Umu DIASPORA yahevye EUROPE agaruka kurima//Nabayeyo imyaka 20//Bose bambona nk'umusazi//Imigambi

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 3 ต.ค. 2024
  • Umu DIASPORA yahevye EUROPE agarutse kurima//Nabayeyo imyaka 20//Bose bambona nk'umusazi//Imigambi
    ‪@NtareRushatsiHouseTV‬ #diaspora #ubuzima #burundi

ความคิดเห็น • 143

  • @lydinoirakoze3184
    @lydinoirakoze3184 ปีที่แล้ว +3

    Akazi ni keshi kabisa 'ahubwo abakozi twabaye bake.Gaël Respect sana 👏👏👏

  • @africanlegacytv6621
    @africanlegacytv6621 ปีที่แล้ว +12

    Gaël kabisa waje hageze ukora ibikora inka apana yama TV online yirirwa akora ibitajanye courage UMUKUBITO wacu,ariko umfashe umpuze n'a Christian ndagusavye pee

  • @cedricrukundo7229
    @cedricrukundo7229 ปีที่แล้ว +2

    Mon Frere gr merci nawe uri kukazi kbxaa mukwerekana Burundian gream

  • @remyniyirera7341
    @remyniyirera7341 ปีที่แล้ว +3

    Gael uriko urabikora neza cane le type christian twariganye Kandi iki kiganiro kiranyespiye caaaane Big up Mbaya 💪🏿💪🏿💪🏿💪🏿

  • @josephdukundane4004
    @josephdukundane4004 ปีที่แล้ว +3

    Très intéressant et instructif. Courage

  • @filsemmaflox9354
    @filsemmaflox9354 ปีที่แล้ว +7

    Ibiganiro ninkibi rero vyunguka🙌apana ivyo kudutesha umwanya..

  • @NikuzeMariechantal-zh8ul
    @NikuzeMariechantal-zh8ul 9 หลายเดือนก่อน

    From Rwanda. Ndagukunze cyane. Kbs. Nange ndi gushaka gukora igikorwa gokomayanyije cy' ubuhinzin, ubworozi

  • @BURUNDIB
    @BURUNDIB ปีที่แล้ว +12

    Abarundi bariko bakora ibintu bidasanze cane kandi nugukomeza cane ❤❤❤❤

  • @AgaciroMediatv257
    @AgaciroMediatv257 ปีที่แล้ว +3

    Umukubito cousin of AGACIRO MEDIA

  • @Imana2021
    @Imana2021 ปีที่แล้ว +3

    Nkikintu ca black solders nikintu cogeza ahantu heza kubworozi bwinkoko,biboneka ko buriko burahomba kubera ibiryo vyazimvye

  • @pascasientandikiye9911
    @pascasientandikiye9911 ปีที่แล้ว +4

    Basha Cibitoke ni Sawa aba diaspora bagiye kuyiteza imbere. Uwu niba ntihenze abaye uwa kabiri umukubito atweretse. Abo mu zindi ntara none tubaye abande ? 🙆

  • @steveizere5157
    @steveizere5157 ปีที่แล้ว +8

    Ndabndanya kugira icizere kundoto zanj kumwe na GAEL. Much respect bro 🙏🤝 kubatumire badukuza ugum utuzanira.🇿🇦🇧🇮🇿🇦🇧🇮🇿🇦

  • @donnar3790
    @donnar3790 ปีที่แล้ว +10

    Kudos Kudos Christian, Keep being an inspiration , natwe turiko turabigirako

  • @GermaineKabushemeye
    @GermaineKabushemeye ปีที่แล้ว +4

    Aba diaspora dushishikare, duteza imbere igihugu cacu, ni twebwe tuzokora, Aho abandi baga rukije

  • @hosewebtv77
    @hosewebtv77 ปีที่แล้ว +2

    Cameraman asubire muri formation,aguma akamera visage yumuntu aho kwerekana ibiriko bisigigwa,none amajambo barayaraba canke barayumva?

