ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Mutama Tres Honorable ivyo bintu yavuze bijanye na Education yabivuze neza cane kandi ni ukuri 100/100.Nugusubiramwo ivyirwa bigahinyanyurwa muriyo ntumbero yabivuzemwo❤❤❤❤❤😊
Nyakubahwa aho mukuri watanze intigisho nziza cane gose ngirakamaro.
Uyu mutama avuga neza nimumumpere amashi👏👏👏
👏👏👏👏👏👏
Birumvikana Cane Vyukuri Mutama Mwubahwe Cane
Urakoze ku impanuro. Ikibazo: ko hari radio ikinda kuvuga ko ushaka gusimbura Neva, nibyo koko? Nyabuna uzamureke kumurwanya kuko ni Umugabo nkunda kandi ndabo ahubwo wamufasha mukagorora Igihugu kikazamuka. Murakoze!
Nibaza KO atarivyo nibakorere hamwe ndabakunda Bose. Imana ibazigame.
Ndamukunda mutama wacu,nagwize izo nyigisho aba jeunes turazishigikiye,❤
Uwu mutama buri gihe avuga amajambo apimye kandi y'ukuri.Respect ,Mutama
NIMWEBWE NYENE UBURUNDI BWARI BUKENEYE KUVA 1965KOMERA BATAAAMAA
Nyeniteka.turakurikirana.inyigishozawe.kandininyigisho.nzizacane.
Ijambo ryiiza cane mzee!!!
Ukuri kwose musaza
ndanezerezwa amajambo yaw yukuri
Kabisa kubuna ata nikinga kwl dukora baradukoreyeko kbs
Ijambo ry'ukuri kandi ryumvikana
Mukoreshe abafungwa mwiterambere ry ‘imyuga yigihugu nokugabanya imyaka yogufungwa nkomuri america
Bose barakenewe ku rugezo rungana. Baruzuzanya. Imyuga yonyene ntiyoteza imbere igihugu, murihenda cane.
Bien dit kbsa
Komera mutama! Wavuga p!!!
Uko vzr mzee
Nanje ndashigikiye iciyunviro
Ewe reverier murabagabo
Naho nzobumwe ❤
Ijambo ritomoye rwose.
Nyeniteka wacu ntubeshe uvuga ukuri kwuzuye
Ni ukuri
Uyumutama naho yovuga ijambo amasaha munani ntarambira
He s got a good point though 🤔
Wirambire
Uyu yarusha ubwenge babagabo bandi babayoboye
Reverien avuzeneza
Respect ❤❤
Neza cane
Ndamweye uyu mutama
Wavuga mutam ntiwavura izondime ntizikenew
Nukuri
Mpizonumero za dalcile😂😂😂 baaa
Komera
❤❤
❤❤❤
Murakoze cane kabisa.
Mutama Tres Honorable ivyo bintu yavuze bijanye na Education yabivuze neza cane kandi ni ukuri 100/100.
Nugusubiramwo ivyirwa bigahinyanyurwa muriyo ntumbero yabivuzemwo❤❤❤❤❤😊
Nyakubahwa aho mukuri watanze intigisho nziza cane gose ngirakamaro.
Uyu mutama avuga neza nimumumpere amashi👏👏👏
👏👏👏👏👏👏
Birumvikana Cane Vyukuri Mutama Mwubahwe Cane
Urakoze ku impanuro.
Ikibazo: ko hari radio ikinda kuvuga ko ushaka gusimbura Neva, nibyo koko? Nyabuna uzamureke kumurwanya kuko ni Umugabo nkunda kandi ndabo ahubwo wamufasha mukagorora Igihugu kikazamuka. Murakoze!
Nibaza KO atarivyo nibakorere hamwe ndabakunda Bose. Imana ibazigame.
Ndamukunda mutama wacu,nagwize izo nyigisho aba jeunes turazishigikiye,❤
Uwu mutama buri gihe avuga amajambo apimye kandi y'ukuri.
Respect ,Mutama
NIMWEBWE NYENE UBURUNDI BWARI BUKENEYE KUVA 1965
KOMERA BATAAAMAA