ความคิดเห็น •

  • @marierosenizirazana4610
    @marierosenizirazana4610 4 ปีที่แล้ว +11

    Imana ishimwe ko warokotse. Abaguye muri ivyo bintu Imana Ibakire. Ariko ntibigasubire mw'izina rya Yezu.

  • @manmahuna1160
    @manmahuna1160 3 ปีที่แล้ว +2

    Pole sana ncuti.
    Espérons k notre chère patrie izokira ubwo bujuju bw'indyane z'amoko

  • @felixbigirimana435
    @felixbigirimana435 4 ปีที่แล้ว +14

    Personne n'a choisi de naitre hutu ou tutsi , s'il vous plait lutons que la justice soit fete au Burundi , a toute les victimes de barbarie humaine perpetree dans notre pays.

    • @ritza3452
      @ritza3452 3 ปีที่แล้ว

      Iyaba ubutungane bwa kora bwigenga kandi bwubahiriza amategeko ntakibazo tuba dufise uyu munsi

  • @candidembayahaga5026
    @candidembayahaga5026 4 ปีที่แล้ว +3

    Imana yarakuzigamye urarondera uyo yahuye jevelo umubwire kowamuhariye

  • @ahimunatube7497
    @ahimunatube7497 3 ปีที่แล้ว

    Mpore Mugenzi. Imana ishimwe ko ugihema

  • @francoisen6755
    @francoisen6755 2 ปีที่แล้ว +1

    Umuntu wense, yari umuhutu, yari umututsi, yatotejwe ahorwa ubwoko, nukuri mubabariranire niho nimana izodukiza uyu mugera witwa ubwoko. Jewe ntabintu vyishi vyomuburundi nzi, ndiko ndaba amadocumataires bivuye kuri Ikiganiro Ninde mperutse kuraba bakinye, berekana kera abazungu bataratera igihugu bagatandukanya abigihugu. Ndazi ko bitoroshe kubabarira uwahwiciye umuntu wokumutima kandi mwahora murabagenzi, musangira. Ndabasengera mwese imana ibahe gukomera muri Yesu/Yezu Kristo. Amen.

  • @WwddffDdssaa-rq3xu
    @WwddffDdssaa-rq3xu 5 หลายเดือนก่อน

    Imana ishimwe ndumva 😢😢 bitari vyoroshe nukuri. Pore. Sana imana iracagufiseko umugambi nukuri

  • @Jb-zc4kv
    @Jb-zc4kv 4 ปีที่แล้ว +4

    Mon frère,pole sana

  • @sylvainininahazwe8024
    @sylvainininahazwe8024 4 ปีที่แล้ว +4

    je suis totalement resté muet. quel cruauté. le diable en personne

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 4 ปีที่แล้ว +9

    None nigute umuntu yiyumvira kwica uwundi kandi nabo bazopfa? Birababaje nugusenga Imana ituronse gukundana no kugiriranira ineza

  • @rutembesashabikumi2282
    @rutembesashabikumi2282 4 ปีที่แล้ว

    Kibimba nahandi nkaho abarokotse bageze murikaminuza barakaye cyane ndabyibuka kuko nimuribo havuyemo abihora kandi nigaga muri campus bamwe bateguye kwica abahutu twiganaga kugeza ubu memoire yanjye inyibutsa aba twiganye banapfuye nabi gusa jyewe umuntu yamburiye kuva muri campus byabaye narahavuye naho narumututsi wumunyamahanga,
    Iburundi nibarekeraho babane basangire enough is enough kwihorera 72 bimaze 15 ans barekeraho rero