  • @freddynzeyimana5453
    @freddynzeyimana5453 ปีที่แล้ว

    Bravo Chritien, ndashaka kuvugana nawe, ndafise ikibazo nshako tuganirako

  • @dondiellairishura3919
    @dondiellairishura3919 3 หลายเดือนก่อน

    Amahoro mwakoze kukiganiro mwaduhaye,muduhe numéro zowo mu chef tuzomuyagishe

  • @promoterndayi6377
    @promoterndayi6377 ปีที่แล้ว +5

    Ikiganiro kiradufashije Big up Gaëlle

  • @NAHARUGIRAGordien
    @NAHARUGIRAGordien ปีที่แล้ว

    Mukomere kabisa, ibiganiro nk'ivyo biratwigisha cane. Ariko caméraman yikebuke, aze aratwereka vyinshi. Christian courage kweri

  • @Nickojunior
    @Nickojunior ปีที่แล้ว +2

    Komera komera ivyiza bikomeza kwiyongera Imana ishimwe

  • @niyonzimafelicien8560
    @niyonzimafelicien8560 ปีที่แล้ว +2

    Waooooo,muraciyubwenge kabisa

  • @janviermanager4887
    @janviermanager4887 ปีที่แล้ว

    hejuru cane Christian 🔥

  • @mosimba2665
    @mosimba2665 ปีที่แล้ว +1

    Muturonse contact zuyu mushingantahe

  • @melanceniyongabo3298
    @melanceniyongabo3298 ปีที่แล้ว +1

    je suis intéressé, ko mutashizeko numero zuwo muntu ngo tumubaze ko yotugirira consultance

  • @leonidashatungimana3644
    @leonidashatungimana3644 ปีที่แล้ว +4

    ndabay motivé xana kabxa

  • @JeanMarieSABUSHIMIKE-j8b
    @JeanMarieSABUSHIMIKE-j8b ปีที่แล้ว

    Turipfuza kumwigirako.duh contact ziwe

  • @fidelebizimana6324
    @fidelebizimana6324 ปีที่แล้ว +1

    Ego ukonukuri avunze

  • @paccyndihokubwayo5163
    @paccyndihokubwayo5163 ปีที่แล้ว +4

    Boss boss boss much respect broo ndakumva caane boss🤣

  • @AmbitiousTheo
    @AmbitiousTheo ปีที่แล้ว +2

    Dukeneye ibiganiro nkibi vyishi 🙏🏾👍🏽

  • @tijorico7906
    @tijorico7906 ปีที่แล้ว +3

    merci beaucoup brother ,,,natwe turi mu mahanga,,ngaho i Burundi hari ibikorwa vyinshi vyo kwiteza imbere ,,kandi aba diaspora twatanguye investissement mu Burundi,,,aliko nukuza kuba mu Burundi ,,kuko abagukurikiranira ntibikunda ,,nukuza kuri terrain ,,maze tuje ku kivi,,,

  • @ManoOsvaldo
    @ManoOsvaldo หลายเดือนก่อน

    Ni mwereke bamwe batwenga Never avuzeko ubworozi bwinsanzi bushoboka kandi harimwo agatubutse

  • @mireilleirabibona127
    @mireilleirabibona127 ปีที่แล้ว

    ndatangay baguma bavuga ko pomme muburundi zitahaba kumbe zirahaba?mrci ibiganiro nivyo kweli

  • @bakanibonasinai3012
    @bakanibonasinai3012 ปีที่แล้ว +4

    Gaël uriko ugira ibiganiro vyiza kandi bishobora kwigisha abatari bake. Courage!

  • @samhage2478
    @samhage2478 ปีที่แล้ว +3

    Big up Chris!! Ibikorwa byawe bimeze neza kabisa!!

