ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Duhe Nomero yawe mukoze w,Imana
Zuradusengera kk twaramaze kwinjirirwa nimpwemu mbi
Amen 🙏 Umwamiyesu nahimbazwe ibihevyos
Ntitubona ivyo biri kurupapuro,dufashe tuvyandike
Imana idutabare kuko twe ntitwokwishoboza
YESU idutabare utubabarire
Turashaka nimero yawe mukozi wimana kugir muzoze muradusengera mwodufasha mugutanga akanimero kanyu
Mwami yesu dufashe tuzobon'ijuru
Imana ikomeze kubakoresha mukozi w'Imana. None nta kuntu wotegura ibiganiro vy'amasengesho?? Kukaba ugusengera abantu muri rusangi mu ntumbero yo kubabohoza?? Kuko ntivyokunda ko buri muntu yoja akurondera ku giti ciwe. Mwoba mudufashije cane.
Mwiriwe, ndimu Rwanda mwatubwiyeko muzabitwereka nkuko mwatwetse amarinete ndabishaka
Ntitubibona neza mukoziwimana dusigurire neza ubitwereke tuvyandike neza
Urashobora kutubwira amazina y'Izo modoka. Ni madame Fidelite. Murakoze
Yesu niwe wokuturengera twebwe ntiduchoboye mana👏👏🙏
Ppp
Yesu, ni Wewe Wenyene wo kuturengera !!❤👋
Emwe ibitugwanya nivyinshi weee tube maso kndi dusenge sans cesse
Nahimana yonyene pe gusa arakoze Imana ibandanye imukoresha
Mwaramutse,urazoza natwe i NGOZI kurushengero rwa Pentecôte yo Ku Rubuye.Hanyuma dusengeranire IMANA izoturinde kuko satani ntiyicaye.
IMANA yo mwijuru IDUTABARE
Muduhe inamba ziwe
Mana data wa twese dutabare None kugirango tugure ibihumanuye twobirabira kuki?
Mudufashe inomero za pasta desire
Ivyo yadiste kukaratasi ntavyo tubona.
Mwoshobora kumpa numero y' uyu Mukozi w' Imana?Muzoba mukoze
YESU DUHE KUBONESHA AMASO YI MPWEMU
IMANA IDUHE INKOMEZI KABISA SATAN ATURWANYA BURIMUSI ARIKO TUZOTSINDA
Muraraba ko atarintumwa yo guerre économique.
Yoooooooooooooooo
Mwoshoborakumpa watsap yanyu?
Ntabara umfotorere undungikire
IMANA yo mwijuru ibahumugisha
Ubwo ntiwosanga wagumye ukoresha izo nguvu wakuyeyo ukibazako wakijijwe?
YESU ntundi yoturengera atari wewe
Ni yesu niwe wogutabara ibi nukuri
Satan arishunyanya kwel akaza copy ukobiriko Imana yomwijuru N Iyompamvu Ihagurutsa abakozi nkaba kugira bamene amabanga yasatny
Eeeeee
Duhe Nomero yawe mukoze w,Imana
Zuradusengera kk twaramaze kwinjirirwa nimpwemu mbi
Amen 🙏 Umwamiyesu nahimbazwe ibihevyos
Ntitubona ivyo biri kurupapuro,dufashe tuvyandike
Imana idutabare kuko twe ntitwokwishoboza
YESU idutabare utubabarire
Turashaka nimero yawe mukozi wimana kugir muzoze muradusengera mwodufasha mugutanga akanimero kanyu
Mwami yesu dufashe tuzobon'ijuru
Imana ikomeze kubakoresha mukozi w'Imana. None nta kuntu wotegura ibiganiro vy'amasengesho?? Kukaba ugusengera abantu muri rusangi mu ntumbero yo kubabohoza?? Kuko ntivyokunda ko buri muntu yoja akurondera ku giti ciwe. Mwoba mudufashije cane.
Mwiriwe, ndimu Rwanda mwatubwiyeko muzabitwereka nkuko mwatwetse amarinete ndabishaka
Ntitubibona neza mukoziwimana dusigurire neza ubitwereke tuvyandike neza
Urashobora kutubwira amazina y'Izo modoka. Ni madame Fidelite. Murakoze
Yesu niwe wokuturengera twebwe ntiduchoboye mana👏👏🙏
Ppp
Yesu, ni Wewe Wenyene wo kuturengera !!❤👋
Emwe ibitugwanya nivyinshi weee tube maso kndi dusenge sans cesse
Nahimana yonyene pe gusa arakoze Imana ibandanye imukoresha
Mwaramutse,urazoza natwe i NGOZI kurushengero rwa Pentecôte yo Ku Rubuye.Hanyuma dusengeranire IMANA izoturinde kuko satani ntiyicaye.
IMANA yo mwijuru IDUTABARE
Muduhe inamba ziwe
Mana data wa twese dutabare
None kugirango tugure ibihumanuye twobirabira kuki?
Mudufashe inomero za pasta desire
Ivyo yadiste kukaratasi ntavyo tubona.
Mwoshobora kumpa numero y' uyu Mukozi w' Imana?
Muzoba mukoze