FRANCINE NIYONSABA UKO NIKO YAKIRIWE NABAMWE MU BATEGETSI HARIMWO NUMUKURU W’IGISAGARA CA BUJUMBURA

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 7 ก.พ. 2025
  • FRANCINE NIYONSABA UKO NIKO YAKIRIWE NABAMWE MU BATEGETSI HARIMWO NUMUKURU W’IGISAGARA CA BUJUMBURA

ความคิดเห็น • 84

  • @florencenshimi9353
    @florencenshimi9353 3 ปีที่แล้ว +10

    Uburundi naho batuvuga ngo turakenye ariko Imana yaraduhaye ingabire, nizindi zirimunyuma. Ugwaruka duhaguruke dukore ibimenyekanisha uburundi bwacu, birambabaza ino America ubwira umuzungu ngo mva mugihugu c'Uburundi akavuga ngo nubwambere ahumvise ukumva bavuga Tanzania Rwanda congo Kenya nahandi henshi muga ngo ntibazi Uburundi!!! 😌😔 Birambabaza pe. 😢

  • @kercybty
    @kercybty 3 ปีที่แล้ว +4

    Proud to be Burundian 🇧🇮✊🏿🔥 what good new😁 we are so happy all Burundian✊🏿🇧🇮 Burundi to the top✊🏿🇧🇮 well done Francis niyonsaba🇧🇮✊🏿 we are so 😀 happy for u🇧🇮✊🏿

  • @zayanamizero8014
    @zayanamizero8014 ปีที่แล้ว +3

    Congratulations 😍😍

  • @francinendayishimiye4804
    @francinendayishimiye4804 3 ปีที่แล้ว +5

    Francine mazina Imana ishishikare ikuje imbere.

  • @lydiawamaana8527
    @lydiawamaana8527 3 ปีที่แล้ว +2

    Waaooo, c'est très magnifique vrmt, bravo dftv Mme jitahidi kutuonyesha ama image nkenerwa mrc saa

  • @philbertniyonzima1296
    @philbertniyonzima1296 3 ปีที่แล้ว +7

    Bravo et grande félicitation à Francine NIYONSABA

  • @Chercheur-Egide-Nina
    @Chercheur-Egide-Nina 3 ปีที่แล้ว +2

    Karibu uravuye guter iteka i gihugu Na Africa mur rusangi. Fire cine watwitse 👏

  • @immaculeeintaramirwa8250
    @immaculeeintaramirwa8250 ปีที่แล้ว

    Bravoooo Bravoooo .numugisha kugihungu hezagirwa kandi Imana ikomeze kukwitaho cyaneeeee .

  • @prudentiennenahabonyeyo
    @prudentiennenahabonyeyo 4 หลายเดือนก่อน

    Francine Niyonsaba turagukeje cane kandi turakunezerewe Imana ikwiteho kandi ikuzigame

  • @vyizigirogabriel9658
    @vyizigirogabriel9658 3 ปีที่แล้ว

    Félicitation à Francine Niyonsaba kuduserukira no kutumenyekanisha mw’isi yose mu gutahukana intsinzi, intsinzi ni iy’Igihugu cose 👏👏👏👏

  • @mukeshawealexis4983
    @mukeshawealexis4983 3 ปีที่แล้ว +8

    Bien que je suis rwandais, j'adore le Burundi et les barundais.Nous devons beaucoup apprendre de vous.En tout cas vs ns avez devancé.

  • @nshimiyimanaaime7290
    @nshimiyimanaaime7290 7 หลายเดือนก่อน

    Burundi & Rwanda hands on Francine.

  • @blandinemukeshimana2377
    @blandinemukeshimana2377 3 ปีที่แล้ว +4

    Félicitation Francine. Imana izobabandany ibana naweeee

  • @ndayambajeviateur2014
    @ndayambajeviateur2014 3 ปีที่แล้ว +2

    congs to you mukobwa mwiza.ukoze amateka kbs

  • @swala2170
    @swala2170 3 ปีที่แล้ว +5

    Je pense que personne ne dira qu’il/qu’elle ne connaît pas le Buründi cœur 💓 d’Afrique!
    Bravo Francine, tu nous as bien représenté à l’étranger

  • @johajohar7777
    @johajohar7777 3 ปีที่แล้ว +6

    Tatizo wa Rundi tumejaa unafiki tuu na ujuwaji hongera Francine nayabandi aho bafise icobarondera😏

    • @johajohar7777
      @johajohar7777 3 ปีที่แล้ว +1

      @@leanibayubahe944 ikiriho kiravugwa huuuu turazinany burya haruwo ryohegwa nokwituka aca weyeee