  • @royitv21
    @royitv21 ปีที่แล้ว +1

    Good work bro christian Rugeregere iwacu kugatumba uriko ubikora safi

  • @KALAMULLAHTV
    @KALAMULLAHTV ปีที่แล้ว +1

    Njyewe nkunda ibikorwa byawe peh🇷🇼student 🇸🇦

  • @hervegontran2559
    @hervegontran2559 ปีที่แล้ว

    Ewuaana👌

  • @bertrandhobayo7197
    @bertrandhobayo7197 ปีที่แล้ว +2

    Tuba dukeneye abantu nkabo

  • @salvatorkaburundi3222
    @salvatorkaburundi3222 ปีที่แล้ว +2

    Bravo, tera imbere
    Bravo nawe mumenyeshamakuru kudushikiriza amakuru yerekeye iterambere👍

  • @elogebigirimana5972
    @elogebigirimana5972 ปีที่แล้ว +2

    Bandanya muduserukira .kandi Imana ibajimbere kweli 🎉

  • @eliudbahema3401
    @eliudbahema3401 ปีที่แล้ว

    Keep it up please!!!!

  • @alineharerimana647
    @alineharerimana647 ปีที่แล้ว

    COURAGE COURAGE

  • @emmanuellairambona3749
    @emmanuellairambona3749 ปีที่แล้ว +3

    My brother bandanya uyo murongo wokutwereka abari kukivi
    Ariko uze uraducishirizamwo n umukozi w imana MBAYAHAGA adutwenze atwigisha kandi
    Keep it up bro

  • @isaiendayiragije6391
    @isaiendayiragije6391 ปีที่แล้ว

    Just Gael ndagushimiye kwicokiganiro.mwompa numéro yiwe?

  • @innocentbangirinama5008
    @innocentbangirinama5008 ปีที่แล้ว

    Brother ndagukeje kweli niyo naza ngaho muhira nzoza kuraba ivyo vyiza terimbere 🇧🇮🇧🇮🤣🤣😂😂😂🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🙏🙏🙏🙏

  • @ElOramé-m7g
    @ElOramé-m7g ปีที่แล้ว

    Mwaramutse Canke Mwiriwe Bivana Naho Mubineye Ikibazo Canje Umuntu Yobabona Gute Kugira Mumuhe Inyigisho Kubijanye Nubworozi

  • @besttv6224
    @besttv6224 3 หลายเดือนก่อน

    Mahoro cane
    Mwishobora kuduha numero z uwo mu papa?

  • @clovisjunior6261
    @clovisjunior6261 ปีที่แล้ว +1

    Umuhushuro respect gael nibiganiro vyawe biranyubaka kbx

  • @EugenePapa-ox5jy
    @EugenePapa-ox5jy ปีที่แล้ว +2

    Shalom shalom mukomeze gutera imbere muri vyose Imana ibongere umugisha nanje ndipfuza kuzobagendera nkiga mukanyogera ubumenyi mwoba mukoze

  • @twororeturimekijambere5491
    @twororeturimekijambere5491 ปีที่แล้ว +1

    Indotoyanje ndabonanisawa ahubwo munyamakuru bandanya ugendera kenabo

  • @muvunyindahayomartin2661
    @muvunyindahayomartin2661 ปีที่แล้ว +1

    Uyu mugabo ndamukunze kuko afite inyigisho nziza

  • @JeannetteManirambona-o6m
    @JeannetteManirambona-o6m ปีที่แล้ว +1

    Komera gael ibiganiro nibi bidutera intege

  • @dondiellairishura3919
    @dondiellairishura3919 3 หลายเดือนก่อน

    Amahoro mwakoze kukiganiro mwaduhaye,muduhe numéro zowo mu chef tuzomuyagishe

  • @EricNdayishimiye-eo9pj
    @EricNdayishimiye-eo9pj ปีที่แล้ว

    Biranezerey kuko haribintu bishasha
    Vyiterambere gusa iconobasaba
    Nuko mwonsaba umutekano igihugu
    Kuko shetani ndaziko ntabiryoheregwa
    Arik imana ibajimbere muhezagigwe

  • @PierresPerfect
    @PierresPerfect ปีที่แล้ว +3

    Merci beaucoup Umukubito...