    • @basaboseberahino7351
      @basaboseberahino7351 4 ปีที่แล้ว

      RUTEMBESA uvuze neza cane ivyabaye mumashule menshi voir dans les ecoles secondaires wasanga bitumwa kenshi n'abanyeshule bihorera kukuko abo iwabo batemwe nabahutu mu caro canke baje bava muri ayo mashule nka KIBIMBA ....BUKIRASAZI.....nahandi henshi habaye ubwicanyi burobanuye.
      Par contre aba yeshule barokotse Petit seminaire de BUTA kubera umuvukano bari basanganywe abasigaye bose bagumye bafatanye munda kanatsinda ni ivyitegererezo vyumuvukano.
      Ndababazwa caaaaaane ninyifato nagasuzuguro gakorwa na CNDD-FDD abayitegeka bakanategeka igihugu nibo bantu bazi combien ibihe biha ibindi none raba imbuto bariko barabiba bongera babagarira bakibagira ko abazosoroma ivyamwa vyazo ari barya bana babo nkuko uyu munsi hariho abantu bariko barazira amakosha yakozwe n'ama generations batanazi🤷‍♀️
      Inyandiko ntizifutangana qui vivra verra☹

  • @stanleyvanpersieirakoze4039
    @stanleyvanpersieirakoze4039 ปีที่แล้ว +1

    Est ce que murabona ukuntu abarundi abafise Calibre faible!Murabona ukuntu abarundi bihutira kwemera ibinyoma vraiment.N'igute umuntu yo kubwira ngo wice umuntu ukamwica. Tu peux voir combien ideology ikomeye cane gusumba ibindi birwanishoo.Felix mpore kabisaa wihangane ndababaye,Wihangane Yesu aragukunda niyo mpamvu yakurinze agufiseho umugambii munini cane. Stay strong man! you are not lucky but loved by God through Jesus Christ.

  • @kwizerayves6692
    @kwizerayves6692 4 ปีที่แล้ว +1

    Pole sana bwana Felix

  • @perfectpeaceandlove4329
    @perfectpeaceandlove4329 3 ปีที่แล้ว +1

    J'espère que les dirigeants de ce lycée ont été poursuivi en justice.

  • @fabricegakima2641
    @fabricegakima2641 3 ปีที่แล้ว

    Imana isumbingabo,

  • @egidendikumana3025
    @egidendikumana3025 4 ปีที่แล้ว +4

    Ababaturiye ntaco babarusha kuko nabonyene barahiye k'umutima . si bazima kubaho ukarinda upfa ukora amaraso si urupfu ruto. Umuvyeyi wabo gahini yabaraze umwuga mubi.

  • @user-ce6pz9uw7d
    @user-ce6pz9uw7d 3 หลายเดือนก่อน

    Gilbert ni mon frère baruhiye kumwica 😭😭😭😭

  • @sebastienberengercoulibaly8879
    @sebastienberengercoulibaly8879 ปีที่แล้ว +1

    😭😭😭😭oh mon Dieu

  • @tiumuganwakazi7166
    @tiumuganwakazi7166 3 ปีที่แล้ว

    MANA weee tubabarire.. abantu twarabaye ibikoko 😭😭😭 none nkabakoze ubwo bwicanyi nyimba bakiriho burya barasinzira neza???
    IMANA ibababarire abakoz amabi murirya myaka yose

  • @jeandedieunindagiye1422
    @jeandedieunindagiye1422 4 ปีที่แล้ว +7

    Bizarrement aba DD ntibigera bavuga muri 93 kobatemye abantu , bavuga ivyo muri 72 . 🤷🏽‍♂️🤷🏽‍♂️. Mugiheta twahakuwe nimana muri 93 .

  • @AdelinHasabumutima-ks3vs
    @AdelinHasabumutima-ks3vs 2 หลายเดือนก่อน

    Twihangane abantu twahuye nivyo bibazo.yesu azoduhanagura amasozi twarize.nimibabaro twatewe.

  • @nsengiyumvacecile590
    @nsengiyumvacecile590 4 ปีที่แล้ว +3

    IMANA yarakoze kukuzigama 🤔🤔🤔🤔🤔

  • @odettekamariza3522
    @odettekamariza3522 4 ปีที่แล้ว

    Birababaj ark nukwihangan hm Imana ishimw kub ukir muzima

  • @francisgisore1739
    @francisgisore1739 3 ปีที่แล้ว

    Yoooo Mana we abantu bagira uwo mutima mubi ndenga kamere.bikwiye nko bahanwa

  • @Axcelbrillant1.
    @Axcelbrillant1. หลายเดือนก่อน

    Mwihangane imana numuvyeyi kandyi ababikoze nabo nabantu bazovyishurwa imana ibandanye iguha imigisha

