Ngabo babarundi barara amojoro kugira uburundi buronke imbuto n'ibitungwa birobanuye/Inguvu za ISABU

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 2 ต.ค. 2024
  • Ngabo babarundi barara amojoro kugira uburundi buronke imbuto n'ibitungwa birobanuye/Inguvu za ISABU
    ‪@NtareRushatsiHouseTV‬
    #diaspora #ubuzima

ความคิดเห็น • 28

  • @diagfinamix1861
    @diagfinamix1861 ปีที่แล้ว +24

    Ababona ko Gael akwiye agashimwe fyonda like ngaha ndabe abamwifuriza kuduzwa agaciro aho muri.

  • @samuelbitariho
    @samuelbitariho ปีที่แล้ว +1

    Télévision de l' année : UMUKUBITO De Gaël!!
    Abemeranya nanje , like

  • @regismfuranzima6312
    @regismfuranzima6312 ปีที่แล้ว

    Gaël barakwiye kuzoguha agashimwe uri umu jeune akora ibintu bikenewe mw' iterambere ry' ivyiyumviro,nta yindi TV online noraba atari Umukubito TV .

  • @rankss1659
    @rankss1659 ปีที่แล้ว

    Gael ndi umurundi yemera ibikorwa vyanyu kuko usanga vyerekeye ibibazo abarundi bakunda kwibaza. Iki coco kije kirenza. Wubahwe !

  • @MéthodeNgendankazi
    @MéthodeNgendankazi 11 หลายเดือนก่อน

    Ndabaramukije Hama nigute umuntu yoronka igitungwa muri isabu?

  • @ferdndayi
    @ferdndayi ปีที่แล้ว +1

    Wow! Muri Isabu kbsa ibikorwa birivugira. Bandanya muteza imbere igihugu bavukanyi

  • @jeanneumutesi9617
    @jeanneumutesi9617 ปีที่แล้ว +1

    Gael ww urazi inumbu ni nkore😂 buduha contact za bantu bariko bateza imbere igihugu kuko ngo imitwe ikora ikoranye

  • @NishimwePacifique-fs2uo
    @NishimwePacifique-fs2uo ปีที่แล้ว

    Wubahw ivyibuhir

  • @desireniyukuri5725
    @desireniyukuri5725 11 หลายเดือนก่อน

    Uwoshaka ivyo vyunyunyu yobironka gute? Kwisoko birahari nkuwobikenera yobironka

  • @JesusmarieHakizimana-ig3oe
    @JesusmarieHakizimana-ig3oe 11 หลายเดือนก่อน

    Murabahanga cane

  • @hatungimanarichard1031
    @hatungimanarichard1031 ปีที่แล้ว +1

    Gael ikosa ukora ni uko udatanga numerz'abobantu utwerekao

    • @lepresi6673
      @lepresi6673 ปีที่แล้ว

      🔥 yeah il donne jamais les contacts, sinzi ngira ni jalousie

  • @nahimanafiston6518
    @nahimanafiston6518 ปีที่แล้ว

    Ikiganiro nigito p mwagihaye iminota mike

  • @geremanikongendakuriyo
    @geremanikongendakuriyo ปีที่แล้ว

    Mwiriwe.komera

  • @Steph_Marley
    @Steph_Marley ปีที่แล้ว

    Umukubito best tv online in town ub s town gus no mr intérieur urahafise nkee ubikora fureshi sanaaa na cameraman yikosoye aratwereka utuntu n utundi congrats san kbx🙌🙌🙌🙌

  • @giftuwiragiye7697
    @giftuwiragiye7697 ปีที่แล้ว

    Juste I personally think you are the best because you cover all the sectors

  • @mugishatherence20
    @mugishatherence20 ปีที่แล้ว

    Gaël bon courage kabisa uriko uritanga cane

  • @twororeturimekijambere5491
    @twororeturimekijambere5491 ปีที่แล้ว

    ubikora neza cane mpwemu✌🙏🙏

  • @uwimana8584
    @uwimana8584 ปีที่แล้ว +1

    Nimukure ubuguruguru ngaho mwabagamw 😂izombuto mugwiza kwatazo turabona muca muzishirahe?mwoduha akarorerero kimbuto mumaze gutanga mubene gihugu?

  • @NjejimanaEnock-mm5si
    @NjejimanaEnock-mm5si ปีที่แล้ว

    Impwemumbi ,,🤦🤦

  • @paulinndagijimana2744
    @paulinndagijimana2744 ปีที่แล้ว

    Uyu numuntu w’umugabo cane!! Ramba ramba 👊🏾

  • @febronieemerimana406
    @febronieemerimana406 ปีที่แล้ว

    Umutaturo kuyind mpwemu

  • @nirenganira8433
    @nirenganira8433 ปีที่แล้ว

    Mbonye intama gusa

  • @adolpheniyibizi4252
    @adolpheniyibizi4252 ปีที่แล้ว

    Ibigore ndashaka 50kgs zisega..