  • @KanezaArlène-e2u
    @KanezaArlène-e2u 8 หลายเดือนก่อน

    Merci de cette partage kabisa Juste Gaël noshobora kuronka contact zuyo mworozi diaspora please thanks

  • @abdouluwimana9098
    @abdouluwimana9098 ปีที่แล้ว +1

    Christian komera kbx uterimbere kandi turaje tukurahureko ubwenge kuko ndabona wotwiza vyinshi

  • @luckymbonye4183
    @luckymbonye4183 ปีที่แล้ว +2

    Turikumwe twese birashoboka
    Gael please gute mwoturonsa num ziwe please

  • @iidd6782
    @iidd6782 ปีที่แล้ว +3

    Mwirambire

  • @samkhumbula5303
    @samkhumbula5303 ปีที่แล้ว +2

    Wow that's amazing movie

  • @JeanneHakizimana-r4f
    @JeanneHakizimana-r4f ปีที่แล้ว

    turakeney mubanze mutwereke aho mwaciye natwe tujeyo turonke umutahe

  • @Mireille-austin
    @Mireille-austin หลายเดือนก่อน

    Gaëlle nkeneye uko wampuza nuyumuntu niba yompa nimero yiwe

  • @crispincesarnshimirimana8689
    @crispincesarnshimirimana8689 ปีที่แล้ว +1

    Cameramani inomusi ntiyriw kbx hriho ibic muvug imbere ynyu ntvyerekne

  • @BertinWirwanda
    @BertinWirwanda 2 หลายเดือนก่อน

    Uyu mugabo namukunze cyane 🇷🇼 🇷🇼 🇷🇼

  • @فهدالشمري-ر2ي
    @فهدالشمري-ر2ي ปีที่แล้ว

    Nanje nzoza kwiga ubworozi ndabukunda cn.

  • @Grace-bt6si
    @Grace-bt6si ปีที่แล้ว +1

    WoW bravo mon frère umugambi mwiza cane 💪🏽

  • @NtirenganyaAdrien-ir4gp
    @NtirenganyaAdrien-ir4gp ปีที่แล้ว +2

    Courage mon frère nukuri numva arivyiza ibivyirwa birafasha numva URI hafi yimuhira nzoza kwiga

  • @papiennekataye8049
    @papiennekataye8049 ปีที่แล้ว +2

    Big up Gael. Ukora ibiganiro vyubaka.

  • @nkezimanathadee7433
    @nkezimanathadee7433 ปีที่แล้ว

    👍

  • @NestorMinani-mv2tp
    @NestorMinani-mv2tp 10 หลายเดือนก่อน

    Uyo mutama kl ni nuwakarorero kubijany nukworora ndetse nibindi! Nabandanye

  • @MelchiadeNdayikeje
    @MelchiadeNdayikeje 11 หลายเดือนก่อน

    Ww

  • @arielchavez4507
    @arielchavez4507 ปีที่แล้ว +1

    Gaël ibi biganiro nivyo tub dukeney kbx, courage à vous

  • @cayden_the_entertainer
    @cayden_the_entertainer ปีที่แล้ว +4

    MERCI Gael bandanya uzana ibiganiro bigirira Akamaro urwaruka nivyotuma IGIHUGU cacu gitera imbere

