Niwakunda ikiganiro twakoranye na ANNY INGABIRE, ugende kumushigikira kuri TH-cam Channel yiwe 👇🏽 youtube.com/@ingabireofficiel?si=RfIgo2aojm82uaxs Merciiiii❤️❤️❤️🥰🥰
Any none nyokuru wawe ntashobora kuba kuri centre 9:18 min ?????????????????? Hosy ati waba kuri centre basi? Any nawe ati oyaa ati naba kwa nyokuru wanje......... none nyokuru ntashobora kuba kuri centre????
Niwakunda ikiganiro twakoranye na ANNY INGABIRE, ugende kumushigikira kuri TH-cam Channel yiwe 👇🏽
youtube.com/@ingabireofficiel?si=RfIgo2aojm82uaxs
Merciiiii❤️❤️❤️🥰🥰
C’est
Urakoze kuduha pageyiwe
Hewe uyu mukobwa kumbe numurundikazi waooooo nimwiza peeee
Mwaro ntabujinga dukunda bavuga bareka songa mbere sha Anie &Hosy nous sommes fières d’être mwaroées🦾🦾🦾
Sha naho papa yambujije abanyamwaro ndabona nzohava mbatizwaa kbxaa ::murondera cash kubi ...muri créative ..ntakeka ndazi twovyara akamana ❤
Nico gutuma mukunda amahera mukamenya kuyarondera Mwaro mwubahwe 😂😂😂😂😂😂
ooh ba Inankuki tumenyane😂barabimbwira kera nkirirwa ndarira ahwiii
J'apprécie cette bonne émission avec Anny
Yoooo!!! Murandyoheye kuko nsanze muri nabavuga butumwa vraiment Hama Yesu Abanezereze
Mbaye uwambere munyihere twatuntu😁😁
Wooow uruwa grav cause you be you and all..thats amazing
Abanya Mwaro tumenyane. Anny wiwacu courage inoti tuzirondere na mpaka
Mpole Anny kuko kuba utabanye nabavyeyi bose birababaza kandi nigikomere, courage rero ejo hawe niheza cane.hamwe nogusenga Imana izoguha umuhoza.
Mwaro oyeee turatwika
I mwaro hava abana báshyushye turarenze ❤❤❤
Hosy wangu Komera kwi jambo kbs uragerageza kutuzanira abantu bagezweho,Anny uraciye bugufi kwel hejuru cane,Hosy nawe ur mwiza cane usaneza
Kukuvuga biguha umugish tera imbere
Courage sh Anny mwaro iwacu hubahwe✌️✌️
Uwi Mwaro iwacuu❤
Anny ruguru niheza cane ndunva urahemera cane kandi nivyiza
❤❤❤ozi ndagukund san mwubah n'Anny
Any turagukunda mwaro hejuru ❤❤❤
Mpole sha Anny ntaco tu es belle intelligente et benie.❤
Aaanamumenye.niyubahwe.❤❤❤❤❤❤
Anny nanj ndashak kubamumurwi wogukina mwobikunda
Tiktok live zirahemba bien🎉🎉🎉❤
Kuri 31:27 haranteye ikigongwe. Any ndakwipfurije umugisha, no kugira urugo rwiza
Anny wacuuu🎉🎉🎉 my❤️🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Imwaro niheza havuka maman ndahakura umugore
Imwaro hejuru ❤❤❤❤ cne
Dico naze yige vrmt 😂😂 uyumuvyeyi aranyemeje
Nukuri u r so cute uranryohera cane
Nkunda akajwi kiw❤❤
Anny nkunda ukuntu uvugisha ukuri
Anny nimwiza gusumvya knoless
Anny ndagukunda ntiwiyemera
Annie vrt araciye ubwenge ibintu ntari nibaza.Umukama abandanye akwagura mwana numva uri na humble
Beautful ❤
Uyu mwanaa arasa nezaa pee!
Kumb Nelly Nat avuga vyo, inkuru ziw aba arizo.kkkk ivyo yamuvuzeko vyos nivyo
Eka naho basa na Knowles kabisa.Gusa Anny ni mwiza vywe nkuko n'a Knowles naw ari mwiza vyiwe.
Muribeza sana ❤❤
yatunyoteje nadusukemwo izo film tumoshorere. ikirezi nkico tworeka kumurabira ibintu.
Inkukii c la beauté
Ndabikundir❤❤❤
Elle est trop belle😘
Mwaro hava abakobwa beza bitahuye kandi bakundana ntawobiharira ivyo
Narinziko ARI umunyarwanda kumbe numurundikazi???
Yooo tubaye batatu imwaro hari abakobwa beza kandi babasilimu cane
Anny sh 😍
Créatif😛😀😀
Courage sha Anny❤❤❤❤
Ko utatubarije Any ivyo yize muri kaminuza?
Wapii ,,ntibas,Bose nibeza,ariko ntibasa caane
Any none nyokuru wawe ntashobora kuba kuri centre 9:18 min ?????????????????? Hosy ati waba kuri centre basi? Any nawe ati oyaa ati naba kwa nyokuru wanje......... none nyokuru ntashobora kuba kuri centre????
Iwacu imwaro
Annie nigi cherie❤
Ntabuhanza ufise ahubwo ufite uruhanga rwabaganwa sivyabose
Nne k War waratevy kumuzana?
Ndamwikundira
Vrt umez bo Anny
I mwaro abana baho barashushe kweli kandi nibeza mubimenye.😂
2:16 2:27
Vuga kowitwa Anita apana Anny 😂😂
😂😂😂😂😂😂
None Anny kuciye uvuga ubutumwa bwiza
❤❤❤
❤❤❤😊
Murasa rata👌👌👌👌
Mbayuwakabiri Arik ntatwatuntu nshaka😂 nimugire subscribe kuri siren tuu❤
😂😂😂
Hosy uraducanga😂😂kubisanzwe uva he ww?ukoranye ikiganiro n’abany gitega uwo munsi uba uva i gitega nawe.ubu ivy’i mwaro bije gute se kandi?
Nanj narimaz kuvyumv k av igitega
Gitega:Aho yavukiye
Mwaro:iyo papa hosy avuka
Cibitoke:Aho yakuriye
@@careneirakoze4956 oooh👍
Wumve wumve wewe mufana.
Sinshaka Like, oya nshaka mukore abonnement kwa Anny Ingabire hamwe na Siren vibes tv kuma chaînes yabo ya youtube.
Amazina ari kuri ID nayahe none???uretse ayo yokuri rezo sociaux
ndakunze ukuntu anny wabanje kugira formation apana amateur
❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
😂😂😂
Anny ruguru niheza cane ndunva urahemera cane kandi nivyiza
Uwi Mwaro iwacuu❤
I mwaro abana baho barashushe kweli kandi nibeza mubimenye.😂
❤❤❤
❤❤❤❤❤
❤❤
❤❤❤❤