ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Ndanezerewe cyane kuko Imana yacu ifite ubutware n'ubushobozi,Imana ibahe umugisha mukozi w'Imana.muge mudusengera Imana idushoboze gusenga no gukiranuka.
Murakoze Umwami Yezu Kristu adutabare Amen Hallelujah 🕊️🕊️🕊️
Murakoze cane. Ubwacu ntitwokwishoboza, Mwami Yesu uratugwanirira cane.
Mbaye wambere naringukumbuye Mukozi W'IMANA narimfite igishika cokwumva ino ntahe parti 3 muhezagirwe
Amen.Murakoz kutugezaho ico gice ca 3.Nizera ko n''ibindi bice muzoza murabidushirirako uko muzobishobozwa. Ndashimiy kandi Umuco Wera TV.
Ewe Yesu warakoze kunkiza amaso naje naguma mpindura ku mwaka ku mwaka n, abandi lmana ibatabare
*Iyo mukuraho ayo matara ashashagira inyuma byari kurushaho kuba byiza.**Murakoze.*
Imana iguhezagire kuba watubwiye abo turwana nabo
Imana yacu nubu iracatabara. Nabandi izobabohora nkuko yabigukoreye.
Umwami Yesu aguhezagire ndafashijwe cane. Ahubwo kaze kandi utwibire vyinshi umwansi yatunyaze kugirango dukire.
Yesu abahe amahoro numugisha abo kumuco wera Tv
Mushireho ibikurikira,Yesu abahezagire
Uhorah'Imana adutabare kandi aduhamaso yokubona kukwisi irageramiwe.
Mw Ijuru, tuhafise Imana Ishoboye vyose ❤👋
AMEEEN AMEEENA AMEEENAAAAAAA 🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
Ndifuz guhur naw Mukoz w'Imana nintah nzokuronder
Uhezagi rwecane
IMANA yo mwijuru ibahumugisha
mwoshobor kumpa inimer yiw mwoba mukoz
Please muduhe Inomero zumukozi w IMANA
Mwodufasha numéro ya pasteur Désiré. Murakoze
Yesu abahezagire cane kubw'ibiganiro vyiza muduha !Ngira mbasabe mugihe atangorane vyoba bitera muzoze murashirako numero de Telephone z'uwashinze intahe kugira ngo hagize uwufise akabazo ashaka kumubaza ashobore kumutora .
@@UMUCOWERATV2021 ndabasavye mumpe inomero ziwe gwanje +260953341955 muzobamukoze mutubera umuco murivyose Imana Ikomeze kubagura
*Muntangamarara Yari yavuze ko Aja kuvuga no kijanye n'amavuta. Rero n'ukumwishuza naco akazokitwigisha*
Yesu abahezagire cane. Twaronka gute numéros y'uyu Umukozi w'Imana?
Manawe.murakoze canegose ahubwo nimana yabishatse kugira uje.ikuzimu ujekwibira ibanga.abanabayo mudushirireko aka whatsap jewendihanze yigihugu mwompa whatsapp.mwobamukoze cane murakoze mukoziwimana imanibahezagire
None ahasikumucowera?
Nonekongomba kwatura ansengere ncandabivugira ngahanyene cankewewe anserere ngahanyen ? Singombatere kuko ndayibona ngomba nimero yafon
None ko mwafashe Video ngufi?
Ccccc un
Ndanezerewe cyane kuko Imana yacu ifite ubutware n'ubushobozi,Imana ibahe umugisha mukozi w'Imana.muge mudusengera Imana idushoboze gusenga no gukiranuka.
Murakoze Umwami Yezu Kristu adutabare Amen Hallelujah 🕊️🕊️🕊️
Murakoze cane. Ubwacu ntitwokwishoboza, Mwami Yesu uratugwanirira cane.
Mbaye wambere naringukumbuye Mukozi W'IMANA narimfite igishika cokwumva ino ntahe parti 3 muhezagirwe
Amen.
Murakoz kutugezaho ico gice ca 3.
Nizera ko n''ibindi bice muzoza murabidushirirako uko muzobishobozwa. Ndashimiy kandi Umuco Wera TV.
Ewe Yesu warakoze kunkiza amaso naje naguma mpindura ku mwaka ku mwaka n, abandi lmana ibatabare
*Iyo mukuraho ayo matara ashashagira inyuma byari kurushaho kuba byiza.*
*Murakoze.*