URUGENDO FILM PART 2//Burundian Full Movie//Ntigucike nawe/FANNY LAVINE

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 1 ก.พ. 2021
  • Film URUGENDO PART 2 yanditswe na FANNY LAVINE akaba ari na CEO wa 3FAFILMS.
    Raba iyi Film irakwigisha ukuntu wokwihangana gushika kuco Imana yakuvuzeko.Ufise ico uterera canke ubaza twandikire kuri Facebook ya FANNY LAVINE canke kuri Gmail//fannyuwimana431@gmail.com
  • บันเทิง

ความคิดเห็น • 651

  • @Naylyy
    @Naylyy 3 ปีที่แล้ว +82

    Uw 14 abar bayirindirany igishika nak nje mugonge likes hano 🔥🔥

  • @elesa1279
    @elesa1279 3 ปีที่แล้ว +66

    Abakunda iyi film nkanje mumpe like

  • @joshuachiza4893
    @joshuachiza4893 3 ปีที่แล้ว +8

    Ubuzima nurugendo rukomeye Kandi buhindurwa nimana wihanganye urashika kwisezerano imana ibampere umugisha mushishikare kutwigisha imana ntanzigoooo❤️❤️🇧🇮🇧🇮

  • @vianneyniyonsaba7316
    @vianneyniyonsaba7316 3 ปีที่แล้ว +47

    Abacerewe nkanje knd bakunda aba bakinyi mumpe twatu like nisubirire Imakamba

  • @mugangajose269
    @mugangajose269 3 ปีที่แล้ว +11

    Ndu Munya Rwanda ndabakunda cyane ndishimye cyane

  • @isaacsinzo5019
    @isaacsinzo5019 3 ปีที่แล้ว +25

    Mu Burundi turashoboye,ndemeye kabisa.Imana ishishikare kubaha ubwenge bwo kwiyumvira izindi film kuko nahigiye vyinshi 👏👏👏 from 🇿🇲🇿🇲💙💙🇧🇮🇧🇮

  • @hdysydhdurjr1105
    @hdysydhdurjr1105 3 ปีที่แล้ว +17

    Abari banyotewe iy film mumpe lik nazitan .ndabakunda can😍😍😍

  • @noellabonfils8848
    @noellabonfils8848 3 ปีที่แล้ว +6

    Murashoboye cyane kabisa Imana ibandanye kubasiga amavuta kunyigisho mutanga fanny ndagukunda kunyigisho mutanga abakunda film za fanny mumpe like ♥️♥️♥️♥️

  • @mariamam5719
    @mariamam5719 3 ปีที่แล้ว +4

    Fanny urandijej 😢😢😢kuko unkiniye ubuzima.ariko ihangane isahayiman izogera nanje yarageze ndishurwa.🙌🙌👏👏icunahiro niciman

  • @amedeemanirakiza9201
    @amedeemanirakiza9201 3 ปีที่แล้ว +51

    Abantu babanje gusoma commentaires bagasanga bose bavuga neza iyi film mwivuge tumenyane.

  • @lovebdi6336
    @lovebdi6336 3 ปีที่แล้ว +6

    Nzogeraho kuco yavuze kuko Imana s'umuntu ngo ibeshe. I love Fanny Na team yose Knd asante sana Kubintu vyiza mwaduhaye

  • @theson456
    @theson456 3 ปีที่แล้ว +17

    OMG !!! Imana ihezagire uno mukobwa!! Fanny ndagukunda!! Uriko ukora inidasanzwe!!
    Niwe watumye nubahuka nkaraba film ndundi ,,none ubu ndazikunda kubi!

    • @evelynensavyimana2882
      @evelynensavyimana2882 3 ปีที่แล้ว

      Najewe vraima film ndund nahor ndazank arik Ubu iyi ntincika

    • @hfhfvdhc3880
      @hfhfvdhc3880 3 ปีที่แล้ว

      Naje kbs Fanny arimubatumye ndazikunda❤❤

    • @uwizeyejustine4263
      @uwizeyejustine4263 2 ปีที่แล้ว

      Nanjye nkunda film z'abarundi muzi gukina mbakurikira kenshi

    • @uwizeyejustine4263
      @uwizeyejustine4263 2 ปีที่แล้ว

      Iyi film ndayikunze cyane uranesheje Mariya Imana izakwiyereka ko ari inyembaraga.

