Nivyiza kubona abarundi bacu muri social media so keep up and we will continue to subscribe natwe dutere imbere. Abakinyi mugume mwibuka umuco wacu wokwambara mukikwiza especially abakobwa canke abakenyezi muma film kandi mukomeze guha IMANA ikibanza muri movie. Mumenyekanisha IMANA nayo ikabashitsa kure. Wihangane Fanny IMANA izi ibidukwiriye
Giiiirl beautiful interview👌! Ndakunz la façon dont u conduct your interviews. Vrt keep it up ! Ubaza neza , u make som1 comfortable , ntumenga ni police nka some of the journalists maz kuboma😃 ! Fanny u will go faaaar👏👏👏👏👏 # NTAHO IMANA ITOGUKURA#👂
😭😭😭Fanny wamfashe ukuboko konanje namenetse 😭😭😭😭.Ariko ndadugije ishimwe kubwintahe yawe 🙏🙏Mana niteze ukugira neza kwawe.
Fanny ndagukunda nukuri nkunda ukuntu unyigisha bivany nubuzima waciymwo umpa courage zokubona konanj ivyondiko ndiko ncamwo nzobivamwo nkakomeza urugndo je t'aim bcp 🥰🥰👍
Ndakwikundira fanny unteye kurira,Imana yaraguhanaye amarira chr hama merci hosy nawe uraga chr kanje
Mpore Fanny wanje, twabibayemwo, nubu tubirimwo, ushime Imana ko yagukuye muri uyo muriro. Baho mwiza wishimye
Courage fany mu Bukeye turakurikirana ibikorwa vyawe👍👍👍kandi ni vyiza cane
Yoooooo Lavine Ma chch ndagukunda cane shaaaa nanje ndicuza igihe nataye ndira m Niko bitegerezwa kugenda.
Wallah fanny ihangane sister wanje nkunda mwijuru hari Imanan Amen 🥰❤🙏🙌🤲❤😘
Fanny uri sympathique cane nukurii uraryoshe kurabaaa😍😍😍
Fanny uratumye naj ndira kuk ubuzima bwawe waciyemwo nibwo naj ndimwo uzusenga usengera nabandi kuk abarushe turibeshi Imana ikujimbere ukomeze guterimbere 🙏🙏💪💪
Fanny nsanze duhuje ubuzima vraiment bwa ka hise pole sana imbere niheza ma chr
Imana ninyishu yavyose ihabwe icubahiro kw'isi nomwijuru Amen. Ndabakunda cane ❤️❤️🇧🇮🇧🇮❤️❤️🇦🇪🇦🇪❤️❤️
Merci bcp Fanny kuntahe yawe,gusa ukomeze kwizera uzogera kundoto zawe.
Courage fanny nindotobushak uzozishikako gikur gusa wiyegereze Imana kk yagukuye habi
Osi faut ko Fanny umugurira i Fanta agashinga intahe yose burya ntituba dukwiye kwiganyira kko imana niyo mushobora vyose Fanny amagogwa arakaza ntakabure burya iyintabwe ntiwarikuyishikako me ndakwipfurije ndakubona hariho bureau ninjiramwo nkasanga handitse cnke galerie chez Fanny courage courage ma belle
Yooòooo? Mammy ihangane nikobimeze fannyi intahe yawe irankomeje fannyi 😘😘😘😘🙏🙏🙏
Nije ndahaz mwizakabyosha ijoro twashikayo😭😭Ndiho akomeze akwangurire imipaka ma chrie❤
Congratulations 👏👏👏👏 our Fany raba uduhe nizindi turagukunda sana
fanny nanje kweli ndagufashije kurira kubwo kunezerwa nibitangaza Imana yagukoreye
Mme Fanny Mazina yanj,j t'encourage fort!!kdi ukina film nez.
Fanny tu es très courageuse ni ukugumana agatima keza ko gufasha abandi bakaronka umunezero mu buzima
Très émotionnelle,ariko ndabigukundira
Fanny IMANA ikunyuza mu bikomeye ikagushitsa kubyo wasengeye👏👏
Ukuri kuzuye kuko imana nyikora nk'abana b'abantu
Duhe numero
@@jeenali3991 nibakwihere pee
WOUUUH terimbere mukobwa mwiza j t courage bcp.