  • @igiranezadidace5504
    @igiranezadidace5504 3 ปีที่แล้ว

    Imana uzobibabaz abobose bakoze amabi imana irababona

  • @tysemunezero6195
    @tysemunezero6195 2 ปีที่แล้ว +1

    Murakwiye Guca Ubwenge Kweri. Jew Mbay Mumahang Igihe Kitarigito.Burya Nasanz Abarundi Baraturoze.Ikintu Kiranga Ubwoko Nindimi.Ntarurimi Rwigitutsi Nurwigihutu Ndinger Nunva Muburundi.Basha Unva Ndababwire Mwikebuk Muce Ubwenge.Nibuka Umuzungu Umwe Niwe Yigenz Kutubaza.Ati Non Ko Twunva Hari Intambara Iwanyu.Muvuga Indimi Zingahe?Twaramaramaye.Muve Ibuzimu Muje Ibuntu.Mwigishe Abana Banyu Ko Muburundi Atamoko Ariho.

  • @niyoruremagloriose4849
    @niyoruremagloriose4849 4 ปีที่แล้ว +3

    koko imanga ntimarira Imana!!!
    abo nabo berekanye ubuntu, Imana izovyibuke
    nawe Felix, Imana yarashatse kubaho,
    kurokoka ubwo bukoko birasiga ubwenge
    Imana iragahora iratabara

  • @irutingaboisaac7673
    @irutingaboisaac7673 ปีที่แล้ว

    Mujyaza mudufasha tubashe ku downloading ibiganiro byanyu

  • @alineingabire8881
    @alineingabire8881 4 ปีที่แล้ว

    😢😢😢😢😢😢😢😢

  • @user-op8ff8ts6o
    @user-op8ff8ts6o 8 หลายเดือนก่อน

    Aravumwe uwowes yakoze ivyo bintu ni wamashigikiye Wes kuko azo vunagugwa giturumbuka aragura gitabara kuko ivyo bakoze arubu nyamaswa

  • @bizimanatherrence8581
    @bizimanatherrence8581 11 หลายเดือนก่อน

    Abashitse i Mwaro twagiye kuhashika 5h du matin ya le 22/10

  • @nkunzimanadonatien7050
    @nkunzimanadonatien7050 7 หลายเดือนก่อน

    Impande zose zarabuze, mais vyose bifise iyo vywzanye mubisanzwe ntakaburimvo.gikuru nuguhariranira kumpande zose

  • @user-vs5iz6nb3m
    @user-vs5iz6nb3m 7 หลายเดือนก่อน

    Ok

  • @tharcissenimpagaritse3537
    @tharcissenimpagaritse3537 ปีที่แล้ว

    Temoignage

  • @karangwa2315
    @karangwa2315 ปีที่แล้ว

    urwango hagati yamoko muburundi no murwanda ruturuka he ko birenze ubwenge bwumuntu

  • @petroniegriggs9268
    @petroniegriggs9268 3 ปีที่แล้ว +1

    Mana y uburundi Tamara ayo maraso yasesetse ntapfe ubusa uburundi nabarubdi basigaye Barone amahofo

  • @nibitangaemmanuel2430
    @nibitangaemmanuel2430 ปีที่แล้ว +1

    Niwihangane mwana wa mama.Burya abateguye kwica NDADAYE bakwegeye abarundi akarambaraye

    • @melchiadenyandwi-tv8kz
      @melchiadenyandwi-tv8kz 8 หลายเดือนก่อน

      nibo bari bakwiye kubazwa umuriro batwokoreyemwo ,kandi bashaka gukora nkivyo muri 72

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 4 ปีที่แล้ว

    Basokuru barayamaze ngo ntukavuge nkuba kubita UMWANSI ,N'UMUKUNZI irajana.