  • @meshoalqahtani394
    @meshoalqahtani394 3 ปีที่แล้ว +43

    Vyukuri uwubona komuburundi murabambere mukina nkabantu bakuze atakomedirimwo mumperik

  • @mimitv3059
    @mimitv3059 3 ปีที่แล้ว +6

    Ndagukunda Fanny wakoze kuduha igice cakabire2 imana ingushoboze no mubidi urikurategura butunezereza 😍😍❤❤❤

  • @georgenduwayezu6623
    @georgenduwayezu6623 3 ปีที่แล้ว +6

    Tuvuze ko #Burundi dushoboye nta kwibesha vyob birimwo courage mwigisha imiryango myishi turabakunda 😘😘😘

  • @user-os5xe4xq9i
    @user-os5xe4xq9i 3 ปีที่แล้ว +6

    Waooo flm nziza cane marie wavyitwayemwo neza kabisa inyuma yigifungu izuba riraka

  • @AlineVyukaOfficial
    @AlineVyukaOfficial 3 ปีที่แล้ว +9

    Much love from Aline Vyuka komeza cuti ubu natwe turaronka movie duteramirako

  • @user-zv6gn8yc1k
    @user-zv6gn8yc1k 3 ปีที่แล้ว +5

    Ntaco mfise cokuvuga ariko nsabira umugisha abategura iyi Film kandi Umukama abongere ubwenge kugira mudutegurire vyishi kandi vyiza ❤❤❤

  • @cherissairakoze4206
    @cherissairakoze4206 3 ปีที่แล้ว +9

    Fanny courage mukobwa mwiza ariko muduhe part 2 ndagushimiye kuko harimwo inyigisho nziza cane imana ikujimbere mukobwa mwizi nikundira mbega Fanny ndakwibarize abo babé bose nabawe??? ndakwikundira maze

  • @angellediane6308
    @angellediane6308 3 ปีที่แล้ว +5

    Twari tuyirindiranye n'igishika cinshi Imana ikuje imbere mur vyose I love you so much lavine

  • @ibrahimyamni7102
    @ibrahimyamni7102 3 ปีที่แล้ว +3

    Ndabakunda cane murigisha kumbe nari naratanzwe ♥️♥️♥️♥️♥️♥️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @nenegash24
    @nenegash24 3 ปีที่แล้ว +22

    Vraiment niho ngitangura film,les effets spéciaux zirimwo,c'est juste whaaaaaaouh!!!

    • @NimuFx
      @NimuFx 3 ปีที่แล้ว +1

      Sha Film ikoze neza kabisa, the story, numu editor yarakoze akazi keza kabisa

    • @festomusinguzi8701
      @festomusinguzi8701 3 ปีที่แล้ว

      Ndabakunze cane ndumurundi MBA Uganda nozironka gute firm zanyu nazikunze cane

  • @sabbasburundi2404
    @sabbasburundi2404 3 ปีที่แล้ว +10

    courrage kbsaaa

  • @fatmasandra8104
    @fatmasandra8104 3 ปีที่แล้ว +5

    Yooooo manancerewe arikontakundi
    Dsabakunda cane fanny lavinne🇴🇲🇴🇲🇴🇲❤️❤️❤️

  • @user-gd5il7vv4w
    @user-gd5il7vv4w 3 ปีที่แล้ว +2

    Ndabakunda cyane mubandanye muhezagirwa

  • @hamwenayoemmanuel9719
    @hamwenayoemmanuel9719 3 ปีที่แล้ว +6

    Niyompamvu mwari mwatevy kuyisohora kumbe mwariko mukora ibintu bizima,ndabakunda can

  • @angeljoana801
    @angeljoana801 3 ปีที่แล้ว +18

    Abari bayirindiranye igishika nkanje gongeni like tusonge mbere

  • @meshomm7040
    @meshomm7040 3 ปีที่แล้ว +7

    Fanny urandijije 😭😭 imana ikujimbere mubikorwa vyawe

  • @madokethiakwizera643
    @madokethiakwizera643 3 ปีที่แล้ว +13

    Sincerewe pe nizera kwari vyiza big up

  • @theglobalreform
    @theglobalreform 3 ปีที่แล้ว +32

    Film ikoze ku rwego rwo hejuru. Fanny is taking Burundian movie to the NEXT LEVEL!
    Amashi menshi 👏👏👏

