Wewe uvuze ko wagiye muri etat civil aba ari mariage,ibindi biza mu nyuma bihezagira mariage.Ubu Uri umudamu,mariee a 100%.Ntimumere nka ca gihugu umuntu yaragize mariage muri mairie baguma bamubaza ngo uzogira mariage ryari,umuntu ari deja mariee,barasuzugura tellement mariage ya mairie ko babona ko atacabaye,j,espère ko meebwe bidasigaye bimeze uko
You’ve just gained a new sub😘
Thnk you😍❤️
Congratulations mwiza wanje 🥰🥹❤️nibisigaye imana ize ibigukorere
Thnk you chu❤
Ushona neza🤩est ce que urashonera n’abndii??
Merciii😍 ego ndashonera abandi
Nicubahiro ma chérie congratulations ❤🎉
Urakoze❤😘
warubereweee canee😍😍😍🔥🔥🔥
Urakoze Rachel❤😘
Jew mbere nari nkumbuye no kukwumv uriko utera inkuru💞💞💞félicitation encore diii Nella Imana ntibesha
Merci chérie wanje😍😍❤️❤️
Big congratulations🎉😍
Congratulations booboo 🎉🎉
❤🎉😂 duhe showww ntanguye gushuha nkiyitangura❤🥰
Vidéo iri funny❤ i like it
Thnk u sis❤😂
Kimwe gusa nella waruberewe kwirya kanzu weee ego vrtm ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Urakoze mwiza wanje😍
Congratulations my in law...was the best wedding ever 🔥🔥🔥
Thank u in-law.... 😊
Congratulations ❤❤❤
Thnk youuu
Nella Thank you so much turakeney abarundikaz bensh baza baraduteramisha,I promise to watch video yose uzoshirako🥰🥰
Oh❤ thank u for your kindness❤😘 nzozikora promis
@bnkazoza9972 teramira no Kuri channel yanje 🎉
@kimanaornella1472 Uri cool cane happy to find your channel. You got yourself a new subscriber
❤❤❤❤❤❤❤❤
Wewe uvuze ko wagiye muri etat civil aba ari mariage,ibindi biza mu nyuma bihezagira mariage.Ubu Uri umudamu,mariee a 100%.Ntimumere nka ca gihugu umuntu yaragize mariage muri mairie baguma bamubaza ngo uzogira mariage ryari,umuntu ari deja mariee,barasuzugura tellement mariage ya mairie ko babona ko atacabaye,j,espère ko meebwe bidasigaye bimeze uko
Ibaze vrm... Ni hatari
Twar tugumbue natwe❤ Congrats Nella wacu🥰🥰
Urakoze caane 😍❤️
Oh Kumbe urashona courage nanje uzoshonere a suit
Karibu sha
Ushonerahe nella??
Ndagukunze cane 💖💖 tesa tesa my nella
Urakoze❤️😍
Waruberew canee nella wacuu🥰🥰❤
Urakoze caane ❤️😍😘
Ndagukunda njye ntuye murwanda wanyigishije ukunu bediting
Urakozeee❤️❤️❤️ nzobikorera vidéo ndabibereke
Xngrts m chch❤❤❤
Thnk you ❤😘
Vyari bitesa❤
Merciii😍😘
Félicitation ❤
Merciiii😍
Tesa reo nella wnj❤❤❤
Merciiii😍😘
😂😂😂😂nella wee 😂😂😂😂😂
😂😂❤
Wow nije nari nsigaye mukunzii
Félicitation
Ndagukunda 🥰🥰🥰❤️❤️❤️
Cane Imana ibandany kukundabir ryiza
Ooh thnk you chr wanje❤
😂😂😂😂😂Karabaye
😂😂😂❤
9ans!?? Sh yar uwisezerano kbs💯
Ego sha🥺❤️
Ndakunz uko uvuga umengo ni walda
Pe wari wambaye neza kbsa 🫡🫡
Urakoze 😍
Video
❤❤❤😂😂😂
Bzu m chch
Bisouu😘❤
Xngrts m chch❤❤❤
Thnk u dear❤😍😘
😂😂😂❤