  • @ndabaniweperusi9546
    @ndabaniweperusi9546 ปีที่แล้ว

    Poresana mwarababaye benedata ihangane

  • @mutombopatrick1292
    @mutombopatrick1292 ปีที่แล้ว

    Abahutu murahanura benewanyu babe abantu. Kuko umengo n'inyamaswa a 90%

  • @joemac7463
    @joemac7463 ปีที่แล้ว

    Ndakeney komutanga interview yabacitse kwicumu muri Université yu BURUNDI !!!!
    Mutange na interview yabarokotse kuri Athénée Royal i GITEGA

  • @basaboseberahino7351
    @basaboseberahino7351 4 ปีที่แล้ว +4

    Firmat kunyogegwa rimwe n'umutwa n'umututsi yego abakosha nubu baracakosha nyamara ivyakozwe na Firmat ntaho turigera tuvyumva uretse muri genocide y'urwanda sinumva rero ngena hari uwo bari gusangira urugendo gwo guhanwa ni kwa kubembereza kwa batutsi nyene arikwo kuzobagezayo.
    Ubu ivya numa nume ntabigihari Felix weeeeeeh umututsi aricwa ugwagashinyaguro izuba riva nyamara nkuko ubivuze buraca bugacana ayandi kandi ingwe ntiyarizi gufatira ku gakanu yarigishijwe.
    Ico mbona co amahoro aracari kure nkukwezi mu Burundi

    • @nancyina5241
      @nancyina5241 4 ปีที่แล้ว +1

      Humura: Nkuko uvyivugiye, "Buraca bugacana ayandi". Ivy'iyi si, uwutabizi aravyiyitirira. Arko guhinduka, ni akanya gatoyi cane imbr y' Imana. Humura pe! Dufise Imana!

    • @mugishaannick867
      @mugishaannick867 4 ปีที่แล้ว

      Muburundi génocide ntiyabaye 93?

    • @ritza3452
      @ritza3452 3 ปีที่แล้ว

      ICO KIBAZO KIBAZWA BUYOYA UYU MUNSI.
      UMUHUTU UMUTUTSI UMUTWA A LA FOIS.
      NONE UBU NIWE BAGEZE KO

  • @user-yp6yu7wg9k
    @user-yp6yu7wg9k 5 หลายเดือนก่อน

    Sabahutu bicagusa ew sinabatutsi bica sinabatwa abantusatanagereyemwo bose babababi shitaniniwese wibibi

  • @belysekajambere9576
    @belysekajambere9576 ปีที่แล้ว

    Ooh mn Dieu tabara abarundi bafis imitima mibi kubera ivyo babonye kubera abazungu twikebuke basha twbw turi bamwe nukuri ni Satan

  • @landryruberintwari1316
    @landryruberintwari1316 4 ปีที่แล้ว

    Iryo namba atari ihonyabwoko n'iki??

  • @philotheenibigira4988
    @philotheenibigira4988 ปีที่แล้ว

    Twararyanye turi bamwe

  • @user-vv4ij6ul2k
    @user-vv4ij6ul2k 4 หลายเดือนก่อน

    Pore sana uzokira wewe

  • @deobiho
    @deobiho 4 ปีที่แล้ว +2

    Ikindi kintu nokwama nsaba canke mpanura abarundi : ni kuki nta numwe avuga inkomoko yatumye turyana hagati yacu ? Erega hari na bahutu bakorewe ivyonyene mubindi bice vyu Burundi...
    Rondera intango yavyose iyo vyatanguriye n'uwabitanguje.

    • @emmanuelbaribarira1381
      @emmanuelbaribarira1381 2 ปีที่แล้ว

      Inkoronko nubebeshi bwabacoloni

    • @niyonkurublaise7998
      @niyonkurublaise7998 ปีที่แล้ว

      Mbega ivyo vyabaye imbere y ubwicanyi bwabereye kuri université y.uburundi?canke vyabaye inyuma? None ivyabaye kuri université vyakozwe n.abande?

    • @carinemanirambona2708
      @carinemanirambona2708 8 หลายเดือนก่อน

      Genda ubibaze urabazande se ivyokuri university yuburundi avuze ivyiwe ubwo umunyamakuru nabona nabandi azobabaza.