    • @asmutabasli3590
      @asmutabasli3590 2 ปีที่แล้ว

      Mbega Fanny we uzigukin peeee ❤️💕💕😘😘😘🎄💓💓😍😍🙏🙏🙏🙏🙏

    • @rehemakamariza8731
      @rehemakamariza8731 9 หลายเดือนก่อน

      Respect vraiment ntaw bigererany kbx mwubahw

  • @nyiramwizadejoie9357
    @nyiramwizadejoie9357 2 ปีที่แล้ว +7

    Wow❤️ I like this movie so much 💝🙏🇷🇼

  • @heyale4893
    @heyale4893 3 ปีที่แล้ว +9

    Vyiza caaane mukomere barundi bacu Imanibajimbere

  • @fanny4338
    @fanny4338 3 ปีที่แล้ว +8

    Ahwiiiiii komera cane gose nari ndayirindiranye igishika komera machr warahezagiwe cane❤❤❤👌👌👌👌🔥🔥🔥

  • @thierrynduwimana6144
    @thierrynduwimana6144 3 ปีที่แล้ว +8

    Abakunze iyi film nkanje muriho?

  • @ikireziqueen4615
    @ikireziqueen4615 3 ปีที่แล้ว +4

    Murashoboye kbx muterimbere nkumuzinga🥰🥰🇧🇮👈

  • @emelynemanirambona3192
    @emelynemanirambona3192 3 ปีที่แล้ว +8

    Satani yatey boss😍komez ukor kumpand nzos nwiza wanj Ndiho akomez akwangure urandez pe❤🙌

  • @evodedavovo973
    @evodedavovo973 3 ปีที่แล้ว +8

    abel nawe ndagukunda uri serieux kwel ❤

  • @amedeemanirakiza9201
    @amedeemanirakiza9201 3 ปีที่แล้ว +4

    Ababonyeko abakinyi bino film duhereye Kuri Fanny ari abahatali gusa muze hano mwiyerekane

  • @gakurufrancis1627
    @gakurufrancis1627 3 ปีที่แล้ว +5

    Mary you so beautiful I Love you so much this is Nice movie keep going up

  • @nsoro9135
    @nsoro9135 3 ปีที่แล้ว +7

    Exclusive film# Lavinaa... Deep love from the Realboy Films❤️❤️

  • @noellaniyonsaba6081
    @noellaniyonsaba6081 3 ปีที่แล้ว +6

    😭😭😭😭Mana yanje nukuri ndarize iyi film irandijij inyigishije vyinshi😭😭😭

  • @AishaAisha-vm4hq
    @AishaAisha-vm4hq 3 ปีที่แล้ว +8

    Ntaguy kurab iminot ntaranayiraba,, I love

  • @dorianebellairadukunda6068
    @dorianebellairadukunda6068 3 ปีที่แล้ว +1

    Urandenga kko imana impano yaguhaye ntuze uyicarike uzogume ushishikara kwiyumvira ibiteza imbere abandi iyi film irigisha bimwe ntokubwira Hama ndashimiye abomwayikinanye mubandanye mutezanya imbere natwe tuzobashigikira mpaka courage courage

  • @papiennekataye8049
    @papiennekataye8049 2 ปีที่แล้ว +5

    You are a talented daughter. Let's the sky be the limit. Big up my burundian sister. Proud of you

  • @nadiauthman5184
    @nadiauthman5184 3 ปีที่แล้ว +1

    👌👌👌👌👌👌👌 muburundi tugeze kure imana ikuje imbere lavine

  • @veronenizigama4872
    @veronenizigama4872 3 ปีที่แล้ว +2

    Ndabateye intege uwiteka abakomeze Fanny muranereje pe ndahakuye inyigisho ikomeye muze muraduha nama Season abarundi turashoboye💪💪

  • @madokethiakwizera643
    @madokethiakwizera643 3 ปีที่แล้ว +3

    Congratulations mwese mwakinye neza ndabishimye kk harimwo ubumwa bwiza muhezagirwe ndabakunda kubi

  • @saimonsimon9745
    @saimonsimon9745 ปีที่แล้ว +4

    Ohooo my god good work persone of Burundi
    Every day kindness always comes back

  • @BUJA_MORODEKAYI
    @BUJA_MORODEKAYI 3 ปีที่แล้ว +12

    Isinema nziza cane, ntawantanze kuyibona kwel

  • @clarissecimanimpaye7450
    @clarissecimanimpaye7450 3 ปีที่แล้ว +8

    Waaaoooh flm twar turindiranye igishika

  • @constanceniyoofficial5289
    @constanceniyoofficial5289 3 ปีที่แล้ว +5

    Imana ikugeze kure

  • @evodedavovo973
    @evodedavovo973 3 ปีที่แล้ว +9

    chris abikora neza maria na chis ndabakunda cane❤

  • @didiennetatie7184
    @didiennetatie7184 3 ปีที่แล้ว +5

    Ahwiiiiiii.....wari wadutebeje diiiiii!!

