugero rwo
#Uburundi #Uburimyi #NLinBurundi #MINEAGRIE #Projet_PAGRIS #Jimbere
🧑🏾🌾 Abarimyi bo mu ntara ya #Ngozi na #Kayanza barashimira ikigo @IFDC_Global kibigisha kuyikoresha ku rugero rwo
#Uburundi #Uburimyi #NLinBurundi #MINEAGRIE #Projet_PAGRIS #Jimbere
มุมมอง: 51
วีดีโอ
Intahe ibabaje ya Manager wa Kirikou na Double Jay uko yafunzwe kubera ''ibiyayuramutwe''
มุมมอง 4.4K12 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Umwe mu basanzwe bakurikirana ibikirwa vya Biliman Boy ugizwe na Kirikou na Double Jay yadushingiye intahe uko yafashwe kubera ibiyayuramutwe hamwe n’ukuntu yabihevye 👉🏿 Mwumvirize mu kiganiro gishasha HAVE A SEAT #Uburundi #Jimbere
🔴 Usubije amafaranga waguranywe na PAEEJ, uba ufashije bagenzi bawe...
มุมมอง 24919 ชั่วโมงที่ผ่านมา
💰 Rwaruka namwe banyamigambi, mwari muzi ko usubije amahera PAEEJ yakuguranye, uba uhaye amahirwe urundi rwaruka ? 💁🏽 Erega ni yo baca babaha, na bo bakaja kwiyungunganya mu migambi yabo #Uburundi #Imigambi #Urwaruka #Jimbere
💄 Mwari Munzi Ep 7: Leslie Makeup ngo yarigiriye makeup yo kuri mariage !
มุมมอง 3.6Kวันที่ผ่านมา
🤔 Leslie Makeup mwoba mwari mumaze kumwumva? 🤩 Umuntu Leslie yipfuza cane gusiga ni 1ère Dame de la République 🎯 Mu myaka itanu yibona yuguruje salon de beauté irimwo ibintu vyose, afise n’abakozi akoresha #Burundi #MwariMunzi #jimberemagazine
🦠Akaryama ka nkende #MPOX wibazaz ko hari aho kagiye?
มุมมอง 80วันที่ผ่านมา
🤷🏿♂️ Umwe mu rwaruka yagwaye iyo ngwara aratanga igishingantahe c'ingene yayigwaye, uko yafashwe mu kibano amaze kuva mu bitaro, ingene yabonye abantu babona uwayigwaye n'ibindi 👉🏿Kurikira ico gishingantahe#Burundi #Amagara #Jimbere
😎 Mwari Munzi Ep 6: ka karirimbo "Bizuuh" urazi uwagakoze ?
มุมมอง 1.2K14 วันที่ผ่านมา
👥 Label ya Millisouls woba wari umaze kuyumva ? Iheruka gushira ahabona playlist yayo "Tune 24", aho yakoranye indirimbo n’abahimbazamana batandukanye 🎶 Muri iyo label nyene harimwo umusore yasohoye indirimbo yamenyekanye cane ikaba yahavuye inasubirwamwo (remix), yitwa « Bizuuh » ▶️ Kurikirana ikiganiro cose, aho uza kubona imiyabaga ihimbaza Imana ibicishije mu mudiho wa Rap #Burundi #MwariMu...
PAEEJ iributsa urwaruka ko rubwirizwa kuriha amadeni rwahawe...
มุมมอง 35521 วันที่ผ่านมา
💰☝🏾 Rwaruka banyamigambi, ikigo @Paeej kirabibutsa ko arya mafaranga kibaronsa ari ingurane atari ingabire, akaba asubizwa inyuma y'ikiringo muba mwiyemeje #Uburundi #Imigambi #Urwaruka #Jimbere
🌍 [TABLE RONDE 2024]
มุมมอง 115หลายเดือนก่อน
🌍 [TABLE RONDE 2024] Vous n’avez pas pu suivre la récente table ronde sur le #développement du #Burundi ? 📽️ Découvrez la vidéo récapitulative préparée par le @MagazineJimbere, avec les préparatifs, l’arrivée des participants et les moments marquants de cet événement clé ➡️ Ne manquez pas ces images qui capturent l’essence de cette rencontre #TableRonde2024 #investment
Riha ama inite ya cashpower na #BGFMobile
มุมมอง 127หลายเดือนก่อน
[P] 😁 Banywanyi mwari mubizi ko mushobora kuriha fagitire y'amazi mukongera mukagura ama inite ya cashpower hamwe na #BGFMobile ? 📲 Aho rero ntimwirirwa murava aho muri, mukoresha ngendanwa yanyu gusa ⬇️ Raba muri kano ka video uko mubigenza #Uburundi #mobilemoney #BGF #jimberemagazine
#TakeMeBack Rose Marie:''iyi ndirimbo nayandikiye uwo twakundana’'
มุมมอง 13Kหลายเดือนก่อน
#TakeMeBack Rose Marie:''iyi ndirimbo nayandikiye uwo twakundana’'
Les rôles des différents acteurs
มุมมอง 52หลายเดือนก่อน
🥳 Quels sont les acteurs de la gratuité ciblée des soins pour les femmes enceintes/accouchantes et les enfants de moins de 5 ans au Burundi ? 🏥 En partenariat avec le Ministère de la Santé et de la Lutte contre le Sida, le Programme d’Appui au Secteur de la Santé financé par l’UE vous explique tout en images animées. #santé #burundi #FBP #gratuitédessoins #PASS3 #PASS #minisant
Les pathologies prises en charge
มุมมอง 259หลายเดือนก่อน
Quelles sont les pathologies prises en compte dans le cadre de la gratuité ciblée des soins pour les femmes enceintes/accouchantes et les enfants de moins de 5 ans au Burundi ? En partenariat avec le Ministère de la Santé et de la Lutte contre le Sida, le Programme d’Appui au Secteur de la Santé financé par l’UE vous explique tout en images animées. #santé #burundi #FBP #gratuitédessoins #PASS3...