    • @carinemanirambona2708
      @carinemanirambona2708 8 หลายเดือนก่อน

      Ntube warabibaza marehemu Nkurunziza siho yize mbere yuko ajamwishamba.

  • @user-uq8fh4fr6i
    @user-uq8fh4fr6i 2 ปีที่แล้ว

    Felix umucamaza imana ukorera ibibanza wihangane vyose nisatani wabikize

  • @ndabaniweperusi9546
    @ndabaniweperusi9546 ปีที่แล้ว

    Bagomba kubashinga kwibiheko vyistinzi nkakumwekwamicbero bimwevyastirugwa nandadaye abantubakikangura baribasinziriye nkibijuji

  • @juiffkwizera413
    @juiffkwizera413 3 ปีที่แล้ว

    Aka nakaga kagwiriye uburundi ikibabaje nuko abari kubutegetsi bavuga ivyo bigombeye

  • @jeannshimirimana3955
    @jeannshimirimana3955 4 ปีที่แล้ว +2

    Reta nitugirire imbabazi iganire nabahunze iryo bara ntirizongere gusubira kabisaaa...

  • @eric7321
    @eric7321 4 ปีที่แล้ว +2

    Ces sauvages sont encore là?ou ce sont eux qui continuent à massacrer les Burundais

  • @tonchimagnus1124
    @tonchimagnus1124 4 ปีที่แล้ว

    Wewe wari umwana ico gihe ntavyo wamenya ivyo bakuru bawe bategura,

    • @ritza3452
      @ritza3452 3 ปีที่แล้ว +1

      Amaherezo amahoro azosasagara mw izina rya yesu

  • @ramseynshimirimana9252
    @ramseynshimirimana9252 4 ปีที่แล้ว

    Wewe ushaka gutunganirizwa. Natwe Micombero habarugira na Gaciyubwenge ivyo badukorerye my Buhonga ntituratunganirizwa ihangane natwe turihanganye twe twabuze abavyeyi incuti nabavandimwe. Nimitungo hababara uwakozwemwo

    • @africanqueen9452
      @africanqueen9452 3 ปีที่แล้ว

      Aravuga témoignage y’ivyo we nyene yaciyemo, vuga nawe ivyo na wewe nyene wabonye.

    • @josephinegahugano6148
      @josephinegahugano6148 3 ปีที่แล้ว

      Vyumvikanako,abantu bapfuye mubwoko bwose.nubu umuzungu adukoreyeko akiriko.kuko abarundi benshi bagendana ibikomere vyinshi vyintambara.

  • @ubuzimabwaclaudine9798
    @ubuzimabwaclaudine9798 4 ปีที่แล้ว +1

    abararundi mwarabatesi nigute mwagira abasirikare ntibabatabare nukuri ubu mwizeubwenge ntimwayabaraga

    • @thierryhabonimana7742
      @thierryhabonimana7742 4 ปีที่แล้ว +1

      Uvuze ukuri, nta genocide ishoboka igisoda kitabaye complice. Abasoda b'ico gihe nabonyene barafise ico babazwa!!

    • @cestlaviecestlavie4073
      @cestlaviecestlavie4073 3 ปีที่แล้ว

      Claudine Murekatete • abo basirikare nabo bari baracits'intege kubona Butoya yari yaragurishije igihugu 😏

  • @nsengiyumvajeanmarie
    @nsengiyumvajeanmarie 3 ปีที่แล้ว +1

    Renaissance bamutanga n'ibiganiro kubahutu bacitse kwicumu

  • @qc5clickclick558
    @qc5clickclick558 4 ปีที่แล้ว +1

    Mbega urashobora kuja mumwaka w'umunani utazi izina ry'umukuru wigihugu??kandi baraye bakereye izosi,Hanyuma abaje gutera Hopital Military nibande k'abatwara bari buzuye iguhugu aribo bari bafise inkoho. Sha urabesha .