  • @nikwigizeevelyne9919
    @nikwigizeevelyne9919 2 ปีที่แล้ว +2

    Naheruk film iryoshe kuya Mugisha narinarasizwe kweli! From Isimbi TV ncamba nahashits😘

  • @fabulabroundy4336
    @fabulabroundy4336 3 ปีที่แล้ว +4

    Vrt urumwanditsi🙏❤️ urandijij wonger unyibuts kahise kanje

  • @musanabandiladouce7230
    @musanabandiladouce7230 3 ปีที่แล้ว +4

    Nukuri muraryohey peee. Courage Fany Lavin ndushak part 3

  • @angepamellakigeme1997
    @angepamellakigeme1997 3 ปีที่แล้ว +16

    Fire fire🔥🔥🔥isinema nziza cn .love from Pamy love😍😍♥️♥️

    • @hilalal-mamary1959
      @hilalal-mamary1959 2 ปีที่แล้ว +1

      Nakunze izina ryawe gose KIGEME nukuri nakunze akazina kawe

  • @crevinemugisha3589
    @crevinemugisha3589 3 ปีที่แล้ว +4

    Mbaye uwanyuma gusa ndabakunda😍😍

  • @mugishaburundi3146
    @mugishaburundi3146 3 ปีที่แล้ว +6

    Atuguma umwipfuz utamuronka🤣🤣🤣🤣🤣😀😀🥰Mary Levine mama mwiza ndagkunda💋💋💋💋💋💋💋💋💖💖💖💖💝💝💝💝💝💝💝💕💕💞💞💞💓💗❤❤💜🤎🤎💙💟💕💞💓💗💘💝💖💖

    • @DivineIRAKOZE-hr8if
      @DivineIRAKOZE-hr8if 7 หลายเดือนก่อน

      Man yanje ubuzim nurugendo rukomeye peee ndacarumujeun arikomuranyigishije courage fany

  • @francoisemukashumbusho2767
    @francoisemukashumbusho2767 3 ปีที่แล้ว +1

    mbanje jubasuhuza ndumukunziwanyu narebye iyi flm yanyunumva ndayikunze cyanee kuko irimwo unyigosho nyishicyane imana igumye ibayobore murugendo rwanyu ndabakunda muduhe episode 4 murakoze

  • @nihorimberejosiane3810
    @nihorimberejosiane3810 3 ปีที่แล้ว +4

    Courage mwana wiwacu Maria lavine

  • @nkundabagenzicelestin8999
    @nkundabagenzicelestin8999 3 ปีที่แล้ว +3

    Ndayibonye nkerewe , ndaryohewe kweri.
    Love u from Rwanda

  • @lysedeborah2179
    @lysedeborah2179 3 ปีที่แล้ว +3

    Woouhh!nize sutout pour les Femmes ntagufata decision directement kukintu kibaye!!il faut d'abord essayer gutahura umuntu!!hama ikindi nize nukuguma kugakiza no matter what!!ugapfuma uba mwibarabara aho guhemukira Yesu! Dukeneye abakizwa disi bari determiné!love u fanny 🥰thank u!!may God continue to elarge yr dreams!

  • @abelnduwayoofficial
    @abelnduwayoofficial 3 ปีที่แล้ว +15

    Wao.fercitation lavine.mubandanye kuduha bishasha.nibazako mbaye uwambere mukuyiraba

    • @cleophascoutinhomizero3811
      @cleophascoutinhomizero3811 3 ปีที่แล้ว

      #Nduwayo Abel watanguy kuba assassin muri film? Reka kubeshera Maria muhe amahoro

    • @hhhshhhh9724
      @hhhshhhh9724 3 ปีที่แล้ว

      Oya Mutama Abel uramukariye sn Marry ntuzobisubire🙈😂

    • @ndindamagambovestinne8629
      @ndindamagambovestinne8629 3 ปีที่แล้ว

      Uzorabe umusi umwe ukine uri intwari ntituzohave tugutinya.uribuka kwa Malaïka ivyo wakoze???