I like watching her movies especially Urugendo movie❣️❣️❣️❣️
Congratulations Fanny 🥰🥰, you are a brave woman
Mukomezemudufatamumugongo
Umuhizikazi Phanny disi🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰ndagukunda si ibanga SHA Phanny
FANNY ndagukunda ❤ahuri uvyunve ibiganiro vyaw ndabikurikirana 💯nkwipfurij kugera kur can
W fany nzoza unyize kudandanza😋😋vuga ego kuko nanj ndashaka gutera intambwe kandi mbaye ndashima kukigoro uzogira😁
Fanny umugabo wambere wawe ndamuzi vrmt Abou yari umugabo akunda abakobwa cyane 😎😎
Fanny icombona nuko wababajwe nubuzima mpore mamn mwisi niko bimera. Rero bigukundiye uzewuguruke uvuge ubuzima bwawe bwose kandi bizogufasha kuruhuka mumutima Ariko mugihe utarabivuga nukuri bizokugora gukira ivyo bikomere. Rero Inama nokugira nuko wokwibohora ukivura😓Hama Imana ikomeze imirimo yamaboko yawe.
Courage Fanny dufise imana ihindura ibintu bigatuma aho waririye uharirimbira.
Ntaho Imana itokura umuntu kandi ntanaho itomushikana.ndamwifurije kubandany ater'imbere
Wooow Imana ni nziza, congratulations Fanny & bon courage
Yoo ndafashijwe ntakuntu noronka numéro ya fani nanje? Ko nshakako twobonana vmt
Très émotionnelle comme moi😪😪😪😪
I LOVE U
Moi aussi
Fanny Lavine much love 😘💕💕
Fanny keep on..Imana ninziza
Hosy waberewe 😘😘😘
Fany ndagukunda cane gose kandiiii gooooooseee
Courage kweri izondoto ko ubona Imana imber ko ibishats uzozishikako bikuber uko uvyizey.
Babandi babone Imana imbere
fanny courage vrt ndagukunze .tu es vrt decisif
Ndagukunda cane fany lmana ikomez kukugirira neza urumugisha
Imana ininahazwe kubwivyo yagukuyemwo.knd komeza itere imbere
Inyuma yumubabaro harumunezero.tu m'inspire fanny
Fanny kweli ndagukunze cane nirya filme yawe yaranyubatse gose Imana igufashe kandi igukomeze igushitse kundito zawe zose
Ukunda kurira vraiment. Uzobihebe. Umukenyezi akenyerera kuri vyinshi
Mpole maaa.Imana izoguhoze ayo marira
waoooo fanny courage sana
Ihanganee Fanny bibaho mubuzima mais urashoboye courage
Ndakunda fanny caaane elle est sympathique 🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Courage Fanny ubirimwo neza urashoboye nakubonye umusi ukina muri gatarina
Muko nukuri uzigukina,
Mbere iyo ndavye Burundian movie Sinsangemwo fanny lavine ,sindaba iyo film.turakeneye ukine film nyishi cane
Waooo nanje lmana izongirira neza
Ozi ndagukunda kd nkunda ibikorwa byawe kd uraberwa cyane ark uzaduhe intahe yawe mukirundi muvuga intahe
Fanny urarira nkababara 😭😭😭
Fany ndagukunda caane 😘
Intah ❤❤❤❤
Nivyiza kubona abarundi bacu muri social media so keep up and we will continue to subscribe natwe dutere imbere. Abakinyi mugume mwibuka umuco wacu wokwambara mukikwiza especially abakobwa canke abakenyezi muma film kandi mukomeze guha IMANA ikibanza muri movie. Mumenyekanisha IMANA nayo ikabashitsa kure. Wihangane Fanny IMANA izi ibidukwiriye
Ndagukunze caaàaane Fanny. Imana ikomeze ikwiyereka. Nukuri urakunditse, kandi uciye bugufi
Courage fany
Numva ndagukunze wompa utu numéro tuzokwiyagire,,,
Courage ma fille imana ikurakure ndabizi narabibonye nanje kera nisabira gupfa ariko ndabona imana yangiriyeneza nawe ndunva twoyaga maman
Courage imana ni nziza iyakoze ivya mbere n'ibindi izobikora
Ndakwifpurij gushika kundoto zawe fanny vrt nkuk ubivuze abahindi bazobon ibikorwa vyawe.kandi merci nanje ndafashijwe nintahe yawe caaane.
