Me again love form Rwanda 🇷🇼❤ gusa ntago najyenda kakubwiye gal you have to open the shop cause you're super talented please you have to iyo dress iramvugishije
Yoooo nella nciye ndayikunda iyo kanzu 🥰🥰🥰🤧 kuko ab tailleur benshi barakunda kubesha ko bazi gusona ibintu naho shwiii..... Joyeux anniversaire kuri Mama Ornella 🌹🥳
Urafise umugisha wumuvyeyi
Love from Rwanda 🇷🇼
Thank youuuu❤️🫶🏽
You're talented 🫡
Thank you 😍
Ikiyeri Cy'ubahwe stt !!! Much love frm Kigali dear
😂😂😂 thnk youuu🫶🏽😍
Ngo untumiy murubanza uba wikwegey akarambaray 😅😅😅😂ndapfuyeee
💀😂Egoo
Ubuse ntiwakwihangana ukamywera murugo koko gukunda inzoga bigezaho naconikibazo
N’ikibazo cande? Ubwo nusanga ataricawe… ucureke nyenikibazo azinwere aho ashatse 😊
Ndagunda vlog zaee😭❣️
Urakozeee🥹❤️🫂
Ndashaka kubona uko ushona naho ushonera,uragira vidéo
Nzobikora chuchu
Ndagukunda ❤❤❤
Urakoze caane🫂😍
Ndi mushasha wanyakira ga chou😂😂❤
Karibu mwiza mumuryango😘❤️❤️❤️
😂😂😂😂😂😅😅😅😅😅😅😅😅 ishugweee rya l'année passée 😂😂...ahwiiii
Ibaze💀😂
C'est une maman pas du tout ordinaire nukuriiii😅😅...n'amahigwe l'avoir shahuu
Macherie😂😂wew uranyica nomwisoko akayeri❤❤😂
Inyota yarinyishe😂🤦🏽♀️
Sha kukayeri turahuza nzokuraba tukaywe hama nkeneye num yawe
Ingo Instagram ndaziguhe Gloria! Hama nukuri tuzosangira vrm
Iyo tussu wayiguriye he?
Avenue de la mission
😂❤
Uzoze urakoresha muri fleur d'or barazimbutsee gose kandi baragira livraison uzorabe IG yabo fleur dor bdi
Ooh d’accord… je m’en souviendrais ninasubira gukoresha amashurwe
Nihh exactement ?
I love youuu❤❤❤❤❤
Nivyiza sha kunezereza umuvyeyi ukimufise
Egoo😊
Ndashaka kubona uko ushona naho ushonera,uragira vidéo
Nzokora iyo video 😘
Urashona pe ninza nzagushorera
Urakoze. Karibu
Jew MBA numvaa tworaba vlog yawee imisii yosee 😂😂 ndagutuye uburyoo usanga iryoshee ☝️😂 Ornella ❤️
Rek kumbwira 🥹merciii bcp🫂
Oe Nella ahant hose agacupa kizwaaa😂😂😂😂
Gsa ufis umwete mukooo😅
Apana bisanzwe Dia😂
Be consistent girl. Love your vlogs 😘😘
Hey thank youuu🥹❤️😘
Me again love form Rwanda 🇷🇼❤ gusa ntago najyenda kakubwiye gal you have to open the shop cause you're super talented please you have to iyo dress iramvugishije
Hey chu.. ndacavyigaho,I have to! Kuko ndacafyina cane💀😂🤦🏽♀️
Love from Rwanda 🇷🇼❤❤
❤❤❤❤we ndakwemeraa ntiwigera wirengangiza ka mamy
Yoooo nella nciye ndayikunda iyo kanzu 🥰🥰🥰🤧 kuko ab tailleur benshi barakunda kubesha ko bazi gusona ibintu naho shwiii..... Joyeux anniversaire kuri Mama Ornella 🌹🥳
Urakozeeee😍😍😍😍❤️❤️❤️❤️
I loveeeeee the outfit you made for your friendd , your black outfit as well uratesaa vmt
Awww❤️❤️ thank youuu….🫂🥹
Mpa numero yaw Nella mzoze unshonere nanj