    • @jeannemanirambona293
      @jeannemanirambona293 3 ปีที่แล้ว

      Abeli uratubeshe ntayowaravye 😂😂😂😂😂

    • @jeannemanirambona293
      @jeannemanirambona293 3 ปีที่แล้ว

      @@hhhshhhh9724 aho arikukazi chr ihangane kandi w ugumuyerera

  • @jescamunezero9810
    @jescamunezero9810 3 ปีที่แล้ว +2

    Kbx murashoboye 😍 👌❤️

  • @AishaAisha-vm4hq
    @AishaAisha-vm4hq 3 ปีที่แล้ว +4

    Narindayirindirany igishika maaanaaw Bay uwahaf unomus

  • @aishadjumaphones8877
    @aishadjumaphones8877 3 ปีที่แล้ว +3

    yooo disiwe maliya asa numwana wiwe♥🥰

  • @sadoscarudahemuka1029
    @sadoscarudahemuka1029 2 ปีที่แล้ว +1

    Nakubali kabisa
    Songa mbele tutawa support

  • @user-cv6ze5me8c
    @user-cv6ze5me8c 2 ปีที่แล้ว +2

    Mchimimana kwimyumayigifumgu izubaryaka😭😭😭🙏🙏🙏

  • @sarsar1019
    @sarsar1019 3 ปีที่แล้ว +1

    Mbega mbega ivyiza vyiwacu murashoboye pe ndagukunda fanny na team yose utinimukomere

  • @ingoma257media
    @ingoma257media 3 ปีที่แล้ว +3

    🔥🔥🔥🔥🔥🔥go go ma woman 3FA🇧🇮🇧🇮yubahwe

  • @theson456
    @theson456 3 ปีที่แล้ว +2

    Nemeye!!! Ku de shapo kubakinyi ,,,cane cane uno mutip ahajeje ari umugabo wa Fanny ,,arabizi k bs,,ni umukinyi mwiza!!

  • @djsamiburundi1414
    @djsamiburundi1414 3 ปีที่แล้ว +2

    3FA usubiye gukina urira sinzoziraba kk utuma ndira nanjeu mgb i love u kbs ham Chris nawe ntakigenda kbs

  • @jeannemanirambona293
    @jeannemanirambona293 3 ปีที่แล้ว +1

    Abeli ndagukunda kandi uriselies cane gus naw raba utwibuke hariya turagukumbuye

  • @carolrukundorwimana9748
    @carolrukundorwimana9748 3 ปีที่แล้ว +5

    Courage Fanny, Yesu agume agushigikire👏

  • @arlynaainga679
    @arlynaainga679 3 ปีที่แล้ว +5

    Kbisa ndemeye keep it up sister 😍😍😍😍💃

  • @KenAlif100
    @KenAlif100 3 ปีที่แล้ว +4

    Gusa murashoboye komeza tuzabashigikira mubishoboka🇸🇪🔥

  • @jeannemanirambona293
    @jeannemanirambona293 3 ปีที่แล้ว +1

    Wao fanny yabikoze fanny ukwiye fanta kbx urakoze twarituyikumbuye cane

  • @shantalirakoze2337
    @shantalirakoze2337 3 ปีที่แล้ว +1

    Komera cane bavandimwe murashoboye cane courager

  • @lilianeerica3318
    @lilianeerica3318 3 ปีที่แล้ว +2

    Waooooo nice kbx 🥰🥰🥰🥰🥰aka kanyuma karankuyeho🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣❤❤❤❤❤❤❤❤uyu mugabo wa mary azi gukina fresh kbx💪💪

  • @jeanclaudeofficial9653
    @jeanclaudeofficial9653 2 ปีที่แล้ว +4

    Félicitation Fanny lavine

  • @loverylovery4514
    @loverylovery4514 3 ปีที่แล้ว +3

    If u want as to keeping watch you guys make more more part 3/4/5/6/7/8 be like Nigeria people so will stop watching Nigeria watch you Guys from USA

  • @nostressfreedom7431
    @nostressfreedom7431 3 ปีที่แล้ว +1

    mbega ifilim yinyigisho weee fanny ndanyuzwe pee imana ijibaha imigisha Abel nawe uhezagigwe

  • @evelynesimbagoye6343
    @evelynesimbagoye6343 3 ปีที่แล้ว +2

    😀😀😀😁😂🤣😃pole sana burya ntamuntu arumunebwe aba yarozwe!