Nr one
Courage di munya muramvya wiwacu💞
Bite danezerejwe nikiganirocanyu canegose murakoz
Yesu nahimbazwe cane Fani wirambire
Ndashimte ibikorwa vyawe Rosy.Ndashimiye umutumire kunguvu zokwatura kugira bifashe abandi bari mubuzima butandukanye nabazobibamwo bazokwitegure.Nuko umutumire yamenyeko yashobojwe n'Imana.
Courage Fanny.Hosy naw ndakunda ibiganiro vyawe urandyohera
Yooo fanny wihangane imana yacu numwizigirwa mur vyose
Fanny Imana yarakubay hafi courrage vmrt usengere nabakit kure caane bagire ah bagez
Oh courage à toi!🥺♥️ Iman izogushikane kurizo ndoto zawe zose
Yoooo manaweee fanny iman ikumpezagirir cn mubury utaz so uranyubats can ham vub tugushorere
Yoooo Fanny ntutakaze umwanya kuvyahise hubwo uwibaze kubizoza uko uzobibamwo kuko nivyiza caneee ndazi neza ko atahantu nahamwe lmana idashitsa umuntuu
Fanny courage imbere niheza
Ukarangura impuzu ukazidandaza kutongeyeho ukanazambara fanny 😄😄😄😄😄😄😄🇸🇦🇧🇮komera ndakwikundira
bravo funny.Imana ihindura ibihe .ikura ku cavu.ubuzima ni kaminuza uguma wiga
Fanny courage IMANA ikuje imbere
Fanny ndamulovinga sana
Ndakubuze Fanny
Aranteye intege vraiment
😥😥ooh Imana ikugirire neza nabawe akogahinda karako kuzogukomeza.
Imana ninziza ikura kucyavu
Ravin ndamukund cyane❤❤❤
Nintwari nukuri nanshire mumurwi wabakinyi nanje shaaa
Pole Fanny, ndumva warahuye n'ibibazo
Giiiirl beautiful interview👌! Ndakunz la façon dont u conduct your interviews. Vrt keep it up ! Ubaza neza , u make som1 comfortable , ntumenga ni police nka some of the journalists maz kuboma😃 ! Fanny u will go faaaar👏👏👏👏👏 # NTAHO IMANA ITOGUKURA#👂
Fanny ndagufana Imana ihezagire imirimo yamaboko yawe ndakurinyuma
Fanny ndashaka gukina flm kuko ndafise vyishivya nciyeko nokinamwo flm kandinziza cane iteyagahinda kbx sinziko wonte merera tukazo yikinana
Komera Sha.
pole sana kbsa
Fanny ndakwipfuruza kugera kure kubera Imana.kk frim zawe ziranyubaka bivany nubuzima bwanj kand zinyonger integ murugend
Pore Fanny
Courage fanny
Ndakwikundira cane Fanny
Wize amashure uri umumama shaaa pole sana ntivyari bikworoheye 🤔
Amen. Never give up Lavine
🔥🥰Cari ciza ikiganiro
Ndasavye mumbwire titre yiyo film ya fanny svp ndashaka kuyiraba
Fanny Imana igushikane ku ndoto yawe
Twarize turahwera.mpore mpore
Fanny ndagukunda cane imanikujimbere
Ndamukunda cane
Vt mwubahw kl Fanny aratubwie ikint kizim twebw tutarubak vt kand Fanny ndamukund akin nez kand arivyixh kl🙏🙏
Merci beaucoup
Fany umpaye kwihangana pe imana igushumbushe umurengera
Vous êtes admirables ❤❤
Waw uyomumama akinanezananjendumuntu a vukamuntarayamuramvya nanjendumukinyi wa film mbamugihugucazambia
Mpore Fanny
Fanny!!!!!!!!!❤🙏