    • @kekeclaire5177
      @kekeclaire5177 3 ปีที่แล้ว

      Hhhhh uraguma🤣🤣🤣nikizim basi babimukorey

    • @johajohar7777
      @johajohar7777 3 ปีที่แล้ว

      @@kekeclaire5177 huuu

  • @francineniyonkuru741
    @francineniyonkuru741 3 ปีที่แล้ว +3

    Wlcm marina wagu francine 💃💃❤❤❤

  • @aminanekesa3718
    @aminanekesa3718 9 หลายเดือนก่อน

    Francine Niyonsaba kure cane niho kwifuriza ndakuzirikana❤❤❤❤❤

  • @rwamosalomon4720
    @rwamosalomon4720 3 ปีที่แล้ว +1

    Rwamo coment no 1welcone mwana wacu mwiza

  • @NdikuriyoIsail
    @NdikuriyoIsail 9 หลายเดือนก่อน

    Waaoooo Merci shamikobwa wacu

  • @Reviravolta7
    @Reviravolta7 9 หลายเดือนก่อน

    Uyu mwana aranshimishije cyaane pe. Ni intwari cyane pe

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1to 9 หลายเดือนก่อน

    Biraryoshe imana ikomeze kumuturindira ukuntu yiruka birahimbaye💪

  • @davidcreative1756
    @davidcreative1756 3 ปีที่แล้ว +3

    Nduwa 2 .love from David creative 📸

    • @nellyange11
      @nellyange11 3 ปีที่แล้ว

      nanje nd'uwambere😂😂lol

  • @ammymarikado4238
    @ammymarikado4238 3 ปีที่แล้ว +1

    We love you fara,🥇🥇🥇💪🙌🙌🙌

  • @aishadjumaphones8877
    @aishadjumaphones8877 3 ปีที่แล้ว +1

    Congratulations francine imana iko ngere imigisha

  • @muriellemizero6496
    @muriellemizero6496 3 ปีที่แล้ว +6

    Karibu francine turakunezerewe, Imana ikomeze kukuzigama

  • @mickequintiaarakaza7338
    @mickequintiaarakaza7338 3 ปีที่แล้ว +1

    Welcome back home Fara🔥

  • @christella5092
    @christella5092 10 หลายเดือนก่อน

    😢😢😢😢anteye Emotion uyumwana courage Intwarikazi yIgihugu cacu ciza cUburundi urumugisha kuri twebwe

  • @emanuelbayisenga-xy4gf
    @emanuelbayisenga-xy4gf ปีที่แล้ว

    Merci Francine niyonsaba

  • @MeRy-qk6bp
    @MeRy-qk6bp 3 ปีที่แล้ว +2

    Naje ndabinginze muzontegere nkuko kwa Fara nzoza nzanye umudari kwa mwarabu

  • @Fildaus6306
    @Fildaus6306 3 ปีที่แล้ว

    Félicitation mdselle Francine Niyonsaba vraiment je ne vois pas comment peux je dire ce que tu as fait laisse_moi dire que ce sont des miracles maintenant le Burundi se connaît au niveau mondial grâce à toi mademoiselle que Dieu bénisse les travaux de tes mains🙏

  • @aaaaa2440
    @aaaaa2440 3 ปีที่แล้ว

    Congratulations ❤❤❤❤

  • @peterkamaugikonyo7765
    @peterkamaugikonyo7765 2 ปีที่แล้ว

    Kenya airways pride of Africa

  • @iradukundainesgiseked4787
    @iradukundainesgiseked4787 3 ปีที่แล้ว +2

    Welcm faraaaa

  • @chimyornyvette3883
    @chimyornyvette3883 3 ปีที่แล้ว +2

    Welcome Fafa

  • @emilehassan7639
    @emilehassan7639 3 ปีที่แล้ว +1

    Félicitation Francine!
    Kaze!

  • @elvisniyonkuru4290
    @elvisniyonkuru4290 3 ปีที่แล้ว +2

    Uwomuhungu ariruka kurusha nurukwavu

  • @ndayushimiyerungarunga8438
    @ndayushimiyerungarunga8438 3 ปีที่แล้ว

    Congratulations for Burundian

  • @annenahumuremyi4656
    @annenahumuremyi4656 3 ปีที่แล้ว +1

    Waaooou 😘😘😘

  • @alimashabani2252
    @alimashabani2252 3 ปีที่แล้ว +2

    Felicitation frasin niyonsaba mugabo jenubu ndaca baza kweli numukobwa canke??

  • @ريمالريم-ح2خ
    @ريمالريم-ح2خ 3 ปีที่แล้ว +1

    ❤❤❤❤❤❤🇧🇮💪

  • @ericsindayihebura9985
    @ericsindayihebura9985 3 ปีที่แล้ว

    Ab journalists wapi kwelii

  • @ninettehappynessninettehap7007
    @ninettehappynessninettehap7007 3 ปีที่แล้ว

    Amateka ageretse kwr😋😋😋💃💃💃💃💃

  • @carinemanirambona2708
    @carinemanirambona2708 3 ปีที่แล้ว

    Ariko koko abarundi mubona murikwirinda covid nkabanyamakuru ntibari kurenga2 muribeshi nakavuyo

  • @clovisniyibimpa7672
    @clovisniyibimpa7672 3 ปีที่แล้ว +1

    welcome

  • @m.mabeba1972
    @m.mabeba1972 3 ปีที่แล้ว +3

    akajagari k'abarundi ga Mana!