  • @mvmezerosamira3960
    @mvmezerosamira3960 ปีที่แล้ว +1

    Ikiganiro ciza. Nize vyinshi

  • @neemanibizi9043
    @neemanibizi9043 ปีที่แล้ว

    Ikiganiro ciza caane cungura ubumenyi. Uyumu papa arugurutse nkumwihisha pe

  • @ElOramé-m7g
    @ElOramé-m7g ปีที่แล้ว

    Umuntu Abakeneye Yobasangahe Canke Muduhe Inimero Zanyu

    • @bingwabingwa
      @bingwabingwa 5 หลายเดือนก่อน

      Gael ntakunz gutang nimero y'umutumir ashaka kurinda kumucako

  • @guess-je9ch
    @guess-je9ch ปีที่แล้ว +1

    Ewana iyontama ndayibuka ni garde du corps wawe hhhh

  • @jafarikarikurubu8123
    @jafarikarikurubu8123 ปีที่แล้ว

    Umusaza Christian

  • @jeanneumutesi9617
    @jeanneumutesi9617 ปีที่แล้ว +1

    Arashoboye courage mon frere gusa nakunze Inka ziwe pe

  • @ikorinezaarmella2286
    @ikorinezaarmella2286 4 หลายเดือนก่อน

    Uwo mugambi niwo

  • @CharlesBukuru-u2e
    @CharlesBukuru-u2e 8 หลายเดือนก่อน

    Muhezagirwe pe

  • @JustineNizigiyimanajustine
    @JustineNizigiyimanajustine ปีที่แล้ว +2

    Mbayuwakabiri

  • @niyomutabaziisabelle3053
    @niyomutabaziisabelle3053 ปีที่แล้ว +1

    Gaël uratubesha ntibaheba baraza bagasubirayo kuzana inoti

  • @hategekimanamariespeciose5701
    @hategekimanamariespeciose5701 ปีที่แล้ว

    Gael urikubikora neza Jewe uyu mupapa nzomusaba angirinama ingene nokworora Ifi niyanyemerera

  • @louisniyokwizera7251
    @louisniyokwizera7251 ปีที่แล้ว

    Cameraman arahara aguma akamera umuntu hakwerekana ivyo nariko barerekana yikebuke

  • @marie-paulemunyembari1503
    @marie-paulemunyembari1503 ปีที่แล้ว +4

    Bravo bravo Christian ! Bandanya uter'imbere wongera wigisha n'abandi 🙏🏿🙏🏿🙏🏿 Well done!

  • @vyisijean7065
    @vyisijean7065 ปีที่แล้ว +1

    Terimbere nivyiza

  • @cheillaingabire9846
    @cheillaingabire9846 2 หลายเดือนก่อน

    Wouuh ❤

  • @فهدالشمري-ر2ي
    @فهدالشمري-ر2ي ปีที่แล้ว

    Courage cn ham Umukubito turipfuzako wozotemberera Imuyiga tukabona izo Pomé.ibiganiro nkibi nivyiz cn

  • @akimanaesther7535
    @akimanaesther7535 ปีที่แล้ว

    Gael felicitations ku biganiro vyiza
    Tugiye gutera imbere kabisa
    Nawe Christian uri umugabo abushitse wiyumviriye neza cane

  • @ericakimana5015
    @ericakimana5015 ปีที่แล้ว

    Pp1 z

  • @ChchaNkuru-cj2fw
    @ChchaNkuru-cj2fw ปีที่แล้ว

    Jew nzoza umpe imbuto za pomme.kandi courage
    Gusa cameraman waapi siw.nne ubu yaje gu caméra ik koko?

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 ปีที่แล้ว +1

    Mon Pays🇧🇮
    Mon Peuple
    ✊🏾🎩

  • @sindayikengeracelestin5444
    @sindayikengeracelestin5444 ปีที่แล้ว

    Vyiza caane.
    Gusa camera ntiyerekana neza ibikenewe. Yerekana kenshi abariko baravuga aho kwerekana neza ibiriko biravugwa/ images .

  • @rosepaulabucumi918
    @rosepaulabucumi918 ปีที่แล้ว

    Gaël wakoze cane kugendera Christian tuhakuye ubumenyi bwinshi

  • @NiyondavyiDesire-bx6bf
    @NiyondavyiDesire-bx6bf ปีที่แล้ว +2

    Asante sana Gaël

  • @aimeniyomukiza1273
    @aimeniyomukiza1273 ปีที่แล้ว

    Mwoshobor kuduh number yiw

  • @RyabuyeJeanMarievianny
    @RyabuyeJeanMarievianny 11 หลายเดือนก่อน

    Gael ni number one kbs imitwe yacu iriko irakora kbs uburundi inyuma yi myaka itanu ni paradise

  • @teddyirk3357
    @teddyirk3357 ปีที่แล้ว +1

    Courage gaël

  • @guess-je9ch
    @guess-je9ch ปีที่แล้ว +1

    Courage and God keep u my Brother