#Burundi

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 5 ก.ย. 2024
  • Gukarihiriza ubwenge abasirikare bakora mugisata c'ubutungane kubijanye n'amatohoza ku vyaha biba vyakozwe hamwe n'ishirwa mu ngiro yavyo ni bimwe mubiri munyigisho ziriko zihabwa abasirikare b'ipete zo hejuru bakora mu gisata c'ubutungane bwa gisirikare kuva kuri uyu wa 24 gushika kuwa 26 Rusama uyu mwaka. Izo nyigigisho ziriko zibera ku murwa mukuru wa politique i Gitega, zikaba zatunganijwe n'ishirahamwe NTABARIZA rijejwe gukurikirana agateka k'abanyororo n'imiryango yabo rifadikanije n'igisirikare c'Uburundi.

ความคิดเห็น • 1