    • @modrikenlybruno5295
      @modrikenlybruno5295 3 ปีที่แล้ว

      Kbs nyene arahabesheye ahohantu, kuko icogihe ubushobozi bwari bufiswe nabatutsi, Nimbwa naho yarokotse kuvugako ataho vyagiye ivyakirya gihe,,,, Nashime Imana kuko yavuye ahakomeye

  • @felixbigirimana435
    @felixbigirimana435 4 ปีที่แล้ว +2

    Mbega igihu mugihugu c'uburundi igisoda carihe 1993 genocide des Tutsi?Ndabasavye muze muntohoreze mumpe inyishu. Birabaje.

  • @ndorerejeanclaude2538
    @ndorerejeanclaude2538 4 ปีที่แล้ว +5

    My God. Le progrom de Kibimba a été le sommet de la barbarie qui avait été enseigné depuis longtemps! Dommage que les réalisateurs du monde entier ne produisent pas un film pour montre cette Shoah à la Burundaise qui n'a jamais été relayée par les médias du monde! A Gishubi, Buhiga, Butihinda, Bukirasazi,....Bugendana,....c'était une chasse à l'hoe. Et la communauté Internationale préfère parler de guerre civile alors que le rapport des Nations Unies S/852/1996 parlent exactement de génocide exécuté sous la supervision des cadres du Frodebu.....!

  • @apongofestus338
    @apongofestus338 4 ปีที่แล้ว

    Watusi watu wabaya

  • @alesnema9596
    @alesnema9596 4 ปีที่แล้ว

    Ivyo ndanizi cane duhungira murwanda abahutu abasida babatutsi baraturasa urusasu runfata mukiganza none nanje ndikimuga ibintu ntazibagira vyambayeko nfise imyaka14

    • @ritza3452
      @ritza3452 3 ปีที่แล้ว

      Njanye nawe uvuga ko utazibagira ko bakurashe ukaba ikimuga.
      Uyo nawe ngo yaribagiye ko bamuturiye bisigura ko abo barikumwe bahasize ubuzima bo yabibagiye kera!!!@

  • @deobiho
    @deobiho 4 ปีที่แล้ว

    Abanyeshure 1000 muri internat imwe ? Igihumbi???
    Cameraman: twereke inkovu ya Javelot ku kuguru yavuze !
    Sinanse ivyo uvuze kuko twese twarabibayemwo Abahutu Abatwa Abatsutsi twese twarononewe ,ariko urugero rwokuvuga iyo rurenze urugero bica biba bitesha agaciro témoignages zawe...

    • @francinendayambaje4728
      @francinendayambaje4728 4 ปีที่แล้ว

      Unviririza utekane

    • @patpatson9201
      @patpatson9201 4 ปีที่แล้ว +2

      Gilbert est un ami et il habite aux USA, sa version des faits irasa cane nivya Félix !
      Gilbert a montré ses cicatrices, mais je salue la pudeur de Félix !
      Ico gihugu caravumwe kabisa!

    • @africanqueen9452
      @africanqueen9452 3 ปีที่แล้ว

      Reka kumusonga!

    • @cestlaviecestlavie4073
      @cestlaviecestlavie4073 3 ปีที่แล้ว

      none yokwibeshera 🙄, canke ni wewe wayimusutse ko 😏

    • @rosengendahimana5651
      @rosengendahimana5651 2 ปีที่แล้ว

      Bk

  • @nsengiyumvajeanmarie
    @nsengiyumvajeanmarie 3 ปีที่แล้ว

    Ngo uwitwa président ndadaye ngo boba bari bamwishe???sha urantwengeje!!!wahavuye usanga iyonkuru atariyo?

  • @claudinendayikengurukiye84
    @claudinendayikengurukiye84 4 ปีที่แล้ว

    😂😂😂😂

    • @estellaniyonzima9377
      @estellaniyonzima9377 4 ปีที่แล้ว +2

      Utwengejwe Niki?warimwo mubabikoze

    • @ritza3452
      @ritza3452 4 ปีที่แล้ว

      N umuriro uri muri gihenomu urababaza gusumba.