🤗 Ibanki #BGF ibasanga aho muherereye
มุมมอง 72หลายเดือนก่อน
😁 Banywanyi mwari mubizi ko mushobora kuriha fagitire y'amazi mukongera mukagura ama inite ya cashpower hamwe na #BGFMobile ? 📲 Aho rero ntimwirirwa murava aho muri, mukoresha ngendanwa yanyu gusa ⬇️ Raba muri kano ka video uko mubigenza #Uburundi #mobilemoney #BGF #Jimbere
Kumwe na Assurance INKINZO, ejo ni heza !
มุมมอง 1612 หลายเดือนก่อน
[P] 🔒 Vous cherchez à protéger ce qui compte le plus pour vous ? Découvrez INKINZO A.G et profitez d'une couverture sur mesure, de tarifs compétitifs et d'un excellent service à la clièntele. Parce qu’avec nous, vous êtes bien plus qu’un simple assuré 🚗🏠💼 "Kumwe na Assurance INKINZO, ejo ni heza !" #Assurance #Sécurité #Confiance #Protection #Tranquillité #AssuranceDeQualité #ServiceClient #Bur...
😁 #MwariMunzi Ep5: Kigingi ati imbere yo kuba comédien, yarabaye cameraman
มุมมอง 4.6K2 หลายเดือนก่อน
😁 #MwariMunzi Ep5: Kigingi ati imbere yo kuba comédien, yarabaye cameraman
🎶 #MwariMunzi Ep4 na Joël Houghton : "Indirimbo 'Tujane' nayandikiye umukobwa nakunda kera"
มุมมอง 4.4K2 หลายเดือนก่อน
🎶 #MwariMunzi Ep4 na Joël Houghton : "Indirimbo 'Tujane' nayandikiye umukobwa nakunda kera"
🤨 #HangOut Drama T :'' Sindigera 'fakinga' ubuzima bwanje, nk'uko bavyibaza"
มุมมอง 20K2 หลายเดือนก่อน
🤨 #HangOut Drama T :'' Sindigera 'fakinga' ubuzima bwanje, nk'uko bavyibaza"
🙎🏾♀️Umukenyezi yiha iteka, ni uwitanga atiziganya kubw'inyungu y’umuryango ni iy’igihugu ciwe
มุมมอง 1972 หลายเดือนก่อน
🙎🏾♀️Umukenyezi yiha iteka, ni uwitanga atiziganya kubw'inyungu y’umuryango ni iy’igihugu ciwe
😏 Hangout na Lino G & Monia Fleur: just friends ?
มุมมอง 32K2 หลายเดือนก่อน
😏 Hangout na Lino G & Monia Fleur: just friends ?
🙎🏾♀️Umukenyezi yiha iteka, ni uwitanga atiziganya kubw'inyungu y’umuryango ni iy’igihugu ciwe
มุมมอง 1192 หลายเดือนก่อน
🙎🏾♀️Umukenyezi yiha iteka, ni uwitanga atiziganya kubw'inyungu y’umuryango ni iy’igihugu ciwe
🤷🏿♂️ #MwariMunzi Ep3 na Saz Da Great: "Umuziki ni yo nzira yo guserura ikindi ku mutima"
มุมมอง 3.3K3 หลายเดือนก่อน
🤷🏿♂️ #MwariMunzi Ep3 na Saz Da Great: "Umuziki ni yo nzira yo guserura ikindi ku mutima"
✨ HangOut Arsène Bucuti: "Kuramukanya na Président vyarahinduye ubuzima bwanje"
มุมมอง 1.9K3 หลายเดือนก่อน
✨ HangOut Arsène Bucuti: "Kuramukanya na Président vyarahinduye ubuzima bwanje"
✍🏾 Vaincre l’analphabétisme en (seulement) 10 jours
มุมมอง 1263 หลายเดือนก่อน
✍🏾 Vaincre l’analphabétisme en (seulement) 10 jours
🤔 Kubwawe, kuba imboneza nyakuri bivuze iki?
