INTAHE HAMWE NINYIGISHO NZIZA ZA PASTEUR DESIRE[MUBUTUMIRE I BUJUMBURA]/NAGIYE MWIJURU MBONA YESU

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 20 ต.ค. 2024

ความคิดเห็น • 22

  • @mariammunezero2444
    @mariammunezero2444 2 ปีที่แล้ว

    Amen Yesu aduhe kwama tugavye

  • @mertushatungimana8610
    @mertushatungimana8610 2 ปีที่แล้ว

    Ndakomejwe nukuri. Imana Ihumugisha Pasteur Déré kandi numuco wera Muhezagirwe kuko ndubatswe mumutima

  • @kamarizacarly9229
    @kamarizacarly9229 2 ปีที่แล้ว

    Ndakunda pasteur désire,Imana Izomuhe iherezo ryiza

  • @esperancenininahazwe5289
    @esperancenininahazwe5289 2 ปีที่แล้ว

    Amen!!Imana ibahezagire

  • @beatricendikumana315
    @beatricendikumana315 2 ปีที่แล้ว

    Mukozi w’Imana ndagukunda cane nkunda imyigishirije yawe ndagukurikira kugazi tv hezagirwa cane

  • @bizjon5543
    @bizjon5543 2 ปีที่แล้ว +1

    Amen amen muhezagirwe cyane

  • @sarasarah2242
    @sarasarah2242 2 ปีที่แล้ว +4

    Amen. Imana ihezagir uyu mukoz w, Imana ndakund uko avuga Yesu neza weeeee. Mwarakoz kumutumira. Muz muduh nibindi.

  • @NdayihayaNehemie-b2d
    @NdayihayaNehemie-b2d หลายเดือนก่อน

    Merci beaucoup

  • @girukwishakaclaudine8672
    @girukwishakaclaudine8672 2 ปีที่แล้ว +1

    Yoooo Imana yacu idutabare nukuri
    Desire Ndiho az'aguhe kurangiza neza nukuri kubwanje ndakozweko nukuri murakoze Muco wera Ndiho yabashizeho hageze nukuri
    Ubu sinidoga pe kwizi ntahe Yesu Kristo abagirira neza
    Amen Amen

  • @nayigamiry4759
    @nayigamiry4759 2 ปีที่แล้ว +1

    Komera mukozi wimana

  • @yesuarankunda4492
    @yesuarankunda4492 2 ปีที่แล้ว +2

    Wawoooo Desire,Inyigisho ziwe ndazikunda harimwo ibintu bikomeza muri mpwemu Yera,Uhoraho amuhe umugisha

  • @barigirajeanpaul6740
    @barigirajeanpaul6740 2 ปีที่แล้ว

    Amennnnn

  • @bujabuja1933
    @bujabuja1933 2 ปีที่แล้ว

    Amen amen Imana iguhezagire mukozi wimana

  • @dorineakimana6850
    @dorineakimana6850 2 ปีที่แล้ว +2

    Ndakunda ubutumwa bwumukozi w'Imana Desire Havyarimana

    • @jeannettehabonimana2825
      @jeannettehabonimana2825 2 ปีที่แล้ว

      p❤️🇧🇮 past nkunda

    • @yesuarankunda4492
      @yesuarankunda4492 2 ปีที่แล้ว

      Rekareka MA chérie nukuri maze igihe nkurikirana inyigisho ziwe yoooo zirimwo akanovera kandi ndabonako harico zizosiga zimpinduriiye mubuzima bwanje pe

  • @berdinekwizera8737
    @berdinekwizera8737 ปีที่แล้ว

    Umukama agukomeze Paste

  • @venustetwagirayesu484
    @venustetwagirayesu484 2 ปีที่แล้ว

    Ameeeeeeeeee!!! Imana ihezagire umukozi w'lmana yitanze akaza akavuga ububutumwa

  • @ggff583
    @ggff583 2 ปีที่แล้ว +2

    Aaaamen

  • @barigirajeanpaul6740
    @barigirajeanpaul6740 2 ปีที่แล้ว

    Uyumugabo naho yovuga umunsi wose sinohaga ivyo avuga

  • @chrisskelos7164
    @chrisskelos7164 2 ปีที่แล้ว

    Muraraame!!!!! Hararamye bangahe?

  • @mmma6210
    @mmma6210 2 ปีที่แล้ว

    Amen