  • @bwejeri2353
    @bwejeri2353 4 ปีที่แล้ว +1

    Mr NIYONKURU FELIX warakoze kuvuga ivyakubayeko ariko washizemwo ububeshi bwinshi> 1. Uvuga ko umugenzi wiwawe yaguteye javelo kukuguru ariko ugashobora gusiga abari babategereye igihinga. 2. Uvuga ko bagukubise ubuhiri bwo mumutwe kikaba kibaye igikomere cakabiri ariko agashobora kubasiga. 3. Uvuga ngo President yariyatowe ngo ntawe waribwumve ngo ntimwari mwemerewe kuraba TV . None bari babujije kuraba TV wewe gusa kw'ishure ryose? 4. Uvuga ko bazanye ingunguru y'igitoro ngo babasukako nkakurya umuntu yoga douche baca babaturiza n'ibibabi vy'imikaratusi muri munzu. Wewe uwogushira munzu akagusukako igitoro cuzuye ikirahuri gusa burya worokoka? 5. Uvuga ko babatwaye kuvurirwa muri Hopital Militaire ngo baca baza kuhatera ngo babicireyo. None ivyo ubibwira abatahazi canke ni ukurosha inkuru? NASHAKA NDAKUBWIRE KO IVYO UVUGA UBIVUGA KUGATWE KAWE NTAMUTUTSI YAGUTUMYE. TWEBWE ABATUTSI B'IBURUNDI TUBANYE NEZA N'ABAHUTU.

    • @patpatson9201
      @patpatson9201 4 ปีที่แล้ว +1

      None Tuhabonye Gilbert nawe yarabeshe ko bavuga bimwe? Canke uvyanse kuko utavyiboneye n'amaso yawe?

    • @ellamuco8779
      @ellamuco8779 3 ปีที่แล้ว +1

      Ntiyabeshe kuko Imana iyo yashatse kukurinda nah borasa ntupfa

    • @rosengendahimana5651
      @rosengendahimana5651 2 ปีที่แล้ว

      Bk

  • @meddyme1795
    @meddyme1795 4 ปีที่แล้ว +2

    Abahutu banany ubugome nubu ntibizabavamwo kuko imana yarabavumy nkagahini

    • @brightonbrighton8671
      @brightonbrighton8671 4 ปีที่แล้ว +1

      Bon depart Tele buyoya.hanyuma kandi muzotubarize ntibantunganya nawe atubwire ukuntu yacitse ubwicanyi bwahitanye Ndadaye na bamwe muba ministers biwe. na Kandi numva ko na NEVA yoba yaracitse ubwicanyi kuri university of Burundi muri 1994.nawe nyene muzomutumire atubwire uko yatorotse

    • @dorismugisha9859
      @dorismugisha9859 4 ปีที่แล้ว

      Yoooo numu oncle wanje nawe yacitse kwicumu ngira woba umuzi Felix yitwa selaman ubu aba mukanyosha lMana ishimwe komwarokotse

    • @dorismugisha9859
      @dorismugisha9859 4 ปีที่แล้ว +1

      Bama bavuga NGO abahutu barishwe 72 mbega 93 kobatavuga kobishe abatutsi gushika nanabu bakibanyuruza lMana itabare

    • @marieroseirakoze528
      @marieroseirakoze528 4 ปีที่แล้ว +2

      Aho woba ujaniranije ubugome si ubwoko kuko hari abameze neza de mon cas . À mon école , j'étais sauvé par un hutu .D'ailleurs, je lui remercie toujours monsieur jean De Dieu qui était directeur du collège Bukirasazi.

    • @josephinegahugano6148
      @josephinegahugano6148 3 ปีที่แล้ว

      Sindumuhutu mais,ntuvuze neza nukuri.ntamurundi n'umwe lmana yavumye,ntanuwutonye ku Mana.icaha Nico kibi mugenzi.naco,yaba umuhutu canke,umututsi yaragikoze,lmana yeze abarundi mugenzi.

  • @carinemanirambona2708
    @carinemanirambona2708 8 หลายเดือนก่อน

    Mpore Mpore twahaburiye abana bakiribato batazi ayomoko babaziza ntawakoze amaraso atazayabazwa mbere bose barapfuye.