ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Bon travaille mr Le Ministre
Urakoze mutama wacu muri intwari Imana ibakomezee muriko muradutunganiriza ahenshi hatandukanye
Mutama wacu ukomere gufasha abenegihugu nabandi bagukureko akarorero Imana ibakomeze cane turahimbarwa nibikorwa mukora
Nyakwubahwa uri kukivi,samuragwa kuba yarakwizeye ntiyihenze nagato,Imana ikomeze kumuha ubwenge bwo gutora abolomazo,tutabakeje
Urumugabo uvuzukuri hamwemwobandanya Burundi bwoterimbere mwibuka namara yabantu kwageramiwe
Murakoze nyakubahwa .ariko bituma umuntu yokwibaza ati:ivyo vyose vyabaye abarongoye mairie batigeze babimenya????birashoboka ko batari babizi,kumbure umushikiranganji akabatanga kubimenya.kuko iyo babimenya bari kuba barabihagaritse umushikiranganji atarahigerera.
Murakoze
Muraduhe numero za WhatsApp tuze turabatera akamo
Komera mutama wacu! Twari tunyoteye abantu nkamwe!!
Mukomeje muriyo nzira igihugu cacu kizoshika kure maze gahunda za leta mvyeyi,leta nkozi zibe ukuri imbere y'abenegihugu .
Ville ya Bujumbura irakeneye isuku.
Bibandanyije muri 3 ans bazobona ico bakoze ko batataye umwanya!
N abo batatu bahawe amasezerano bakubuze aho hantu buri mugoroba
🎩
Nimwirambire mutama witeka umukama aguhe amagara meza ubandanye imirimo yawe yogutunganiriza abarenganizwe noguhagarikira amategeko🙏🙏🙏
Leta mvyeyi koko mukomere kwibanga ibi nivyo twari tunyotewe
Muri mukazi kabisa
Ramba reta mvyeyi yacu
Wubahw
Terimbere mutama uvuga ukuli