Témoignage de Tite Ndayisaba / Torturé en 2015
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 29 ก.ย. 2024
- Arrêté et détenu arbitrairement en Août 2015, Tite Ndayisaba a subi des tortures morales et physiques.
Yahagaritswe, anafungwa hadakurikijwe amategeko mu kwezi kwa Myandagaro umwaka wa 2015, Tito Ndayisaba yarahohotewe.
Sous-titrages français
Spécial Témoignage
Parcours : Une série de 50 émissions
Abonnez-vous à notre chaîne sur TH-cam : bit.ly/2MCpJNQ
Rejoignez-nous sur Facebook : / renaissancetele
Suivez-nous sur Twitter : / rtvrenaissance
😂😂😂😂
Kazungu yakoz amabi menshi.
Elifas aguma agaruka
😊😊😊😊
Nne icumba hatabona mwe mwabonye amaraso gte🤔🤔🤔🤔🤔
Genda mwabicanyimwe
Ico nico kibazo weee uronse?
Abo bagesera 😢😢Imana irababon
Abo bakwiciye ubuzima bazopfa nabi muntu.birababaje iyaba bari baziko uwicisha inkota azicishwa iyindi.Imana ibahore
Wihangane mugenzi nuyo elifazi uhura yidegemvya nkaho muburundi ntampinduka p
Izibwa zaba cndd nimisega nabokuba mwishamba ntabwo arabo kubana n'abantu ariko ntaco Imana yo irashoboye na nkurunziza yarampfuye mwese muzopfa nabi na adolphe yaragiye kandi muzopfa nabi nkuko mwica abandi
😭😭😭mu Burundi ntampinduka twiteze kiretse ko abo bicanyi bazoja mu muriro utazima.
Mpore mwene wacu lMAna niyo izodukura kwabobicanyi NGO nabajejwe umutekano turabahemba tukabambika bakadushimira mukutwica
IMana idutabare none baje gutwarira abahutu gusa yemwe kwari nyamaswa
@@dorismugisha9859 oya nawe ntuzane ivyubwoko.none badya birigw baratabwa mur rusizi nabatutsi gusa??je ivyubwoko ntibibindaba kuk twese barajaniranya.ninkifyisi niy itagira umugenzi.ariko tweho nuko tugize amahirwe bakazoduta nomurayo mazi. Umus batumaze bobo bazobura ikibatayo basangukire ku musozi
ubutungane ntibwiteze gukora ubu kiretse cndd fdd itembagaye , bazobazwa ! kandi ngo uvumwa nabenshi ugatotata . ni ibivume sabantu
Weho wabyemera cg se utabyemera nta butabera wabaha.
Nugushima Imana kobatakwishe nabo Imana izobahe impera bakwiye
Wahakuwe n'Imana uzokwame uyizigira naho urikimuga
Mpole mugenzi ,Imana irahora ihoze.
birababaje ccane gose . pole pappa mwiza , Imana izoguhoza, yoo. bakwiciye hejuru
Ewe burundi wabaye amamvi
Ninde yoshobora kumenya igitigiri nyezina cabishw guhera 2015?ni nka 20 milles personnes.imbere yuko babandanya bavuga inzirakarengane za 1972, n'aba bizokunda ibitigiri vyabo bije ahabona.rizokwitwa génocide de 2015? l'histoire nous eclaircissera
Ntawovyemera
Mutazanye
Ivyemeza
Kuku
Ububeshi
Bwanyu
Burarenze
Cane
Ivyuvuga
Ntibisiguritse
Genda mwabicanyimwe
Wew urinkabo ntiwovuga nkivyo utarimuribo gusa Imana izobahorera mwese mwababaye
@@blaiseniyondiko4720 nabicanyi reka bazopfa nabi Imana yo irema izobereka
Uri mubishe wewe niyaba ata kigongwe ufise !
Amede
Kazima wambaye ibumba