  • @mugishaburundi3146
    @mugishaburundi3146 3 ปีที่แล้ว +1

    Nemey kurarantasinziye too mpaka ndyimare fanny ndagukunda nabobose mwakinanye arko lionel azompamagare

  • @leezaegide7872
    @leezaegide7872 3 ปีที่แล้ว +1

    Ndayikunda cane nimuyibandanye inkoze kumutima

  • @FatemaFatema-yl5zk
    @FatemaFatema-yl5zk 3 ปีที่แล้ว +1

    Nacerew weeeeee muduh ikindi gice ndabakunda

  • @nifashaalexandre3108
    @nifashaalexandre3108 3 ปีที่แล้ว +5

    Nc film fanny 🤣😂🇧🇮🇿🇦🇿🇦🇿🇦

  • @fabulabroundy4336
    @fabulabroundy4336 3 ปีที่แล้ว +1

    Unkorey umuti ibibibz nanj narabinyuzemwo kand nitez igisubizo vrt bisa nkukunyen 😭❤️

  • @hatungumanalahmabintiyusuf6722
    @hatungumanalahmabintiyusuf6722 3 ปีที่แล้ว +1

    Wao Nc gusa Machr lavine muze muratunyarikiriza vrt tura bakunda canee🥰🥰🥰💔💔💔

  • @kellymuco7928
    @kellymuco7928 2 ปีที่แล้ว +1

    Turabakunda cane Molina neza ❤

  • @kikitopfashion6145
    @kikitopfashion6145 3 ปีที่แล้ว +4

    Ooh mbaye uwambereeee

  • @sammanthasinzinkayo6763
    @sammanthasinzinkayo6763 3 ปีที่แล้ว +1

    Film nziza cane kandi yigisha cane. Iheze ntashaka kubera nashaka kumenya iherezo rya ka kana gato cane kibwa n'umuhabara wa Rich.

  • @mrtrump8747
    @mrtrump8747 3 ปีที่แล้ว +5

    Hahahaha ni ya bien sana. Du courage Fanny

  • @kikitopfashion6145
    @kikitopfashion6145 3 ปีที่แล้ว +15

    Nari ndayirindiranye igishikaa cinshi vrt murakozeee kuduha part2

  • @bernardbigirindavyi911
    @bernardbigirindavyi911 3 ปีที่แล้ว +4

    very nice movie komeza respect for that

  • @clarissenikuze4036
    @clarissenikuze4036 3 ปีที่แล้ว +2

    J ai les larmes o yeux...fanny Imana iguhezagire..yanyigishij vyinshi

  • @devna7718
    @devna7718 3 ปีที่แล้ว

    Fany ndabakunda cane kweli abarundi murashoboye kunyigisho zomuri Yesu kristo Imana inahezagire kandi ibakomeze

  • @CleniaNiyonsaba-wt6ln
    @CleniaNiyonsaba-wt6ln 6 หลายเดือนก่อน

    Uyumugabo wa Maria rwose ndamwikundira akina neza cyane mubwitonzi rwose ariko ntakina amarerese cane nukuri naje akina kuko arabiryosha kwel 😍😍

  • @tambwe
    @tambwe 3 ปีที่แล้ว +6

    Weeeeeeee Mimi nilijuwa tu lazima Mambo yakuwe mazuri maana nakuamini kupita kiasi wewe ni mwanamke mpambanaji sana Mungu akuende mbele katika Kazi zako ,Mimi Kwanza nakuamini sana tena Mrs Urugendo 😙😙😙
    #Love_from_Tambwe_The_great_films

    • @fannylavineofficial1360
      @fannylavineofficial1360  3 ปีที่แล้ว +1

      asante sana kaka yangu

    • @mqnslsjdj5968
      @mqnslsjdj5968 3 ปีที่แล้ว

      Nukur merc

    • @OmanOman-dj6pu
      @OmanOman-dj6pu 3 ปีที่แล้ว

      Daryohewe cane mwakinye ibifasha abantu beshi uko bokwitwara mubihe bitoroshe umwami yesu abandanye kubashoboza💝💝💝