มุมมอง 813 หลายเดือนก่อน
🤔 Kubwawe, kuba imboneza nyakuri bivuze iki?
Abakurikiranye inyigisho zatunganijwe biciye mu mugambi "Synergie pour la Paix" bahakuye ivyunguka😉
มุมมอง 1003 หลายเดือนก่อน
Abakurikiranye inyigisho zatunganijwe biciye mu mugambi "Synergie pour la Paix" bahakuye ivyunguka😉
📃Documents administratifs exigés pour bénéficier de la gratuité ciblée des soins au #Burundi
มุมมอง 2963 หลายเดือนก่อน
📃Documents administratifs exigés pour bénéficier de la gratuité ciblée des soins au #Burundi
👨⚕️ La Gratuité ciblée des soins pour les femmes enceintes et les enfants de moins de 5 ans
มุมมอง 883 หลายเดือนก่อน
👨⚕️ La Gratuité ciblée des soins pour les femmes enceintes et les enfants de moins de 5 ans
🏀#MwariMunzi Ep2: yatanguye akinira mu Cibitoke, none ubu ni bitumwako mu guserukira igihugu...
มุมมอง 3.9K3 หลายเดือนก่อน
🏀#MwariMunzi Ep2: yatanguye akinira mu Cibitoke, none ubu ni bitumwako mu guserukira igihugu...
Mu bituma inda zivayo hataragera... | KU MAGARA YACU
มุมมอง 4613 หลายเดือนก่อน
Mu bituma inda zivayo hataragera... | KU MAGARA YACU
🤑 #MwariMunzi Ep1 - Cindy Mutore ati: "Muri The Bachelor ntitwagiye kwa gusa, baraduhemba"
มุมมอง 13K3 หลายเดือนก่อน
🤑 #MwariMunzi Ep1 - Cindy Mutore ati: "Muri The Bachelor ntitwagiye kwa gusa, baraduhemba"
Vuitton
Utiliser la dolomie pour amender le sol permet une bonne absorption des nutriments par la plante ainsi une augmentation de la production. Good work IFDC Burundi
Kaboss for real you made it my bro❤
💐💐💐💐🥰🥰🥰🥰
Nuru narindagukumbuye
urumogi ruzobica
That's ntahe irakaze nkeee🤔
😂
Mfise ikibaz noe Double jay afis manager bangah ? Konaheruk ar akimu Mozaa ham Nc kbx
Thanks so much kukiganiro kbsa❤
th-cam.com/play/PLbZkLtp4UuYF2C6ZoPUVWzglgECoB5LUI.html&si=y9numLqmtGxWlcGD Ururimi gw'icongereza rifise imyanya irenga 12. Iyi link iragudasha iriko Playlist y'imyanya 5 iIkoreshwa goss Mucongereza. Simbirako rero wirire indome.
Itankoma mwarize igiswahili?Tres bien
Tugeze kure kabisa
Leslie makeup 👌🏼👌🏼👌🏼👌🏼👌🏼
💥💥💥💥💥
👌👌👌👌👌
🤟👍👍👍
kugeza yesu agarutse
MILLISOULS ON TOP FLOOR 🔥🙌
The vibeeeeeee 😂😂
Brother poresana
❤❤❤
am from rwanda thank you for hit
❤❤❤
Aca Majivuno J. P Ndo Sauti Ya Simba
Áfricanova wubahwe wakoze amateka akomeye. Ndasavye número yawe mutama ya lumicash nzogutumire agafanta NDI umurundi aba Mozambique
Abats
Gisiga 0:39
❤❤❤
21:48 😂😂😂 elle a tout a fait raison! Ntawuguma akurindiriye nk’i poteau😅😅😅😅😅 Mme Rose, twebwe twakuze tubumviriza à la télé👍🏾👍🏾👍🏾 Super émission, merci!
Merci Beaucoup Rose Marie . Sidonie
Mubantu nkunda uyu muvyeyi arimwo ❤.she is a Star mubijanye nakaranga.
Iyi histoire inyibukije cane iy'umwami actuel wo mubwongereza. Vyamushikiye uko nyene
Shiramwo none iyo ndirimbo.
Waauuhhhh,
Palais des arts batarayijaba nkubu mpore Muvyeyi karabaye
Ndakunda Rose caane,Mafoza wanje wa Murikirukuri
Numva nagukunze maman
Monsieur mateso Jean berchimas turagukunda
Hemwe, kumbe nuyo? Kabisa
Bravo et merci Rose du Burundi❤
Respect Mésie mates
Ndakwumva neza Rose.
Ndamukunda cane.kuko maze kubonana nawe amaso kumaso
❤❤❤❤
Mercy
Belle émission
Bravo!! ubu ntakuntu izo ndirimbo za kera, mwebwe mukiri en vie, mwokorana na bubu, mukaziryohora mu buhinga bwa none?
Yooo,uyo Muvyeyi aracariho kweri!Za mushiraho lumicash zabo tubashimire
Real Amazing artist yari talent yukuri!Bazomuh agashimw bari badyoshe n umuco kirundi ugoye