    • @ygsa5009
      @ygsa5009 3 ปีที่แล้ว

      Rahira sha 🤣😁😁😁😁 Niko katumy tumenyekana mumakungu , iiiiiiiiiiiiiiiiii urantwengj ahubwo

    • @meriserge1415
      @meriserge1415 3 ปีที่แล้ว +1

      @@ygsa5009 nagomba ndamwishure non urakoz kumunyishurir

    • @garagenew8937
      @garagenew8937 3 ปีที่แล้ว

      🤣🤣😂🤗 rata mugira urugwiro courage

    • @jeaninendayishemeze9372
      @jeaninendayishemeze9372 3 ปีที่แล้ว

      Reka ishari sha

  • @YvesKAMIBURUNDI
    @YvesKAMIBURUNDI 3 ปีที่แล้ว

    Iyi ni Documentaire kabisa

  • @alinenshimirimana5438
    @alinenshimirimana5438 3 ปีที่แล้ว +1

    ❤️❤️❤️❤️❤️❤️

  • @ericsindayihebura9985
    @ericsindayihebura9985 3 ปีที่แล้ว

    Uy muns abantu buriy indege pole vrtm kuk habay akavuyo keshi abarundii bafis akavuyo kuburofaaa .
    Ahubw jew mbona bomuh izina Fara day😜
    Harih Hospital yitwa Francine niyosaba

    • @kekeclaire5177
      @kekeclaire5177 3 ปีที่แล้ว +1

      Ivyuvuze ubona bisa🤣🤣🤣🤣 nuk nawe batarabigukorer🤣🤣🤣🤣🤐🤐

    • @jeanmariendayishimiye9659
      @jeanmariendayishimiye9659 3 ปีที่แล้ว

      Iyo ni jalousie

  • @موزاالموازاني
    @موزاالموازاني 3 ปีที่แล้ว

    Wubahwe kbx iz camera 📸 zs niwow

  • @NITUYIMANAElvis
    @NITUYIMANAElvis 9 หลายเดือนก่อน

  • @francinendayishimiye4804
    @francinendayishimiye4804 3 ปีที่แล้ว +2

    Ba Francine twubahwe

  • @carinemanirambona2708
    @carinemanirambona2708 3 ปีที่แล้ว

    None uyunumuhungu canke numukobwa?

  • @omanawabi6817
    @omanawabi6817 ปีที่แล้ว

    👍👍👍👌👌👌👌👌

  • @kumurundi3743
    @kumurundi3743 3 ปีที่แล้ว +1

    💥

  • @ismailsteve8594
    @ismailsteve8594 3 ปีที่แล้ว +1

    Content za maana

  • @dfinafriga9863
    @dfinafriga9863 3 ปีที่แล้ว

    Numunezero ugeretse

  • @ndayisengahabibu242
    @ndayisengahabibu242 3 ปีที่แล้ว +1

    Nduwambere ndagukundsaana

  • @bigdream830
    @bigdream830 3 ปีที่แล้ว +1

    Tunda la juhudi

  • @sunlightmediatv7671
    @sunlightmediatv7671 3 ปีที่แล้ว +1

    abanyakavuyo gusa

    • @kekeclaire5177
      @kekeclaire5177 3 ปีที่แล้ว

      🤣🤣🤣🤣🤣

    • @esperance5371
      @esperance5371 3 ปีที่แล้ว +1

      Zanivyawe ztarivyakavuyo turabe wagashenziwe

  • @arcangella
    @arcangella 9 หลายเดือนก่อน

    ❤🎉🎉🇧🇮🇧🇮🇧🇮🫡🫡🇨🇩🙏

  • @Nadine-rp5wh
    @Nadine-rp5wh 9 หลายเดือนก่อน

    😂😂🙏🙏🙏🇧🇮👍🤝

  • @mdoman5229
    @mdoman5229 3 ปีที่แล้ว

    🇧🇮💪✌️✌️✌️🙏🙏🙏🙏👌

  • @jhgfuggj7364
    @jhgfuggj7364 3 ปีที่แล้ว

    😃😃😃discipline yemwe 😃😃😃😃😃

  • @nshimirimanayvette171
    @nshimirimanayvette171 3 ปีที่แล้ว +1

    Ba journaliste vrai kajagari

  • @aaaaa2440
    @aaaaa2440 3 ปีที่แล้ว +1

    Congratulations ❤❤❤❤

  • @imleen3909
    @imleen3909 10 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