ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Yesu kristo nadutabare kbs
Yesu kristo agumugisha🇧🇮🇧🇮
Amen Amen Mana
Yesu udutabare tabara isi yose tabara abantu bawe bose kuko ivyo tugura harubwo biba bihumanye ntitubimenye
Ntivyoroshe ariko dukwiye gusengana numwete kugira Tubashe kunesha. Yesu abongere imigisha myishi cane n'Umuco Wera TV muhezagigwe cane.
nivyukuri bibiriya ivuga ngo uwahariwe vyinshi agirurukundo rwinshi.Imana Imukomeze.
Ndasavye mump numéro zuyumuntu adushingira iyintah mwobamukoze can
Ndakwingiiiinze, Yesu weeeee Dutabare!
Mukozi w'Imana,yesu agukomeze.mugabo ndakeneye numéro yawe kuko nanje ndumva harivyanfashe.
Turabakurikira turi muri Australia nukuri tarabasavye ibindi nice muzoba mukoze kuko benshi batwawe nibigezweho. Murakoze kudutahuza imigambi yumwansi arise satani .Umwami Yesu abahezagire kutwigisha bitumye Menya intambara tugwana iyariyo mwakoze cane.
Mwodufasha nimero za phone yiwe mwoba mukoze
Ntivyorosh ariko hariho Uwo twizeye yamaze kunesha isi!
Yesu dutabare
Imana iradukunda
Yoooooooooooooooo
Yesu ntivyoroshe
Umuntu yoronka inimeroYuwomukozi wimana yozironka gt
Ndasavye abo ku Umuco Wera TV baze bampe numéro ya pasteur Irambona Désire
Mana nukuri muduhe nimero yiwe muzoba mukoze pls
Please ndasaba number za Desire, Imana imuhezagire.
Nipfuza numéro sa téléphone sa irambona.désire
Yoo Mana ujuturinda iyo myuka mibi
Nimuduhe yemw numéro yuwo mukozi w'Imana
Wodufasha ukazaduha number zawe mukozi wimana wobukoze
Mbega muracasengera ku ry'icenda mu kamenge QHeha ?
Muduh Numero mwoba mukoz cn
Twokuronka gute tanga inamba
Uvuz ivyamarori ncanumva ubwoba ndayafis iyondaya mbaye ncandemba
Ko dusaba num ntimuziduhe bimeze gt? Erga hari Ababa bakeneye ubufasha ?
Mana
mukozi wimana murakoze ndagomba inomero yanyu mfise ikibazo camarori

Umuntu yoronka inimero
Yuwomukozi wimana yozironka gt