Nyandikira Instagram chu. @Habimana-ornella
Waruberew vrt🤌👌😘
Urakoze 😍😍
Nukr mama waw n ubu aricimerey nkaker 😂😂😂ndamukunda nukr
Uramuzi??? 💀😂😂😂
Wauuuhhhh nyimb ari ww wishoner ni bon bisanezaa knd waruberew, mugabo ikirato wambarany ikanzu ntibijany sinz mugab sorry
Merciii shaa… Hama sinarigutwara ikirato ca crayon ruguru. Ico conyene nico cari kumbangukira murirya misozi
Singisiba ngaha
Karibuuu caaane😍❤️🫂
Ndaryohegwa na vlog zawe
Urakozeeee😍❤️🫂🫶🏽
Hama ndabaze bague iry yomur carton igurwa angahe?please mumbwire❤
Ooh sinabajije prix malheureusement
Slt ndakener kuzoshoner impuz ya marriage pls
Hey salut… nyandikira Instagram tubivugane
🥹🥹🥰bir cute ukuntu maman akund ama fleurs 🌹 ahubw tuzoz turamugurir par mois 🥹 aze arahindur
🥹🥹❤️❤️❤️
Bisouuuuus hama shirako um yuwo mu fleuriste 🤣🤣🤣🤣
😘😘😘❤️
Ndagukunda gose cane cane ukunt ur proud nikiyeri❤😂
💀😂😂😂😂❤️
😅❤❤❤❤
❤❤❤ Nella narakubuze kur Instagram mbwira uko handitseko hm kukayeri ka midi❤😅😅😅
Chu Nitwa Habimana Ornella ❤️
@@kimanaornella1472 merc
Chouu jewe ndagukunda ndashak ko uzonshonera 😒
Urakoze mwiza… karibuuuu
Bite narakubonye mukibenga muri fête ya cousin wanje salim basha urarushe vrt🎉
U mean ndashushe I think? 😄…. Egoo shaa niyo narindi. Thnk youu🫂
@@kimanaornella1472 (urashushe)Nashatse kuvuga ko utesaa sana
😂😂😂😂
Tumenyane please
Avec plaisir 😍
Maman wawe sha niki buchu buchuu waouhhh Nella Love you❤❤❤From Kamenge😂😂😂😂😂
Nigi chérie goose😂😂and merciiii de sa part 🫂😍❤️… thank you too kubwanje mwiza 🫂❤️
@@kimanaornella1472 wumvengo turagukunda Imana ibandanye ikuja imbere🙏🙏🧡💜💛❤💚
Ameeeen 🙌🏽🙌🏽🙌🏽
Urafis talent yugushona nella.ndagusavy ubibandanye
Egoo sha nzobibandanya !!! Merciiii😍
🎉
3:34
Joyeuse anniversaire pareillement merci 🤣😭🤣
💀😭😂😂😂😂😂😂🤣 sinari navyumvise 😫😫😫😂😂😂 ndapfuye nintwengo
Beautiful woman 💕💕💕💕
Thank youuu❤️❤️❤️
Uraz gushoner abahung
😂oyaha malheureusement
Ndisabiye uzompe ishugwe nanj Sha Nella🥰
😂😂😂 urayakunda nawe?
@@kimanaornella1472 caaane! Nkanakunda aka🍻naw 😂basi un jr tuzosangire ! Nukuri nisanze nkukunda,nkunda ningne utivuruga 😘
@@annociatteniyonizeye5489egoo shaa tuzicarana one day nukurii😍😍😍 urakoze mwiza❤️
Pls ce n'est pas classe umu dame Anwa ikiyeri vrt essaie yo kubihebaa c'est vrt moche
Nticokunda
Wigiyeh gushona
Nokumenyeshako atamuntu numwe yigeze abinyigisha… c’est bizarre 🫠🫠😂😂 jusqu’ici mes proches baracumiwe!
Number one ☝🏾
Thank you😍
Nella ndagusavy uzonshonere plz
Karibu😂
Nella iyo talent yogushona kumenga ntubushaka kubikora nkakazi walahi ugomba kumenamwo imitahe ugakora atelier nini❤
Wabibonye nawe? 🤦🏽♀️ ndacavyiga ndabeko nobishiramwo ubu sérieuse 😅